Пікірлер
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 3 минут бұрын
Drones zambere ni iza Israel kuko ni mudahusha
@IsdeepIn5165
@IsdeepIn5165 15 минут бұрын
Hari amachannel ntacyirebaho amakuru kubera ukuntu ko title zidahura na nibiganiro bakora Turikumwe woe ndakwemera kbx❤
@abelntamamiro624
@abelntamamiro624 22 минут бұрын
Burya gusesangura iguhugu ubamwo biragoye kuba right ndabatahura pe
@PEACESINGERSCHOIR
@PEACESINGERSCHOIR 49 минут бұрын
❤❤❤❤
@neemaleoni1758
@neemaleoni1758 50 минут бұрын
Wangozi%%
@bageni.aimable
@bageni.aimable 58 минут бұрын
Twahageze kare.
@silasnzobonimpa1108
@silasnzobonimpa1108 Сағат бұрын
Ariko uzaze ureba title utanga before gutanga amakuru sibyiza kubeshya abantu
@NdayishimiyeCebatien
@NdayishimiyeCebatien Сағат бұрын
Musaza turabakunda cane kandi turabakurikirana cane ariko nkina nkebura ni mukosore inyito yikiganiro nivyo vyiza twibereye muburundi murakoze kubiganiro muduha biradufasha cane gutahura aho isi igeze turikumwe
@YunusuRadjab
@YunusuRadjab Сағат бұрын
Israel igiyekuba amateka
@jonnydanny
@jonnydanny Сағат бұрын
Non konkunda kumva ingabo zu burundi nizo zama zafashe imisiyose ?? Ahahantu naramaze kubon kunkuru zakongo nasanze haruguhengama ndakendamama ariko bitebuke tuzomenya uwahatikiriye kabisa kuko ndazi ntangabo zuburundi zirajayo hebereyeyo imbonera kure kandi zihagaze neza kuri frontier line jewe nicogituma nta gitumwanya wokuraba ikiganiro kivugwa kur congo ibindi nzobiraba kabisa
@alainmethodeirankunda5795
@alainmethodeirankunda5795 30 минут бұрын
Ereg nuyu Yves nyn yari yabihevye kuvug ivya Congo kk naw baramugor haraho ahengam gato ark ndamutahur jew gusa intambar ya Russie arayisesangur nez kwl hm j ndibaz bary basirikar buburundi bajanayo beshi nabakinjir baba bagiy kumenyera intambar
@Goodman.600
@Goodman.600 8 минут бұрын
Nonese ingabo berekanye z'i Burundi zafashwe uretse ko Se Barundi yazihakanye ntizekanwe n'ubu iyi ntambara nirangira uzabona nyinshi zafashwe !!!! Niba mutabyizera ko zifatwa kdi zaragiye k'urugamba muri Congo kdi bakaba nta gace na kamwe barakuramo bakaka M23 urumva byarangira gutyo gusa 🤷🥴
@Kivomo-s9t
@Kivomo-s9t Сағат бұрын
❤❤❤❤
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id Сағат бұрын
komera yves yoo nyimba muri africa tukizamura ivyapa tuvugako dushonje 🤔🤔nakumiro je numva ataho africa irava ntanaho iragera 🤗🤗poor continent ubushize sumit yabaye hagati ya russie na africa aba president bomuri africa basavye putine kwabaha intete
@user-jj5ti8pr3b
@user-jj5ti8pr3b Сағат бұрын
Yves izo nkware, nzagusure!
@Elien-f8s
@Elien-f8s Сағат бұрын
Hariya habayemo kwibeshya wanditse ibihugu 110
@NsabimanaPeter-hz8mg
@NsabimanaPeter-hz8mg Сағат бұрын
Ntabwo ari mugisirikari cya Israel ahubwo nicya Iran
@user-uq7wb1gt6z
@user-uq7wb1gt6z Сағат бұрын
❤❤❤❤
@philippedusengimana1890
@philippedusengimana1890 Сағат бұрын
Title wazivanze papa ariko birumvika .
@abelsabin3693
@abelsabin3693 Сағат бұрын
Des armes factices zirakora cyane n'a Ukraine irazikoresha cyane Niko gukora des chars en plastiques etc. Bituma ennemi atera bombe ihenze ayiteye igikinisho. Donc byongera dépenses ndende pour rien . N'indege nta gitangaza nakoze ibikinisho bisa nazo. Iyo nimwe muri stratégies de guerre. Merci
@RukundoRashidi
@RukundoRashidi 2 сағат бұрын
Ibintu wanditse sibyo wavuze utubwire kumusirikare mukuru wa ikireni watorotse ef16 yarajwe
@neemaleoni1758
@neemaleoni1758 2 сағат бұрын
Wangozi nn kotwumvise poutin atangaza ko isirayeli niyincira kwa iran ahita ahaguruka? Bimez gt?
@johnpetermutiganda1600
@johnpetermutiganda1600 2 сағат бұрын
Ese kuki uyu munsi title y'ibiganiro idahuye nibyo uvuga? Mbega kutubeshya.
@HARERIMANASamuel-lc5bw
@HARERIMANASamuel-lc5bw Сағат бұрын
Arashaka kujya adutuburira dukurikiye Title
@joachimtuyubahe
@joachimtuyubahe 2 сағат бұрын
Title mwanditse ntijanye nikiganiro ubataha muzobikosore.thank&courage kubiganiro i love u
@neemaleoni1758
@neemaleoni1758 2 сағат бұрын
Wangozi%%
@johnpetermutiganda1600
@johnpetermutiganda1600 2 сағат бұрын
Uyu munsi watubeshye pe 😂😂😂 title n'ikiganiro ntibihura, nubikomeza tuzakuvaho
@user-mf1vi1kq4q
@user-mf1vi1kq4q 2 сағат бұрын
Muta ndakwemera kumakuru uduha
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 2 сағат бұрын
Iyo mirambo izabafasha kurwana?
@user-mf1vi1kq4q
@user-mf1vi1kq4q 3 сағат бұрын
Je ndagukurikirana cane nitwa Bahembe ndi muri South Africa
@KarahabutakaGodefroid-sy3tn
@KarahabutakaGodefroid-sy3tn 3 сағат бұрын
Eseko uburusiya bwavuzeko ibigo bya drone bwabirashe none kozikomeje kwiyongera
@Melo-Ads
@Melo-Ads 3 сағат бұрын
Abo ba sirikare ntawe botera ubwoba. Tuzobivugana. Kandi burya abasirikare ba America ni abanyabwoba cane. Urashe umwe bahita bahunga. Bamenyereye gukina film gusa
@user-yc6sp2fe7n
@user-yc6sp2fe7n 3 сағат бұрын
Umusa wakize imana nihabwe icyubahiro
@ghislainbahatiofficial5785
@ghislainbahatiofficial5785 3 сағат бұрын
Titre y'ikiganiro ntihuye na Contents.. Gusa nibindi wavuze ni sawa.
@philippedusengimana1890
@philippedusengimana1890 3 сағат бұрын
Ese ubayiki noneho ndi umiwe pe
@josephiradukunda6614
@josephiradukunda6614 4 сағат бұрын
Basi 2 mucyumweru pee
@msakanot
@msakanot 4 сағат бұрын
😂 17:36 uri contre temp na title
@neemaleoni1758
@neemaleoni1758 4 сағат бұрын
Wangozi%%
@M.Prosper
@M.Prosper 4 сағат бұрын
Ibyo uvuze nta hantu na hamwe bihuriye na title yawe. Utangiye gutubura tu!
@jasonndayishimiye7190
@jasonndayishimiye7190 4 сағат бұрын
Ndabona wobeshye kuri title kbs❤
@mugishadavid2313
@mugishadavid2313 4 сағат бұрын
Ese noneho ko udutuburiye habite nijambo narimwe wenda rijyana n'a title kweli. Bt courage ubikora frsh ako buriya uzagakosora
@donamaeva2149
@donamaeva2149 4 сағат бұрын
Erega icyo dupfa ni uko nta munyamakuru ugira. Iyo ni presentation nta busesenguzi burimo. Uzashake umuntu niyo yaba umu stagiaire ukubaza
@ngabontezinanaisaie9802
@ngabontezinanaisaie9802 4 сағат бұрын
Nyamara usigaye utuburira pe! cyane cyane Title#nt to Content? Ndakwemera musaza
@MurhulaNyange
@MurhulaNyange 4 сағат бұрын
Yves vyagenze gt?ko wihenze kuri title Ca uduha iyo nkuru rro nayo
@ayobamvuzecamile441
@ayobamvuzecamile441 5 сағат бұрын
❤ yve 🎉
@sagatv4306
@sagatv4306 5 сағат бұрын
Ko mbona titre itandukanye nibyo uvuze?
@Gatabazi-im5fs
@Gatabazi-im5fs 5 сағат бұрын
Umezutex muvandi yaduhe
@nduwayezupierrecelestin7817
@nduwayezupierrecelestin7817 6 сағат бұрын
😢😢
@user-gn5lk3gw2g
@user-gn5lk3gw2g 9 сағат бұрын
Ubunebwe mumaso
@abdurkarimujuma6433
@abdurkarimujuma6433 11 сағат бұрын
Zaba original zaba feqe zose uburusiya buzozihanura
@abdurkarimujuma6433
@abdurkarimujuma6433 11 сағат бұрын
Amakuru uduha nimazima Hama nsabe utubwire jenelal sirovokin ivyarimwo kuko ntitukimwumva mwitangazamakuru
@user-pz8pk4zh1x
@user-pz8pk4zh1x 11 сағат бұрын
Hello!!! Turakwemera kbs!!! Arko noneho urumuri rwabaye rucye kbs jyerajyeza wonjyere lith
@BashliEMANUEL
@BashliEMANUEL 11 сағат бұрын
Sawa