Uwu niwe mushikiranganji yarakwiye gutanga imihoho kubwa Olucome

  Рет қаралды 18,798

Indundi TV

Indundi TV

14 күн бұрын

#indundinews : Olucome irakeza reta y'Uburundi ku ntambwe yo kwiyemeza gushira ubutare bw'igihugu mu muco, ariko kandi #Gabriel_Rufyiri aramutswa iryo shirahamwe aranegura ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo ivy'Ubutare akanagira asaba umushikiranganji gutanga imihoho.....

Пікірлер: 30
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 12 күн бұрын
Mr Rufyiri Grand Patriote🎩 Pour laTransparence Burundaise😊❤✊🏾 Bravo NEVA🇧🇮 President, nimuhe Rufyiri protection Ikomeye kandi akwiye mu Gihugu.Abanyoni bataramuduhekura 😢
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 12 күн бұрын
Aho sha rufyiri ukerekana abahembwa amahera ya gusa
@user-ni3dc5wd3o
@user-ni3dc5wd3o 12 күн бұрын
Abarundi turakwiye impindukaa vrt kk biragaragara k atabantu bakorera igihugu dufisee🥲🥲
@BigBrother-lm7xo
@BigBrother-lm7xo 12 күн бұрын
Abantu twaramaze kuba ba nsumirinda umwe wese yipfuza guhanga niyo mpamvu bikitugoye gutera imbere niyo mpamvu magufuli yarumugabo wijunja nijambo kuko umuntu yipunfuza umushahara niwe mukunzi wigihugu
@lilpaff93
@lilpaff93 10 күн бұрын
Harakwiy gukora greve ihambay Kuruta iyiriko iba Kenya kuko ntivyumvikana
@BerchimasNyandwi
@BerchimasNyandwi 10 күн бұрын
Urumuntu wumushingantahe
@melchiadenyandwi-tv8kz
@melchiadenyandwi-tv8kz 12 күн бұрын
wavuga nuko ubwira intunva
@AlphonseNiyonsaba-i8l
@AlphonseNiyonsaba-i8l 3 күн бұрын
Babwire
@user-dh7nk2ue3r
@user-dh7nk2ue3r 10 күн бұрын
Igihugu kirakwiye kuba icatwese vrmt.
@StevenMugando-ei6vb
@StevenMugando-ei6vb 12 күн бұрын
Wewe bandanya utwereka ivyotutari tuzi mutama ,nukuri uragerageza mutama bandanya ubabwira
@wedanhelga8461
@wedanhelga8461 12 күн бұрын
Banza mwubake amabarabara hamwe infrastructure kugira abantu baronke ubuzi. Ibarabara dya rumonge bujumbura kandi muhaca ntimugire ico muvuze. Kandi mubuze abaporisi kwama basaba amahera abanyagihugu hamwe namagari yabikorera ivyabo amahera bakagaburana. Mba america ntavyo ndigera mbona ivyo nabonye mu burundi. Imizana mumabarabara, abaporisi bakavyimba kandi bose bonze umengo ntibadya. Mwubake aeroport kwanza
@NdohoAud
@NdohoAud 12 күн бұрын
Ntacuvuze
@shakinahmurenguka9824
@shakinahmurenguka9824 12 күн бұрын
Wewe ufashije iki igihugu cawe? Nukugaya gusa?
@abdulkabalundi3212
@abdulkabalundi3212 12 күн бұрын
Komer cane gose
@yabesnshimirimana8530
@yabesnshimirimana8530 13 күн бұрын
Igihug nicacu barakwiy kukwirikiza amategeko kk vyoash Caan
@jeanclaudenshimirimana6719
@jeanclaudenshimirimana6719 11 күн бұрын
Fata amabandi
@wedanhelga8461
@wedanhelga8461 12 күн бұрын
Igihugu kitagira ingege kandi abategetsi badakugwa bashireho abandi.
@Nolithajack12
@Nolithajack12 12 күн бұрын
Nihatari kabisa😢
@thierrymanirakiza2018
@thierrymanirakiza2018 12 күн бұрын
None no kugira twimbe ubutare bwacu turinda kubisabira uruhusha??
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 12 күн бұрын
Ndabuze ico mvuga, None nimba inzahabu zarabuze, Nickel na yo?
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 12 күн бұрын
None ayo marori aguma yambara yongera yambura gutyo😂
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 11 күн бұрын
Imbunuza zo turinazo pe nizo gusa muri leta
@ChrisOwinchampMakaveligang
@ChrisOwinchampMakaveligang 10 күн бұрын
ndagushigikiye
@user-mq9kd7sk6f
@user-mq9kd7sk6f 12 күн бұрын
None ivyo bisuma n'abambuzi bofatwa na nnde ni Leta. Itabikoze niyo ibibazwa.
@NdayidhimiyeGerard
@NdayidhimiyeGerard 11 күн бұрын
Wavug nuk ubwir abatumva kuk uwikorey ibihund ntiyumv
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 11 күн бұрын
Ariko rero ayo ma conférence régionale des grands-lacs. Les grands-lacs iri dans le viseur des pieurs interntionaux . Le malheur yacu nuko abantu bazi ubwenge nka mwe, bagifise la naïté yo kwibaza ko la communauté internationale ' auto-proclamée". Iyo ni iyo kwegeranya ubutunzi bwa Afrika bakabuyora bwegeranye. La société civile ni iyo gucunga mareta. Uburundi buri mu ngorane économique kubera hakora abantu batazi ivyo bakora incabwenge zikumiriwe, ikindi nuko abo mwita communauté internationalité ishaka gufata les gd-lacs pour contrôler le monde. Umuntu akwumvirije ingora z' uburundi zitari locaux gusa muri géopolitique
@jeanmariebizoza654
@jeanmariebizoza654 12 күн бұрын
AKO KAGABO KARUBAHUKA
@Usbar-oc1kl
@Usbar-oc1kl 12 күн бұрын
Njye ndumva aka wita akagabo kavuga ukuri. None mu burundi abavuga ukuri nimubima ijambo hazatwara abameze gute?
@user-vk8wr8bu1q
@user-vk8wr8bu1q 11 күн бұрын
Urumugabo kabisa
@JeandeDieuBarutwanayo
@JeandeDieuBarutwanayo 12 күн бұрын
nukur wavuga muga nibihinduka nn iherezo nirihe!
Was ist im Eis versteckt? 🧊 Coole Winter-Gadgets von Amazon
00:37
SMOL German
Рет қаралды 40 МЛН
아이스크림으로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 58 МЛН
tom and Jerry 😱🆕 #trending
0:23
Nemi Shorts
Рет қаралды 18 МЛН