INTAHE ikomeye ya GRETTA//kuva murugo kwanje//Gutandukana n'umugobo n'ikintu gikomeye//Abakobwa

  Рет қаралды 99,364

UMUKUBITO

UMUKUBITO

9 ай бұрын

INTAHE ikomeye ya GRETTA//kuva murugo kwanje//Gutandukana n'umugobo n'ikintu gikomeye//Abakobwa

Пікірлер: 332
@franckmuco7534
@franckmuco7534 5 ай бұрын
Franck Securite.Big up Mme Gretta,uvugisha ubwenge bwinshi
@bibikiki8437
@bibikiki8437 8 ай бұрын
Uri keza cane Gretta Bagusokoje neza Uraberewe Love from 🇨🇦🇧🇮💝
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 8 ай бұрын
Ukuntu Gretta arimwiza burya urugo ntirwubakwa nubwiza kbsa wapi gusa Gretta Imana izoguhe uwo ishaka canke muzosubiran
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 8 ай бұрын
Caméra za mukubito ni 🔥🔥👌👌👌kuyindi mpwemu
@LyseAkimana-dn4ir
@LyseAkimana-dn4ir 8 ай бұрын
Gretta wamye uraka bajou kuv twigana primaire😍😍💕
@ornellanamugisha7780
@ornellanamugisha7780 8 күн бұрын
Big up Gleeeeeuuuuu,ndagushigikiye shaàaaa
@alexiauwineza2689
@alexiauwineza2689 8 ай бұрын
Madame félicitation tu es vraiment forte kandi uvuze ukuri sukubera usa neza Canke wama utwenga ko ariho umerewe neza benshi barara muvyumba séparé barakubitwa kandi nubutwari kuvuga uti non non ndavyanse
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 8 ай бұрын
aho avugana ko mu rugo utegerezwa kuba heureux ni principe yabatumvira ijambo ry Imana,mur egliz hos bavuga kubana mubibi momuvyiza,abasirimu bubu bashaka côté imwe ya bonheur,na imitation yizindi ngo birahovya abakobwa benshi surtout babanyamuji
@lydi791
@lydi791 8 ай бұрын
😂😂😂😂wurumva rero nibo barereta jw mpaze kubona Ama interview meshi ya bantu bahukanye cne cne abakobw beshi sivukira zomugisagara Noe nikuberik Kandi tuzi bobo bahawe indero nyishi Gusumba abo mugisagara
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 8 ай бұрын
@@lydi791 bashits I buja bacabasirimuka bivanye nakagwi bagendana kabenfluença,raba pst mbahayaga yabisiguy neza kenshi igituma abantu bahukana
@lydi791
@lydi791 8 ай бұрын
@@kabosskdn2202 nabo ni babandanye bahukana ivyo bashaka bazobibona ubu biyaraje ngo ubuzima bubushuga mamy buraryoshe naho ishwi uburaya gusa bubuzuyemo
@user-po5sg6vh4c
@user-po5sg6vh4c 5 ай бұрын
I lv her kbsa. Uwakumpa nanezerwa.....❤❤❤❤❤ ndagufanaa ndakubaha ndanagukunda byukuri... much lv from pichou Paul Williams from Kenya Mombasa exactly cost,... Ester Africa 🌍.ni mwizaaaaa.
@ireneiteriteka444
@ireneiteriteka444 8 ай бұрын
Waouuu uvuze amjambo meza yubak🙏🥰🥰
@angeiba4548
@angeiba4548 8 ай бұрын
Oui oui ma belle j’aime la façon que tu parle doucement tu es très très intelligente merci pour tout big lov bisous turagukunda twese
@wisdom3596
@wisdom3596 8 ай бұрын
Umwami YESU-KRISTO akujimbere Mme Gretta
@faveur710
@faveur710 8 ай бұрын
Gretta tu es tellement belle 🥰 Vraiment 🌹🌹 Grâce From Belgique🇧🇪❤🇧🇮
@charitangimigisha5559
@charitangimigisha5559 8 ай бұрын
Franchement na jw ndagukunda Mme❤
@chrisdaymutakuryano3957
@chrisdaymutakuryano3957 8 ай бұрын
Courage sha ubuzima nubwawe❤
@esperancebutoyi6927
@esperancebutoyi6927 8 ай бұрын
Imana ni vyose Ishimwe cane yaraguteturuye
@kenzoniyu
@kenzoniyu 8 ай бұрын
It’s the biriko bija kuyindi point bidasanzwe for me😂😂
@prosperngaboyisonga5312
@prosperngaboyisonga5312 8 ай бұрын
Aravuza uruhwa ndake nakobereze naho hahahaha Ikiganiro ni bon coll Gege.
@BucuraBwaRusine
@BucuraBwaRusine 8 ай бұрын
Urimwiza❤from 🇷🇼
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 ай бұрын
Wooooa dada barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@beautyclara6233
@beautyclara6233 8 ай бұрын
Gretta je t'aime beaucoup et tu es très intelligente 🎉❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰
@IrakozeElyssa-qp6or
@IrakozeElyssa-qp6or 8 ай бұрын
HHhh uravye the hangout reo ugac urab izi émission zabo🙆🏿‍♂️😁
@user-yx1xg3js1e
@user-yx1xg3js1e 6 ай бұрын
Muraho neza ndagukunda great
@irakozeingridhortense1166
@irakozeingridhortense1166 8 ай бұрын
Uvuze ukuri ma chérie.
@Muniraksu
@Muniraksu 3 ай бұрын
Ka Gleuuu ko mu gihosha, ivyo ubeshe vyishi nivyo. Muga usigaye mu kirere 🦋
@confitbienius6903
@confitbienius6903 8 ай бұрын
Gretta, très intelligente ❤ ,cool ... Elle sait ce qu'elle veut dans la vie
@angemugisha7056
@angemugisha7056 8 ай бұрын
Uvuze ukuri ma fille 💋❤️
@dianekanyamuneza193
@dianekanyamuneza193 8 ай бұрын
Ubu rero amakosa y'ingo zisambuka agiye ku ba mamans ba kera😂😂😂😂😂. N'agahengwe tugifise n'uko générations z'abo ba mamans zikihari, ibaze dans 20 ans, Imana niyo yo nyene yo kuraba ico ikora pe😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@carinekaneza565
@carinekaneza565 8 ай бұрын
😂
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 8 ай бұрын
Gretta uri so cute ❤
@kellykaneza7865
@kellykaneza7865 8 ай бұрын
Ndagukunze cane Gretta ❤
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 8 ай бұрын
J ndipfuz kubonan na justin gael nukur interview zaw ushiramwo ibirungo vyinsh san ❤
@GyneseHafashimana
@GyneseHafashimana 6 ай бұрын
So cute Gretta ur forte kbx Imana iguhezagire💗💗
@user-pe2xh4lx1k
@user-pe2xh4lx1k 8 ай бұрын
Kimwe gusa Ur Mwiza👌
@uwizeyeghyslaine5468
@uwizeyeghyslaine5468 8 ай бұрын
Good nkunda umuntu ashira Imana imbere beautiful mom kyce
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 8 ай бұрын
Ko wahukanye urimuto gas Gretta?🥺🥺pole sana😌
@mugishajacques3499
@mugishajacques3499 8 ай бұрын
Abana bo Mugasenyi..Ndashaj Gael&Gretta
@mimie58
@mimie58 8 ай бұрын
Gretta merci pour tes conseils 😍😍
@user-ei6wi6ny7w
@user-ei6wi6ny7w 8 ай бұрын
Biriko biza kuyindi mpwemu idasanzwe 😁😁😁😁😁😁ww kweri uzonyica
@ange-marie4559
@ange-marie4559 8 ай бұрын
Incabwenge vrmt❤❤❤ wubahwe Gretta uri forte gose
@yvesbikorimana6838
@yvesbikorimana6838 8 ай бұрын
@justegael nukuraba mukadutumirira nabo ingo zakundiye, vyagoye ariko bagotorera inyishu ibibazo baciyemwo
@kidgamestvcollections4743
@kidgamestvcollections4743 8 ай бұрын
Kera sikovyari biri. Subira kunkomoko
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 6 ай бұрын
Umugabo nuwambere yaba numugore nuwambere Imana ibafashe gusubirana
@sabbaothmediatv6885
@sabbaothmediatv6885 8 ай бұрын
Courage ma bro❤️💪🇧🇮
@PaterneKEZIMANA-he2kd
@PaterneKEZIMANA-he2kd 8 ай бұрын
Apparemment divorce yararonse TV nyinshi ziyigirira promotion ces derniers jours, muraraba ntiturwe mumutego w'umwansi! Maze igihe mbona bcp d'émissions faisant du divorce un choix comme tant d'autres, mbega mubona aba jeunes babakurikirana muriko mubategurira mariages ziri solides, zīteguriye guhangana nibigora murugo (kuko ntivyigera bibura) , canke muriko mubategurira gukora les mariages les plus vulnérables, ziteguriye kubivamwo umwanya uwariwo wose? Ico mwita "évolution des mentalités" mukigendemwo bukebuke.....satani/shetani numunyabinyoma kandi yikinga mubisa nukuri.... à bon entendeur !
@grettakezimana5348
@grettakezimana5348 8 ай бұрын
Birababaje Aho abantu bahukana bakaca baja kuri réseau social biyandagaza 😏😏😏😏
@botiger7208
@botiger7208 8 ай бұрын
Nubwabweng buke abantu bafise kugira bironkere Ama views
@prudencenimpagaritse2146
@prudencenimpagaritse2146 8 ай бұрын
nashaka nanje nshikirize ico niyumvira numvise ingene uvuga umunezero wagize uronse ikibondo hanyuma nkumva ingene u critiqua abavyeyi batanga akarorero kabi mungo vraiment je suis désolé yo kukubwira ko namwe atakarorero keza muriko muha uwo muhungu wanyu ikibazo gituma benshi bahukana il n'y a pas de détermination iyo mufata ingingo yo kubana il faut savoir une chose il n'y a pas de personne parfaite dans le foyer il faut apprendre à pardonner si non vous n'irez null part et à construire ensemble . ikindi kuja sur youtube pour exprimer que tu es à l'aise c'est une sorte d'encouragement aux jeune pour faire de même que toi nukuraba neza rero nawe ko utariko uba igikoresho ça shetani mukugira publicité ya divorce ico nabona nuko wari gupfuma ubwira les jeunes uti mwiyubare mukugira choix kuko c'est un choix unique kubizera Imana bien sûr sinon udashobora kwihanganira amakosa aba yakozwe n'a ton partenaire canke ngo muhanurane c a d que tu as dévié le chemin de Dieu rero ndaguhanura ngo urondere Imana igushoboze kuko ibidashobokera Abantu yoyo irabishobora imiter les bazungu ntiwibaze ngo hari iciza kirimwo une autre personne azohava aza adusigurire ko n'a mariage homosexuel atangorane soyez attentif donc à tous ce que vous faites sur les réseaux sociaux
@AngeRuhanama
@AngeRuhanama 8 ай бұрын
Vuguziga sha nturahura nurugo rubi ngo wumve ukobimera ahaaa😢
@virgilekelvin8493
@virgilekelvin8493 8 ай бұрын
😅😅😅ni satani..binteye ubwoba kutagira mariage niguta umwanya namahera yubusa
@butoyialexandre2134
@butoyialexandre2134 8 ай бұрын
Yoooo yaratandukanye na Rasco?ndababaye kbsa
@SAMSUNGA-ld1mt
@SAMSUNGA-ld1mt 8 ай бұрын
Soit forte ma chérie
@imeldeniyibizi7012
@imeldeniyibizi7012 24 күн бұрын
Urugo rwubakwa na Nogusenga na mbabarira nokwihangana
@bonifaciohabby
@bonifaciohabby 8 ай бұрын
Beauté burundaise ❤❤❤
@butoyialexandre2134
@butoyialexandre2134 8 ай бұрын
Gael Rwanda turagukunda kbsa
@orie-grettamunezero9320
@orie-grettamunezero9320 8 ай бұрын
On t'aime bcp gege!!
@inasukuevelyne5424
@inasukuevelyne5424 8 ай бұрын
Great!!!
@user-zo8el2oe8n
@user-zo8el2oe8n 8 ай бұрын
Gretta bagukunda kubera uri mwiza (ariko gusambura naho siyo nyishu yibibazo ahubwo mwari kuraba umwe agahebera uyundi Hama Mugasengaranira Imana ikabakemurira ibibazo mudahurizako )
@user-zv2ng6ov2k
@user-zv2ng6ov2k 8 ай бұрын
harabicanira murukokwihangana
@lydi791
@lydi791 8 ай бұрын
Umutima wo kwihangana mu bakobwa beshi ubu naho dumvise kbs na nico gituma ama Divorce ni meshi
@user-zv2ng6ov2k
@user-zv2ng6ov2k 8 ай бұрын
@@lydi791 none agutayenaho akarongora uwundi warugumamo mada
@lydi791
@lydi791 8 ай бұрын
@@user-zv2ng6ov2k Noe gretta umugabo wiwe yarazanye uwundi ??
@muhirwajonathan7602
@muhirwajonathan7602 8 ай бұрын
Umuntu ahitamo kugukubita nawe ugahitamo kwihangana 😂😂😂 Abantu bakunda kobabagirira impuhwe
@Uwaselavenda
@Uwaselavenda 7 ай бұрын
She’s so beautiful♥️
@mossaalbusaidi2292
@mossaalbusaidi2292 8 ай бұрын
Ur so cute and smart dear Gretta greeting from Oman
@daphroseniyokwizigira7299
@daphroseniyokwizigira7299 8 ай бұрын
Uvuze neza Gretta umuntu atanga ico yaronse pe😂
@floxellamunezero5585
@floxellamunezero5585 8 ай бұрын
Umuntu atang ico afis kndi yahawe kbisa ukivuz neza ntimuzoj kurondera urukundo kubatarufise
@irakozeines8143
@irakozeines8143 8 ай бұрын
Gretta urimwiza disiiii
@faveur710
@faveur710 8 ай бұрын
Oyaaa Gretta Je vais divorce Sivyabazungu Gusa kuko Uwi Wanje il était Contre le Divorce🇧🇪🇧🇮💕
@ishimwejf
@ishimwejf 5 ай бұрын
Umugabo yahukanye niyi bombe kweli😭😭sha ndibaza ntawundi azohamva aronka asa nae
@Hi5392
@Hi5392 8 ай бұрын
30:40 😁😂😂😂thank you madame👏
@user-cj4it2ce7c
@user-cj4it2ce7c 8 ай бұрын
Uvuzukuri sister
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 8 ай бұрын
Gretha usa neza nukuri knd amajwi asohoka neza. Courage Juste 🎉
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 8 ай бұрын
Kumunota wa 42 ivyo wavuze wagomvye kwigovyora guko ntabwo mwogira marriage Imana itabizi kiretse muhisemwo gutwarana kubera murambiwe nubusambanyi murimwo
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 8 ай бұрын
Gretta ni mrembo kbsa❤
@ndayisabalarryraissa5663
@ndayisabalarryraissa5663 8 ай бұрын
Courage gege
@user-kd1ji8uh8v
@user-kd1ji8uh8v 4 ай бұрын
Vyza gretta knd utanzimpanuro kur besh cn imana iguhezagire cn
@kapendezojefferson5752
@kapendezojefferson5752 8 ай бұрын
nukuri ufise ubwenge peee tres Jolie
@eliasndayizeye4160
@eliasndayizeye4160 8 ай бұрын
Isi irarushe kabisa😂😂
@noreenmugabo2038
@noreenmugabo2038 8 ай бұрын
Nkunda abarindi cyane ndi munya Rwanda 🇷🇼
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 8 ай бұрын
Natwe turabakunda kuko muri abavandimwe
@mercifulangel15
@mercifulangel15 8 ай бұрын
Nange nkunda abarundi cyane, abagenzi nagize b’abarundi ni abana beza cyane. Nkunda ukuntu bavuga ikirundi. Ariko uyu mu maman asa na first famille yo mu Rwanda, asa n’umwana wa Ange mukuru ukuntu.❤
@jaystrongmagaboy1633
@jaystrongmagaboy1633 8 ай бұрын
Toujours prêt à servir
@ericciza926
@ericciza926 8 ай бұрын
Nn uwo ni Gretta womukayanza yamara imodoka zimusamarira😂😂😂😂😂
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 8 ай бұрын
Uri Keza Gré
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 8 ай бұрын
Ndashaka kumenya aho uba mme Gretta
@eugenientihabose1196
@eugenientihabose1196 8 ай бұрын
Umugore si uwo kurira vyukuri😢
@donjusteniyo7736
@donjusteniyo7736 8 ай бұрын
Good interview❤ Gretta is intelligent😊
@juliettehatungimana5109
@juliettehatungimana5109 8 ай бұрын
Ikikiganiro ca gretta ucumvirij ukumva nukuntu umugabo wiwe yavuze mukiganiro Caciy kur Siren vibes ababantu ntakintu cahatari catumye bahukan ahubwo nizampwemu mbi zakaronda zomuri famille zitera muri couple hakabaho kubana nabi knd mutankana Kuko tantine wa gretta nawe yarahukanye urumvako gretta vyabay kuber ibintu vyomumuryango wiwabo biriko baramukurikira ubundibwo uryamugabo wiwe umwumvirij sumwan mubi knd na gretta mbon atarumwan mubi
@chimenendayizigiye6711
@chimenendayizigiye6711 8 ай бұрын
ati ni karande yabatante biw uranyish noneho😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@juliettehatungimana5109
@juliettehatungimana5109 8 ай бұрын
@@chimenendayizigiye6711 Niko ndabibon kbx
@user-ki9qz8tv9y
@user-ki9qz8tv9y 8 ай бұрын
Niwishigikire murayomafuti yawe!hooshi
@ChristInMeHopeOfTheGlory
@ChristInMeHopeOfTheGlory 8 ай бұрын
Gretta asigay aduza ama views cane kubera ivyamushikiy. Try ku mubaza ivyunguka apana kuguma mumukora mu nkovu
@willyndayizeye8992
@willyndayizeye8992 8 ай бұрын
Mugenda mutazi ivyo mugiyemwo....Nico gitum....mugum mwih am raison alors ataco mwambariyeko....reka abubak bubake mwebw circula
@nicoleirakoze2235
@nicoleirakoze2235 8 ай бұрын
Nanj sh iyo cas yarambayek jew rero sh uruzogo gwamwizingiyeko mwizosi ntiyigez arira avutse twamaz 1mois mubitaro turindiriy igitanganz cImana 😐mais Ndiho yararinz abana bacu sh Gre
@RodrigueGatungwa-tf1ff
@RodrigueGatungwa-tf1ff 8 ай бұрын
Gaël vrt ubaza avec intelligent ham kur Gretta numv yaratahuy ivyubuzima
@user-xm5dp6px5w
@user-xm5dp6px5w 8 ай бұрын
Nice🥰🥰🥰
@user-ye7nc8qv7q
@user-ye7nc8qv7q 8 ай бұрын
Wouuuuu ntawundi avuga ukuri Gretta shahuuu Gaël ndaavy usabire numéro yiwe plz
@SamuelNduwayo-kn8mm
@SamuelNduwayo-kn8mm 8 ай бұрын
Gretta wubahw sh ndagkunda
@user-mw9qd1gw7r
@user-mw9qd1gw7r 8 ай бұрын
Nivy gretta ivy uvuz nivyo
@user-bf7ow8oi6g
@user-bf7ow8oi6g 8 ай бұрын
Pole gretta
@divineibonavyose8952
@divineibonavyose8952 8 ай бұрын
Courage wishura neza nkumunyebanga uhezagirw
@nduwayezufulgence3974
@nduwayezufulgence3974 8 ай бұрын
hahahahahahah 😭😭😭😭😭😅😅😅😅😅😅😅
@nduwayezufulgence3974
@nduwayezufulgence3974 8 ай бұрын
mana mana 😅😅😅😅
@NewPlacetv1
@NewPlacetv1 7 ай бұрын
Burya kwerekana umunezero hanze Arik mushitse mu rugo umwe aja mu cumba iwe, birababaje.
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 8 ай бұрын
Ibi bintu vy,ingo biracanga so reka ndengane
@JoselyneJohn
@JoselyneJohn 7 ай бұрын
Uragiye urahunze. Biteye ubwoba:)
@eugenientihabose1196
@eugenientihabose1196 8 ай бұрын
Gretta uvuze ukuri pe. Nta kagaye
@Innocentciza
@Innocentciza 8 ай бұрын
Raba musuburane kabsa Rasko aracagukunda knd arakwubaha
@ndihokubwayoherman2473
@ndihokubwayoherman2473 8 ай бұрын
Gael usigay ugira senitisa😅
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 8 ай бұрын
Gretta afise inoti Ayirusha umugabo rero nabagore bake ashobora kwemera amategeko yumugabo mugihe amusumvya inoti en plus umunwa wibuja
@raskobuja3150
@raskobuja3150 8 ай бұрын
Rahira🤣🤣🤣🤣 aho iyo nkuru nulva nshaka kuyimenya
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 8 ай бұрын
😂
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 8 ай бұрын
Ariko birazwi,ko abagabo mutemera ukuri...none uwo si madam mzungu? Kuva kera niwe fournisseur wiwe....
@plumbrandyniyonsaba
@plumbrandyniyonsaba 8 ай бұрын
​@@raskobuja3150 rekana na Babylon brother rasco mwubahwe you and your baby mother
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 8 ай бұрын
Ubundi murugowumva hakenewe amategeko canke hakenewe kumvikana,kuganira,nukubahana.
@gloriaS127
@gloriaS127 8 ай бұрын
Une des influences bari intelligentes dufise i Burundi...mbega sagesse Mana we
@user-fm4hr3wt6k
@user-fm4hr3wt6k 8 ай бұрын
Uri keza sha gretta
@Legacy-mw2uq
@Legacy-mw2uq 8 ай бұрын
You're gorgeous.🇨🇦
@thierrynijimbere2325
@thierrynijimbere2325 8 ай бұрын
Sha nti mwubatse urugo ivyo nuguterimbere kk ntakuntu umugore yoguma akwizirikirako umenga muhebanye woba upfuye
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 8 ай бұрын
Inguvu 2 mufise ni ugutwara inda no konsa ku bagore bavyubahiriza kuko abagore bamwe ntibagishaka konsa ,abagabo nabo ni ugutera inda naho ibindi twese twobishobora.
@tulizomusafiri310
@tulizomusafiri310 8 ай бұрын
Urimwiza cane Gretta ndanamba watanze?
@TaylorKing-ye7hu
@TaylorKing-ye7hu 8 ай бұрын
Ngerageje kuraba ibiganiro bivuga kubijanye ningo bica ngaha kuri Siren Vibe nka vyose bivuga kuri divorce.??!! Bigaragara KO mukangurira abantu gukora Ama divorce kuki mutoza muratumako abubatse zikaguma nabo badushingira intahe
@MJCOfficial89
@MJCOfficial89 8 ай бұрын
Apparement uravye nkuyo ntiyokwubaka, indero ndundi yaragiyee kabisa
@angeshimirimana3918
@angeshimirimana3918 8 ай бұрын
Arafise indero ahubwo ivyavuga ntubitahura
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 8 ай бұрын
Agaya aba kera ariko nibo gushikubu ingo zabo zubakitse. abagore b'ubu hafi ya bose n'aba féministes. Ivyo navyo ni contraire y'ico Imana yashinze. Bashaka kuba hejuru y'abagabo or ivyo ntaho bizokwigera bibaho. L'égalité entre l'homme et la femme ntizokwigera ibaho. Kuko s'uko Imana yabitunganije. Umugabo toujours n'umutwe w'urugo. Umugore yaba afise amafranga canke atayo ntaho azoba umutwe w'urugo. Kubitwa ko basenga Imana y'ukuri ico ntibocirengagiza.
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 8 ай бұрын
Niyo si tugezemwo Sha Satani yereka abantu ko bashoboye atawoba musi yuwundi hhhh lmana yonyene
@ngabiranoaimeigor1
@ngabiranoaimeigor1 8 ай бұрын
Boss iyo ni Umukubito Tv si Siren tv
@ornellaniyomwungere9474
@ornellaniyomwungere9474 7 ай бұрын
Ndemeranya na Gretta,nanj abo twakundana bose bategerezwa gushika muhira,ntawashikira kwibarabara kabisa.Nanj utinya gushika muhira nacambona ko utariwe
How Many Balloons Does It Take To Fly?
00:18
MrBeast
Рет қаралды 169 МЛН
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 11 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
00:42
Аришнев
Рет қаралды 2,1 МЛН
URUGENDO By Rachel Mbanzabigwi  &                     When we all get to heaven
5:28
Rachel Mbanzabigwi
Рет қаралды 469
INTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA
37:35
как попасть в закулисье в schoolboy runaway
0:51