SIMBIZI arihanije Abantu bagiye baravuga ko umugore wiwe afise inda || INSOLITES zose zabaye……..

  Рет қаралды 8,640

Magic Channel TV

Magic Channel TV

7 күн бұрын

Пікірлер: 55
@uwimana8584
@uwimana8584 5 күн бұрын
Ikintu nakwemeye nikimwe!kugendera mumodoka yawe vmt, harabantu mubuzima baba bashaka gushimisha abantu batabitayeho bakarya nama deni inyuma yurubanza bakicwa ninzara 😂nanje namangira ibintu simple ndankabantu biyemera mubuzima
@jolamb8469
@jolamb8469 4 күн бұрын
Simbizi wubahwe kabisa❤❤❤❤❤
@BenemuluBillyado-ji4ze
@BenemuluBillyado-ji4ze 5 күн бұрын
Ewe semavumba Sha umu no stress nkewa🇧🇮🇰🇪👍
@Meltrader18
@Meltrader18 3 күн бұрын
Simbizi ntakwije😂😂
@MichelineBucutibwImana
@MichelineBucutibwImana 5 күн бұрын
Simbizi arasetsa kbs 😂😂😂 basha vyose abivugiraho 😂😂😂😂 gusa ntamutima mubi yigirira disii no stress
@nidusabejean
@nidusabejean 5 күн бұрын
Simbizi , wabaye umushingantahe gabanya amajambo!!!!!!😂😂😂😂
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 3 күн бұрын
Arayifise yemw kandi irakuze😂
@ericciza926
@ericciza926 5 күн бұрын
Simbizi nukuri ndabonye ijambo rya Mama wawe nivyukuri wewe uwo Mukobwa kukwemera ninkukwiyahura nn nkbi aho avyunvira sakibara.
@winshmhn1164
@winshmhn1164 5 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@chadiaManirakiza
@chadiaManirakiza 5 күн бұрын
umugore wa simbizi yarongowe nikirofa😂😂😂
@IssaMpezagira
@IssaMpezagira 4 күн бұрын
Simbizi svp niyisonere niho tuzobonako nibindi akora bifise ico bivuze ariko ntarupfasoni rurimwo ivyo
@user-lt9iz4fd6n
@user-lt9iz4fd6n 4 күн бұрын
Ubu muvyara proj😂😂
@user-ei9mc9pv4z
@user-ei9mc9pv4z 2 күн бұрын
Nihonzoshikira kweli ninaza nkava hanze nihonzoshikira kuruhukira kabisa🎉🎉🎉🎉
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 5 күн бұрын
Mbaye uwambere unomusi ❤
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 5 күн бұрын
Simbizi ga Mana numuti wamenyo😂😂 gusa wakoze urubanza rwiza mugisagara bisaba muje mukwezi kwa buki ahantu heza mbona naho ataco habaye
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 5 күн бұрын
Nciye nshaka kunywa sapor nnj numv uko imeze nukuri😂😂 numve ico munryanye
@scholastiqueharushiyakira8890
@scholastiqueharushiyakira8890 5 күн бұрын
Reka kuvuga amajambo menshi nkayo Idriss, emwe ntiwomenga uri umwana wa Concessa kweli, erega uriko unena ibanga
@user-ce2ov3yk7d
@user-ce2ov3yk7d 5 күн бұрын
Nukuri uwanka simbizi nukuri nikijuju njewe ndamukunda
@gaknick3475
@gaknick3475 5 күн бұрын
Egooo.We wokwanka gute inkingi y umuziki ndundi,erega simbizi ni we nkingi y umuziki ndundi!!!
@shabanshabane7955
@shabanshabane7955 5 күн бұрын
Simbizi ndakwemera
@peterkanamugire7216
@peterkanamugire7216 5 күн бұрын
Simbizi uri umustar iriya modoka wakoresheje mu bukwe ni Toyota Corolla ikuze Yureka parain akagutwara.
@bibikiki8437
@bibikiki8437 5 күн бұрын
Simbizi ❤️❤️❤️❤️
@sozvin1869
@sozvin1869 5 күн бұрын
.barakoze umuti😊😊
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 5 күн бұрын
Sapor iramushitse m'umutwe😂😂😂😂😂😂😂😂
@uwimana8584
@uwimana8584 5 күн бұрын
Casimbizi nsigaye ndagikunda ukuntu 😂kira mara stress 😂
@AliceIrakoze-nb9rg
@AliceIrakoze-nb9rg 5 күн бұрын
😂
@user-ru5jc8ey6k
@user-ru5jc8ey6k 5 күн бұрын
simbizi nukuri zuragabany kuvug ivyobijambo kk ndaz ntamugor numw ivyo bitobabaz agum yumv umugab avug ibijamb nkivy vyomurugo oyh nukur naw fat kowahinduy état civil ham ugir ivyuhor😢umwany wose ngo kumwabira😢😢nn wibaz kwariw wabiriy iryambere😂 toa burofaaa
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 5 күн бұрын
Simbizi n'umusazi non nkase wumukobwa nimba abiraba ivyo bijambo ga Mana
@ChristineMANIRAMBONA-lo4zn
@ChristineMANIRAMBONA-lo4zn 4 күн бұрын
Simbizi ba ukoresha imvugo mbabarira matwi.
@user-jt6ub3ro1e
@user-jt6ub3ro1e 5 күн бұрын
Wubahwe simbizi
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 5 күн бұрын
Simbizi yagizinzombe kbs abagore twubahwe kbs
@scholastiqueharushiyakira8890
@scholastiqueharushiyakira8890 5 күн бұрын
Urazi igene bakuru bawe bitonda, we vraiment nturi normal
@user-xg8mp5or1c
@user-xg8mp5or1c 5 күн бұрын
Simbizi N'igisazi basha😅
@machariagilbert3475
@machariagilbert3475 5 күн бұрын
Mbe simbizi warahaw ingodo ikwiy kuriyo promo ya sapor kndi turzi kur mukzi me gusa uko twe duheza kubitahur tukir bato ariko basobukw nabandi ntanyota nziza bizana
@patrickndayishimiye8027
@patrickndayishimiye8027 5 күн бұрын
Aragukaraga😂😂😂
@nadegekanyana2062
@nadegekanyana2062 5 күн бұрын
Burya tubugishije ukuri simbizi arakomey mu mutwe??abagore bararongorwa kabisa
@user-yp5th9tw8q
@user-yp5th9tw8q 5 күн бұрын
Kuri Sapor bokwica😂😂
@manofgod1321
@manofgod1321 5 күн бұрын
Ibaze nk umuvyeyi abereye sebukwe na inabukwe wa simbizi yumvise bino bijambo . Ngo twarasambanye ...lol . He is a good guy ariko
@SM-nn5rw
@SM-nn5rw 5 күн бұрын
None sikirundi yavuze?
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 5 күн бұрын
Ngo mur vuguvuguvuguvuguvugu😂😂😂😂😂😂ngo atagahato
@_-wt8ns
@_-wt8ns 5 күн бұрын
Ewesimbiz uranyica warayi
@BechouAkimana
@BechouAkimana 5 күн бұрын
Sapor zizokwica abantu😂😂😂
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 5 күн бұрын
Zirarenze😢😢😢😢😢
@BrillantHarerimana
@BrillantHarerimana 5 күн бұрын
Simbiziiii none ntahiduka nkivyo avuga umugore ntibimushavuz😂😂😂
@lameknini2263
@lameknini2263 4 күн бұрын
N'iyo mpamvu yamuhisemwo aramukunda ukwo ari
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 5 күн бұрын
Nn kuvyihaniz abant nn ntibibonek ko afis inda
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 5 күн бұрын
Yoooo yoooo nubwishim 🤭🤭🤭🤭
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 5 күн бұрын
None amezi 9 araheze?
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 4 күн бұрын
❤❤😂
@22674
@22674 5 күн бұрын
👍🤣🤣
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 5 күн бұрын
🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫😂😂😂😂
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 5 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@nsabimanaolivier
@nsabimanaolivier 3 күн бұрын
Uyomukobwa yarongowe n umutandero kabisa,ntabanga
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 5 күн бұрын
Mbaye uwambere unomusi ❤
@user-jt6ub3ro1e
@user-jt6ub3ro1e 5 күн бұрын
Wubahwe simbizi
Вечный ДВИГАТЕЛЬ!⚙️ #shorts
00:27
Гараж 54
Рет қаралды 13 МЛН
small vs big hoop #tiktok
00:12
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 27 МЛН
Always be more smart #shorts
00:32
Jin and Hattie
Рет қаралды 42 МЛН
Intahe ya Tetero Laurette - Kanguka Intahe
11:33
IMMORTEL GSJ
Рет қаралды 11 М.
God's Favor : Fleury & Jannet IBIBAYE NYUMA N'IBYISHIMO GUSA
1:15:41
Fleury &Janet
Рет қаралды 62 М.
Вечный ДВИГАТЕЛЬ!⚙️ #shorts
00:27
Гараж 54
Рет қаралды 13 МЛН