Ntagihugu kigoye gutwara nkuburundi || Igitoro gitegerezwa kuboneka vyanka vyakunda..|| S.E Neva

  Рет қаралды 91,055

Isaac Tv

Isaac Tv

2 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 487
@matsikomoses
@matsikomoses 2 ай бұрын
Nyamara cya ikigabo cyacu nigikozi gikunda igihugu ❤️ Gen Neva sinarimuzi neza ariko maze kumukunda ni panafricanist
@YusufYusuf-jx1ub
@YusufYusuf-jx1ub 2 ай бұрын
Ikoresheje ijambo nyandagazi ngo cya kigabo kweri😂 ubwo wumva wisoneye koko? Please the Bible says we should respect those who are in Leadership! A President of Country. Behave yourself
@Rene-ex9kp
@Rene-ex9kp 2 ай бұрын
Nange maze kubibina numu Pan-African
@isaacjohn9633
@isaacjohn9633 2 ай бұрын
Kweli baba ulisawa
@isaacjohn9633
@isaacjohn9633 2 ай бұрын
Nze kugufasha papa ichogihugu kigomba abhantu binkomezi chane ndagukunda ulisawa papa
@DidierIradukunda-iu4cy
@DidierIradukunda-iu4cy 2 ай бұрын
Président wacu yubahwe❤ Imana imushoboze Ubintu bihinduke
@gateteedmon1921
@gateteedmon1921 2 ай бұрын
Koko umuntu udoshobora kuhashya abasuma akaza akarira imbere y'itangazamakuru can i ask you question are proud of you president
@gateteedmon1921
@gateteedmon1921 2 ай бұрын
Perezida wanyu niyizera abantu akoresha uzi impamvu nuko nta ntego afitiye igihugu cyanyu
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 2 ай бұрын
Uri Impumyi God forgive you 😢
@user-rb4nh2zo5g
@user-rb4nh2zo5g 2 ай бұрын
Ntovyoyoshobora ananiwe nugutwara igihugu atantambari irimwo hama ngo ubuyahudi.😂😂 Sha tekana icomushaka turakizi. Abobiba kwataberekana. Nimucezo wandani Basha nibareke kudukona nkumupira.
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 2 ай бұрын
Barazinanye sha
@gastonmodestkaziri2566
@gastonmodestkaziri2566 2 ай бұрын
I am sure you must be dreaming a day light dreams! The President is quite right, some Burundians are not honest and do not wish to see the country develops! This is bad and I can assure you unless these people are taught a lesson by the Government, developing the country may be a night mare! The good thing is that the President is determined to fight on and will definitely win the game.
@vivensnsanzimana2018
@vivensnsanzimana2018 2 ай бұрын
Ubundi uyu niwe muperezida Africa icyeneye uvugisha ukuri mubenegihugu be kandi bari kumwe mubutegetsi asante sana Neva
@SkyAngel-qr5xz
@SkyAngel-qr5xz 2 ай бұрын
nukuri nanjye ndamukunze cyane pe burundi mufite umu presida mwiza uzira uburyarya pe
@viatornkunzimana4693
@viatornkunzimana4693 2 ай бұрын
Mutamawacu namwemera muga iyabanza gupfunga abo babaya imbere yokubivuga😢😢
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 2 ай бұрын
Ivyo muburundi bikomeza kugorana pe Gusa ukobirikose Imana ntiyadutaye one day bizagenda neza Insha Allah 🙏🙏🙏
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 2 ай бұрын
Imana izodufafasha.
@abizeyejeanbosco369
@abizeyejeanbosco369 2 ай бұрын
Ni muhumure bavandimwe ntago Ari mwe mugowe gusa nibihe isi yose iri gucamo gusa ntibinganya
@muhozakelia1414
@muhozakelia1414 2 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@muhozakelia1414
@muhozakelia1414 2 ай бұрын
​@@Nkurunziza-rn4xt😅😅😅😅😅😅
@muhozakelia1414
@muhozakelia1414 2 ай бұрын
​@@Nkurunziza-rn4xt😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@Ethan00477
@Ethan00477 2 ай бұрын
Harya ngo iyo yanyoye inzoga arara avuga bugacya😂😂genda Gen.Neva ugira imyuka
@IsmaelNDATIMANA-jv4hb
@IsmaelNDATIMANA-jv4hb 2 ай бұрын
ntukajye uvuga ubusa niki yavuze kitumvikana
@Ethan00477
@Ethan00477 2 ай бұрын
Byose birumvikana ariko singombwa ko arira, singombwa kuvuga amagambo nk'ayabagombozi kugeza naho abira ibyuya yihanagura incuro7, numuyobozi mukuru, icyo avuze rimwe kiba itegeko kandi kigakurikizwa bitakorwa ababishinzwe bakirukanwa, cyangwa bahahindurirwa akazi, cyangwa bakirukanwa. Biriya byuya abira ntabwo bikenewe (ni weakness ye yifitiye). Ntabwo rero navuze ubusa nkawe udasesengura ibyo Neva avuga).
@IsmaelNDATIMANA-jv4hb
@IsmaelNDATIMANA-jv4hb 2 ай бұрын
Nakugira inama yo kuzamushaka ukamubwirako iriya speech ye utayikunze agakosora akajyendera mumuronko wowe ushaka
@mbayinekdavid2348
@mbayinekdavid2348 2 ай бұрын
😂😂😂😂
@fafaninyibuka255
@fafaninyibuka255 2 ай бұрын
@@Ethan00477 uwobiguha wobishobora
@bukurusylvane
@bukurusylvane 2 ай бұрын
❤😂😅😅😅bafunge none kubibona nti wobafunga none ivyobinyonyezi unva namwe shira mungiro kumusaga mushirayo abataribo none ivyobisuma ko bid a bidafatwa
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 2 ай бұрын
Ntamukuru wigihugu dufise muburundi 😮😮
@TYFashion_cosmetics409
@TYFashion_cosmetics409 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@user-qs7lj7kj1k
@user-qs7lj7kj1k 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@user-eu1gw6hl7f
@user-eu1gw6hl7f 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@SkyAngel-qr5xz
@SkyAngel-qr5xz 2 ай бұрын
ahubwo niba mwumva ntawe mufite ubu bizagorana ko muzamubona nukuri mugerageze mumufashe mwubake igihugu bas mwigire kubaturanyi u Rwanda ntimururebe kuko muri iyi minsi muri kurwanga nibura murebe Tanzania na Kenya bizabafasha pe
@joyfulfriendsproject1989
@joyfulfriendsproject1989 2 ай бұрын
Ntamurongozi w'igihugu uvuga ibintu nkibi ntago biremesha igihugu kugitwara icarico cose kiragora. Wivuga Burundi rero
@IrutingaboJoel
@IrutingaboJoel 2 ай бұрын
None ariko arabesha Ahubwo Nawe urimuribo
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 ай бұрын
None ko muguma mumugaya kandi ivyariko avuga vyunvikana ahubwo mwebw muribujuju
@nirereegide1230
@nirereegide1230 2 ай бұрын
Nukukwita manenu. Uravuuuuga ariko ibikorwa ntavyo . Igihugu cakunaniye tanga imihoho uriko ujana igihugu mu manga.
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 2 ай бұрын
Kbsa
@nathanaelnihorimbere2463
@nathanaelnihorimbere2463 2 ай бұрын
Erega Abo basuma biba igihugu bakaze kurusha igitero c'amasasu.kubwanje nimba ubazi bashire kuri stade ubarase bapfe baveho kuko n'amashetani.kubabwiza ururimi rw'inkoni nirwo bokwumva ibindi baripanze
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
Kabisa arabaza Poutine ingene yahanye abantu benabo
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 2 ай бұрын
Isaac ibi bintu ngiye kuvyunviriza gushika bihere. Umukuru w'i Gihugu cacu c'Uburundi ngiye kuvyunviriza gushika bihere. Imana ifashe UBURUNDI.
@DushimeMiracle-fw6it
@DushimeMiracle-fw6it 2 ай бұрын
Bafunge Mon GNRL.Bafungeeeee!!!!Bazane ivyo mwivye!
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 2 ай бұрын
Geeeendaaa vyaranse induru gusa, hubwo ni we musuma wa mbere kuko ubana na suneba ugasuneba nkawe, nimubise Rwasa shaaa abishoboye igihugu gisubire ku murongo, tembagare n’imbonerakure zanyu
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 2 ай бұрын
Nne wunva yubahuka nukubavuga mwizina?arabazi ahubwo Bari kidutamba kumivyimba twe tutagira igitoro,gusa nivyi ntamuntu numwe atabona iroduga ryigitoro,isukari,amazi umuyagankuba,ibinyobwa😭
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 2 ай бұрын
Bibaho ! sekibi zirakora shetani zisa n'abantu,zikabakoresha igikorwa co gusenya abantu. Muvyeyi, Turagusabira,turagushigikiye. izo sekibi ziba abana n'Imana ndazisambuye mw'Izina rya Yezu Kristu !
@SalhaIradukunda
@SalhaIradukunda 2 ай бұрын
Imana ikujimbere umukuru wacu w'igihugu cu Burundi 🇧🇮 ♥️
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 2 ай бұрын
Muri abajura muriba Niko President avuze hahhh😅😅😅
@etiennenintunze3258
@etiennenintunze3258 2 ай бұрын
Bambwire ! Ubusuma burarenze! Ubukene bugeze igihugu ahantu!
@chany9950
@chany9950 2 ай бұрын
Papa wacu yavuga nuko batumva pe imana ikumpere umugisha wamugabowe👍🏾🙏🏾
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 2 ай бұрын
Barareba nkibisuma koko Gusa Neva niwe gisuma cambere
@chany9950
@chany9950 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣hewe nibagufata bazogufuga sha
@ingabireaimee5108
@ingabireaimee5108 2 ай бұрын
What are expecting iyo igihugu gishyira abarongozi kigendeye ku moko? 🤷🏽‍♀️ ngo iyi poste niyu umuhutu iyi noya niyu umututsi….. OMG have mercy on our Country Tanga ubwenge kubarongozi bahitemo bakurikije leadership, wisdom and knowledge in Jesus Name we pray 🤲🤲🙏🙏
@gskgak3621
@gskgak3621 2 ай бұрын
Icecekere nahuziko bitaba kwisiyose bagira amoko kd niyo agenderwaho
@APOTEREWUMUNIGA
@APOTEREWUMUNIGA 2 ай бұрын
Ndagukunda papa wacu jyubaha ukuri kbx
@nzisabiraclaver4232
@nzisabiraclaver4232 2 ай бұрын
Isaac tv ndakwemeye urumuhinga pe
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye 2 ай бұрын
Imana niyonkuru ishobora vyonse 🧎🤲
@JoshuaSama-ut1re
@JoshuaSama-ut1re 2 ай бұрын
Mukomeze musenge cyane imana irava mwijuru izane igitoro irazana naba engineers babubakire ibicupuri gusa.
@mykeke3255
@mykeke3255 2 ай бұрын
Ivyobisuma nyene mubishore muri gambon baje kurima Hanyuma Abaphunzwe mubareke bitahiriwabo Abonabo bariyigihug mubajaneyo kurima
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r 2 ай бұрын
Ingorane ziwawe uvuga utwenga
@Rm-zo7ro
@Rm-zo7ro 2 ай бұрын
Nyakubahwa ntugire ubwoba muburundi ntitwabonye ivomo 😂😂😂 waaaa nyerecubahiro mukuru yigihugu😅😅😅😅😅
@francisniyokindi6737
@francisniyokindi6737 2 ай бұрын
Very intelligent our president Neva hejuru cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@HN-ur3kb
@HN-ur3kb 2 ай бұрын
Hahahah perezida wabajura!! Wowe ubwawe wovuze ko uri umuswahili noje ngo nywe😂😂
@gamegirljoyceishimwe1543
@gamegirljoyceishimwe1543 2 ай бұрын
Nikimwaro ufise ko abana buburundi bashiriye muri Congo 🇨🇩 uzobabazatu Imana ntizakumvape abana Burundi 🇧🇮 Bara shize ngo ikawa twarumiwepe
@NiyonkuruAnissa
@NiyonkuruAnissa 2 ай бұрын
Yoooooo imana itujimbere kwel
@innocentnduwayezu348
@innocentnduwayezu348 2 ай бұрын
Imana igufashe igushoboze mur vyose
@Alihamdulil
@Alihamdulil 2 ай бұрын
Mutama❤ kora😂 nka kagame fata😂 ubafunge abandi😂 ubiche
@freetv4209
@freetv4209 2 ай бұрын
Kagame ntiyica aho niho mubera ibigoryi, mwizera ibinyoma, namwe mukabikwirakwiza, kandi muri uwo mwanya mukora ibyo mwakabaye mwiga uko abandi bakora
@user-vf6cb5ey8s
@user-vf6cb5ey8s 2 ай бұрын
Wari wumva abanyarwanda barira ngo inganda zahagaze se kuko babuze amafaranga yo kugura ibikoresho? Ikigoryi gusa
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@batamurizalydia4074
@batamurizalydia4074 2 ай бұрын
Kicwe na mugiga wakivume we
@user-rn1ks4vn3k
@user-rn1ks4vn3k 2 ай бұрын
Imanibahezagire nyakwubahwa perezida❤❤❤❤❤❤
@Believer682
@Believer682 2 ай бұрын
Mwabyishe kare,mufunga imipaka,mukomeze mwinyegeze nyine.
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 2 ай бұрын
My Prs raba nez ingorane kwatari wew
@Beloved-E-l-h
@Beloved-E-l-h 2 ай бұрын
None nyakwubahwa azoguma avugisha umunwa nabahane nimba abazi ahandi abenegihugu turahagorewe ubukene bwabay ndanse
@twahirwa226
@twahirwa226 2 ай бұрын
Wowe president wuburundu ubwo ntasoni ugira iyo ujya kuli radioukavuga ngo Hali abanbarundi ngo bari ba!wowe niwowe uti ba?wowe wahisemo kugurisha amaraso yabarundi ubagurisha kisekediubashora kuntabata itariyabo!
@mbutoyurukundoisaac5534
@mbutoyurukundoisaac5534 2 ай бұрын
Icyigipirayambaye cyamuteyubushuhebwinshi mumuzaniragashatikoroshe kandimumwongorere agabanyurusaku.😂😂😂😂😂
@NBA-highlight.943
@NBA-highlight.943 2 ай бұрын
abarundi mukunda u Rwanda mumpe like
@lostboy2608
@lostboy2608 2 ай бұрын
Turarambiwe namajambo yawe. Kora nkumu general, bashire kuri stade baraswe, nibo bansi bambere buburundi
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 2 ай бұрын
Nashire mubikorwa
@Onesmoboyz
@Onesmoboyz 2 ай бұрын
😂😂 ha ha ha ha umetisha sana 🎉
@MURINJA803
@MURINJA803 2 ай бұрын
Hhhhh maneno tu
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 ай бұрын
Cyane umuntu wiba aba yanga Igihugu
@matchalove370
@matchalove370 2 ай бұрын
Nakoreshe umwanya tubabone abansi bigihugu
@JohnNdagaswi
@JohnNdagaswi 2 ай бұрын
Neva ntabugome yigirira rwose. Aratwenza abantu umengo ni comedy.
@desouza21875
@desouza21875 2 ай бұрын
Iyo film wirigwa urakina n'amajambo menshi ntaco turindiriye fin yayo
@IrutingaboJoel
@IrutingaboJoel 2 ай бұрын
Abanka igihugu ntimubuze
@user-vn9mi6sz3z
@user-vn9mi6sz3z 2 ай бұрын
Amajambooooo gusa ntakindi tokaa!
@HirwaAlbert-hr4lp
@HirwaAlbert-hr4lp 2 ай бұрын
Ooo egumugabo ubabaje afite agahinda kweri
@user-vg5ke4kc8f
@user-vg5ke4kc8f 2 ай бұрын
IMANA nishimwe cane yakuduhaye
@relaxtvrwanda1658
@relaxtvrwanda1658 2 ай бұрын
Mwubake inzego zubugenzuzi kandi ibijyanye namasoko mushireho abasivire kuko nibo bagenzurwa muburyo bworoshye badatewe ubwoba.noneho abo bagenzuzi nibo nbazaza bavunika basobanurira president uko byagenze abanyereje umutungo bagaragare bahanwe
@MUREKATETEClemence-vg3js
@MUREKATETEClemence-vg3js 2 ай бұрын
Wambay nabi p president muzima kweli
@user-bu8po1jq6c
@user-bu8po1jq6c 2 ай бұрын
Babwize ukuri rwose
@HappyArcticFox-sk3hf
@HappyArcticFox-sk3hf 2 ай бұрын
Va mumagambo Kora ibisabwa gukorwa umujura ahanwe naho nujya mumagambo nakyo muzajersho
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 2 ай бұрын
Nimugabanye amajambo mubishire mubikorwa nn turabr niho twokwemera
@djohaumuhoza2685
@djohaumuhoza2685 2 ай бұрын
Bikomeje kugorana !gusa Imana y'irwanda itabare abavandimwe gusa hari umusesenguzi wumuhanga ibi byose yarabivuze kuri Muhabura tv
@JohnZulu-rh8jx
@JohnZulu-rh8jx 2 ай бұрын
None warizikogutwara vyoroshe.tangaimihoho?vyakunaniye?
@user-ko9pl1vy5v
@user-ko9pl1vy5v 2 ай бұрын
J'encourage notre Président de la République. Dieu interviendra au moment opportun.
@user-pn9fu2cw7t
@user-pn9fu2cw7t 2 ай бұрын
Ngo mukwezi kwi 9 nyuma yamatora, ubwo harico mutumvamo?abwiwe niki ko bazoba bamutoye.
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 2 ай бұрын
Kkkkkkk😂😂😂😂😂😂
@claudineali3561
@claudineali3561 2 ай бұрын
😭😭😭😭yooo muvyeyi wacu ihangane imana izogutabara 🎉
@claudineali3561
@claudineali3561 2 ай бұрын
Ibisuma murahumbaa mugiye kungwara garura itunga ryabanyagihugu,ataruko macinya irikumwe namwe😂😂😂
@ejenybaraka59
@ejenybaraka59 2 ай бұрын
Ntagihugu cu Burundi dufite ikihari nuko codadanzwa cose tukagabirana ayazoba yavuyemo 😅😅😅😅😅😅😅
@charlestv1158
@charlestv1158 2 ай бұрын
Love from Charles TV
@user-xp7nu2xg7b
@user-xp7nu2xg7b 2 ай бұрын
Ikibazo uba widoga gsa nacyo ubakoraho ubanza ubatinya😢jyubata imvuto apana kuza kuririra abenejyihugu😮😮😮😮😢😢😢
@user-uw7zb2wx3e
@user-uw7zb2wx3e 2 ай бұрын
Barazinanye kuduhuma amaso gusa ,ni Leo yavugiye
@user-uw7zb2wx3e
@user-uw7zb2wx3e 2 ай бұрын
Bohoza bose , ababishoboy ni benshi . Gutukisha umugambwe vyo nyene . 😢
@ismahtv299
@ismahtv299 2 ай бұрын
Iki kigabo ni igipaciii ndakiiii😅😅😅
@Kwantare257
@Kwantare257 2 ай бұрын
Abarundi turi intumva p burya ntimubona ko aha twaroshe umwungere Kanda az kuragira intama burya narengan Ushaka uramp Link
@uwizeyimanadonatira5553
@uwizeyimanadonatira5553 2 ай бұрын
Abarundi cyakozecyo muzikwiba ako konu nikokabi😂😂😂😅
@mykeke3255
@mykeke3255 2 ай бұрын
Nonivyo bisuma birih komutambingoma zitaravuga haruwijana mukigega Atahere keje murayihambamwo Mukikomenshinduru mwetwaramaz kubamenya Tuyirir nzojimbere yuburundi tuvug kobatwivye
@NyampingaJean
@NyampingaJean 2 ай бұрын
Aduhe akarorer abarundi tureme atwerek abobantu kuk turaremvye abarundi
@Emwituafricaofficial
@Emwituafricaofficial 2 ай бұрын
Yabaye ari ikimwaro n'umujina wa bana bu Burundi ingabo za Makenga ziri kwica nk'ubunyegeri bazira ibyo batazi bazira inzahabu namahera yabandi wariye none umujinya wo gutsindwa uwutuye imfura zicaye imbere yawe
@jilu1095
@jilu1095 2 ай бұрын
Papa burundi andufash igitoro kiboneke
@habimanajeanclaude7884
@habimanajeanclaude7884 2 ай бұрын
Wakabaye uva munama mbere Yuko uhaguruka muriyo salle, abo basuma bageze muri gereza
@bienvenumbonyinshuti7492
@bienvenumbonyinshuti7492 2 ай бұрын
Abica u Burundi uri uwambere
@OnesphoreTuyishime
@OnesphoreTuyishime 2 ай бұрын
Kuramwo uhakazi aband kuko abo baragutse bariye mensh
@user-xp7nu2xg7b
@user-xp7nu2xg7b 2 ай бұрын
😂😂😂ngaho nyumvira ngo azabarega imbere yimana 😮😮😮
@mbutoyurukundoisaac5534
@mbutoyurukundoisaac5534 2 ай бұрын
Arko ababagabokobasankabayibyesha!!!? Ababagabo ndabonabarikureba nkibisambo neva aravugishukuri nibisambosha 😂😂😂 haricyombonye gifitisoni
@lovepeace5460
@lovepeace5460 2 ай бұрын
Bafunge abobasuma uhereye murugorwawe
@divinetvoficial
@divinetvoficial 2 ай бұрын
Kuyobora byakunaniye Tanga imihoho mugabo hajeho abashoboye
@user-kk5rq7fe4d
@user-kk5rq7fe4d 2 ай бұрын
Hhhhhhhhhhhh ariko umukuru wigihugu koko avugako abenegihugu aribisambo yanarenga akavugako gutwara uburundi bigoye koko
@T-Fellow
@T-Fellow 2 ай бұрын
Nivyo nuķuri Papa wacu w'Uburundi, ndimuri Canada kandi ndagukwirikirana cane
@lovepeace5460
@lovepeace5460 2 ай бұрын
Umunwa rufyiri na faustin ndikumana barawukoreshe utaranabitangura arikovyarase rabukore ugabanyamajambo abantu bararuhijwe nubuzima buzimvye
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 ай бұрын
Aha abanyagihugu ntituronka nico tuvuga gusa icotuzi nuko abokubahindura birakunda bisaba guhitamwo gupfa nogukira nka magufuri.
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 2 ай бұрын
Magufuri niyiruhukire amahoro 😢😢
@niyonkurusalim2186
@niyonkurusalim2186 2 ай бұрын
Raba ubatuzanire tubabone Hama uhindure abakozi utraravye umugambw bavamwo
@olivierniyorembo7425
@olivierniyorembo7425 2 ай бұрын
Ndabona ibyuya mukwaha byamurenze 😅😅😅😅😅😅
@bluetv8958
@bluetv8958 2 ай бұрын
Nyenecubahiro ntago yogosha ubucakwaha mugabo😢
@IrebeIrene123
@IrebeIrene123 2 ай бұрын
@@bluetv8958😂😂😂😂😂
@nyanderaibrahim3327
@nyanderaibrahim3327 2 ай бұрын
Disi burya mubuzima urye wirinda gufata umwanzuro uhubutse # wivumbuye 🇷🇼 none aho ugejeje igihungu @ hasigaye amasegeaho
@desirenyandwi1621
@desirenyandwi1621 2 ай бұрын
None MPa akarorero kibintu vyahora biva Rwanda bitakiboneka!??
@aminanekesa3718
@aminanekesa3718 2 ай бұрын
Nukuri Abarundi nabarundikazi murimburabugirire😢😢nsimvuze bose ariko abenshi ntituzi gushima😢😢 aho ntimwoshima ivyo umukuru w'Iguhugu ariko arakora?😢😢ego ntavyera ngo de ariko twige gushima basha😢😢 jew nukuri mbona atako atagira kimw gusa bansumirinda nibo benshi😢😢😢 abanyonyezi banyonyera igihugu nibo benshi😢😢 Imana Igushoboze Nyakubahwa abofashije igihugu nibo bagifukamye munda😢😢 Mana tworohereze
@freetv4209
@freetv4209 2 ай бұрын
Hhhhhh uyu mugabo rwose😂😂😂😂, Reba nkikintu yambaye mwijosi prezida muzima??😂😂😂😂,
@user-vf6cb5ey8s
@user-vf6cb5ey8s 2 ай бұрын
Yewe nange numiwe
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 2 ай бұрын
Ishapure
@user-uw7zb2wx3e
@user-uw7zb2wx3e 2 ай бұрын
Ko urwuya rwamurenze iyo nama yariko ibera he hatagira na crimatiseur ? Abokurwa mu mabanga bobo ni benshi batazi nogutegurira ikibanza president 😢
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 2 ай бұрын
Paculi niki gayemwe😅😅😅
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 2 ай бұрын
😂😂
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 2 ай бұрын
Nukur ntaconz rer
@shyakaemmanuel6042
@shyakaemmanuel6042 2 ай бұрын
Ooooh urita abaturage bawe ibisuma
@Tatu-rr9ms
@Tatu-rr9ms 2 ай бұрын
None nimba kigoye kutakirekura😂 nimwe mubirya sabene gihugu
@MUSACOMEDY250
@MUSACOMEDY250 2 ай бұрын
Hhhhhhhh mbega prezidaaa nakumiro
@jumuiaeac9771
@jumuiaeac9771 2 ай бұрын
He fears them. That's a trait of s weak and unintelligent person. Oh Burundi! Cry Beloved Country!
@nshimiyimanadavide644
@nshimiyimanadavide644 2 ай бұрын
Hhhhhhh igihugugu cyubakwa nokwigomwa kabakiyoboye ndasaba umukuruwigihugu cyabaturannyi agabannye imikino namagambo ashyire imbere ibikorwa bitaribyo Burundi buzakomeza kubaagatobero nongeremusabe nagabannye amagambo kukobiragaragara abobagufasha kuyobora igihugu nabagererannya nimpene Kandi ngwamatwiyihene ngoyumva ahiye cishamo akeyo kubura kuyobora igihugu ntasatima zizamo fatibyemezobikwiye kuko abagufasha kuyobora igihugu cyuburundi namasihagusa nibisambo kabombo kuri jye mporanishavu kubwubugoryi bwabaturannyi muribigwari kbs mwagakwiye kwigira kugihugu cyaha iwacu irwanda
@brownndayiragje2431
@brownndayiragje2431 2 ай бұрын
Imikino murimwo ntitahuritse ubuherutse nabonye video nyakubahwa nyenicubahiro avuga ko ivyigito avyifitiye muminwe none uwakimwatse ninde?kugera aho vyibwa ukunganuko
@habimanajeanclaude7884
@habimanajeanclaude7884 2 ай бұрын
Perezida nuzana igisubizo, uwakosheje agahemukira abanyagihugu, agahanwa, Wowe kora ureke kuvuga gusa
@vumbikumbizi
@vumbikumbizi 2 ай бұрын
Abimana yabumvye bariho kabx ninabo batugejj hab
@Hi5392
@Hi5392 2 ай бұрын
53:40 😆🤦‍♀urumva Neva niwe mutunzi wambere wuburundi... yodufashije ko yifitiye amamiriyari kuri compte akaza aranarya 200mille ku munsi, ntakuntu yosaba bakareka kumuhemba umwaka wose??? kuko amafaranga yigitoro yabuze yobonetse peee🤦‍♀
@user-rn1ks4vn3k
@user-rn1ks4vn3k 2 ай бұрын
Komera kwivora banyakubahwa muhsihsikare kurongora
@nununuora8274
@nununuora8274 2 ай бұрын
Ndakenda mama😂😂😂😂
@user-ce1ei8bt5f
@user-ce1ei8bt5f 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤I love you burundi😂😂🎉🎉🎉
@aneelaa3486
@aneelaa3486 2 ай бұрын
Team kaderi tumenyane🎉🎉❤
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 ай бұрын
Nonewewe umazi kurushwa inguvu nuwutwara ibaze bafunge canke utangimihoho kuko ntivyumvikana😢😢
@byukusengedieudonne1894
@byukusengedieudonne1894 2 ай бұрын
Ni comedy ndakii😂😂😂😂😂😂
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 ай бұрын
Ntahantu horoshye😂
@rugwejackx9651
@rugwejackx9651 2 ай бұрын
President uvuga ikintu kimwe amasaha, akunda abarundi kandi abacuruza bucakara, ubujuju afite yarakwiye kuba agronomie wa kibitoki cg c umutubuzi wimbuto muri Kayanzi.......... uzi abapfakazi n'ipfumbyi arimo kurema mugihugu?
DAY BREAK | Ruto picks Raila's Men [Part 1]
19:16
Citizen TV Kenya
Рет қаралды 26 М.
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 64 МЛН