Uti Umwigeme atwaye inda atipfuje? Niko, ico kivugwa ku mukobwa wese atarakwiza imyaka 18. Uwubikoze yarayikwije canke ayirenza, akaba ataguye mu mutego ngo afatwe ku nguvu, aba yayitwaye ayipfuza. Mube muvuga ko ikintu cera ari uko cera, icirabura ari uko cirabura.
@NdayisabaPierreclaver-pg1rp15 сағат бұрын
Uvuze neza ariko hari vyinshi cane biba k'ubakiri bato utaramenya nagato!!!! Gusa nimba uri umuvyeyi hari igihe ivyo utazi cane utamenye isi izobikwereka utavyemejwe n'umuntu nk'awe! Gusa biboneka ko ubumenyi ufise buhagaze k'uvyo wabonye gusa ivyo utumvise canke utabonye kuri wewe NTIBIBAHO!!! iyaba wari uzi ko mu vyo wibaza ko wize bikakugira ngo"fonctionaire" intellectuall(e) ari "uruhumyi mwiga " birateye isoni n'umubabaro kwitwa incabwenge kubera ko uzi kuvuga no kwiga wigira mu ndimi z'inyamahanga ,ugasobeka ukavyimba ngo warize utazi agaciro k'ururimi gwawe, ngo mwarize ? Ata kiranganzira nakimwe canditse m'ururimi gwawe!!! Wumva womenya gute ko umuntu ashobora gutwara inda atayishaka?? Umuntu ashaka kumenya ico atazi niwe munyabwenge,nayo umuntu ahakana ico atazi uwo ni INJIJI,IMPUMYI,yamana ivyo azi n'ivyo yamenye gusa !!!
@World_music.2Күн бұрын
Bercie fasta 😂😂😂😂
@binancerwandaКүн бұрын
Ko mutagura ibitoro
@philiberthabogorimana3904Күн бұрын
Uyo ntibantunganya asigaye arumukunzi winda. Ntakuri kuri muriwe