😭UBUHAMYA BUKOMEYE WEE//😭REV SUNZU

  Рет қаралды 8,228

UMUHANYI TV

UMUHANYI TV

Жыл бұрын

Пікірлер: 10
@gahunguemmanuel9189
@gahunguemmanuel9189 Жыл бұрын
Ijambo rikiza imitima ibabaye. Imana ishimwe Kuko yaduhaye Yesu.
@evmutawala8789
@evmutawala8789 Жыл бұрын
Be blessed more Rev pastor Sunzu
@mukizaruboneka8813
@mukizaruboneka8813 Жыл бұрын
Uhabwe Umugisha Nimana Mushumba
@Yegotego
@Yegotego Жыл бұрын
Imana ishobora byose Ariko Ntishobora kuba inyamubiri? Kd Yesu yarabaye umuntu 100% Aba Imana 100% Niba Bible ivuga ko Imana ishobora byose ntazindi comments Bible yari kuvuga ngo ishoboye Hafi ya byose Cg ishoboye bimwe Ariko yavuze ko ishoboye byose c’est tous
@rwakirantebutsi9103
@rwakirantebutsi9103 Жыл бұрын
Barikiwa mutumishi wamungu neno nzuri
@themarvelous2239
@themarvelous2239 Жыл бұрын
God bless you pasta 🙏
@elysemaombi8858
@elysemaombi8858 Жыл бұрын
Ubarikiwe saana baba
@alphonsebukuru1849
@alphonsebukuru1849 Жыл бұрын
.
@MuhozaBezayi
@MuhozaBezayi Жыл бұрын
😂
@FelixNzeyimana-bf4qr
@FelixNzeyimana-bf4qr Жыл бұрын
Amahoro ya Kristo kuri twese. Uyu mu evangeliste, sindamuzi ariko hari ikintu ataradobanukirwa nomusaba kwegera abantu bamukuriye, canke bize theology kugira bamufashe gutahura kurusha ko kuba umu missionaire no kutagira umugore ataho bihurira. Sinzi muri eglise yawe uko bimeze, jewe ndi Archevêque w'umu Anglican, twe dufise ABA missionaire bafise imihamagaro itandukanye, kuko no kurongora n'umuhamagaro. Kugira marriage si ivyabantu Bose. Kanatsinda nimba kuba umu missionaire "ari gushira ubuzima bwawe mukaga kubwubutumwa", nkuko ubivuga. Bivuze ko atamuntu akwiye kuba umusirikare afise abagore. Hama soma svp, l' Eglise Catholique kera Abasenyeri, aba papa, nabapatiri bari bafise abagore n'abana gushika muri 11 Century (ikinjana ca 11) hama bishirwa muri Canon Law 1917 ya Eklesia Gatolika. Hama PATIRi Luther wo muri Germany siwe le père wa Reformation Yaba Protestant, kuko uwo yabikoze muri Germany, hari abandi babikoze batanamuzi no mubihe bitandukanye nawe nka Jean Calvin na Huldrych Zwingli muri Suisse, Archevêque Cranmer muri Angleterre, John Knox muri Scotland aho mvuze bake
Каха заблудился в горах
00:57
К-Media
Рет қаралды 9 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 86 МЛН
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
00:23
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 17 МЛН
UBUZIMA BWO MUBUTAYU BY PASTOR SUNZU PAUL
58:49
BETHESDA HOLY CHURCH
Рет қаралды 40 М.
NTAKANDI KAZI ABAKRISTO BAKWIYE KUGIRA URETSE GUSENGA 😭REV SUNZU
1:02:13
لقد سرقت حلوى القطن بشكل خفي لأصنع مصاصة🤫😎
0:33
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 20 МЛН