Пікірлер
@alfredniyonzima1538
@alfredniyonzima1538 23 сағат бұрын
Uwokuraba isura yogirango urumugabo w'ijambo kumbe wapi. Duhe iryo kete hano turyisomere. Ba mureka guhuvya abantu
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 22 сағат бұрын
@@alfredniyonzima1538 urishaka hehe?
@zephilinminani9561
@zephilinminani9561 Күн бұрын
Uri kigugu kwl
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga Күн бұрын
@@zephilinminani9561 Ihangane niwaba urumicanyi intahe izokumena agahanga
@daviirizima7485
@daviirizima7485 Күн бұрын
Uburofa gusa gusa. Ubwonko bwawe bwibereye muri za 19 45 ntuzi naho igihugu kigeze! Reka kudusakuriza nimba wabuze ico ukora, ja kukivi ukure amanyembwa ngaho!
@Robinho2024
@Robinho2024 2 күн бұрын
Baturange babarere kibiyaga bigali turwanye ikibi,amoko ntacyo azubaka Afriqua yacu.
@Robinho2024
@Robinho2024 2 күн бұрын
None se biracyari ibanga President wa Congo ni umuti wamenyo ngo birimwibanga ,kubikorana ubwenge ,ubucakura ndabasetse ndabatwenge hhhhhh
@habyarimanafrancois985
@habyarimanafrancois985 2 күн бұрын
Nyiramatwi niyumve ibyumwuka abwira amatorero uratuburiye kandikoko uwomugambi urahari ariko Ndayishimiye n'a Tchiseked ntiateze kuwugeraho
@estherqueen6214
@estherqueen6214 2 күн бұрын
Ariko. Iryo jwi si Tchisekedi. Ni ivyuma bimwimqigana. Muje mwitondonda. Mutohoze. Uwo site en personne. Hari ababitohoye.
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 2 күн бұрын
@@estherqueen6214 ivyasanzwe akora nivyo yavuze bitaniye hehe?
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 2 күн бұрын
Vena va murizondyane wigishe iterambere muguhingura nokurima kororora kijambere ivyo abarundi twarabihaze. Urategura irementanya , uteye agahinda kweri. Hindura ivyiyumviro uveko uburundi guko ivyimigambwe namoko ntaco bimaze, ahubwo igisha iterambere abarundi na afurika dutere imbere. Umenga ntanubwenge ufise nagato. Urabona ingene uteye isoni kukuntu uvuga uburundi nabi natwe twimererewe neza. Basi fuma uhindure mumvugo ureke kuvuga ngo barundi barundikazi guko ntubakunda nagato,. Iyodiri urwanda rwaguhaye uzokubana amazi ntacizovamo. Uzi amahoro uburundi burimo ugacuvuga nkuko . Urigipfu cumugabo kwer
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 2 күн бұрын
Raba mutama uhinduke. Nimba ushaka kwigisha neza basi nkwereke, gerageza wigishe histoire yivyabaye nimba ariyomuburundi canke ikindi gihugu ukabidushikiriza urwaruka bikadufasha apana ivyo vyokurondera kuryanisha bitagikunda. Igisha urwaruka iterambere nkabarundi ivyimigambwe n'amako ntaco bitubwiye guko ubu tumeze neza,nibitagenda neza tubiterwa namwebwe muvuga uburundi nabi mumakungu kandi twimererew neza mukabesha bakadufatira ibihano namwe murihanze. Yomuba abandi mwobivamo mukaza gufasha iterambere. Mutama Vena turagusavye ugarukirize aho urabe ubure wigishe ivyiterambere uzobona gukundwa nabeshi nigihugu witojej wokironka kubera ivyuzoba warigishij abanyagihugu yaba guhingura, uburimyi nubworozi byotuma uburundi nabarundi twiberaho neza. Ivyamajambo mabi hiyo siyo turi hinduka
@sese667
@sese667 2 күн бұрын
Va mw'itiro ureke gusinzira !
@thewest0
@thewest0 2 күн бұрын
Amahoro muramutse nuyo apôtre..! Naze rero atuje imbere nk umu general aze turwany ihonyabwoko… n ubundi bwicanyi bwose buriko buraba mukarere!
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 2 күн бұрын
Mbe abo wita abatutsi cank abahutu bameze gt? Aho wotora umugambi wokwigisha kurima kijambere ukarondera ubushakashatsi ukabwigisha kuraya ma réseaux sociaux ntivyokiza beshi kuruta izorementanya ataco zitumariye.Nimba uri umu patriote wa afrika rondera ivyowigisha twiteze imbere udukuremo ivyobijambo bishisha. Ivyabatutsi bakoreye abahutu kutabivuga kandi bakoze amahomera bunwa, kuva kuri micombero kugeza kuribuyoya bakica nintwari za democratie nka Ndadaye uburundi nabarundi bakabwica.Reka kubiba urwanko kandi garukiriza ngaho nimba urumurundi vamurubwobugoryi bwokubiba amacakubiri Abarundi ntavyoturimo twibereye mwiterambere ivyo mwakoze twarabihaze, igisha aburundi ivyubuhinga nukurima kijambere ibisigaye urikuta umwanya
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 2 күн бұрын
Mbe abo wita abatutsi cank abahutu bameze gt? Aho wotora umugambi wokwigisha kurima kijambere ukarondera ubushakashatsi ukabwigisha kuraya ma réseaux sociaux ntivyokiza beshi kuruta izorementanya ataco zitumariye.Nimba uri umu patriote wa afrika rondera ivyowigisha twiteze imbere udukuremo ivyobijambo bishisha. Ivyabatutsi bakoreye abahutu kutabivuga kandi bakoze amahomera bunwa, kuva kuri micombero kugeza kuribuyoya bakica nintwari za democratie nka Ndadaye uburundi nabarundi bakabwica.Reka kubiba urwanko kandi garukiriza ngaho nimba urumurundi vamurubwobugoryi bwokubiba amacakubiri
@daviirizima7485
@daviirizima7485 2 күн бұрын
Ibintu ,ibijambo vyawe Heureusement nama ndavyumviriza namaze gufaata icayi bitantera umwaku. Nibijambo biteye iseseme bitagira umutwe namaguru! Kiriyambika ibishweka ngo cerekane ko kiri kurugamba ari ikinyabwoba! Blablabla nakarimi gasosa nimba cibazako turi ibigugu vyaratuyobeye! Biragaragara ko kirazirana ubutegetsi ariko kikibagira ko ibintu vyamaze gushikira benevyo! Ngo nigihe ca kwirwanako gipfuye kiyerera! 2015 yatanze icirwa nta muntu numwe uriko urayovya! Akagohe urabanza ukikubitire nta murundi numwe muri kumwe wa kimywamaraso we! Ivyinyo nkimamfu!
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 2 күн бұрын
@@daviirizima7485 Ntamu genocidaire yonezerwa yumvise ko azobohwa
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 2 күн бұрын
Vena nga wew urakomeye mumutwe. Koko ndayishimiye agutwaye iki koko. Je abiyita abatutsi muranshisha cane. Aho muriko muravuga ko abahutu aribo bashaka kubica. Mbe vena umuhutu numututsi bameze gute? Sha vena raba mutama uhindure imvugo.Ega ngaho ntaco uriko urakiza atariguta umwanya ubu nkabarundi ntavyubwoko tufise guko turatahura ko turi abarundi.
@sese667
@sese667 2 күн бұрын
Kumenga ukuri kurakubabaje ? 😂 Kumenya ingene Abahutu n'Abatutsi basa, urabaza Abajenosideri ico barabirako kugira bakore Ihonyabwoko (Génocide) ...
@eliphazbahizi2144
@eliphazbahizi2144 Күн бұрын
Ni waba wiyumva nk'umurundi ushavujwe n'iki ko na we aribyo ashimangiye. Cg akumeneye ibanga😅
@hasabumutimaoscar2044
@hasabumutimaoscar2044 2 күн бұрын
Murakoze ariko simbona aha twokura ico gitabo nko mu burundi umuntu yokironka nko muri bibliothèque iyihe??? Kuber'iki mutaduha vôtre contact, nazo zirakenewe
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 2 күн бұрын
Kuri youtube hariko numéro ya whatsapp
@thewest0
@thewest0 2 күн бұрын
Tugisanga h icogitabo kuwushaka kukigura?
@DadiDawe
@DadiDawe 2 күн бұрын
Yishire muri PDF woba ukoze nimba bishoboka
@DadiDawe
@DadiDawe 2 күн бұрын
Shira en ligne ce rapport du Sénat tuyimenye!
@KarakuraYvandarcy-ge4yb
@KarakuraYvandarcy-ge4yb 2 күн бұрын
😊😊😊😊
@KarakuraYvandarcy-ge4yb
@KarakuraYvandarcy-ge4yb 2 күн бұрын
Murakoze caneee mukomere turabakunda.
@shangarutinua4358
@shangarutinua4358 2 күн бұрын
👏👏👏👏👏
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn 2 күн бұрын
Erega Bunyoni azira ahanini ko nimvukira yo muri sud imbere ko bagabura intara
@KennoKanse
@KennoKanse 3 күн бұрын
Humura hima empire n'imigambi yayo yaramenyekanye.
@user-ug1xz2gf6t
@user-ug1xz2gf6t 4 күн бұрын
Muraraba rero ko Bunyoni atapfunze mumisho yagirizwa ivyonyene kobatinyako yohava abivuga
@murimatv4448
@murimatv4448 4 күн бұрын
Iryo kete ko mutaryereka
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 4 күн бұрын
@@murimatv4448 mpa whatsapp ndariguhe
@NtunzwenimanaEgide-mz6tr
@NtunzwenimanaEgide-mz6tr 4 күн бұрын
Komutatubwira histoire ya 1972 mubije mumizi.murihenda
@patricknijimbere-b1r
@patricknijimbere-b1r 4 күн бұрын
Zurabafukura Apotre
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 4 күн бұрын
Murakoze kumakuru mudusangije
@user-zi6np3lb7p
@user-zi6np3lb7p 3 күн бұрын
😂
@user-jx6uc2ov3i
@user-jx6uc2ov3i 4 күн бұрын
Abahonyoyeyo bariyizi Tubwire abuzi sha
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 4 күн бұрын
Babaze Neva canke ntuzi gusoma?
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 4 күн бұрын
Muga apotre urigito. Non nkaho uriko ukoriki namba ukunda igihugu ayomajambo yubupfu uyakura guki. Raba uvuge ivyubaka nayo ayomacakubiri sivyiza. Giramahoro abarundi ntayundimugambwe twotora guko boza batugezayo kurusha
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn 4 күн бұрын
Bunyoni ntiyigeze ahonyora mu Rwanda
@ernestmbanzendore1219
@ernestmbanzendore1219 5 күн бұрын
Nta leta ya Congo yasinye amahoro na M23. Ivyo vyabereyehe? Nyamba bibera mumutwe wawe. Naho amacakubiri yanyu muzoyapfana n'ishavu ninzigo n'akantu. Mbega iyo propagande y'urwanda ubivuga nka nde? Wabaye porte parole wa M23? Umurundi, umunyarwanda n'umuganda, iyo coalition zanyu mumacakubiri tuzoraba aho bizobashikana!!!Murarukarishe ruzobanwa.
@emmanuel-o2x
@emmanuel-o2x 6 күн бұрын
Abicanyi bamye basesa amaraso kuva kera nibo bazokurikiza impanuro zawe kuko bakumbuye kunywa amaraso
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 6 күн бұрын
@@emmanuel-o2x Turabizi ko ukuri kuryana ariko mwihangane tubivuge muvyumve muvavanure n'ihonyabwoko
@emmanuel-o2x
@emmanuel-o2x 5 күн бұрын
@@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga ihonyabgoko ryatanguye kuva 68,72,84,93 hapfa bande?
@niyumvaisaie6620
@niyumvaisaie6620 7 күн бұрын
Ahubwo iyo uvuga ko ata mahoro azobaho kagame batamweguriye nord kivu
@janvierlion751
@janvierlion751 7 күн бұрын
Abazicana amaraso azabasame
@user-vd8fs4vt2q
@user-vd8fs4vt2q 7 күн бұрын
Ico gitabo ca pasteur coboneka hehe??
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 7 күн бұрын
@@user-vd8fs4vt2q hafi yahoo uri.Uherereye hehe?
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 7 күн бұрын
kzfaq.info/get/bejne/gp6Bd7mWus_aeJs.htmlsi=JxGZ_UB_zDANoTeb
@tonnydommy4544
@tonnydommy4544 7 күн бұрын
Barufyiri biyemera bari mugihugu wakivagundu we
@tonnydommy4544
@tonnydommy4544 7 күн бұрын
Ntabwenge ugira sha taha ubivugire muburundi ko ubivugira mubuhungiro wakivagundu we atabwenge ugira noneho urashaje nubwenge bwawe burashaje nkawe
@ndayishimiyerose1307
@ndayishimiyerose1307 7 күн бұрын
None wewe daviirizima, gutukana kwawe kuzohava kubuza ukuri gushika? Ufise ubwoba bw'iki ? Ayo macakubiri yawe niyo azokugezayo. Waruzi ngo ntabamwumviriza? Abanyarwanda ubareke ntimungana, ibivyerekana nuko muguma mubafitiye inzigo. Ntimwokora neza mugashikira aho bageze canke mukabarengana? Inda n'ubusuma bwanyu vyobakundira?
@KubucyeyeJeanclaude-cv4uk
@KubucyeyeJeanclaude-cv4uk 7 күн бұрын
M23 nibakubite
@alainnikiza3482
@alainnikiza3482 7 күн бұрын
None wewe ko untarinfere uvuga abarundi bafiriye mu Rwanda meant refugees from Burundian
@user-qp3uy8cy7u
@user-qp3uy8cy7u 7 күн бұрын
M23 nibayihe ivyo basaba kuko hamaze kuba amasezerano menshi,ibintu biteye isoni kurya ikiremwa munntu kweli, biteye isoni vraiment
@alexandremanirakiza-cl7ue
@alexandremanirakiza-cl7ue 7 күн бұрын
Komera mutama
@AdelinBigirimana
@AdelinBigirimana 7 күн бұрын
Je suis UN historien de formation 11:55 11:58
@AdelinBigirimana
@AdelinBigirimana 7 күн бұрын
Je suis UN historien de formation
@AdelinBigirimana
@AdelinBigirimana 7 күн бұрын
Ndifuza ico kiganiro c'inkomoko c'ubwami na moko muri aka karere.Wokidusubiriramwo woba ukoze cane
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 7 күн бұрын
@@AdelinBigirimana biri mugitabu Kahise k'uburundi kanyegejwe.(Face cachée de l'histoire du burundi)
@user-in6gp4hq6e
@user-in6gp4hq6e 7 күн бұрын
Uwo Gisekedi uvuga niwe mwicanyi gusumba Kagame
@safiam5338
@safiam5338 7 күн бұрын
Ariko kurya abantu😢 ariko ruriye abandi rutabibagiye
@pacifiquemanaturikumwe4871
@pacifiquemanaturikumwe4871 7 күн бұрын
Uvuze ukuri kurico c'amadini. Ariko se we ko uri Apôtre nta dini urimwo? Abo bategetsi babi utubwira ko twokwiyemiriza twobicishahe ko botumena imitwe