Ndafise impamvu/Birakwumvira/Azonyambika (official videos) By Fortran Bigirimana

  Рет қаралды 273,279

Fortran Bigirimana

Fortran Bigirimana

5 ай бұрын

Thank you for subscribing to our KZfaq channel:
kzfaq.info/love/SyX...
Follow us on:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
FacebookPage: / fortran-bigiri. .
Twitter: / fortranbig. .
Website:fortranbigirimana.com/
Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa KZfaq:
kzfaq.info/love/SyX...
Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
Page Facebook: / fortran-bigiri. .
Twiter: / fortranbig. .
Site internet:fortranbigirimana.com/
Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.
Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾
A/C :Fortran Bigirimana
Amajambo :
Ndafise impamvu /Azonyambika /Birakumvira
Ndafise impamvu
Ndafise impamvu
Yokumushima yesu
Ndafise impamvu
Yogutera hallelujah
Haraho yankuye
ntazibagira
Hari ivyo yankoreye
Ntazibagira
Amahoro yampaye
Ashibamira umutima wanje
Umunezero wiwe nizo nkomezi zanje
Yanyujuje ishimwe
Ataho norikuye
Hallelujah hallelujah
Niyo ndirimbo yanje
R)
Amen alleluia
yesu ur’umugabo
Amen alleluia
Yesu ur’uwambere
Ur’umugabo
Ur’umugabo yesu
Ur’umugabo
Birakwumvira
Ibisa n’ibikomeye
Navyo bigira amatwi
Kandi birakumvira
R)
Ntamusozi
Uba munini
Imbere yawe
Kuko atanakimwe kitagushobokera
Ibisa n’ibikomeye
Navyo bigira amatwi
Kandi birakumvira
Azonyambika
Ubwami bwayo imbere
Kuyigororokera imbere
Kuyi kinda imbere
Kugendana nayo imbere
Kuyumvira imbere
Simpanze amaso inyongera
Bidatuma mbura ibitsibo
Yamara nzi
Kwifeza n’inzahabu ari ivyayo
Ko y’ubahisha abayubaha
Ntaco nomuburana
Data Azonyambika
Ntaco nomuburana
Data Azonyambika
R) Azonyambika
data Azonyambika
Ntaco nomuburana
Data Azonyambika
Yesu abahe umugisha !!!
#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana#jamesdaniellatv #israelmbonyi #christianhymns #Gentilmisigaro #Adrienmisigaro #Dudutniyukuri #Appolinairehabonimana

Пікірлер: 1 400
@integuzaministries
@integuzaministries 5 ай бұрын
Yesu abahe umugisha bene Data b'i Burundi! Love from Rwanda 🇷🇼
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽
@user-cc4ro7qq2l
@user-cc4ro7qq2l 4 ай бұрын
Sha wewe uwo mutwe wawe urawukoresha neza nza nibuka turirimba indirimbo yawe turi kwishure ama examen atureeeembeeje.turihezagirirwa uwo mwaka twamenye hafi twese.be blessed my brother
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
☺️ oh praise God 🙌🏽 Bless you too brother 🙇🏽🙌🏽🙏🏽
@rhodeniyoyanzigamye1646
@rhodeniyoyanzigamye1646 3 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉numva IMPAMVU NYINSHI zogukunda YESU❤biciy mr iyi song
@rhodeniyoyanzigamye1646
@rhodeniyoyanzigamye1646 3 ай бұрын
😢😢❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Hallelujah 🙌🏽🙏🏽💙
@fidelenshimirimana8300
@fidelenshimirimana8300 5 ай бұрын
Nguma ndiko ndayiraba uko ndayiravye Niko numva iguma iba nziza gusumba it's full of joy. You are blessed Man of God fortrand
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Glory be to God !!!
@integuzaministries
@integuzaministries 5 ай бұрын
Yesu abahe umugisha bene Data b'i Burundi! Love from Rwanda
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽💙
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith Ай бұрын
Fortrand Imana Igukomeze Ndafise Ukuntu Nezerwa iyo Nongeye Kumva Ubutuma Buvuye Mundirimbo zawe
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙇🏽Praise God🙌🏽 Ameeen 🙌🏽
@dotchadelson5572
@dotchadelson5572 4 ай бұрын
Oohh My Jesus, 🎉iyi nayo ibaye iya 1 impezagiye💃💃 take all likes 👍 as a Burundian .. kure hashobok Fortran dat’s my wishes to you Bro
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
Praise God !!! Thank you 🙇🏽🙌🏽🙌🏽
@theotv6751
@theotv6751 5 ай бұрын
🎉🎉🎉❤❤❤❤Tunapenda wimbo huyu baba (Azonyambika bus Fortran Bigirimana )Imana iguhe umugish papa utere ujimbere!!!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽💙
@ValereWorshipper
@ValereWorshipper 5 ай бұрын
Burundi to the World✈🌍 , Mumpe Like Abo tuvyumva kumwe❤
@excellentizacalvajal297
@excellentizacalvajal297 4 ай бұрын
Uwu mugabo arabizi cane Burundi hejuru gose
@lilieverypro239
@lilieverypro239 5 ай бұрын
Ngo Umunezero wiwe Nizo Nkomezi Zanje👏 Ngo Kandi Yanyujuje Ishimwe Ataho Norikuye🙏🙏. Imana Ikutuzigamire Papa Iyindirimbo Niyiwanje Papa🙏🙏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Amen 🙇🏽🙌🏽 YESU N’UWAMBERE✨
@youngrachel6013
@youngrachel6013 4 күн бұрын
Nanje hewe yarampaye ishimwe ataho norikuye🤔 nzomushima iminsi yose yo kubaho kwanje🙌🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 күн бұрын
Oh Hallelujah !!!☺️🙌🏽🙏🏽
@fidelenshimirimana8300
@fidelenshimirimana8300 5 ай бұрын
Iyi ndirimbo tugiye kuyiririmba mu gisagara hashe 🔥 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 We gonna dance in all city common Bujumbura gonna burn 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Hallelujah
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g 5 ай бұрын
Ameeen iy ndirimbo nirwanje be blessed Fortrand 🥹🕺
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Hallelujah 🙌🏽 Bless you too 🙌🏽🙏🏽
@worldrevivaltv
@worldrevivaltv 5 ай бұрын
Iyi ndirimbo yankoze kumutima cyane❤ nibwo nakumenya gusa urimo umwuka w'Imana. Kuva nayibona iyi ndirimbo niyo ndi hora mpositinga gusa❤ Umwuka w'Imana ukomeze ukubeho
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽Ameeen 🙌🏽
@gldenbwoyrichou224
@gldenbwoyrichou224 5 ай бұрын
Ndakunze baking yayo pe yeeee fortran wankanze pe erega wari waribitse❤❤❤❤
@official-bg
@official-bg 5 ай бұрын
Halelujah kuva isohoka ntayindi Ndirimbô ndumviriza ndafise impamvu 😢😅
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🥰🙌🏽🙏🏽
@justinmercibirori8659
@justinmercibirori8659 5 ай бұрын
Woooow amen hallelujah, Fortran you have been a blessing of many souls for decades now and you still are to this day … so much love from Kenya 🇰🇪
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙
@wizerepamella5762
@wizerepamella5762 29 күн бұрын
Amen Hallelujah Yesu n'umugabo wa Bagabo Haraho yankuye naho yashikanye sigara niyumvira nti Iyataba wewe Yesu vyari birangiye kuri Jewe. YESU Ur'Umugabo w'Abagabo🙌🙌🙌🙏🙏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 29 күн бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣✨🙏🏽
@JeanClaudeNSENGIMANA-vr7pm
@JeanClaudeNSENGIMANA-vr7pm Ай бұрын
Israel Mbonyi wo mu Burundi , Congratulations,I love you,
@nduwimanaestella4395
@nduwimanaestella4395 Ай бұрын
Murundi wacu yesu akomeze kukwagura mumurimo wo guhimbaza
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 28 күн бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽🙏🏽
@maellandabashinze1025
@maellandabashinze1025 5 ай бұрын
Such a masterpiece🔥🔥 We have many reasons to thank him🥳🥳Love from 🇺🇸
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙌🏽🙌🏽🙏🏽💙💙
@DedineNiyibitanga-sk7hc
@DedineNiyibitanga-sk7hc 4 ай бұрын
Waooooh Dedine from Burundi I am blessed with this songs and this praises and worships please Azonyambika Data ntaco nzomuburana
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
Praise God !!! Azobikora ☺️🙌🏽🙏🏽✨
@user-ry1kv5sl8k
@user-ry1kv5sl8k 4 ай бұрын
😊
@mrjohnburundi5551
@mrjohnburundi5551 5 ай бұрын
Amen hallelujah yesu urumugabo ibisa nibikomeye navyo bigira amatwi kandi birakwumvira 😢amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
YESU ✨
@alidairuhiriyensanze3133
@alidairuhiriyensanze3133 Ай бұрын
Iyo ndirimbo niyo inzindukanye ngaha kuri You Tube Kubera mfise impamvu zirenga nyishi zo Gushima uwo Yesu🎉🎉🎉🎉 Be blessed Fortran
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣🙏🏽 Bless you too 🙇🏽🙌🏽
@bukeyenezanadege-gh5xg
@bukeyenezanadege-gh5xg 3 ай бұрын
Halleluaaah Halleluaaah Imana iturinde guhanga amaso inyongera.God bless u Son of God
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Amen !!! 🙇🏽🙌🏽🙏🏽 Bless you too 🙌🏽🙏🏽
@UWANYIRIGIRAJanviere-cz6fy
@UWANYIRIGIRAJanviere-cz6fy 20 күн бұрын
Birakumvira nukuri
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 20 күн бұрын
🙌🏽Birayumvira pe ☺️🙏🏽
@dejuniorthierry7074
@dejuniorthierry7074 2 ай бұрын
One of my favorite song Ndafise impamvu... Always still on repeat ♥️♥️ turavyina na madame hagashaaaa ..anw bless you more musore wacu🇧🇮♥️🙏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Oh praise God😁🙏🏽 Bless you too !!! Mukomeze kuvyinira Yesu arabibereye☺️🙏🏽💙
@DJKuri854
@DJKuri854 5 ай бұрын
Ubwami bwayo IMBERE☝ Kuyikunda IMBERE ❤ kuyikorera IMBERE✌ Kuyumvira IMBERE🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
IMBERE Y’inyongera ☺️😉🙏🏽
@kwizerawilson8230
@kwizerawilson8230 3 ай бұрын
Tu m as toujours beni, des belles chansons de louanges, des belles voice, des beaux musicians, tu es beni abondament frere Fortran
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
À Dieu soit toute la gloire 🙇🏽🙌🏽 Soit abondamment béni également frère !!!
@Dj.H-Promoter
@Dj.H-Promoter 5 ай бұрын
Waouh 🇧🇮✅
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙌🏽
@user-zs2uf1sj8o
@user-zs2uf1sj8o 4 ай бұрын
Amen Amen
@lindachrisneskaneza6784
@lindachrisneskaneza6784 2 ай бұрын
Fortran est le meilleur vraiment
@angelnzeyeyo9821
@angelnzeyeyo9821 6 күн бұрын
@angelnzeyeyo9821
@angelnzeyeyo9821 6 күн бұрын
Je valide 😅​@@lindachrisneskaneza6784
@alees4907
@alees4907 Ай бұрын
Nagum ndayumv mur tiktok agac nkibaz nzayibon gt noe ndayibony hashimw haj youtub mfit impamv zirenz cyn zogushim noguter hallelujah ❤🙌🙌🙌👏👏👏👏👏👏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Zirahari pe, ntawozibura 🙌🏽🙌🏽🙏🏽💙
@YvanNik
@YvanNik 5 ай бұрын
I'm back again to watching this songs Like zanyu in 🇧🇮🥰🥰👌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙌🏽🙌🏽
@ConiahGael
@ConiahGael 3 ай бұрын
We are so blessed. Halleluah be blessed vraiment it's so powerful. So deep brother in Christ. Unkumbuje ijuru quel model.... Yesu agwire cyane
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Praise God !!! 🙇🏽🙌🏽Ameeen !!!
@nsavyimanajoslin
@nsavyimanajoslin Ай бұрын
Amen amen ❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙌🏽💙
@aullah257
@aullah257 4 ай бұрын
Ndafise impavu yokumushima haraho yankuye ntazibagira iy ndirimbo niyanje 🙏🙏🙏😭😭😭
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
Hallelujah 🙌🏽🙏🏽
@sandrinemunezero5109
@sandrinemunezero5109 3 ай бұрын
Navyo bigira amatwi kandi birakwumvira Yesu we! Haleluya🙌🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Birumva ☺️🙏🏽
@hangimanajob5368
@hangimanajob5368 4 ай бұрын
Amen amen ❤ uuuuuu
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
🙌🏽💙
@NsengiyumvaJean-do1lt
@NsengiyumvaJean-do1lt 3 ай бұрын
Kabisa Bashir mukizungu nabandi bayumv irarenz
@patrickigirimbabazi2311
@patrickigirimbabazi2311 3 ай бұрын
❤❤️❤️❤️❤️❤️🇷🇼🇷🇼❤️❤️
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
💙💙💙
@claudetteingabire6847
@claudetteingabire6847 Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤​@@FortranBigirimana
@user-co5en5rk2k
@user-co5en5rk2k 5 ай бұрын
Umu worshiper , umu chanteur mwiza, umu arrangeur de musique mwiza murunganwe kuva dans les années 2000 kugeza 2050, c’est belle et bien Forthran BIGIRIMANA. Congratulations brother
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽
@uwimanaisaac1954
@uwimanaisaac1954 4 ай бұрын
Ntamusozi uba munini imbere yawe Mwami, kandi koko twarabibonye Hallelujah hallelujah 🙌🏼🙌🏼
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
Ntawo ☺️ Amen 🙌🏽🙌🏽
@zebedemirambi3067
@zebedemirambi3067 5 ай бұрын
Grand frère I really love you c'est tout 😭😭😭😭😭🙌❤️❤️🇨🇩🇨🇩
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙💙
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 2 ай бұрын
Une touche d'un enfant de Bujumbura y est. C'est bon à voir, entendre, à danser. Tout y est ♥️♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Gloire à Dieu 🙌🏽🙏🏽💙💙
@igirimbabazijeanlupin4829
@igirimbabazijeanlupin4829 Ай бұрын
❤​@@FortranBigirimana
@samuelnsengiyumva9591
@samuelnsengiyumva9591 Ай бұрын
😢​@@FortranBigirimana
@SoreyManirakiza-yt1rv
@SoreyManirakiza-yt1rv Ай бұрын
​@@FortranBigirimana😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
@alineniyonkuru1624
@alineniyonkuru1624 13 күн бұрын
​@@FortranBigirimanapppppppppppppppppppppp
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 5 ай бұрын
Ndafisimpamvu yokumushima yesu🙏🙏🙏🤲🤲🤲🤲🤲
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Turazifise nyinshi 🙌🏽
@fadhili257
@fadhili257 3 күн бұрын
Yanyujuj ishimweee ath norikuuuraa💃💃
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 күн бұрын
Hallelujah !!!
@fadhili257
@fadhili257 2 күн бұрын
@@FortranBigirimana Amen Amen
@cycy6451
@cycy6451 Ай бұрын
Ndafise impamvu nyinshii caane zo gushima Imana yama incira inzira Aho zitari ❤️❤️❤️Soit Loué mon Seigneur Jésus Christ
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Hallelujah !!!💙💙
@user-pk9vk6gj9n
@user-pk9vk6gj9n 5 күн бұрын
Ooooh my God ❤❤, Ndafise impamvu yo kuvuga Hallelujah 🙌🙌🙌🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 күн бұрын
🙌🏽🙌🏽💙
@jamesOliverRwanda
@jamesOliverRwanda Күн бұрын
Waoooo nice song brother! ndafashijwe may God bless you
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Күн бұрын
Hallelujah !!! 🙇🏽🙌🏽Bless you too !!!
@motivationentrepreneuriale8540
@motivationentrepreneuriale8540 Ай бұрын
Ndafise impamvu nyinshi gushima 💃💃💃❤️❤️🇧🇮
@aliciaIneza-sp2oh
@aliciaIneza-sp2oh 2 ай бұрын
Uhezagirwe kurusha Yesu numugaba
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Amen !!! Namwe bibabere uko 🙌🏽🙏🏽
@msimazibigclaude6474
@msimazibigclaude6474 5 ай бұрын
Imana ikongore amajambo tugume duhezagigwa vrt urangaburiye
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽 Imana ihabwe icubahiro !!!
@MfitumukizaEmmanuel-f3f
@MfitumukizaEmmanuel-f3f 9 сағат бұрын
ndishim ye cyane kubera ubutumwabwanyu
@alisonanicet7878
@alisonanicet7878 Ай бұрын
Mfise nyinshi caaaane oooooo urumugabo Yesu wanje ❤Ishimwe numunezero bidatangwa nabisi oooo merciii Papa😊 My song for year 2024 kuko yanyujuje ishimwe nanjye uyumwaka numunezero atahandi nari kubikura❤❤❤Be blessed much more more bcp bcp
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Oh hallelujah !!! 🙇🏽Bless you too 💙💙
@user-yb7rf5rg9n
@user-yb7rf5rg9n 13 күн бұрын
Waooo imana iguhe imigisha urambyukije narinaraguye uraririmbye numva imbaraga zidasanzwe zigarutse mubuzima bwange numugabo yesu numugabo nange naramubonye
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 13 күн бұрын
Oh praise God !!! #Yesu☝🏾1️⃣
@saleontrillioner9069
@saleontrillioner9069 4 ай бұрын
#🙌.... #Anointed Songs.... #Igihe cose ndazumvirije , i feel God Inside🙌 #Turahiriwe Kukugira... #Every time i am.listening these songs , i feel Praise God and make my comment
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
Praise God 🙌🏽🙌🏽
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 2 ай бұрын
Data Azonyambika God bless you Man Of God we love you So much 💕❤🙌🇷🇼
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!! Bless you too brother 💙
@FrancineGakumi
@FrancineGakumi 14 күн бұрын
Ndagukunda cyane iyombabaye nkayuva intera kwibuka ibyo imana yankoreye ibyirigiro bikaza ❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 13 күн бұрын
Oh praise God🙏🏽💙
@elianemushiranzigo
@elianemushiranzigo 3 ай бұрын
Data azonyambika..... Ntaco nomuburana azonyambika. Umwana wanje yarayikunze cane. Hezagirwa cane Fortran Bigirimana.
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Ameeen 🙌🏽 #Yesu☝🏾1️⃣✨ Namwe Yesu abiteho 🙌🏽🙏🏽
@hatungimanasimonpierre7859
@hatungimanasimonpierre7859 2 ай бұрын
Simpanze amaso inyongera bidatuma mpomba igitsibo yamara nzi neza ko ifeza nizahabu vyose ari ivyayo 🙏🙏🙏🙏 very deep
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽
@user-tm3qt6lb4z
@user-tm3qt6lb4z Ай бұрын
Ameeeeeeennnn nanje ndafisimpamvu yokumushima Yesu haraho yankuye ntazibagira harivyo yankoreye ntazibagirwaa
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Hallelujah 🙏🏽 #Yesu☝🏾1️⃣✨
@glorieuxbig5547
@glorieuxbig5547 5 ай бұрын
Yanyujuje ishimwe ataho norikuye. Ndafise impamvu yo kumushima vy'ukuri❤🙌🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Hallelujah 🙌🏽
@solangenizigama2018
@solangenizigama2018 4 ай бұрын
Ndimurukundo niyi ndirimbo💕💕Amen Yesu numugabo pe
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
Praise God 🙌🏽💙 #Yesu☝🏾1️⃣
@BlandyBazumutima
@BlandyBazumutima 4 ай бұрын
Abagabo bararutana Yesu ur'umugabo Amennnnn🥺 🙌God bless you Fortran💃💃💃
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
#Yesu☝🏾✨ Bless you too sister 🙌🏽🙏🏽
@user-df2qk4ih7p
@user-df2qk4ih7p 5 ай бұрын
Iyiii ndirimboo irimwo Imana 🥳🥳Ndafis impavuuu 🙏🏼🙏🏼🙏🏼
@joyceigiraneza4763
@joyceigiraneza4763 5 ай бұрын
Waouh 😊komerezaho
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽
@nsengiyumvanestor2406
@nsengiyumvanestor2406 19 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉❤❤amen nanjye ndafise impamvu kbx be blessed papa nation🙏🏼🙏🏼🙏🏼🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru caane
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 19 күн бұрын
Hallelujah !!! 🙇🏽🙌🏽Amen,bless you too brother 💙
@user-so2ti8ol1h
@user-so2ti8ol1h 5 ай бұрын
Ntaco nzokuburana Yesu❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Ntaco ☺️🙌🏽🙏🏽💙
@Aldenarts
@Aldenarts 5 ай бұрын
Halleluya, Praise God my Heart, kuko Impamvu ni nyinshi cane, thank You #Fortrand Bigirimana🥰
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽
@gldenbwoyrichou224
@gldenbwoyrichou224 5 ай бұрын
Fortrand sivyimbeshere uri uwagaciro Ku mubiri wa Kristo Iyi ndirimbo ije mugihenyaco knd irimwo ubushobozi pe May God anoint you more than how you are This song deserves millions views ❤❤Yesu n'Umugabo
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Hallelujah !!!🙇🏽🙌🏽
@dichoujoykwiradine6405
@dichoujoykwiradine6405 4 ай бұрын
Yes nanje ndafisimpamvu yokumushima Yesu.Imana ikomeze kugusiga caaane indirimbo ninziza caane
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
☺️🙌🏽🙏🏽 Ameeen 🙇🏽🙌🏽
@faithmwikali8844
@faithmwikali8844 5 ай бұрын
Much love from ke🇰🇪🇰🇪
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj Ай бұрын
harimpanvu vyukuri nyishi zituma noshima yesu.merci kwiyindirimbo❤❤❤🎉🎉
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣🙏🏽 🙇🏽🙌🏽💙🙏🏽
@dushimesosthene
@dushimesosthene 2 ай бұрын
Yesu uri Umugabo . Mvuze ko ndi intahe nzima kuko haraho yankuye sinzoba nihenze. Mwarahezagiwe cane Fortran
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
#Yesu✨1️⃣🙏🏽
@user-xr8mv7fd1d
@user-xr8mv7fd1d 5 ай бұрын
Urumugisha twahezagijwe.ututurimbo dutuma twegera Imana.
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽 Imana ibihererwe icubahiro !!!
@esdrasmuyishimire6675
@esdrasmuyishimire6675 5 ай бұрын
🇧🇮❤️🇷🇼 forever in the presence of God , beautiful songs and glorious moments like this should be more. 🙏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙌🏽🙌🏽🙏🏽
@user-hn1sf7qz5v
@user-hn1sf7qz5v 4 ай бұрын
🇧🇮 hejuru caaane
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
@saleontrillioner9069
@saleontrillioner9069 5 ай бұрын
Anointed Man of God.... Mbg Mbg Indirimbooo.... Imana Ibandanye Kugukoresha... i am blessed sana....
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽
@Burundian-k3q
@Burundian-k3q 5 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 Hallelujah 🙏🙏🙏 Reka ndabashimire kandi nongere ndabakeze kur'ibi bikorwa vy'ubwiza muriko murazana mu buzima bwacu, Uhoraho Imana Umuremyi wacu abandanye kubana namwe ubu n'ibihe vyose !!! By Jeremiah Burundian
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽
@stevekubwimana2119
@stevekubwimana2119 5 ай бұрын
Halleluaah what a spiritual song.keep going fortrand
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Hallelujah 🙌🏽
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 5 ай бұрын
❤❤❤❤ mbayuwambere huuuuuuuuuuu
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
💙💙💙💙
@johnfrise5875
@johnfrise5875 5 ай бұрын
Ndafis impamvu yokuzan nshim Yesu nukuri ;❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙏🏽
@GrethaSetu
@GrethaSetu 5 ай бұрын
Uri Jéhovah shalom mahoro yanje🎉azonyambika Data azonyambika🎉🎉muri yesu hari ambiance irenze🎉🎉🎉🎉❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Hallelujah 🙏🏽💙💙
@NyasukuEugenie
@NyasukuEugenie Ай бұрын
Amen ndagukunda cyane❤ imigisha yimana kuriwewe
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🥹🙇🏽Ameeen 🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙
@SAWA--JAMBO
@SAWA--JAMBO 5 ай бұрын
Uri umugabo, Uri umugabo YESU URI UMUGABO, BARARUTANA, #UMUGABO W'ABAGABO
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙏🏽
@fabricenj
@fabricenj 4 ай бұрын
Ndafise impamvu ❤ what a wonderful song
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 ай бұрын
Praise God 🙌🏽💙
@ElieNdayizeye-s8j
@ElieNdayizeye-s8j 10 күн бұрын
Ndafise impamvu ndamushima yesu haraho yankuye😢😢😢😂😂😂😂😅😅😅😅😅🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️♥️♥️❤️❤️❤️❤️❤️
@ElieNdayizeye-s8j
@ElieNdayizeye-s8j 10 күн бұрын
Man of God be blessed with a whole team Imana niyo yogushimwa kuko niyo yabakoresheje
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 10 күн бұрын
Hallelujah !!!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 10 күн бұрын
Ashimwe YESU 🙏🏽💙💙
@salomonsinzoyiheba9647
@salomonsinzoyiheba9647 5 ай бұрын
Ariko Imana yaremye Fb❤ 🤣🤣🙏🏻🙏🏻🙏🏻 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
😅💙💙💙
@salomonsinzoyiheba9647
@salomonsinzoyiheba9647 5 ай бұрын
God bless you abundantly man of God 💥😍🇧🇮😍
@marieclaireuwase6687
@marieclaireuwase6687 5 ай бұрын
Byose bifite amatwi birakumvira mwami!Umwami yubahisha abamwubaha amen.Nyagasani akomeze akwagure.
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Amen 🙌🏽
@ConcilieNiyogakiza
@ConcilieNiyogakiza 4 күн бұрын
😂😂impamvuuuu myishiiii Amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 4 күн бұрын
Hallelujah !!!
@user-zk4nm2pb2c
@user-zk4nm2pb2c 5 ай бұрын
Ayililili💃💃💃je valide ur'Umugabo Yesu✅✅🙌🙌🙌🙌🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
N’umugabo !!!
@dushimesosthene
@dushimesosthene 5 ай бұрын
Ndafise Impamvu kuko yanyujuje ishimwe ataho norikuye❤❤t❤❤❤ mwarahezagiwe cane Fortran
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 2 ай бұрын
Yesu aguhe umugisha utumye nkunda ivyiwacu nahora ntarabona ibiryoshe none urancangamuye kwel ndakunze ukuririmba
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Oh hallelujah 🙌🏽🙏🏽💙
@chrismfalumesupernatural3346
@chrismfalumesupernatural3346 5 ай бұрын
Waoooh mbega ivyiza nubutunzi dufise Burundi turahiriwe ko tubafise🎉🎉🎉🎉
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽
@florencearakaza86
@florencearakaza86 3 ай бұрын
This sing is so special.Blessed all team in the name of Jesus
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Ameeen 🙌🏽🙏🏽
@junioruwimana5510
@junioruwimana5510 3 ай бұрын
❤❤❤my brother God bless you so much uratanguye kumpa uburyohe bwiza Yesu nivyose yankuye kure
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Hallelujah 🙏🏽💙
@user-bd3mz2jl4z
@user-bd3mz2jl4z 3 ай бұрын
Vyukuri Umwami Yesu Christ akusubirize aho wakuye🙏🙏🙏👏👏 mukozi w'Imana iyindirimbo impa ibihe vyiza peee 😢😢😢😭😭😭irampezagira gira umugisha mwishiii ❤❤❤🥰
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro 🙌🏽 Amen ndawakiriye 🙇🏽🙌🏽💙
@Danydanie23
@Danydanie23 5 ай бұрын
Turafise impamvu zo ku mushima yesu pe 🥳🥳🥳🥳🥳Go ahead fortran much love from your country🇧🇮❤️
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙💙💙
@esronniyonkuru1685
@esronniyonkuru1685 5 ай бұрын
Ndafise impamvu yo kumushima Yesu, Haraho yankuye ntazibagira, harivyo yankoreye ntazibagira..... ❤❤❤❤ .Umunezero wiwe niryo shimwe ryanje! ....... Yanyujuje ishimwe ataho norikuyeeee Haleluya Haleluya niyo ndirimbo yanje..... YESU NI UMUGABO
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
💙💙
@niyokindiesperance151
@niyokindiesperance151 3 ай бұрын
Ndafis Impanvu yokugushima Yesu
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 3 ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣✨
@sisigisele1541
@sisigisele1541 5 ай бұрын
Muhezagirwe
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽 Namwe bibabere uko 🙌🏽
@user-mf5rc6uw8v
@user-mf5rc6uw8v 5 ай бұрын
Yesu nashimwe ibihe vyose ❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 ай бұрын
Amen 🙌🏽💙
Yeriko/Ni Yesu/Ahagutse by Fortran Bigirimana (Official Video)
18:55
Fortran Bigirimana
Рет қаралды 90 М.
Pastor Lopez - Imana y'akandi karyo (Official Music Video)
7:22
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 254 М.
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 10 МЛН
🤔Какой Орган самый длинный ? #shorts
00:42
Cool Items! New Gadgets, Smart Appliances 🌟 By 123 GO! House
00:18
123 GO! HOUSE
Рет қаралды 17 МЛН
Rwanda gospel songs 2024(lyrics)|Nonstop Rwanda worship songs with Lyrics
1:16:22
Compilation Albums "Turidegemvya" & "Ntaco Nzoba" by Fortran Bigirimana
1:32:00
James&Daniella  ft Israel MBONYI  || Yongeye guca akanzu
14:07
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 3,7 МЛН
Ah YaYaYa - Dudu T. Niyukuri
10:02
Dudu T. Niyukuri
Рет қаралды 1,6 МЛН
Taramana na Moriah Worshipteam Ep 01: Inuma zaho ziraguguza/ Amahoro/ Abera
27:06
Moriah Worship Kanombe
Рет қаралды 74 М.
Umwami Ni Mwiza Pe | True Promises| ( Official Music Video)
19:08
True Tunez
Рет қаралды 2,7 МЛН
Pastor Lopez - NTIBESHA(Live recording Video)
9:50
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 716 М.
Zattybek & ESKARA ЖАҢА ХИТ 2024
2:03
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 521 М.
Doston Ergashev - Kambag'alga (Official Music Video)
5:32
Doston Ergashev
Рет қаралды 4,5 МЛН
Munisa Rizayeva - Aka makasi (Official Music Video)
6:18
Munisa Rizayeva
Рет қаралды 7 МЛН
Alisher Konysbaev - Suie ala ma? | Official Music Video
2:24
Alisher Konysbaev
Рет қаралды 871 М.