No video

#WarakozeMana

  Рет қаралды 36,382

Cndd-Fdd - TV

Cndd-Fdd - TV

Күн бұрын

#WarakozeMana. « Hagusenzerana ntushitse wopfuma ureka.» Iyo ni imwe mu mpanuro Imboneza yamaho mu mugambwe CNDD-FDD, akaba n’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yahaye abagumyabanga n’abakunzi b’umugambwe CNDD-FDD igihe hariko hugurugwa igikorane mpuzamadini kuwa kane 24 Nzero 2019 mu ntara ya Gitega. Yarongeye ati : « Ko twafashe iyo ngendo yo kwama tugendanira Imana, tugafata ingingo yo kugira dushobozwe nayo kugira tugume muri iryo sezerano, twari kumva ko twokwama twisonzesha dusengera igihugu Imana icishamwo ubutunzi iduha »
Yibukije abari aho i Gitega ko uwudakunze igihugu, aba yanse Imana yakiremwe nivyo yagishizemwo vyose. Yongeye ati : « Gukoranira hamwe dusenga mu ntango z’umwaka wa 2019, ni ukugira abagumyabanga dusubire kunagura imigenderanire n’Imana. »

Пікірлер: 25
@ndikumanadesire6244
@ndikumanadesire6244 5 жыл бұрын
Amen muhezagirwe cane mutware mwiza cane ukunda ugakundisha Imana abene gihugu kuko Imana niyonkuru murivyose.
@dieudonneeniyokwizera3042
@dieudonneeniyokwizera3042 5 жыл бұрын
Ramba mutama ndakunda inyigisho mukura muvyavyanditswe vyera mukoereze ngaho nyakubahwa
@renovatniyonkuru832
@renovatniyonkuru832 5 жыл бұрын
uranyar wamurezi peace
@user-ok2jg9xm1k
@user-ok2jg9xm1k 5 ай бұрын
Wawawa
@wowwwwow42
@wowwwwow42 5 жыл бұрын
Imana ikomeze kubaha ubwenge nkabumwe yaha sarome
@silasruberintwa6412
@silasruberintwa6412 4 жыл бұрын
Imana.yabarundi.utugaragarize.ikigihugu.cugwanda
@ndikumanadesire6244
@ndikumanadesire6244 5 жыл бұрын
Amen Amen Amen, Warakoze Mana waremye isi ni juru kuduha umuyobozi ukwubaha.
@jonathannjejimana1300
@jonathannjejimana1300 5 жыл бұрын
IMANA IDUFASHE KUKO KUZOSUBIRA KURONKA UMUTWARE NKUYU NTIVYOROSHE KUKO UYU NI DAWIDI
@angelhappy4757
@angelhappy4757 5 жыл бұрын
@@jonathannjejimana1300 hehe komera
@onesterabayo1871
@onesterabayo1871 5 жыл бұрын
Komera...Imana ibaje imbere
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 5 жыл бұрын
May God continue to bless you!
@andreuwizeyimana439
@andreuwizeyimana439 5 жыл бұрын
Irambire mutama,Imana ikwegere nka David,ugire ubwenge nka Salomon,wirambire nka Burahamu,natwe tukurinyuma.
@mutamapaul7117
@mutamapaul7117 5 жыл бұрын
Murakoze barundi mubane nimana
@ndikumanadesire6244
@ndikumanadesire6244 5 жыл бұрын
Iyo umuntu yicishije bugufi Imana nayo imushira hejuru abansi bamaramare ababagwanya ntaho bazoshika kuko bobo ntibakunda Ibi ntamigambi namike bafise atariyo gutandukanya abene gihugu nkuko vyahahora mumyaka yaheze.
@nkeshimanapascal916
@nkeshimanapascal916 5 жыл бұрын
komera mutama wacu tugusaba ko uwuzogukorera mungata wozomucisha mwiriba wavomyemwo imihezagiro,imigisha,urukundo,ubwitonzi,ukwicisha bugufi nibindi vyishi cane abandi barongozi badafise.
@anyirinkwaya
@anyirinkwaya 5 жыл бұрын
Nkurumbi vyaheze yasaze
@naftalnshimirimana5817
@naftalnshimirimana5817 5 жыл бұрын
Nyenicubahiro prezida Nkurunziza Imana yakuduhaye ikomeze ikudutungire. Hanyuma nawe wanditse wiyita Inkotanyi Rwanda nukugusengera kuko ntuzi utwotujambowanditse kwariwewe dukwegera akarambaraye hagatiyawe niyakuremye nayo uwuvuze ngoyasaze nuwoguhagarika ahantu akakubaza icomupfa ntacoworonka kandinawe akubona kurumukunzi ivyobindi vyagutumye uvugangoyasanze nukugusengeragusa kugira umurwanizi w'Imana nabantu niweyaguteje kuvuguko dusenze yokuvamwo maze ukikomereza kwibera murukundo.
@anyirinkwaya
@anyirinkwaya 5 жыл бұрын
@@naftalnshimirimana5817 reka sha nkurumbi yirigwa yica abarundi puu
@felixniyungeko1284
@felixniyungeko1284 5 жыл бұрын
@@anyirinkwaya wewe urafise ingorane abarundi ubwobwicanyi uvuga ntabwo babona. None wewe. Uvuga uko ubwontiwoba muribamwe bica abarundi kugira bamucafuze?
@anyirinkwaya
@anyirinkwaya 5 жыл бұрын
@@felixniyungeko1284 eeh wewe ntumenya ivya nkurumbi ? Igihugu cyawe cyapfuye kera iruka vuba urabe iyo wonyegera. Nkurumbi ni mwene satani
@alpacinodemarco9274
@alpacinodemarco9274 5 жыл бұрын
Nkotanyi uragaswera nyoko wewe na kagame wanyu uburundi sigwanyu mwambwamwe muraza tubereke ko muvugiira ku ma réseau social gusa kumamayenu imbwa imbéciles cndd fdd nitsinzi
How I Did The SELF BENDING Spoon 😱🥄 #shorts
00:19
Wian
Рет қаралды 36 МЛН
wow so cute 🥰
00:20
dednahype
Рет қаралды 29 МЛН
The Giant sleep in the town 👹🛏️🏡
00:24
Construction Site
Рет қаралды 20 МЛН
女孩妒忌小丑女? #小丑#shorts
00:34
好人小丑
Рет қаралды 81 МЛН
Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yaratwengeje abantu
4:20
Isanganiro
Рет қаралды 25 М.
THEME : N'UBUNDI UZOPFA REKA GUHEMUKIRA UBUSA PFA NK'INTWARI
42:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 16 М.
Aboneka iryanyuma P. Pierre NKURUNZIZA imbere yuko yitaba Imana
2:39
How I Did The SELF BENDING Spoon 😱🥄 #shorts
00:19
Wian
Рет қаралды 36 МЛН