Prezida Neva yaragendeye umugambi w'amazi meza, uriko urarangurwa n'ishirahamwe Amazi Water.

  Рет қаралды 4,393

Mashariki TV

Mashariki TV

Жыл бұрын

Umukuru w'Igihugu yaragendeye umugambi w'amazi meza, uriko urarangurwa n'ishirahamwe Amazi Water muma zone ya Maramvya, Buterere, Cibitoke, Kamenge, Kanyosha na Ruziba.
#Burundi

Пікірлер: 7
@user-km2cf3zu7o
@user-km2cf3zu7o Жыл бұрын
Warakoze Mana
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 5 ай бұрын
❤❤❤❤
@fvflambeaudelavie1529
@fvflambeaudelavie1529 Жыл бұрын
Nivyiza. Nimutubwirire bazane amazi mukanyosha Quartier Busoro.
@fvflambeaudelavie1529
@fvflambeaudelavie1529 Жыл бұрын
Ikindi iryo shirahamwe riraduhenze non amatangi ya plastic Ntakomeye.
@etienneuwimana3797
@etienneuwimana3797 Жыл бұрын
Abarundi murakunda ivyo munebagura
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 Жыл бұрын
@@etienneuwimana3797 ntibashima nivyo bike babonye😂
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 38 МЛН
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 64 МЛН
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Yaga Burundi
Рет қаралды 9 М.