Ubuzima bwa Mutima le Comédien|Ubutunzi afise|Uko yahuye na Président|Impano yo kuririmba

  Рет қаралды 23,716

Indundi TV

Indundi TV

2 жыл бұрын

#YouthPotencialities|Indudundi_Comedy Mutima_le_Comedien ngo ntatuhura ukuntu abarundi biruka no kurondera ama collabo ha gukora cane kugira nabo bazisabwe.
Ubuzima bwa Mutima bwose ni muri ico kiganiro

Пікірлер: 94
@aliceniyo1642
@aliceniyo1642 2 жыл бұрын
Mbaye uwambere kd nanditse ntaramenya nivyarivyo ivyo mugiye kuvuga😀😀😀😀😀😀
@cheillaiteriteka5074
@cheillaiteriteka5074 2 жыл бұрын
😂😂😂😂urumufana windani ewe alice we 😂😂
@kdjdjkxkxnx5723
@kdjdjkxkxnx5723 2 жыл бұрын
Mutima courage ndagufana kuera ushiramwo ivyimana.
@niyonzimarebecca7026
@niyonzimarebecca7026 2 жыл бұрын
Comédies zawe ndazikunda cane. Ikinryoheye gusumba ibindi, n'uko Imana uyishira imbere muvyo ukora. Imana igushoboze kuguma munzira yayo. Uraduteramisha pe!!!!
@abdallahonesimebamporubusa1540
@abdallahonesimebamporubusa1540 2 жыл бұрын
Ndaryoherwa nako kaziki Ka indundi Tv
@checktom5377
@checktom5377 2 жыл бұрын
Gabanya introduction zirezire
@emmanueliquensavyimana214
@emmanueliquensavyimana214 2 жыл бұрын
Ukomeze urashoboy knd Imana igufashe.wirinde ibigukura kuriyo
@nininahazweannociate8898
@nininahazweannociate8898 2 жыл бұрын
Wow uranryoheye caaan Mutima courage kandi uzoshika kure Imana irakunda abantu bumwete nkawe
@phanuelofficial
@phanuelofficial 2 жыл бұрын
Mutima na team yawe mwubahwe na Indundi tv kand mutima uriyumvira kure big 🆙
@habimanahabibu4379
@habimanahabibu4379 2 жыл бұрын
Mutima ter'imbere nk'umuzinga turagukunda kandi turakwemera
@faniasrukundo2553
@faniasrukundo2553 2 жыл бұрын
Mutima nciye ndushiriza kugukunda vraiment kuko uricisha bugufi, uratahura neza ko ata na kimwe woshikako atari kubw'ubuntu bw'Imana. Komeza utere imbere
@marielouisengerimgeri235
@marielouisengerimgeri235 2 жыл бұрын
Introduction ni ndende ituma umuntu arambirwa ataranumviriza ibiganiro vyawe. Tooooooo muuuuch kosora kabisa.
@pierrehakizimana7960
@pierrehakizimana7960 2 жыл бұрын
nice kwer ndumv arinez kbsa
@bdreams2793
@bdreams2793 2 жыл бұрын
Uko na maneno mengi umutumire araruha
@annenahumuremyi4656
@annenahumuremyi4656 2 жыл бұрын
We journaliste gerageza kuvuga utuje ,woroshe ijwi ryawe kandi ugerageze introduction ize iba ntoyi
@asilesteamtv6917
@asilesteamtv6917 2 жыл бұрын
Man uvuga amajambo meshi iyo présentation yaw irarambirana
@fredchibs1902
@fredchibs1902 2 жыл бұрын
Naje naza ndarambiwe
@israelnibigira4990
@israelnibigira4990 2 жыл бұрын
Ego vrmt akwiye kugabanya amajambo
@bsderrick
@bsderrick 2 жыл бұрын
Iyo intro y'umu journaliste ni ndende saan! Bica birambira.
@regisahishakiye3355
@regisahishakiye3355 2 жыл бұрын
Much respect for you mutima urumuntu wumugabo sana
@andrehakizimana7616
@andrehakizimana7616 2 жыл бұрын
Umu journaliste dukunda, Amahoro!
@stitore2388
@stitore2388 2 жыл бұрын
Mutima courage wubahwe
@Iexvanny9296
@Iexvanny9296 2 жыл бұрын
Urashoboye vraiment
@jeantamara52
@jeantamara52 2 жыл бұрын
Sogoku kabisa impano uyirimwo neza kabisa Kandi igituma mubikinaneza nuko muri neza produit yubuzima mwakuriyemwo naho mwakuriye. Terimbere #burakaamba 🤣😅😅 #journaliste: intro ihatswe kutwirukana😥
@Gitichu_2023
@Gitichu_2023 2 жыл бұрын
Introduction ndefu sana,womenga twogita hagati
@kikitopfashion6145
@kikitopfashion6145 2 жыл бұрын
Arakwiye kugabanya kabisa
@niyungekoegide5610
@niyungekoegide5610 2 жыл бұрын
Sana
@richardthierryicoyitungiye8867
@richardthierryicoyitungiye8867 2 жыл бұрын
Mutima, uri umuntu aciye bugufi cane. urabandanya uko bizogushitsa kure
@fistonnduwimana3105
@fistonnduwimana3105 2 жыл бұрын
Mutima komera
@user-gn9hy5to3g
@user-gn9hy5to3g 2 жыл бұрын
Dushaka muzotuzanire mama soso na borisi muzobazane mubagirishe ikiganiro
@faniasrukundo2553
@faniasrukundo2553 2 жыл бұрын
Ikindi na co, ndagukundira ukuntu uvuga ikirundi ciza
@josephyukilwa6045
@josephyukilwa6045 2 жыл бұрын
Nitwebwe muri bamwe bashikibawe bo ngaha mkanyosha kuryakabiri tukufurije comedy nziza ikubere ikubere imigisha nimihezagiro kandi turagukunda
@celinendayemeye1528
@celinendayemeye1528 2 жыл бұрын
Nukuri urankura stress
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 2 жыл бұрын
Mutima Go Far n Far 🚀 Alan The Real Ubwahwa Love From #Weezynation
@thierryrwagasore
@thierryrwagasore 2 жыл бұрын
Love from #weezynation Mutima le comédien niwubahwe
@nahimanasamuel5960
@nahimanasamuel5960 2 жыл бұрын
Introduction nindende bica bibiha womenga twoheba kuyiraba
@alidriss8031
@alidriss8031 2 жыл бұрын
Mwubahwe🙏🙏🙏
@gatabazicharles166
@gatabazicharles166 2 жыл бұрын
Terimbere sha karanyanyaye wetu
@fredchibs1902
@fredchibs1902 2 жыл бұрын
Interoduction yuwo mujurunaliste ndehevye ndahunira
@stellahbint9470
@stellahbint9470 2 жыл бұрын
Uratanze impanuro ikwiy Kwel ndemey
@DalimaGhost
@DalimaGhost 2 жыл бұрын
Journaliste uravuga trop gusumb umu guest.
@Evrosen12
@Evrosen12 2 жыл бұрын
Wawuuuu uyo mutope avuga ntumugano kabisa 💝
@josephyukilwa6045
@josephyukilwa6045 2 жыл бұрын
Komera mwana wigihugu imana ishishikare kuguha ubwenge nubumenyi bwo kwigisha nuguhanura
@gihetatv7604
@gihetatv7604 2 жыл бұрын
introduction yawe irashisha uvuga vyinshi bidafise akamaro ikiganiro wohakwa kugiheba utaranumviriza uwo vyerekeye
@pascalbigirimana6937
@pascalbigirimana6937 2 жыл бұрын
Nawe usa nkaho utaramenya uko batanga iciyumviro nimba atari jewe ntazi kuraba neza.
@minanipascal4971
@minanipascal4971 2 жыл бұрын
Terujimbere mutma
@yussufoptic
@yussufoptic 2 жыл бұрын
Man urashoboye akazi kubu journaliste ariko introduction yawe irarambiye saana zurachagagura muta
@ndahatv6641
@ndahatv6641 2 жыл бұрын
Komera Mutima and Indudi TV. Love from Ndaha Tv.
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 2 жыл бұрын
Mbega ibigambo
@ndikumanaclaver955
@ndikumanaclaver955 2 жыл бұрын
Interview ya Mutima iraryohera cane KK irigisha kabisa
@solinanahimana6724
@solinanahimana6724 2 жыл бұрын
Good
@aishaburundi7058
@aishaburundi7058 2 жыл бұрын
Courage 💪💪 Mutima
@murundicomedy257
@murundicomedy257 2 жыл бұрын
Untera intege cane
@emmaminani2747
@emmaminani2747 2 жыл бұрын
Ndagukunze ubugirakandii wishuranaa ubwenge
@charlenenshimirimana7371
@charlenenshimirimana7371 2 жыл бұрын
Cank nuko mwitiranwa 🤣🤣ariko nanj ndamukunda pe
@ndayizigabertrand1377
@ndayizigabertrand1377 2 жыл бұрын
Wubahwe mutama mutima ukomeze gutera imbere
@raissakwizera6788
@raissakwizera6788 2 жыл бұрын
Uvuga menshi wamugabo weee Munguuu wweeeee
@jorgettemwajuma5428
@jorgettemwajuma5428 2 жыл бұрын
Nice
@deejaysimon98
@deejaysimon98 2 жыл бұрын
❤big up 🙌🏽🇧🇮💯
@niyomwungerekevin2920
@niyomwungerekevin2920 2 жыл бұрын
@indundi comedddyyyy......
@baddolasney2742
@baddolasney2742 2 жыл бұрын
Love from Baddo_lasney 🔥 🔥 🔥 🔥
@ncchandelleumurundikazi450
@ncchandelleumurundikazi450 2 жыл бұрын
😶😶
@ndekaormenyaagain783
@ndekaormenyaagain783 2 жыл бұрын
U smart
@emmaminani2747
@emmaminani2747 2 жыл бұрын
Nijewee mbayee uwamberee muboo bitiranwaa na MINANI
@YvesKAMIBURUNDI
@YvesKAMIBURUNDI 2 жыл бұрын
Muti Heba Komedi uririmbe Canke ugire komedi musikale pe
@claudioira1840
@claudioira1840 2 жыл бұрын
Allan intro yaw irarambira kubiiiii uri kavuz kabisa
@abdoulkalimhabimana8227
@abdoulkalimhabimana8227 2 жыл бұрын
Courage mon frere mutima
@vianeyniyokwizera3827
@vianeyniyokwizera3827 2 жыл бұрын
Icomutimaavuz nivyo jewe ntagifarasanzi ariko abobakinyi avuze harimwo igikur ndabakwirikiran kandi ururimi atagwonzi nkanezegw
@uwimanacamila2390
@uwimanacamila2390 2 жыл бұрын
Kuvugamenshi itonde utuze
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 2 жыл бұрын
Courage mutima
@nsengiyumvaanicet2232
@nsengiyumvaanicet2232 2 жыл бұрын
Warukwiy kuririmba Gospel
@jonathanndayikeza567
@jonathanndayikeza567 2 жыл бұрын
Mutima wubahweeeee
@nizeyimanaboniface1709
@nizeyimanaboniface1709 2 жыл бұрын
Bro try to reduce your presentation, or introducing some someone is too much wards
@kiumbekiumbe4711
@kiumbekiumbe4711 2 жыл бұрын
Ati nda zima 😂😂😂 🇺🇸
@luayaluaya7324
@luayaluaya7324 2 жыл бұрын
Alan the real ur umunyamakuru mwiza muga ikintu kimw gusa intro yaw irarambira
@biglycasul8061
@biglycasul8061 2 жыл бұрын
Introduction wap kbsa gabanya iminota
@ndayisabaleonard1017
@ndayisabaleonard1017 2 жыл бұрын
Urumuhanga mu mice yose impanuro utanze ziratunyuze
@user-vz1en3ls1d
@user-vz1en3ls1d 2 жыл бұрын
Journaliste avuga ibijambo vyishi gose
@crepinish916
@crepinish916 2 жыл бұрын
Interview ya b1
@mmoise849
@mmoise849 2 жыл бұрын
Intro ndende wap
@haleemhhaleemh707
@haleemhhaleemh707 2 жыл бұрын
Komutamuteguriy uburgari muri studio uwo aratamir isansi ntigwa kumunwa akunda gutabur
@channellechacha4177
@channellechacha4177 2 жыл бұрын
Hhhh nanje mbay uwa2
@samuelnzoyihaya4321
@samuelnzoyihaya4321 2 жыл бұрын
Ndabakunda cane
@aloyskijana2095
@aloyskijana2095 2 жыл бұрын
Hhhhhu
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 2 жыл бұрын
Zugabanyamajambo usiguravyinshi bikarengamatwi bikarambir ninyumviro
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 2 жыл бұрын
Journaliste tu parles beacoup
@umusarabatv8746
@umusarabatv8746 2 жыл бұрын
Umvukukuntu inzira z'Imana zitangaje, ukuntu Manudi yagiye iburayi atazi gusoma peeee🤭🙆‍♂️🙌❤️ kzfaq.info/get/bejne/orp0eM1oktOsj4U.html
@hypolithendayiragije2998
@hypolithendayiragije2998 2 жыл бұрын
Ndabaramukije munyuma muzorabe video ntimuze murazigira ndende,nkiyi yari kubamwo parties 2,iyo ibaye ndende irarambira ikindi kandi zibaye 2parties zirwiza nama views siko none guys???
@yesunumwami1003
@yesunumwami1003 2 жыл бұрын
Introduction zanyu ntizizotuma mutera imbere uvuga amajambo menshii ndabihebye what fuck
@alexisbimenyimana3260
@alexisbimenyimana3260 2 жыл бұрын
Mbe kukebanya umunwa ga journaliste ?Ntiwovuga uko usanzwe uvuga ukareka ubwo bufyeri bushisha!
@kdjdjkxkxnx5723
@kdjdjkxkxnx5723 2 жыл бұрын
Mutima courage ndagufana kuera ushiramwo ivyimana.
Amakuru ya BBC Gahuzamiryango Today Kuwa Gatatu 24/7/2024
30:23
Impamo Rwanda
Рет қаралды 17 М.
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 58 МЛН
Sigma Kid Hair #funny #sigma #comedy
00:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 32 МЛН
Mkombozi yahisemwo umuziki areka Amerika
15:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 496
Irebere uko INZU NSHYA i Kigali ziba zubatse
11:05
Quick Homes Rwanda - Kinyarwanda
Рет қаралды 99 М.
Hari ibitaro vyoba vyafunze abagiraneza ?
25:35
Indundi TV
Рет қаралды 1 М.
МЫ ПОХОДУ ЧТО-ТО НАПУТАЛИ
0:20
МАКАРОН
Рет қаралды 7 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
0:42
Аришнев
Рет қаралды 1,7 МЛН