No video

THEME : TUR'ABANTU NTITUR'IMBWA NTIMUDUSHUHURA

  Рет қаралды 7,403

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

Пікірлер: 12
@luciendayirorere
@luciendayirorere Ай бұрын
Imana iguhe gukomera mukozi w'Imana kandi iki gikorwa mukora muguhanura ingo ,IMANA izobibahembere .
@MuragijimanaClementine-vi3dz
@MuragijimanaClementine-vi3dz Ай бұрын
Niwowe Muhanuzi w'Uhoraho wambere nabonye muri iki kinyejana ❤❤❤
@user-ny9kg3sr4l
@user-ny9kg3sr4l Ай бұрын
Amen Amen 🎉🎉
@andreshukuru740
@andreshukuru740 Ай бұрын
Mukozi wimana utanga ubutumwa bwimana bwiza cane imana ikongere umugisha ndagukunda cane ni Andre
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Ай бұрын
Babwire ivyobipfu vyabigira abagabo mungo,bakumpere amashugwe kuko uvuga amajambo mazima💯💯💯❤️
@user-kr5xz1et8e
@user-kr5xz1et8e Ай бұрын
Ukuri kuzuye😂
@JeanBosc0RUNEZERWA-tc6sc
@JeanBosc0RUNEZERWA-tc6sc Ай бұрын
Amen mubyeyi wacu Imana Irikumwe namwe
@kizaubugingobgawe
@kizaubugingobgawe Ай бұрын
Izo coiffure, meshes, périques, manucule-pédicule, mugabe, mugabe. Mukozi w'Imana aho hantu utahakozeko, nta juru uriko ubajanamwo ndakurahiye!
@user-hz9uv9um5l
@user-hz9uv9um5l Ай бұрын
Erega siwe azobanana mw'ijuru
@hassankikulacho
@hassankikulacho Ай бұрын
Munyibutse ya tlf ya Mbayehaga Rohoboti ndafise akabazo
@etienneirambona8532
@etienneirambona8532 Ай бұрын
Ariko wamupfakazi nizere kowamutunganirije?
@nashmimendora907
@nashmimendora907 Ай бұрын
Amen
THEME : UMUGORE W'AGACIRO
50:49
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 2,8 М.
Thème MUR'ABICANYI  NONE MWITEZE IJURU ???
1:24:43
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 19 М.
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 43 МЛН
Look at two different videos 😁 @karina-kola
00:11
Andrey Grechka
Рет қаралды 15 МЛН
THEME : UMUNTU SUWO KWIZERWA, IZERE IMANA
1:00:48
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 20 М.
Pst Theogene __ IMANA IGUTABARE UTARASEBA ||ABABIBYI CHOIR
1:05:29
ABABIBYI CHOIR Family🎤(ADEPR RUSHUBI)
Рет қаралды 1,1 М.
Semerera Uhamagare Yezu - Patiri Aimé Irakoze
50:50
AMANI Angels
Рет қаралды 278 М.
Thème: Apôtre MBAYAHAGA I. ISHENGERO RIMWAMBITSE UMUDARI W'INZAHABU
9:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 4,4 М.
BOOSE BARUMIWE UKURI NKUNKU NTAKO BARIBWUMVE
1:00:22
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 17 М.
THEME : N'UBUNDI UZOPFA REKA GUHEMUKIRA UBUSA PFA NK'INTWARI
42:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 15 М.
NDABIZI NAWEWE AMAKURU Y'IY'IMPONGO NTAYO WARIBWUMVE. IMANA N'UMUHANGA
1:31:17
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 39 М.
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 43 МЛН