#Mwaro

  Рет қаралды 25,543

IHURIRO TV

IHURIRO TV

Ай бұрын

Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: ihuriroTV/?m....
Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
KZfaq: kzfaq.info/love/ams....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

Пікірлер: 34
@d.r.5350
@d.r.5350 Ай бұрын
Nyakubahwa, uri umuntu wanjye ariko ntukajye wemerera abaturajye bawe ko biyumvisha ko ari abakene. Ibyo ni iby’abihaye Imana. Wowe ushinzwe kubashyiramo stamina yo gushakisha ubutunzi. No proud of poverty.
@Kwantare257
@Kwantare257 Ай бұрын
Abarundi ntidushima 🇧🇮
@JoyeNyinawinka-fw2wf
@JoyeNyinawinka-fw2wf Ай бұрын
Cool
@jeremyberry8703
@jeremyberry8703 Ай бұрын
Mutama president jewe ndi muri Australia 🇦🇺 ♥️ narinifuza yuko nogaruka muhira burundi 🇧🇮 ngombe umusoda ncungere igihugu canje mfise imyaka 30 amazina yanje nitwa Jeremy BUKURU, mvuga ikingereza nigiswahili, nahuze nduwana 1993❤
@sumaje
@sumaje Ай бұрын
Reka sha
@sumaje
@sumaje Ай бұрын
Ugomba umusoda agucungerera umutekano, canke ugomba kuba umusoda acungera umutekano w’igihugu?
@alexntahiraja2974
@alexntahiraja2974 15 күн бұрын
Mwene wacu Jeremy ufise iciyumviro ciza. Ariko noguhanura ikintu kimwe. Kubera ko igihugu kitatewe ngo cingingire umwene gihugu wese kurwanira igihu , ubike uduhera hama uze mugihigu uharangurire business. Ivyo bizoguteza imbere kandi bifashe nabandi banyagihugu uzoha akazi. Nahone uzoba ukoreye igihugu. Ni wunguka uzorihe tax uzoba ugize neza.
@sabitijohn2770
@sabitijohn2770 Ай бұрын
It's amazing to see someone(a leader) receiving a phone call in front of the president who is addressing his speech 😂 destitute him from the attributions plz and let him go to learn how to respect a leader especially of a president level
@user-ui9bh7oq7s
@user-ui9bh7oq7s Ай бұрын
Iyaba abarundi twumvura twoteye imbere❤
@user-ex1pw3in1e
@user-ex1pw3in1e Ай бұрын
Ukuntu ukomeza kuvuga imaraya wasanga uzikunda komeraza ho
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r Ай бұрын
Wama ubatwengera nico gituma bafyina
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 Ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe cane cumukuru wumuryango wa eden izo mpanuro mugume muzitanga nahandi
@user-xy4nk9rl1z
@user-xy4nk9rl1z Ай бұрын
Nibyiza ko waba directeur wishuli kuruta kuba president
@leonardnduwayo238
@leonardnduwayo238 Ай бұрын
Ndumworo nkora America
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 Ай бұрын
Ntako mutagira gukebura abo mujejwe ark abarundi ntibumva ark abumv kare twamaze kwitungir duciye mumigamb muduha
@butoyiDesire-fz8xv
@butoyiDesire-fz8xv Ай бұрын
Hindura igihugu mutama wacu
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b Ай бұрын
🥲😭🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️ burundi weee urababaje
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye Ай бұрын
😢😢😢😢😢😢
@PasteurHakizimana
@PasteurHakizimana Ай бұрын
Muragahezagirwa
@cidemike6264
@cidemike6264 Ай бұрын
Iyi mpene irakunda gutanga example zubu beshi….ntabutegetsi ashoboye nisura yubu rongozi ntafise… niyo mpanvu atanakimwe kirahinduka kuva iyo mpene ifashe igihugu
@alexntahiraja2974
@alexntahiraja2974 15 күн бұрын
Wewe ntandero ugira. Kumbure ntuzi Imana. Ese iyo uvuga ati sinemeranya nivyo avuze ariko kwita umukuru w' igihugu impene. None nawe uca uba iki uyobowe n' impene? Igihugu naco ucise iki? Mumbabarire sindi umunya politike ndi umukristo.
@safarimarc9770
@safarimarc9770 Ай бұрын
President biba vyishinicogituba bandateribere nyakuba- ,wewe zurabakuramukazi bazebarigirahonyene.
@cidemike6264
@cidemike6264 Ай бұрын
Nta perezida akoma induru nkiyi
@sumaje
@sumaje Ай бұрын
😂
@sacrossacros1648
@sacrossacros1648 Ай бұрын
😂😂😂😂
@updates3157
@updates3157 Ай бұрын
Wait, did this guy go to school? This president needs lectures of macroeconomics because he ideas are microeconomical. He has zero idea in macroeconomics😮😮😮on top of his ignorance his so talkative like empty vessels😢. R.I.P Burundi's economy 😢😢😢😢
@sumaje
@sumaje Ай бұрын
😂
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w Ай бұрын
Abarundi baba bameze nkabari mu myaka ya 1962,ndebera iyo tapi rouge wagirango nikirago banyaraho 😅😅😅,nabonye ntanisoni mugira pe
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
Urayigura uyibazanire Kandi wobukoze hawnata haya
@user-zu8gh2zz6p
@user-zu8gh2zz6p Ай бұрын
Sha vyose nibukebe ahuri siho wavutse uri
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w Ай бұрын
@@user-nono372 haya ya nini baba? Kweli president wanyu anyura kuri tapi isa kuriya!!! Ese muba mwumva ntasoni bibateye
@habonayobonaventure7817
@habonayobonaventure7817 Ай бұрын
KO usenga, urasabaImana ubwenge bwo kumenya icarico le bien commun. Uzosanga utaratunga nawe pe! Uce ubonà icofasha abarundi bose Barakenye muvyeyi aho ubona. Girimana Uwuguruye iwe barabeshe ntibuba bukeye, budakeye no kubandi havuka ibisuma gusa.
@ntwaliemmanuel280
@ntwaliemmanuel280 Ай бұрын
Bari inyuma kbx
когда повзрослела // EVA mash
00:40
EVA mash
Рет қаралды 3,2 МЛН
1 or 2?🐄
00:12
Kan Andrey
Рет қаралды 27 МЛН
OMG😳 #tiktok #shorts #potapova_blog
00:58
Potapova_blog
Рет қаралды 4 МЛН
The must-watch moments of the CNN Presidential Debate
35:29
UZOKWAMA UBOREWE KUGEZA RYARI?
37:59
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 57 М.
Full Debate: Biden and Trump in the First 2024 Presidential Debate | WSJ
1:38:19
The Wall Street Journal
Рет қаралды 16 МЛН
Ivy'ibiturire n'intwaro ibereye bimeze gute mu Burundi ?
27:16
Indundi TV
Рет қаралды 10 М.
“Жүрегіме жаздым атыңды”
15:13
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 196 М.
НАКОРМИЛ ГОСТЯ СЫРОМ С ПЛЕСЕНЬЮ
0:52
Tasty Series
Рет қаралды 3 МЛН