No video

Uwurongoye Uburundi yishuye ku bibazo bijanye n'urupfu rwa Major Petero

  Рет қаралды 16,630

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Ikibazo ku rupfu rwa Major Petero #Buyoya cabajijwe mu kiganiro kidasanzwe c'Umukuru w'Igihugu cabaye kuri uwu wa gatatu mu ntara ya #Ngozi. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yabajijwe igituma ata kigandaro cabaye mu Burundi, n'igituma ataco Reta yavuze kuri urwo rupfu. Mbega ibisigarira vyiwe vyoba bishobora gutahukanwa mu #Burundi kugira bishinguranwe iteka ? Umviriza inyishu z'uwurongoye Uburundi

Пікірлер: 27
@ezekielykawage1105
@ezekielykawage1105 3 жыл бұрын
Uwumumenyesha makuru nkekako mubagandaguye ndadaye nabahutu yarimeo Imana ntirenganya ndadaye yababwiye ati ntimukore amaraso kuneza yanyu nimiryango yanyu kandi ati mwishe ndadaye ntimwishe bandadaye
@ezekielykawage1105
@ezekielykawage1105 3 жыл бұрын
Icokibazo wibaza hobaye hatwara umututsi kowokimubaza ugasigara iyo ugemuriye umuntu munyuma akagusubiriza munkoko ntugaya kuko agutekerera yisunze ivyowamugemuriye Imana ntirenganya mbe komutabaza umuryango we atikomwamuhamvye hiyo?
@didasmugenzi4960
@didasmugenzi4960 3 жыл бұрын
uyumunyamakuru,mwamubonye kuki ikikibazo akibajije afite ubwoba ntabwo yariyagiteguye cyangwa biramugwiririye
@15centerckz60
@15centerckz60 3 жыл бұрын
Ego cane muze
@mbappewhichtechnician5388
@mbappewhichtechnician5388 3 жыл бұрын
Mbega akagaye..
@jcdabeat414
@jcdabeat414 3 жыл бұрын
Uyumu presida nuwafeke
@ndayisabanelly7924
@ndayisabanelly7924 3 жыл бұрын
Uwo munyamakuru nkeka baciye bamwica kurico kibazo.
@jijiluckbmzbt188
@jijiluckbmzbt188 3 жыл бұрын
Wew ushira imber ubwicanyi
@kadogo7712
@kadogo7712 3 жыл бұрын
Wapi. Abahutu turimpfura.
@siimon559
@siimon559 3 жыл бұрын
@@kadogo7712 nimwe muri ibi koko ahubwo. Ni bande bamaze umwanya munini mwishamba?
@bandobed6971
@bandobed6971 3 жыл бұрын
H
@siimon559
@siimon559 3 жыл бұрын
Yagize icaha icahe? 😆😆😆 hariho preuve iri claire yerekana ko ari coupable? Mugabo hariho preuve nyinshi ko mwebwe mwa bi hutu mwe mwishe abanyagihugu ubu vuba pendant 2015? Ariko muracicaye ubu kubitegetsi🤔 Imbwa za nyoko. Muzosubira mu mirima/no mwishamba sha. Kandi vuba. Mwe rindira gusa
@benzenesanyofficial3841
@benzenesanyofficial3841 3 жыл бұрын
Wokwivugira make mugenzi vyofasha
@nduwingoma
@nduwingoma 3 жыл бұрын
@@benzenesanyofficial3841 Ubivuze neza Sany!
@siimon559
@siimon559 3 жыл бұрын
@@benzenesanyofficial3841 haha sinon hazoba iki? Wambwa we, jewe nzokwama nandika ngaha ico nshatse aho nshakiye.
@pierrotirakoze4313
@pierrotirakoze4313 3 жыл бұрын
Ndabasabira mukizwe kuko uruphu ntawuzorusimba igihe ciwe kigeze na wewe uvuga uko ejo ntuhazi kndi imana ishiraho uwo ishatse igihe ishakiye agakuraho uyu igihe ishakiye
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Yoooo uravuze nab ncuti. Twese tuzopfa ntawuzorusimba. Yab ab bitwa abahutu, abatutsi, abatwa, abirabure, abazungu,twes ni mukuzimu.
Harya Ubwenge n'Ibitangaza, Yezu Ibikura Hehe? - Patiri Felix Fupi
29:32
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 210 МЛН
How I Did The SELF BENDING Spoon 😱🥄 #shorts
00:19
Wian
Рет қаралды 36 МЛН
Gusaba impapuro z'inzira ngo bigiye kworoha
4:56
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,8 М.
Uko byifashe hirya no hino~#RIRARASHE
TV1 Rwanda
Рет қаралды 1,7 М.
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН