#kw

  Рет қаралды 3,527

PAM Channel TV

PAM Channel TV

4 ай бұрын

Muri kino kiganiro tuyaga na Elsyne NIJIMBERE umuborayi w'umukenyezi wa mbere mu gisagara ca Bujumbura. Ni umwuga wari umenyerewe ukorwa n'abasore ariko we yararengeye ico abantu bibaza ahitamo gukora uyo mwuga utamenyerewe ku bigeme.

Пікірлер: 30
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 4 ай бұрын
Courage kuri team yitumviriye kuja hamwe. Na PAM kandi mugira neza kubagendera
@Ndayaki
@Ndayaki 4 ай бұрын
1:31 , eh niyagaruka ntuze ukamwimwe, twavyumvise uramwemereye akazi. Abe make ayabone😆
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 4 ай бұрын
✌✌From Ihuriro Tv
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Ihuriro TV mrcii❤
@jonathandusabe9328
@jonathandusabe9328 4 ай бұрын
Kw'ijob hashushe, Pam channel tv inyishu kuba entrepreneur
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 4 ай бұрын
Intro ni🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🎉❤
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 4 ай бұрын
Nari nkumbue kwijob👌
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 4 ай бұрын
❤❤❤mukomere kwijob
@Armel_Josselin
@Armel_Josselin 4 ай бұрын
Umukenyezi mw’iterambere. Courage cane SONEMU 🙌
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Merci bcp Armel❤
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Merci bcp ❤
@zalga74
@zalga74 4 ай бұрын
waouuuh @pamchanneltv bravo émission ikoze neza Big up liena👌🏽
@imanizabayoisaie4872
@imanizabayoisaie4872 4 ай бұрын
Big up ❤❤
@alexandrenkengurutse8616
@alexandrenkengurutse8616 4 ай бұрын
Uwo muborayi jew ndamwemera💪
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Thx
@Ubuntu81
@Ubuntu81 4 ай бұрын
Courage, ndavye ikiganiro cawe mpejeje kuguvugana n'umuntu ari ngaho i Burundi kuvyerekeye kwoza imodoka. Warantanze projet ariko ndabishimye, rero je t'encourage kuko ngaho les caprices de nôtre société ziratubuza gushika aho dushaka. Ndakwipfurije kuzoba icitegererezo kizotuma n'abandi bajijuko bakava mu mwijima twama turiko tubeshera abakoroni kwaribo bawudushizemwo ariko atarivyo. Courage madame from sweden
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Thank u very much for yr encouragement❤ Harageze ko abarundikazi tumenya ko tumenya ko inguvu zacu,sizo kuguma mu gikoni gusa. Dufise ingabire nyinshi muri twebwe zishobora kutubeshaho zigafasha n abandi. Uhezagirwe
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 4 ай бұрын
Iki kiganiro kiratesa courage 👌👌❤❤❤❤
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Merci bcp❤
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 4 ай бұрын
@@elchanneltv23 ❤❤❤❤❤
@iradukundacynthia8343
@iradukundacynthia8343 4 ай бұрын
Courage Elcyne murashoboye caane💪💪
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Mrci bcp
@user-mt7re4ef1m
@user-mt7re4ef1m 4 ай бұрын
courage madame jonathan
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 ай бұрын
Bon courage kabisa
@JoselyneMunezero-oe9gs
@JoselyneMunezero-oe9gs 4 ай бұрын
Inyishu ndayironse mais contact
@LysebellaNihorimbere
@LysebellaNihorimbere 4 ай бұрын
Courage elsine❤🎉
@JoselyneMunezero-oe9gs
@JoselyneMunezero-oe9gs 4 ай бұрын
Muroza ama sallon acafuye donc kumesa mutajobetse intebz genre gukuram'o ubucafu mugu sprayinga tu
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Eg cane
@chadiadusabe1932
@chadiadusabe1932 4 ай бұрын
Ndisabiye Aka numéro Ka Madame Elcyne Ico Tuvugana Mwoba Mukoze Cane.
@elchanneltv23
@elchanneltv23 4 ай бұрын
Pam Channel❤
CITY MAID NSHYASHYA YUZUYE | BAMENYA SERIES | UMUTURANYI SERIES | IMPANGA SERIES | ZACU TV
20:24
CITY CHANNEL RWANDA • 36K views • 3 hours ago...
Рет қаралды 2,3 М.
Beautiful gymnastics 😍☺️
00:15
Lexa_Merin
Рет қаралды 15 МЛН
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
Самый Молодой Актёр Без Оскара 😂
00:13
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 9 МЛН
RPF Cocktail Reception | Remarks by Chairman Kagame
31:02
Paul Kagame
Рет қаралды 42 М.
MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA
32:01
#Kukayi : Abana ba Buja ville baragisibije  #Shorts
1:00
PAM Channel TV
Рет қаралды 1,2 М.