Naje yanyumije ari muribabandi batazi na Cartier babamwo uko yitwa ati mobonye ninjira gusa nihatari kweri
@didkim4472 жыл бұрын
Ndugu Oman wobegwa umukozi wa contrant ukobegwa uwo mwibara bara ???bose ni mwibara bara kuyerera nki mbwa zisara 😂😂ama sho off nayo yarabamaze kubiyaga wobeshera abagiye muri siporo kuri Black Mukajaga 😂😂🤣🤣🤣Nje ndababwira kuyu mukobwa yari yararozwe muka seka 😂😂😂😂hewe uzoshimi mana wagaruwe Nayo nayubundi uvuga ko Oman badatoka 😀😂😂😂nikirori kiriyo iyooooo nahambere umukozi wa Contrant asohoka akamara iminsi tatu yirarira mubahabara 😂😂😂😂😂Saudia subutu bagufatane niterefone uyaga namwene wanyu wo mwibara bara ahaaaa barakwaka téléphone gahunda babazi ko directe kwari gutoroka.😂😂😂😂🤣🤣🤣Saudia oyeeeeeeeeee 🇧🇮🇸🇦twimanukire twe turi kundero mani
Pore sana ino ukunzwe nanyokobuja nihosawa upfurya wallah
@lravanessamamy95032 жыл бұрын
Omani baratorokesha ahubwr ww ntavyuzi🤣🤣🤣🤣
@chemsaakimana192 жыл бұрын
Non nyamba Yari saudia, yomenya ivya omani gt,
@mwamini15452 жыл бұрын
Ntavyazi kabisa baratorokesha nabo mwibarabara baruzuye kabisa ntavyazi ngira ahaheruka kera
@ezemanvlogs89872 жыл бұрын
Mushaka babashorere?
@lylyjaydia37142 жыл бұрын
Wuyu mukobw Kimw numubeshi vyishi yavuze n ububeshi,nareke gutukish igihugu ça bandi
@lylyjaydia37142 жыл бұрын
Nimba ww warumfise ABA boss babi vuga ubwaw Apana Ngo abarabu bose
@lylyjaydia37142 жыл бұрын
Sha uyo mu sister vyishi nububeshi nimurek gutukish igihugu ça bandi
@aliqueen93672 жыл бұрын
Iyosema yumukobwa ivuyehe kazaba subhanallah mbeg ububesh Mungu anakuona shetan mkubwa uriko uvuga nab ahant nkura agafu kumwana Sha nogufat nok yooo
@mariejeanne49582 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤭
@mdsadekmiya96382 жыл бұрын
ico kiganir nicakera rek kumutuka
@mwajumamunezero40552 жыл бұрын
Ahomperereye
@igirimbabazisania97682 жыл бұрын
Sha wapi naho Leta izovyinjiramw ntikizobuz ko bafatwa nabi burya abarabu baragoy mbona nabo mubindi bihugu birigwa barafatwa nabi Kandi Leta zabo zifitaniye amasezerano na saudia.
Ila jamani kwenye hii dunia kuna watu waongo jamani hivi Huyu anawajuwa warabu ama tu kuna mtu alimusimilia maana avyo ongea anaonekana hakuna kitu chochote warabu wanafanya Huyu kasimuliwa tu na wengine akaamuwa kujitowa mhanga 😂😂😂😂😂😂😂😂
@kawziraburundi97112 жыл бұрын
Murabesha. Murabesha. Murabesha.
@jameelhm5282 жыл бұрын
😎
@brezzyofficial5052 жыл бұрын
Hmmm na mimi nioneshe iyo dili nizipane ata 2millions kabisa.duhe contact yuwo mudada tugire investissement kabisa
@marimman48212 жыл бұрын
Wemwana mu asha ummngo utasamehewa Kwa Mungu iyuliko ubesha kweri nabwo a ufise wewe wobona isato cibule inzoka isazwe ugasiga la leka kuba mushikuza guryo hankumwomvumva asha acika ibala zokuza gukola kimwe nabwowoba wokwinyabalika bisaba kukola ubanguka,, rekaguterubwaba abandi baze gukola kaziako Mugu anaku ona nimushaka abandi batere imbere😂