Ni igiki cagushitse ku mutima mu rugendo abakuru b'ibihugu vya EAC baheruka kugira mu Burundi?

  Рет қаралды 121,774

Mashariki TV

Mashariki TV

Жыл бұрын

Bakunzi ba Mashariki TV , dusangire ikiyago. Ni igiki cagushitse ku mutima mu rugendo abakuru b'ibihugu v'umuryango wa Afrika y'Ubuseruko (#EAC) baheruka kugira mu #Burundi? Ni ikihe cigwa wahakuye?

Пікірлер: 55
@ganzachris5085
@ganzachris5085 Жыл бұрын
Vyari bibereye kweri kubona President Paul kagame ashika mu Burundi
@nemelsa8584
@nemelsa8584 Жыл бұрын
Kubona twakira umushitsi twaheruka kera cane kubona iwacu i Burundi President P Kagame
@twin_lakes_tv
@twin_lakes_tv Жыл бұрын
Imodoka ya P.Kagame
@hassanmujahidin271
@hassanmujahidin271 Жыл бұрын
Kubona Kagame ashitse Iburundi
@africanishomeland7840
@africanishomeland7840 Жыл бұрын
Uburyo mwakiriye neza president wacu 🇷🇼 Paul kagame nuburyo mwamwishimiye ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@godeliveniyongabo2987
@godeliveniyongabo2987 Жыл бұрын
Vyaraturenze , twaranezerewe cane kubona President w'uRwanda mu BURUNDI ! Twizigire ko bizobandanya gutyo , amahoro asubire arame !
@africanishomeland7840
@africanishomeland7840 Жыл бұрын
Amahoro kubanyarwanda amahoro kubarundi bose
@oma3795
@oma3795 Жыл бұрын
Imana irashoboye nibindi izobikora 🙏 🙏 🙏 🙏
@assumaninshimirimana5579
@assumaninshimirimana5579 Жыл бұрын
birahimbaye kubona twakiriye Aba présidantnkabobose ❤❤❤
@TheogeneNoheri
@TheogeneNoheri 10 күн бұрын
Umubye wacu He president Paul kagame ndamukunda cyane ni nyamibwa pe
@nibiroranyaeddiegold4509
@nibiroranyaeddiegold4509 Жыл бұрын
N'ibisanzwe noe ko atagitanganza kirimo,abubwo n ibirenze ivyo bigiye kuba👍👍👍
@user-wr8gs5yv2l
@user-wr8gs5yv2l Жыл бұрын
It's good because it's united of EAST AFRICA I like it
@issamchaga7238
@issamchaga7238 Жыл бұрын
Ico mbonye gusa abantu ntibavug ukuri "Bati Kagame ntatwenga!" 🤷🤷🤷🤷🤷🤷🤷🤷🤷?
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 Жыл бұрын
Kkkkkk 😅
@ntakirutimanaprotogene4253
@ntakirutimanaprotogene4253 Жыл бұрын
Nukuri abanyarwanda twishimiye uburyo mwakiranye urukundo Paul kagame❤️❤️
@moisentakirutimana9860
@moisentakirutimana9860 Жыл бұрын
Ntivyari bikwiye ko Uburundi n'Urwanda tubana nabi. Kuko turi bamwe dusangiye imico
@jeanclaudeirangabiye2924
@jeanclaudeirangabiye2924 Жыл бұрын
Nuko muri abavandimwe bacu❤️
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 Жыл бұрын
​@@jeanclaudeirangabiye2924 Cane gose duhuje vyose vrema.....
@gilbertnahayo4723
@gilbertnahayo4723 Жыл бұрын
Ni ububasha président wacu Neva afise bwo kubatumamako booose ati NGWINO!
@anitharuzima1027
@anitharuzima1027 Жыл бұрын
Museven ukugene yiyambariye ishati❤
@nizigamaeric3824
@nizigamaeric3824 Жыл бұрын
Never est plus qu'un president il est un bon pasteur
@joselynegashirahamwe8258
@joselynegashirahamwe8258 Жыл бұрын
Birahimbaye
@uwasediane4191
@uwasediane4191 Жыл бұрын
Papa wacuuuuu. Uri intore izirusha Intambwe. Niyutambuka. Biragaragara.ndagukunda numutima wange wose Nyakubahwa URWANDA
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 Жыл бұрын
Nimukundane ahubwo
@rushagogaterura4314
@rushagogaterura4314 Жыл бұрын
Burundian from USA, icanezereje cane nasanze President kagame afise security ikeye cane .Harikintu mwe mutaravye neza mwitonze,Raba bashatse ko abasekirite biwe ko botocimbere yabo basoda batonze kukurongo iruhande ya tapis rouge ariko babankiye baruhutse bakoreshe tactiques ikomeye baranyurangana baruhuka bamukingiye .bisigurako uworasa we yobanza bo c'est la strategie etle tactique de proteger quelqu' un dans le cas dangereux,.hanyuma mwihweze agirashike kuramutsa ndayishimiye urabe a` gauche muraja kubona uko urya musekirite wiwe bamuzibiye ariko arasuguma kugirango agume iruhande rwa son President Kagame!!! N,.B: Mwese mwihweze ivyo mberetse muze kugirico mumbwiye kuri comments zanyu!!! Ibisigaye icanryoheye nuko kuza kwa Kagame muburundi biragaragara ko atarumwana mubi ashaka ko twibagira akahise kuko ntamuryango utaburibibazo ariko igikuru nukuyaga burya intibagira ntibana!!lok
@agacirotvburundi7403
@agacirotvburundi7403 Жыл бұрын
Ndabibonye kbsa
@woodsmachinery3670
@woodsmachinery3670 Жыл бұрын
ibyo uvuze nanjye nabibonye bashatse ku mubuza arabasubika ari njira ariko nawe yabitewe nuko ari muremure kuburyo P.G ba Neva yabasbaga cyane ,ubutumwa burimo nuko abashinzwe Protection ya Neva basubira inyuma bakareba P.G uko igomba kuba iteye ikindi ntabwi wafata umu P.G usa nabi nkabo nabonye Neva afite kandi bafite ubu zairwa bwishi.bagomba kuba ari barebare kandi bibisore
@chrisbenchrisben1337
@chrisbenchrisben1337 Жыл бұрын
💪💪💪💪🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@clauvisndayiragije8604
@clauvisndayiragije8604 Жыл бұрын
Vyiza cane ndumva nishimy kuba igihugu cacu congey kubanyabagendwa
@vumbikumbizi
@vumbikumbizi 3 ай бұрын
Imodoka ya kagame yubahwe numwe ndak❤
@hassann4209
@hassann4209 Жыл бұрын
We’re strong together.
@jinamajody
@jinamajody Жыл бұрын
Abasirikare bacu mubahe izindi tissus bashoneshe impuzu ziri ku ma tailles yabo pliiiiiiz🙏🙏🙏🙏
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Ico kintu nahereye kera ndakivuga! Mu ma Defilés ya Independence Uruganda rw'Ibitambara ruriho Igisata kibarira Impuzu mugisirikare Sinzi ko gihari. Kidahari, ababijejwe nibashinge igisata kibarira Uniform zijanye n'Ibihe tugezemwo! Bambare baberwe nk'abakingira Igihugu Ciha Agaciro🇧🇮 mu Gipolisi no Mugisirikare umengo bapfa kubaha Uniform atawubapimye ibigero🤔👎🏿
@jinamajody
@jinamajody Жыл бұрын
@@burundishallsmile1day109 Neva ni mzee wa kizungu azogikorerako. Jew nibaza ko botuma bashonesha ama prêtes à porter ku ma sizes yose bakayashira ahantu akazohora yambarwa n'abagiye mubirori nk'ivyo. Kubera ngira ntivyokworoha kuronsa tout le personnel imyambaro mishasha icarimwe. Ariko kuva na kera natw twavutse tugakurira mu caro agahuzu ko kuwamungu kama kabitse ahantu.
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 Жыл бұрын
Abanyarwanda twapfuye gutandukanywa n,ubusa twaru1 dusangiye imico ururimi.... ivyubushotoranyi bihave #twongeretwirongoreranirane nkuko vyamye hambere 😂
@jonasphilemon6956
@jonasphilemon6956 Жыл бұрын
Ahubwo ndayishimiye namufashe Felix kisekedi kurinda umutekano
@lucksonbonfilsbrown907
@lucksonbonfilsbrown907 Жыл бұрын
Vyadushits kumutima kuko ivyo twabiheruka kuntwaro ya peter kuri manda yambere
@audndayi3832
@audndayi3832 Жыл бұрын
Kubona umusaza museveni
@jeanpaul9800
@jeanpaul9800 Жыл бұрын
Turabavandimwe!satanic ntazongere kudutobera yaratsinwe Harakabaho Neva Na Pk
@jacknyabilu
@jacknyabilu Жыл бұрын
Ica nshitse kumutima n agace c iyi video ko kumunota wa 3:12
@yassirali8025
@yassirali8025 Жыл бұрын
Nivyinshi cane ndanakeje uyumudamu agendanira Samia sihuru watanzaniya yururutse neza iriya gali
@coyitungiyebakisi518
@coyitungiyebakisi518 Жыл бұрын
Kweri bubahwabacu
@josiasniyonkuru9888
@josiasniyonkuru9888 Жыл бұрын
Natwugururire kuruhwa turengane gushika cingo
@Angedangel
@Angedangel Жыл бұрын
ahubwo mudotomoreze ukuntu irya modoka ya Paul Kagame yashitse BJ.
@uwamahorochadia3010
@uwamahorochadia3010 Жыл бұрын
Hhhhh kuyita imwe kandi nabonye arinyishi gusa iriya modoka yubahwe
@Angedangel
@Angedangel Жыл бұрын
Look. I'm an avid news reader,so, it'd be good to know how that motorcade got to BJ.🙄🙄
@muvunyijunior8327
@muvunyijunior8327 Жыл бұрын
yashitse itwawe nindege u Rwanda ruherutse kugura yitwa Air cargo plane.
@Angedangel
@Angedangel Жыл бұрын
jewe mbona abasoda uniformes zibaroka abandi nta forme , ntibaryoheye ijisho. mumbabarire.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Ico Abarundi tutazi, *Abandi bagira Igisoda cishonera Uniform Bakifatira ibipimo * Hari abasore n'Inkumi bahagaze neza Baba baratowe bahabwa ayo Mabanga yokwakira abashitsi Ntupfa uwo ushizeyo Kuko ni representation y'Igihugu Baserukira Image y Igisirikare C igihugu Abashinzwe ico gisata bakwiye kwicara Bakajana n'Ibihe Bambaye izibaroka,Image y Igisirikare c Igihugu iba Iroka
@mugisastephen7214
@mugisastephen7214 Жыл бұрын
Njyewe ndabona ntabirenze wan
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Жыл бұрын
Cigiki nyene atari ubu ryarya bwo kwiyiribeka inyuma yimpfu za bakongomani bakiyibagiza kwamagana Kagame yigize surivu mukarere.
Iyakirwa rya Prezida PAUL KAGAME✈ i BURUNDI |EAC Presidents|👀
22:02
WHO DO I LOVE MOST?
00:22
dednahype
Рет қаралды 76 МЛН
Increíble final 😱
00:37
Juan De Dios Pantoja 2
Рет қаралды 109 МЛН
OMG😳 #tiktok #shorts #potapova_blog
00:58
Potapova_blog
Рет қаралды 3,8 МЛН
INGABIRE Victoire AVUZE K'UMUKANDIDA WA FPR HAMWE NO KUMVUGO TUZABAVUNA
54:58
IMBARUTSO YA DEMOKARASI
Рет қаралды 120 М.
BIJIYOBIJA AHUYE NURUVA GUSENYA NI MUNDEBERE NONEHO
27:28
BYAKUNUKA COMEDY TV(SHERIFF)
Рет қаралды 118 М.
WHO DO I LOVE MOST?
00:22
dednahype
Рет қаралды 76 МЛН