Umu DIASPORA akoze amateka//Kwubaka BULDINGS 28//Naciwe intege kenshi//BURUNDI ngira ndayigire DUBAI

  Рет қаралды 8,771

UMUKUBITO

UMUKUBITO

2 жыл бұрын

Umu DIASPORA akoze amateka//Kwubaka BULDINGS 28//Naciwe intege kenshi//BURUNDI ngira ndayigire DUBAI
#diaspora

Пікірлер: 56
@ericnkurunziza2376
@ericnkurunziza2376 2 жыл бұрын
Uwo mu type #Fabrice ndamuzi afise vision pour son pays 🇧🇮👌👍
@jeanclaudendikuriyo5566
@jeanclaudendikuriyo5566 2 жыл бұрын
Monsieur Gaël uriko ukora neza caane vraiment, uraduha numéro yuwomu Investisseur ari Australie. I appreciate him.
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 2 жыл бұрын
Fabrice imana imuje imbere ivyo nivyo vyiyumviro bizima igihugu gikeneye🙏🙏🙏
@pp-wd9qq
@pp-wd9qq 2 жыл бұрын
Ubaza neza Gael, Go aheard.
@bayiramyedanielkolenda2141
@bayiramyedanielkolenda2141 2 жыл бұрын
Wooooowooo ivyotswipfuza nivyo benshi bogira ivyiyumviro nkivyo uburundi buzoba ubwiratiro Koko bive mundirimbo bije mukikorwa
@kamikaziidigne8549
@kamikaziidigne8549 2 жыл бұрын
Burundi Narahavukiye Ndahakunda AA cyane so turahashigikiye ko haba Dubai ya Africa
@manmahuna1160
@manmahuna1160 2 жыл бұрын
Fabrice avugana ubwenge n'ubwitonzi. Gael nawe uri un journaliste professionnel.....
@zariwhitenoise
@zariwhitenoise 2 жыл бұрын
Ndemeye nabandi nibabonereho
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 2 жыл бұрын
Basha ndabikuze kubona hara barundi bubaka amazu meza nkayo
@kercybty
@kercybty 2 жыл бұрын
Very nice Burundian 🇧🇮 👌 well done ✔ Despora from Burundi 🇧🇮 I know is not easy but we can. I wish myself to have one house there. I be soon to Burundi Isha ALLAH. I will pass there.To is How much is the house there. I believe we can Burundian🇧🇮👊🏿 let visit Burundi now🇧🇮 🏃🏿‍♂️
@sunduma-official8069
@sunduma-official8069 2 жыл бұрын
Good Luck brother 🙏
@enrickkenzo6218
@enrickkenzo6218 2 жыл бұрын
Courage 🇧🇮🇧🇮 💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾
@twamp911
@twamp911 2 жыл бұрын
Fabrice n'aba diaspora barikumwe bose bubahwe kabisa!! #Umukubito #VisitBurundi #ComeAndSeeBurundiVillage
@arleneakimana9681
@arleneakimana9681 2 жыл бұрын
Bireke jewe barandiye amahera umuryango shahu aba diaspora twaragowe family baratwiba shahu ningorane
@uwimana8584
@uwimana8584 2 жыл бұрын
reka sha reka baratuyogeje jew sinkivuga 😂
@raoulake
@raoulake 2 жыл бұрын
Genda kuri twitter ariko kandi arishura umwandikiye
@yesunijibu1534
@yesunijibu1534 2 жыл бұрын
Bayora nguteshe nibatinye Imana basi ,inzigo nimbi Ex:kaini yaravumwe kubera inzigo
@Userr3649
@Userr3649 2 жыл бұрын
Woooww👏🏿👏🏿. Ivyo twokora nk'abarundi tugiye hamwe ni vyinshi,uyu muntu yubahwe atubereye akorero.
@princeeloi1
@princeeloi1 2 жыл бұрын
Umurundi 🇧🇮 w'umutima yubahwe
@nealin5358
@nealin5358 2 жыл бұрын
Cane
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 Жыл бұрын
Good job brother tukuri inyuma❤️❤️❤️🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@wakandatyganelsonofficiall6395
@wakandatyganelsonofficiall6395 2 жыл бұрын
Love from cape town 🇿🇦
@sonerimanaeddy4753
@sonerimanaeddy4753 2 жыл бұрын
Courrage gaëlle urko urakora neza kmeza
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 2 жыл бұрын
Yubahwe nukuri yiyumviriye neza
@sandy_ira-2711.
@sandy_ira-2711. 2 жыл бұрын
Good job Fabrice
@MaliBbe
@MaliBbe 2 жыл бұрын
Courage sana, keep going
@hollanddutch-day
@hollanddutch-day 2 жыл бұрын
Courage cane kuvyiyumviro vyiza pe Fabrice
@fredericndayikeza9601
@fredericndayikeza9601 2 жыл бұрын
Verra good
@olivern4444
@olivern4444 2 жыл бұрын
None yagusavye gushirako number ziwe, ko utazidushiriyeko. Ikiganiro ciza.
@uwimana8584
@uwimana8584 2 жыл бұрын
hari umuzungu yageragej kugurura Industrie ikora amatomati baramwima argrement!So muburundi haragoye gukorera imigambi kugira bakwakir muburo vyonyene nikibazo
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 2 жыл бұрын
Let me ask you, kuki turondera abazungu bo kuza gukora Tomate iwacu?wewe ntushobora kuyikora? les banks sont la kugira baguhe ingurane. dukeneye abazungu bakora imigambi twebwe tudashoboye.
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 2 жыл бұрын
come to Canada you will see how difficult is to get a business license .
@dinanoire
@dinanoire 2 жыл бұрын
@@KC-wj7yh mumbarize muga aho uvuga ngo abazungu bakora imigambi twebwe tudashoboye abo bazungu nibo bazi gukora vyose ?
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
@@dinanoire niba mubishoboye kuki mutabikora huuu!bamureka ababishoboye babikore!mureke kwiyemera ngo mwobikora kandi vyarabananiye
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
@@KC-wj7yh ntavyo mushoboye bamwemera!mureke abafise uburyo baze bikorere kunyungu zabanyagihugu banyu
@oseendayi5046
@oseendayi5046 2 жыл бұрын
I wish to one house of those Fabrics bigger up sana Turinyuma yawe komeza ukore ivyovyiza
@bilalchch3993
@bilalchch3993 2 жыл бұрын
Nimuduhe numéro yiwe tumurondere twiyubakishirize natwe ama étage 👌👌. Jewe nimumfashe mumpe nime yiwe canke adresse nziza nomuronkako
@aftapat5365
@aftapat5365 2 жыл бұрын
Daahh none nkaha nagiriyiki iburayi🤣🤣🤣
@arleneakimana9681
@arleneakimana9681 2 жыл бұрын
Duhe numéro zuwo muntu dukorane nawe aba diaspora turarushe
@itekapierre9451
@itekapierre9451 2 жыл бұрын
A very wise Man🥸🥸
@hardennoel6994
@hardennoel6994 2 жыл бұрын
hobonek batatu nkabo uburundi bwoca buhinduka dubai
@uwimana8584
@uwimana8584 2 жыл бұрын
kutaduhaye numéro ya Fabrice!
@GNNG-pf8jn
@GNNG-pf8jn 2 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🔥🙌💯🚀
@bayiramyedanielkolenda2141
@bayiramyedanielkolenda2141 2 жыл бұрын
Reka dukore cane twubake uburundi
@sunduma-official8069
@sunduma-official8069 2 жыл бұрын
Nanj ngaho iyiwanje irimwo ahubwo Fabrice yubahwe
@fredericndayikeza9601
@fredericndayikeza9601 2 жыл бұрын
Verry good
@barutwanayonelly5526
@barutwanayonelly5526 2 жыл бұрын
Mfasha numrro z uyo mu diaspora mfise imigambi myishi ibuze ubufasha
@wakandatyganelsonofficiall6395
@wakandatyganelsonofficiall6395 2 жыл бұрын
I love my country burundi 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@petit-pasteurndikuriyo2427
@petit-pasteurndikuriyo2427 2 жыл бұрын
Nta numero de tél yuy Fabrice mwaduhaye.
@Kibrike
@Kibrike 2 жыл бұрын
We.need his number
@alicebayubahe3760
@alicebayubahe3760 Жыл бұрын
Dukeneye contact ya Fablice numéro yiwe
@topchannelone9190
@topchannelone9190 Жыл бұрын
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
00:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
Iron Chin ✅ Isaih made this look too easy
00:13
Power Slap
Рет қаралды 29 МЛН
Mkombozi yahisemwo umuziki areka Amerika
15:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 496
Invest in Burundi: Success stories
25:28
Agence de Développement du Burundi - ADB -
Рет қаралды 29 М.
UMUTOZA WA RAYON ROBERTINHO YAGEZE MU RWANDA AVUZE ICYO AJE GUHA ABA RAYON
10:52
Батя в общественных местах 😇
0:46
Время горячей озвучки
Рет қаралды 1,5 МЛН