No video

Uku niko Igiteramo ca Vichou love cagenze yandikisha amateka mu karere

  Рет қаралды 4,683

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

#indundiShow|Mu giteramo cariko kibera kuri La pirogue c'umuririmvyi akora umuziki cane w'ikibiriraho (Live Music) #Vichou_love, Igiteramo yise #One_Man_One_Million_One_Show abari ngaho mw'ico kibanza bararyohewe n'ingene yabanezereje

Пікірлер: 20
@ManirakizaMarius
@ManirakizaMarius Ай бұрын
Nimba hari impano dufise mumuziki ndundi vichou love is the first
@eliebayubahe6649
@eliebayubahe6649 11 ай бұрын
Uburundi turafise impano ikomeye, vichou
@jenniferwilliam3338
@jenniferwilliam3338 10 ай бұрын
Mer6 bcp Vichou love vyukur respect nub uracar number one. IMANA ikuje imbere urashoboye
@JeanFelixDUSABEMARIYA-sz8ue
@JeanFelixDUSABEMARIYA-sz8ue 9 ай бұрын
Ark Imana itang kwinsh pe. Ivyum vyos araguruk nanj ntaz nogufat umurya ndak. Inkofer niyaw papa
@NikizaValentine-nq2bb
@NikizaValentine-nq2bb 9 ай бұрын
Vichu love Nice song
@BienaimeNasasagare
@BienaimeNasasagare Жыл бұрын
Vichou love yubahweeee
@beatriceahishakiye6308
@beatriceahishakiye6308 9 ай бұрын
Well done Nice song
@user-zu3yr4if3z
@user-zu3yr4if3z 8 ай бұрын
Asante vichou love
@eliebayubahe6649
@eliebayubahe6649 11 ай бұрын
Vichou, très très talentueux !!! Mes félicitations
@NdayiragijeErick
@NdayiragijeErick Жыл бұрын
Muburundi turafise impano zirenze
@user-sn4zv1lp7t
@user-sn4zv1lp7t 7 ай бұрын
Kumenga birandenz. Uyu n'umurundi aririmba live nkuku? Sha abarundi dushobora Kuba dufis ikibazo mukuba tutitaho ivyiwacu p.
@Shmasixtethetruth-wc5ih
@Shmasixtethetruth-wc5ih 2 ай бұрын
💥💥💥
@nkurunzizarichard7843
@nkurunzizarichard7843 Жыл бұрын
Mkali wa Live Music 🎸🎸🎸🎸
@mcblizzo2577
@mcblizzo2577 Жыл бұрын
Vichou Mkali wa Live Kbx
@besttv6224
@besttv6224 11 ай бұрын
Respect vichou ❤
@jacksonntunzwenimana3776
@jacksonntunzwenimana3776 9 ай бұрын
Aho nihe?
@user-sn4zv1lp7t
@user-sn4zv1lp7t 7 ай бұрын
Kuba dufis uyu wenyen muri music nitunga ridasanzw dufis aho rero Big Fizzo na Kidum ntibarajamwo. Ark non vyankirah koko?
@user-qx7tv6kp9l
@user-qx7tv6kp9l 6 ай бұрын
Ivyamaso yimwa niwe yabizanye kubera yama yambaye fime
@menyavyishinabagenzi8089
@menyavyishinabagenzi8089 Жыл бұрын
Nimba wipfuza ivyishimo bidahera guhora useka nezereza amaso na chaîne ya you tube yitwa comedy spécial harakubereye ya ma comedy yose mwari mwarabuze amwe aryoshe ukuntu hamwe wokwirirwa uratwenga ugapfa
@menyavyishinabagenzi8089
@menyavyishinabagenzi8089 Жыл бұрын
Nimba wipfuza ivyishimo bidahera guhora useka nezereza amaso na chaîne ya you tube yitwa { comedy spécial } harakubereye ya ma comedy yose mwari mwarabuze amwe aryoshe ukuntu hamwe wokwirirwa uratwenga ugapfa
Dad Makes Daughter Clean Up Spilled Chips #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 1,9 МЛН
If Barbie came to life! 💝
00:37
Meow-some! Reacts
Рет қаралды 76 МЛН
Пройди игру и получи 5 чупа-чупсов (2024)
00:49
Екатерина Ковалева
Рет қаралды 4,1 МЛН
Ugwaruka gwa Diaspora ya Amerika twogwitegako iki?
47:20
Indundi TV
Рет қаралды 2,2 М.
Vichou Love ft R-Flow - ROUND TABLE CHALLENGE
3:21
Vichou Love
Рет қаралды 8 М.
VICHOU LOVE Ukuntu Yaririmvye muri Demi Final ya Primusic
10:10
Nicle TV 257
Рет қаралды 2,9 М.
CONGO 60 LIVE PERFORMANCE IN LONDON
16:16
Mistér Rarity
Рет қаралды 17 М.
Vichou Love - ND'IKI? (Official Music Video)
4:16
Vichou Love
Рет қаралды 42 М.
Ibi nivyo vyotuma batanga imihoho!!
33:18
Indundi TV
Рет қаралды 9 М.
Dad Makes Daughter Clean Up Spilled Chips #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 1,9 МЛН