Prezida Neva yahaye iminsi itatu gusa abafise ibibanza atari abadandaza babe babisubije.

  Рет қаралды 111,410

Mashariki TV

Mashariki TV

11 ай бұрын

Iminsi itatu gusa niyo yahawe abafise ibibanza mu masoko ya Reta atari abadandaza babe babisubije. Ivyo biri mw'ijambo Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije avuye mu rugendo yahora mwo mu bihugu vy'Uburusiya n'Ubushinwa.
#Burundi

Пікірлер: 262
@rwemaalexis2194
@rwemaalexis2194 11 ай бұрын
Cyabikoze mwaba Rundimwe mufite perezida ukunda abanyagihugu.
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 11 ай бұрын
Son excellence ATI ''ndaguyemubana'' turaronse cegevala ndakurahiye ineza yabose rata nzogufana mpakka🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 11 ай бұрын
Yaaaani ndagukunda bure kweli uyu niwe president twari dushaka ❤️❤️❤️❤️❤️
@rosamuhimpundo4516
@rosamuhimpundo4516 11 ай бұрын
Yooooooooooooooo uyu niwe kbs emwe urugamba kbs uwo niwe sebarundi kamera kumuheto Neva wacu oyeeee❤❤
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 11 ай бұрын
@@rosamuhimpundo4516 yeah imana imukomeze bukebuke uburundi buzoja kumurongo 🙏🙏🙏
@allahakujazekheriwowww5694
@allahakujazekheriwowww5694 11 ай бұрын
Mungu akupe maisha marefu akukinge na vijico babayetu 🙏🙏
@benjaminwabenga9068
@benjaminwabenga9068 11 ай бұрын
Excellence, Mr. le president de la republique du Burundi, franchement l'Amour que vs avez envers nous bas peuple ca me depasse que Dieu vs protege, qu'il vs benisse abondament.
@shykohjopa7518
@shykohjopa7518 11 ай бұрын
Mubisanzwe ibeyisiyo
@ildephonsegatete3303
@ildephonsegatete3303 10 ай бұрын
​@@shykohjopa7518😊😊😊
@mr_yassinofficial
@mr_yassinofficial 11 ай бұрын
Uyu niwe président wa Afrika abandi muraduhenda
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 11 ай бұрын
We ndakwemera cane, gusa Imana iguhe abagufasha muvynva kimwe.
@gahungujean-cb2bb
@gahungujean-cb2bb 11 ай бұрын
❤ Nyakwubahwa Neva abasenga mu kuri tuzoguma tubasengera , komera mujimbere , Mudukoze kumutima muburyo tutigeze tubona kw isi.
@lionelgahungu3442
@lionelgahungu3442 11 ай бұрын
Shaaa banyarutse rr Bimure abanya Musaga bagure mpimbaa
@Gerardirankunda2885
@Gerardirankunda2885 11 ай бұрын
Mutam dufash kuko mu burundi vyabaye ndanse😰😰😰🙏🙏🇧🇮❤
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 11 ай бұрын
Big up saana wewe niwe ubabaye abene gihugu ndakwizeye na ndagukunda caaane hoz harajako abarongozi nkaba uburundi bwokize
@hategekimanapatrick8645
@hategekimanapatrick8645 11 ай бұрын
Imana izaguhe umugisha ndagukda kbs uvugisha ukuri kdi nta buryarya ugira Imana izaguhe ubuzima kd,izaguhe kuramba
@niyungekofranck3095
@niyungekofranck3095 11 ай бұрын
Congratulations Mr president we proud of you tuza imihimbili
@mdmn8160
@mdmn8160 11 ай бұрын
NEVA ndagukunda cane Imana igushoboze ❤
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
Nukuri barakuruhishije Mutama😢😢
@oseendayi5046
@oseendayi5046 11 ай бұрын
Urwaruka nirwinshi rushobora gukora gusunvya abobasuma biba bagahohotera abantu 😢 gerageza ubahindure❤
@ackleokwenda5959
@ackleokwenda5959 11 ай бұрын
Ingingo nziza cane nya kwubahwa H.E Neva .
@user-mv4ew2bs9h
@user-mv4ew2bs9h 11 ай бұрын
Hezagirwa muvyeyi wacu wubahwe 🙏🙏
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD 11 ай бұрын
Imana yame ikuja imbere mutama.
@habonimanaomar4732
@habonimanaomar4732 11 ай бұрын
Abachamanza buburundi nibankundakurya
@samuelnzeyimana-py6ij
@samuelnzeyimana-py6ij 11 ай бұрын
Asha Imana ikuje imbere,uzotware imyaka yose niwaba ushaka gutwara utwarira ineza ya Bose,oyeeeeeee
@mdmn8160
@mdmn8160 11 ай бұрын
Kora umuti mutama wacu Papa Burundi
@bahemajavan4716
@bahemajavan4716 11 ай бұрын
KANDI BURYA INDONGOZI ZOSE ZIMEZE NKUYU MUTAMA WACU TWOZA TURABIBUKA MWISENGESHO MWOTANGARIRA UBURUNDI MU MYAKA IBIRI GUSA. HEZAGIRWA MZEE KIZIGIGENZA. AMEN, AMEEEENNNN.
@kazeLove-r7r
@kazeLove-r7r 11 ай бұрын
Ego nivyi gus udufashe nibintu vyivyokurya kuko abantu ub ntidushubur kugur isukar amames amakar navy nikubirab ukadufash
@mathiasruvari4576
@mathiasruvari4576 11 ай бұрын
11111 1@.@
@all-in-One452
@all-in-One452 11 ай бұрын
Wavuga mutama imigambi ufitiye abenegihugu harabayirwanya nukuraba neza ntibabe bashaka kugutembagaza baciye muriyonzira
@user-fx1bz8pz4f
@user-fx1bz8pz4f 6 ай бұрын
We need a person like you .be bold
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 11 ай бұрын
have never seen Excellence angry as this. whoever is doing this his ass is on fire! Love u my President.
@kavumadavid33
@kavumadavid33 11 ай бұрын
What did there did to him,I don't understand the language he is speaking
@yoyaeric3533
@yoyaeric3533 11 ай бұрын
Imana iguhezagire mutama wacu🙏🙏
@mutwaregibson6545
@mutwaregibson6545 11 ай бұрын
Yes your excellency go all the way up
@JeromeNIRINGIYIMANA
@JeromeNIRINGIYIMANA 11 ай бұрын
Turinyuma yanyu !Muvyeyi mwiza❤❤❤❤
@nadiaaa1407
@nadiaaa1407 11 ай бұрын
Imana ikomez kukuturindira S.E ❤ babir nkawe ntaho bova
@muvunyinshimiyimana0
@muvunyinshimiyimana0 11 ай бұрын
I love this speech sir. Keep up you will do it 🤝
@munezeroolivier411
@munezeroolivier411 11 ай бұрын
Be blessed Mr president 💪
@bihashivyamahembetv8705
@bihashivyamahembetv8705 11 ай бұрын
Twese tuvuga turamukunda, hageze rero ko tumufasha urugamba gwo kutsinda abo bamukorera nabi
@richardirakoze5690
@richardirakoze5690 11 ай бұрын
Kubure Ilana yari yarakuduterekeye ndagukunda nyakubahwa ubutungane mugabo bwarapfuye bukwiye gukuruguturwa cane
@Bethelforreal
@Bethelforreal 11 ай бұрын
SEBARUNDI I love you❤
@jeannemunezero8074
@jeannemunezero8074 11 ай бұрын
2023 !! Bashyire kumurongo uwanze wese direction mabuso !! Mumpimba .
@davidmuneza5158
@davidmuneza5158 11 ай бұрын
Imana iguhe umugisha neva
@user-pm3tg2rr4d
@user-pm3tg2rr4d 11 ай бұрын
Yburundi ni wowe nanje
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 11 ай бұрын
Raba wikureko Reverien Mutama Wacu niwe muchef wabariko bagutobera
@Bigproject125
@Bigproject125 11 ай бұрын
Kabisa Président Imana imukingire caaaaneee,kandi ivyo ariko arakora ariko ategurira abana bacu kazoza keza...
@user-dj9hn4gs1s
@user-dj9hn4gs1s 11 ай бұрын
Komera mutama wacu ibintu uriko urakora bitahurwa nincabwenge ❤❤ ariko jewe ndagukunda vrmt kandi abenegehugu bincabwenge turi inyuma yanyu mutama wacu
@user-cv2nx4mi4o
@user-cv2nx4mi4o 11 ай бұрын
Mutama ramba Imana yakuduhaye ikuzigame ,komereza ho ,komerezaho ,vision 2040 ntitwoyishikako mwenebo badahagurukiwe.
@JosueIGIRANEZA-wi4ig
@JosueIGIRANEZA-wi4ig 11 ай бұрын
Komerezaho Nyakubahwa turagushigikiye
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 11 ай бұрын
Imana iguhishe mumabayayo
@melvinsweed4763
@melvinsweed4763 11 ай бұрын
President Ndayishimiye Akunda Abaturage,ndabimukundira cyane,Abarundi mwese mumushyigikire mu kazi abakorera.
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 11 ай бұрын
Nukubabika mumpimba izonyanka burundi 🇧🇮
@hadijahnajran8645
@hadijahnajran8645 11 ай бұрын
Mutama ko twari twarabuz umuntu aturuz inzige zihanz igihugu!!komera Mutama lmana iguhaze kuramba kugez inzige zose zihanz igihugu ziheze!! N urugamba nyene ariko lmana ntanakimwe kiyinantazako!! Gukamvur umwenegihugu mutoya ur indongozi n ibara!!
@nestorkingjohnqueen8265
@nestorkingjohnqueen8265 11 ай бұрын
Irambire nyakwubahwa president of burundian ndagukunda cneeeee
@denisbike4189
@denisbike4189 11 ай бұрын
Urakoze nyakubahwa, kutwibutsa ko ikori ritegerezwa gutangwa nivyo. Ariko nyakubahwa mugihugu gitunganijwe neza. Ako si akazi kumukuru wigihugu. Ikibazo c'ibibanza vyo mwisoko, n'umukuru wisoko abitunganya si peresida, canke umuyibozi mukuru mubushikiranganji bushinzwe ubudandaji, binaniranye bikaja kumushikiranganji w'ubudandaji, binaniranye. Tukaja kwa ministre wambere.
@suzanneniyuhire3116
@suzanneniyuhire3116 10 ай бұрын
Giramahoro muvyeyi wacu Imana yakuduhaye Ikomeze kugukoresha🙏🙏Yongere Ikurinde🙏
@chantalkaburente2465
@chantalkaburente2465 11 ай бұрын
Komera Mutama, Imana lbahe lmbere🙌👋🙌🙌
@user-pm3tg2rr4d
@user-pm3tg2rr4d 11 ай бұрын
Imana iguhezagire
@user-ut6mv3cl1n
@user-ut6mv3cl1n 6 ай бұрын
Imana ikujimbere muvyeyi 🙏
@celifpower4993
@celifpower4993 11 ай бұрын
Haraho nzogutuma ukangambarira nkarora uwundi ntuma akangamburukira# irijambo yorishira mungiro ibintu vyogenda bien saana
@ndikumagengeeric971
@ndikumagengeeric971 11 ай бұрын
Har akaririmbo kavuga gati: "Iyo Mana ndayishemezee, ndayiyaagee, ninde atokwivuga uwamugabiye.....sinogend ntayihayee, ndayikuriy ubwatsiiii". Je suis NEVA
@user-hr6bw6xc3s
@user-hr6bw6xc3s 11 ай бұрын
Mana yuburundi tuzigamire umukuru wigihugu cacu ciza cuburundi ahore kungoma imyaka yose
@mitatuaroys1409
@mitatuaroys1409 11 ай бұрын
Ndakwemera
@user-km2cf3zu7o
@user-km2cf3zu7o 11 ай бұрын
Waooooo ndabakunda can
@dusabimanaengelbert7636
@dusabimanaengelbert7636 11 ай бұрын
Excellence. Vous avez notre soutien.
@JeanBoscoMasumbuko
@JeanBoscoMasumbuko 11 ай бұрын
Imanimbere naw inyuma
@rev.ndayiragijeviateur6953
@rev.ndayiragijeviateur6953 11 ай бұрын
Humura turi inyuma yawe kandi hamwe nImana twashize imbere ivyanyegezwe bije kuja ahabona komera vyeyi wacu turi inyuma yawe ningombwa ko ibintu bihinduka mwizina rya Yesu
@bluehada2151
@bluehada2151 11 ай бұрын
Vous avez raison président Everest, même en Amérique, nous payons des impôts, certaines personnes dorment, elles ne savent pas ce que signifiant les impôts
@user-re1zm3cm4j
@user-re1zm3cm4j 11 ай бұрын
warintwari y'umugabo ubuze abagufasha nukuri.Imana iguh kuramba,ntak utagira nguturwaneko naho hariho benshi bagum bagutobera.
@aminakamariza4180
@aminakamariza4180 11 ай бұрын
Ntiwibagire no kuri airport naho nuko nyene aba police bararya amahera .....
@EzechielMpawenayo
@EzechielMpawenayo 11 ай бұрын
Gusa n'urya muntu wo muri OBR yasohoye irya baleme arakwiye kubazwa ico yisunze. Ibisigaye Never wacu ni yirambire
@enockbora6735
@enockbora6735 11 ай бұрын
komera mutama urabishoboe
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 11 ай бұрын
Turagushigikiy muvyeyi wacu so muhagurukire nakarenganyo muvya politique muyindi migambwe
@nijimberehusna6956
@nijimberehusna6956 11 ай бұрын
Mutama shiraho igihano curupfu nkaryurya Singapore 🇸🇬 yabikoze kimwe na China 🇨🇳 nitwica 3 abandi bazodutinya bubahe amategeko
@Gaga-2020
@Gaga-2020 11 ай бұрын
I love u President
@user-pr7ge5bz8t
@user-pr7ge5bz8t 7 ай бұрын
ndakwemera kwer uravuga kwer
@allykabwur3709
@allykabwur3709 11 ай бұрын
❤Turikumwe
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 11 ай бұрын
Imana ibe irakurinzee🙏
@gatorethierry2892
@gatorethierry2892 11 ай бұрын
Respect 🙏🏽
@davidmuneza5158
@davidmuneza5158 11 ай бұрын
Ndayishimiye ndamukunda
@meshistoiresquiderangent
@meshistoiresquiderangent 11 ай бұрын
Merci
@fidelnjiwa1515
@fidelnjiwa1515 11 ай бұрын
Mr. President wacu yagerageza kwubaka igihugu kandi arabishoboye. Gusa cononywe nabakozi bareta
@user-ie9ui9vo9q
@user-ie9ui9vo9q 11 ай бұрын
Imana ninziza yakuduhaye hageze ❤❤❤
@JumaAssani
@JumaAssani 11 ай бұрын
Ndagufana cane 🎉🎉🎉🎉🎉
@elogeniyonganji1829
@elogeniyonganji1829 11 ай бұрын
Sawa sawa mzee
@bienvenuburegeya5278
@bienvenuburegeya5278 11 ай бұрын
Uyu niwe Magufuli uburundi bugize mumateka yabwo muzamufate neza kandi mumusengere cyane azabageza kuribyinshi n'umugabo nkunda uburyo acya bugufi, nkunda ukuntu akunda igihugu cye nkunda, nkunda, nkunda ...
@allahakujazekheriwowww5694
@allahakujazekheriwowww5694 11 ай бұрын
Wibereho mutama wacu mwiza🙏🙏
@evaeva7701
@evaeva7701 11 ай бұрын
Courage Mr le Président Imana igushigikire
@amolam97
@amolam97 11 ай бұрын
Sha president aracengetera ndakeee niwubahwe
@niyonsabauzzia5992
@niyonsabauzzia5992 11 ай бұрын
Mutama yashavuye kweri?? Yooooo babikemure bareke inda nini !!!
@orikirizasimpson9005
@orikirizasimpson9005 11 ай бұрын
Finally Burundi got a better president.
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 2 ай бұрын
Tukurinyuma bagumuck tubafate😅. Nibobatuma atahotiva atahotugera❤
@user-tt2km1fc9w
@user-tt2km1fc9w 11 ай бұрын
Turagushigikiye mutama urumwe kweli Imana ikurinde kabisa
@aimecesaire7197
@aimecesaire7197 11 ай бұрын
Imana yakuduhaye ikudutungire nukur❤
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 11 ай бұрын
I am so proudly off my big president ❤❤❤
@user-je4uf7uq9d
@user-je4uf7uq9d 11 ай бұрын
Uri se Barundi umukama akuturindire caaaan
@marcelnkomo7212
@marcelnkomo7212 11 ай бұрын
Agissez vite Excellence!!
@JeanneNdihoreye-xc6kg
@JeanneNdihoreye-xc6kg 11 ай бұрын
Ndagukunda muvyeyi, komera urondera ineza yumwene gihugu muto
@NicholasChileshe-uq5bq
@NicholasChileshe-uq5bq 11 ай бұрын
Ewe muvyeyi araho ikimbabaje nuko buca bamwica ahonyene muta ugwanirahonyene tuzosenga amaraso y'uhoraho agukingire
@nestorkingjohnqueen8265
@nestorkingjohnqueen8265 11 ай бұрын
Uri president mwiza cne
@gervasndaikeza1476
@gervasndaikeza1476 11 ай бұрын
U have a very smart strategy to organize a country..
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 11 ай бұрын
But still nothing changed to the development of Burundi 😢
@etienneuwimana3797
@etienneuwimana3797 11 ай бұрын
Are you sure? Show the proof.
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub 11 ай бұрын
​@@semuganzabicusulaiman2353simwebwe nyene mumubuza guterintambwe ivyoyubaka ntimuca mugaruka mukabisanzaza
@user-pd6wb8xl8k
@user-pd6wb8xl8k 11 ай бұрын
Avuzukur kbx
@nduwimanafabrice9775
@nduwimanafabrice9775 11 ай бұрын
Mutama komera cane turagushogikiye pe
@bjabdi6582
@bjabdi6582 11 ай бұрын
Ntitwanka gutanga ama tax gusa twanka yuko muca muyashira mu mifuko yanyu no mu miryango yanyu.
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 11 ай бұрын
Komera mutama❤❤🙏🇧🇮muzoze mu ntara ya cibitoke ca rugombo birahari 😢😢😢
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 11 ай бұрын
Papa wubahwe kwer
@henockbizoza9516
@henockbizoza9516 11 ай бұрын
😢😢😢ndarize mbonye president wacu ingene ariko aturwa inyuma twebwe abakene imyaka myinshi cane nubwenge bwinsh nka saromo
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
00:25
Watch Me
Рет қаралды 60 МЛН
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
Yaga Burundi
Рет қаралды 16 М.
DAY BREAK | Ruto picks Raila's Men [Part 1]
19:16
Citizen TV Kenya
Рет қаралды 17 М.
How to win a argument
9:28
ajaxkmr
Рет қаралды 395 М.