Nabivuze ndabisubire uyo mu President arakoreshwa. Akoreshwa na se yiba yica abesha. Ni Shetani. Umu President wa Congo West aza yubaka Tribu yiwe. Ni affaire familiale birazwi. Kandi bose bava hariya muntara ya Kinshasa. Bakiba ubutunzi bwaba nyagihugu bava muri Kivu. Abobaturage bagowe nibo bakwiye kwigwanira nkuko AFC na M-23 bariko babigerageza. Abaturage muri Kivu nizindi ntara zose nibahaguruke bikurako umubiligi Tshisekedi yaje kubona no kubatandukanya. Arwanira inyungu za famille yiwe iKinshasa no muri Belgique. Umwansi wanyu ninde? Uwubicishije inzira Kandi abiba amatongo n'amatungo kubutaka biwanyu, canke umwansi Tshisekedi wenyene akoresha atawuhari kugirango abasamaze, abagumize mubujiji, asambure amazu yanyu, abinjize mwo amacakubiri? Ejo niyitahira iwabo muri Belgique muri chateau aherutse kwubaka yo azobatwarayo na mwebwe? Mutakufa bule. Aduyi wenu ayiko Rwanda. Aduyi munamujuwa. Funguwa macho.
@motherofthegreatlakes629729 күн бұрын
None nimba muzi Ijambo ry'Imana, ninde ari ise w'iki nyoma? Jewe ndabivuze. Uyo akora iyo uwoakurikira avuga. Shetani ni se wikinyoma. Ntakuri kuri muri Tshisekedi. Imvugo yiwe isa niya mwenese Neva nkuko n'umuhisi wabo ex-president bw'Uburundi yari ameze.
@user-wx8ig1hn7m29 күн бұрын
Ubundi x yazigumiye i burayi
@motherofthegreatlakes629729 күн бұрын
Un fou qui ne sait pas qu' il est fou est un fou dangerous. Il ment. Arabesha yarahiye ko atazoganira na President Kagame Yesu atagarutse. Ese iyo areka kuvuga Yesu akavuge Shetani kuko niyo yaje kwica, gusahura, no gusambura. Yesu ni Rukundo. Yesu ni Umwami w'Amahoro. Urya atwaye mumutwe. Ikibabaje n'uko iyo umutwe ugwaye n'umubiri uragwara. Aba Congomani bamwumviriza, bamutoye. bakomeza bamuja inyuma, n abo bose bararwaye. Bose!!!! Kuki batabibona? Kuki batamwiyamiriza?
@user-cm3nd7um3l28 күн бұрын
Arashakisha intambara nk'uwayitaye, utayizi arayibarirwa, icyo umuntu ashaka ni nacyo abona. mwifurije amahirwe mu rugendo. umenya uko itangura ntumenya uko irangira n'aho irangirira.