#Kukayi

  Рет қаралды 3,771

PAM Channel TV

PAM Channel TV

7 ай бұрын

Gutegura Retraite ntivyorohera bose. Ariko mugihe vyashobotse birafasha kubaho tunezerewe,cane cane igihe wayiteguye kugira ukore ico wamye wipfuza gukora kandi kinezereza umutima wawe.
Muri kino kiganiro Mme Jocelyne aratubwira ingene yabigejenje.
#Kukayi #Retraite #Burundi #BienEtreAtoutAge #JohnMaxwell #Social

Пікірлер: 16
@devoteinakamikazi4877
@devoteinakamikazi4877 7 ай бұрын
Muzomugarukane atuganirire kandi.hariho benshi bicwa nubwoba bwo gutangura ariko haracariho ivyizigiro❤❤
@user-tn7yu4if5k
@user-tn7yu4if5k 3 күн бұрын
S.P je veux rencontrer cette grande dame, pour remonter ma confiance
@zalga74
@zalga74 7 ай бұрын
Émission iri top Merci Pamchanneltv
@simbagirl2060
@simbagirl2060 7 ай бұрын
Super women! Go go Jojo the sky is the limit. Muba fun bawe ndimwo cane namye ndakwemera. You are a true leader❤ Btw " A true leader leads by exemple "
@gorethhakizimana7336
@gorethhakizimana7336 2 ай бұрын
Murakoze cane kurico kiganiro je naraye pensionye nkaba mbaye très interressée mumpe aka numéro nze ndabarondere ndi maman Doxa i Gitega
@niyonahabonyefrancine1317
@niyonahabonyefrancine1317 7 ай бұрын
Waouh akayi karyoshe😊😊
@i.platinum8185
@i.platinum8185 7 ай бұрын
Muzogarukane umutumire 😊
@iradukundabenigne2723
@iradukundabenigne2723 7 ай бұрын
Merci bcp pour votre émission ❤
@kamaga-go5kw
@kamaga-go5kw 7 ай бұрын
Bravo madame. Metamedecine
@jean-lucnikoyagize5910
@jean-lucnikoyagize5910 7 ай бұрын
14:01 L' excellence 14: 45 L' espoir 15:28 Le respect
@ishimwedivine5991
@ishimwedivine5991 5 ай бұрын
Mumfash mumpe adresse yaho hantu aba mamy bagirira sport.j'en ai vrt besoin
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 5 ай бұрын
Nne ntakirundi azi ngira yize ibulaya
@iradukundaariella-eu3kt
@iradukundaariella-eu3kt 7 ай бұрын
Iyo émission yari iryoshe umenga iheze hatageze
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 7 ай бұрын
Murakoze cane ariko n'aka numéro kiwe karakenewe.
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 5 ай бұрын
We journaliste jamuri sport 😂😂😂
@krc0607
@krc0607 22 күн бұрын
Kurikira ibikenewe kandi bikuraba.
Slow motion boy #shorts by Tsuriki Show
00:14
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 13 МЛН
#KuKAYI: IKIYAGO N'UMUHUZA W'ABARUNDI - Aimée Laurentine Kanyana
41:27
#kukayi: Ibintu bitatu abagore bakunda  #shorts
0:59
PAM Channel TV
Рет қаралды 78
#Kukayi : Abana ba Buja ville baragisibije  #Shorts
1:00
PAM Channel TV
Рет қаралды 1,2 М.
#kukayi: BENIE aciriye akarongo ku bagore bavugira hejuru #shorrts
0:50
#Kukayi: Wohomba amahera hakuhomba umukunzi #Shorts
0:53
PAM Channel TV
Рет қаралды 145