No video

NARIHUSE/S01/EP_01/URUGO RUBAMWO IBI TUBONA BIBAHO

  Рет қаралды 49,436

Joachim Smith•

Joachim Smith•

Күн бұрын

Пікірлер: 282
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith Жыл бұрын
REKA NDAGUSHIMIRE WEWE WAHISEMWO NEZA UGAHITAMWO KUBA UMUFANA WA INKINZO TV ABO DUTANGURANYE IYI SERIES BAZOBANDANYA KUYIRABA GUSHIKA KWIHEREZO MUMPE LIKES
@utujejosiane5232
@utujejosiane5232 Жыл бұрын
Collage cane gose✍️✍️✍️
@gashashaaudrey3883
@gashashaaudrey3883 Жыл бұрын
Izohora isohok ryari n'a ryari???
@Eastafricacommunity257
@Eastafricacommunity257 Жыл бұрын
Ntitwigera tu déconna👌📺❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤
@ezechieltuyisenge2219
@ezechieltuyisenge2219 Жыл бұрын
Kbs turikumw naw gushika Aho uzoduhra akaruhuko kuk ub twaj eo niw ufis kuduhagarika wubahw cn 🙏
@mwumbagottalent2724
@mwumbagottalent2724 Жыл бұрын
our boy Joachim Smith! ngozi to another level🔥🔥
@jessicahimbaza650
@jessicahimbaza650 Жыл бұрын
Based on true story♥️. Ntukicuza reka hicuze Marraine na Diego( ba vrais)!! Ahbwo nezerew k wahisemo gutanga intahe ubicishije mur film, Intango yo gukira indwara n'ukuyirata. Aha wibohoye umuzigo munini . Ariko kimw gusa ntukicuze ahbw uhakur icigwa knd wigishije benshi. COURAGE à vous les acteurs.
@enockneyb
@enockneyb Жыл бұрын
Waooo film nziza uwutobatera intege yoba arumwansi witerambere
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 Жыл бұрын
Love from Sabbas Burundi
@user-no5gr6zt2e
@user-no5gr6zt2e 10 ай бұрын
Nkunda sabbas ubumwe afitaniy na johachim wiwacu ingozi.wubahwe nyakwubahwa sabbas.
@odilemusavyeyezu1799
@odilemusavyeyezu1799 Жыл бұрын
Terimbere nkumuzinga mwana wiwacu!uyomukozi wawe azakazi sha.hahahaha aranyishe
@malachienkurunziza1568
@malachienkurunziza1568 Жыл бұрын
kabisa numuti wa corona karakoretse kumpanuro zikaze
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Жыл бұрын
Yooo nari nacerewe gato kuraba ibikorwa vya wangozi.reka nterame.ariko ndabona hazosha hatokomberee.Yohakimu big up.abaza nyuma yanje munipe likeee😍👍👍
@indirimbotv59
@indirimbotv59 Жыл бұрын
Yooooh nimuntaruts next part
@Sara-ix8iy
@Sara-ix8iy Жыл бұрын
Makanyanga amaze gutora ivyo azogurishi🤣🤣🤣🤣🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️cuorage
@sssccc3987
@sssccc3987 Жыл бұрын
Good kazi nzuri sana kabisa
@nikuzeanastasie6941
@nikuzeanastasie6941 Жыл бұрын
Courage
@tuyishemezemireille6186
@tuyishemezemireille6186 Жыл бұрын
Nukuri isa neza knk iraryoshe cane courage🙏
@jaycburundi257
@jaycburundi257 Жыл бұрын
Uyu musi ntanguy ep neza mbay uwa5 kuri views 18 Mana ndonke like ya johachim vrt So courage caan
@bilalchch3993
@bilalchch3993 Жыл бұрын
Iyo film nzoyikunda sana koharimwo makanyaga😂😂,ndamukunda sana Jew ifanta yiwe ndumv noyimuha kukuntu ntwenga ndamubony gusa,abony comment yanj anyandikir
@odilemusavyeyezu1799
@odilemusavyeyezu1799 Жыл бұрын
Bravoooo Kiki wacu ndagushikiye 💯 Kuba wahisemwo kuvyaza umusasuro ivyamubayeko. Never Give Up ndagushikiye
@kevineinarukundo7229
@kevineinarukundo7229 Жыл бұрын
Iyi story mbega irasa no kuvyabaye kuri kiki?
@monamerveillegahimbare5436
@monamerveillegahimbare5436 Жыл бұрын
Kweri ariko izina rya Diego yahatswe kuvuga iryariryumugabo wiwe ila nisawa nubwo amushize kukarubanda
@monamerveillegahimbare5436
@monamerveillegahimbare5436 Жыл бұрын
Sugusa Gusa ahubwo ntaco yasigaje ukovyatanguye nukonyene
@Eastafricacommunity257
@Eastafricacommunity257 Жыл бұрын
Oooooh ifise amashusho yokurundirwego kabisaaa😘😍🇧🇮🇧🇮💪 Ivyana vyiza! Vyose ni good i like ths xomuch❤
@makanyagafilmscompany4247
@makanyagafilmscompany4247 Жыл бұрын
Kwerishaa
@niniasta5213
@niniasta5213 Жыл бұрын
Nyarukane igice gikurikira turyoherwe
@violette8348
@violette8348 Жыл бұрын
Haraje gusha pe!
@violette8348
@violette8348 Жыл бұрын
Courage Benedata. Muga ndabona mumisi izosara pe. Terimbere
@habibi5688
@habibi5688 Жыл бұрын
Ntitwigera tunanigwa kiretse iyo twigirishije canke iyo twinyereje🙏🙏🙏,tuba tur ready ,rek mfate icicaro tubanze tuhatwike🔥🔥🔥🔥,mbe ndavuga courage🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮
@aminakigeme6617
@aminakigeme6617 Жыл бұрын
Nimukomere Imana imahezage turabakunda cyane
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 Жыл бұрын
Courage cn gusantimuze muradutevya💕💕💕kuduha épisode zindi
@qasimshasha9126
@qasimshasha9126 Жыл бұрын
Amashusho rero sasa ni👌vrt jew kubwanje namaze ku✅✅✅❤️❤️
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 Жыл бұрын
Eeee iyi film izotwika 🔥🔥gusa ntimuteban igic cakabir
@nicemedia8029
@nicemedia8029 Жыл бұрын
Narihuse much love Burundi oyeeeeeee 🥰🥰
@sososoryne3261
@sososoryne3261 Жыл бұрын
Courge merci film iratesa🥰🥰🥰🙏
@joselyneahishakiye2359
@joselyneahishakiye2359 Жыл бұрын
Cesar hejur cne💪💪💪💪
@nizigamaelie6271
@nizigamaelie6271 Жыл бұрын
Mama WE. Warihuse pe. Maknyaga nawe ntukaze urarengeje. Kwubaka n'ukwitonda
@angebelyseshurweryimana3703
@angebelyseshurweryimana3703 Жыл бұрын
Sha.ntibabesh uwikek amabinga abayarway kuber afise ingesombi numugor yibaza kwarik ameze ashaka bazane umukobwa aronk uwo azofatakunguvu umugore yagiy kwishur haraj hash🙅🙅🙅🙅
@kercyfilms2378
@kercyfilms2378 Жыл бұрын
Ndabakeje courage cane turikume namwe 🎉❤
@Eastafricacommunity257
@Eastafricacommunity257 Жыл бұрын
Kercy nawe rekura nanj ndajeee🌍💪
@sosokeza809
@sosokeza809 Жыл бұрын
Eeeeeh kercy love you ❤️😘 ndakwikundir ❣️ mvuz mpejj kit sabone Kbx Giravuba uduhe rer ❣️❣️❣️
@habibi5688
@habibi5688 Жыл бұрын
Makanyaga uramvunaguye imbavu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣abakozi nka makanyaga Imana ibabarire pe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@joselynejose2951
@joselynejose2951 Жыл бұрын
Mukomere ncuti zanj ndabakunda cane gusa muradutevya tuba twabakumbuy big up
@myriam5411
@myriam5411 Жыл бұрын
Ewe makanyaga urumuti wamenyo ntiwigera uhinduka gusa ureberwa nakokazi🤣🤣🤣
@gashashaaudrey3883
@gashashaaudrey3883 Жыл бұрын
Makanyaga🤣🤣🤣urakubitishij umugore wabandi
@emmanelnduwimana4783
@emmanelnduwimana4783 Жыл бұрын
Igihugu C`acu Ciza Kirafise Impano
@dididiellaniyongere7889
@dididiellaniyongere7889 Жыл бұрын
Makanyaga shaa bans kumuhemba azoc agurish isorori🤣🤣🤣🤣🤣
@angebelyseshurweryimana3703
@angebelyseshurweryimana3703 Жыл бұрын
Sha ba marraine Nibo kwezi zama rer keke burasenga iryitanu nshya satani yagusavy
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 Жыл бұрын
Ooooh my God ni true story kweri pole gusa harimwo inyigisho nziza . Courage kiki
@gloriaakimana7839
@gloriaakimana7839 Жыл бұрын
Courage mukina neza pee
@cynthiabigirimana4223
@cynthiabigirimana4223 Жыл бұрын
Mwakiny nez mus neza kbx courage
@cleppin
@cleppin Жыл бұрын
nzokwam ndahar kugir ngo nshigikir impano z'abarundi bagenzi banje, mwubahw cane, kand courage!!!🔥🔥🔥🔥
@adiosntwaru1773
@adiosntwaru1773 Жыл бұрын
Courage Bantu bacu
@alicendabarushimana6979
@alicendabarushimana6979 Жыл бұрын
Courage turabakunda♥️
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
Ewwweeee makanyaga Sha urarenz kbx 🤣🤣🤣🤣🤣mukomere bana b, iburundi 🙏🙏🙏🙏
@youngkiller4920
@youngkiller4920 Жыл бұрын
Iyi yo ije itavyorosha, iyi ni 🔥🔥
@ninzazamethoucelah5751
@ninzazamethoucelah5751 Жыл бұрын
Ramba nanj mbampari
@nizigiyimanajasna2981
@nizigiyimanajasna2981 Жыл бұрын
Iyi Filme ice itadusiga kweri
@janeburu6538
@janeburu6538 Жыл бұрын
Waoo mwaratuzaniye ibiryoshe
@sylvieDRCONGO243
@sylvieDRCONGO243 Жыл бұрын
Fire 🔥 🔥 🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦episode 2 ryari 😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup Жыл бұрын
💥💥
@nkurunzizasarahsachou7977
@nkurunzizasarahsachou7977 Жыл бұрын
Nice jobs😍😍😍
@FANNY-oc4cb
@FANNY-oc4cb Жыл бұрын
Yooo mukomere bashaa
@nitungamireille316
@nitungamireille316 Жыл бұрын
Makanyaga arakunda gukina Film arumukoze kabix navyo biramumbera mukama
@laurancemanirampa3960
@laurancemanirampa3960 Жыл бұрын
Ibutanyerera tuba turikumwe joakimu hejuru ♥️♥️
@emerynduwimana13598
@emerynduwimana13598 Жыл бұрын
Nitwigera tunanirwa kiretse twigirishije inkinzo tv 👏👏👏turabakunda caaaaaaaaaannnee
@venantiemurekatete8125
@venantiemurekatete8125 Жыл бұрын
Étape par étape ew makanyaga sha🤩🤩🤩
@nasranasra361
@nasranasra361 Жыл бұрын
Mukomere kabisa Bana bingozi
@user-ey3rc2lx9o
@user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын
Urasuwe cha
@maiakoakimana6168
@maiakoakimana6168 Жыл бұрын
Nivyiza cane
@MamAnge-zr2gc
@MamAnge-zr2gc 3 ай бұрын
Waaaaa vyiza caneee 🎉🎉🎉🎉
@claudineuwizeye871
@claudineuwizeye871 Жыл бұрын
Urugo rutanguye kubiha hakirikare
@shabannonda2286
@shabannonda2286 Жыл бұрын
Story nziza Courage turinyuma yanyu gsa vava koresh neza umwany wa kahise na kubu neza
@IrakozeDiane-vi9dy
@IrakozeDiane-vi9dy 10 күн бұрын
Mubikora nez my
@ezechieltuyisenge2219
@ezechieltuyisenge2219 Жыл бұрын
NC movie mwubahw Can turabashigikiy cn mubikorwa vyaj Joachim smith wubahw Can kuk uduha ibint bisukuy sn 🔥🔥🔥
@sengafiston4885
@sengafiston4885 Жыл бұрын
Ego kabisa image na son ni good. Courage sana.
@jeaninerwasa1715
@jeaninerwasa1715 Жыл бұрын
Mwubahwe can muranezera sana mubandanye muduha vyiza rero
@salehjassim2857
@salehjassim2857 Жыл бұрын
Yooo k bitanguy nabi ga Mana 😭😭😭😭 gsa courage
@NduwayesuJeandeDieu-ge8cz
@NduwayesuJeandeDieu-ge8cz 4 ай бұрын
Vyiza cane nanje ndabakunda can from🇿🇲to🇧🇮🇧🇮 rumonge
@Cres71500
@Cres71500 Жыл бұрын
Hahaha makanyaga wee uzoyitez ibeyi 🤣🤣🤣
@joleal7941
@joleal7941 Жыл бұрын
Wow film nziza weeee
@adidja4329
@adidja4329 Жыл бұрын
Ndabakunda Canée Nice
@alicenibigira
@alicenibigira Жыл бұрын
Ew ing zinyegej vyinsh kwel 😳 Muntwi 1amakof yatanguy 🥰🥰
@tgmfm5612
@tgmfm5612 Жыл бұрын
Nivyo warihuse kwer
@nimboni711
@nimboni711 Жыл бұрын
Numvandabishimiye caane
@achelndayi2457
@achelndayi2457 Жыл бұрын
burigihe uduha ibigezwehooo big up brooo
@pacifiquendihokubwayo3493
@pacifiquendihokubwayo3493 Жыл бұрын
Very beautiful film
@qasimshasha9126
@qasimshasha9126 Жыл бұрын
Inkinzo tv hejuru caane💃🇧🇮
@user-ey3rc2lx9o
@user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын
Warize kube makanyaga
@salhairakoze6445
@salhairakoze6445 Жыл бұрын
Makanyaga😆😆😆😆😆
@murundicomedy257
@murundicomedy257 Жыл бұрын
Love from murundi comedy257 🔥🔥🔥
@ummykhanifa962
@ummykhanifa962 Жыл бұрын
Nice movie 🌹💥🌹💥🌹💥❤❤❤❤❤
@fabricedellykendrick8842
@fabricedellykendrick8842 Жыл бұрын
Here we go again 😄🔥
@vanessairakoze1880
@vanessairakoze1880 Жыл бұрын
Vanessa wa bukeye courage mubikora neza
@mtnobif3369
@mtnobif3369 Жыл бұрын
Good bro Mr joakim Imisos yubahwe😂😂😂😂😂😂
@j.claudendikumana6257
@j.claudendikumana6257 Жыл бұрын
Courage bro
@chachachalifa9709
@chachachalifa9709 Жыл бұрын
Courag
@naninoni61
@naninoni61 Жыл бұрын
Inkinzo tjrs✌✌✌
@JudithNIYONIZIGIYE-kn5dv
@JudithNIYONIZIGIYE-kn5dv Жыл бұрын
❤❤❤❤❤turabakund Can
@hagabiyaremyeinnocent3769
@hagabiyaremyeinnocent3769 Жыл бұрын
Makanyaga yubahwe arabishoboye
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@duwayenzuagnes3302
@duwayenzuagnes3302 Жыл бұрын
Mubikoze nez komerezaho turabakurikiran can❤❤❤❤
@arnettenkurunziza7390
@arnettenkurunziza7390 Жыл бұрын
Christella courage mwiza !!!courage cane
@oliviertoshiba7259
@oliviertoshiba7259 Жыл бұрын
Yoooooh bashaa mbaye ndaguha pole kiki kko ndabon imber haw si hez
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 Жыл бұрын
Courage🔥❤🇧🇮🇸🇦
@radjabundayizeye1018
@radjabundayizeye1018 Жыл бұрын
La suite🙏film 👌
@divineingabire1
@divineingabire1 Жыл бұрын
Waoo irimwo inyigishoo muduhe utundi duce
@rossikirossiki6518
@rossikirossiki6518 Жыл бұрын
Joachim yatuzaniye bishasha bishasha basha natwe tukurinyuma mpaka kandi nawe utabiziko tukwemera wa ngozi juzaidi
@IFL_Burundi
@IFL_Burundi Жыл бұрын
Respect my boss
@gilbertmutezintare2401
@gilbertmutezintare2401 8 ай бұрын
Wa Murundikazi Uri Keza
@randaal1695
@randaal1695 Жыл бұрын
Makanyaga.heeee 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
NARIHUSE/S01/EP_02/JOACHIM AZOBIMENYA GUTE.?
26:43
Joachim Smith•
Рет қаралды 30 М.
AMAYOBERA_SERIES EP01/ FANNY /JOACHIM/CHAGGY/2024 🔥 📛
21:11
Joachim Smith•
Рет қаралды 27 М.
ROLLING DOWN
00:20
Natan por Aí
Рет қаралды 10 МЛН
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 5 МЛН
Babondo Minnesota
31:28
Jeje A M
Рет қаралды 2 М.
ISHARI_EPISODE_01 - UMUHINGA WO GUKIRA INDWARA ARAYIKINGA ...
25:22
Warubizi Movies
Рет қаралды 69 М.
INZIRA IZIMIZA EPISOSE  1//THE  WRONG WAY
33:37
Amahoro Artist
Рет қаралды 29 М.
AMAKURU YA BBC GAHUZA YO KU WA 19.08.2024#ku#URWANDA#UBURUNDI#CONGO#
30:26
AMAYOBERA- CHAGGY MURUKUNDO /JOACHIM MUNTAMBARA
20:19
Joachim Smith•
Рет қаралды 18 М.
AMAYOBERA-FILM CHAGGY NA JOACHIM  /JOACHIM MUNTAMBARA
16:07
Joachim Smith•
Рет қаралды 12 М.
ROLLING DOWN
00:20
Natan por Aí
Рет қаралды 10 МЛН