AMAKURU YO KUWA 09/ 08/2024
31:03
14 күн бұрын
MOBILITE ELECTRIQUE AU BURUNDI
1:04:18
CROISADE MWARO JOUR 1 PARTIE 1
1:10:15
IGIKORANE MWARO  JOUR 1 PARTIE 3
1:01:43
CROISADE MWARO JOUR 1  PARTIE 2
42:20
Burundi: JOURNAL DU 14 /05/ 2024
22:19
JOURNAL DU  12 /05 /2024
28:22
3 ай бұрын
ITANGAZO RYO KUWA   11/05/ 2024
11:15
ARTISTE ET SON OEUVRE AUGUST BURUNDI
1:06:53
IHONYABWOKO MU BURUNDI MU 1972
1:30:16
KAZINDUZI: ABARUNDI TURANDIKA
15:46
iBINTU BITUMA UGENDERA UBURUNDI
17:09
AMAKURU YO KUWA 27/01/2024
25:43
6 ай бұрын
Пікірлер
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b Күн бұрын
Nukuri birateye isoni nkuko nkuda kubivuga week-end hoho birare'ga nuko ari mubigenga abatu nkaba ntakibanza umwana arezwe neza asohora amaboko
@estherchou2899
@estherchou2899 Күн бұрын
Uziko tuzohava twibaza ko mubigira n'impaka, ntivyumvikana ukuntu tv y'igihugu atanarimwe iduha amakuru ahinyanyuwe neza kuri KZfaq kandi ntimwikosora nuku vyama mbega ntamuyobozi wa rtnb abaho? Nta suivie mukora? Musumbwe ubuhinga nama tv online atanguye ejo bundi! Muratumaramaza twebwe tuba mumahanga tuba twipfuza kumenya uko i wacu vyifashe. Heba mwikebuke!
@MAGAGI_Burundi
@MAGAGI_Burundi Күн бұрын
Ibigora bigora abagabo naba gore barimwo, ikibabaje nuko mumakuru akurikira badaheza ngobasabe imbabazi banasigurira muncamake abakurilirana RTNB ikiriko kirabituma!!!
@prosperniyukuri8562
@prosperniyukuri8562 Күн бұрын
Urarondera uburambe ukabubura nukuri. Nuko umu Jama waba Jeune Ubu atagitakaza umwanya yijanira nabavyunva kweli. Uziko izi TV online I mean like Gael, Hosi nabandi uribaza aho baba baravyigiye ukabura guko basa nababikora neza kubasunvya. Sindabagaye Ariko utunenge nitwishi mukwiye gukosora narirya muri national tv. Mwagomba kwishira kurwego rwaza BBC, RFI, Aljazeera nizindi…
@DesireWilaya
@DesireWilaya Күн бұрын
😮😮😢nitubyunvayooo
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Күн бұрын
Ubwo ntibiva k ungorane zigitoro?
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Күн бұрын
Iyi TV ubwo irafise umuyobozi????????
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Күн бұрын
Nukuri barabe bahinyanyure muvyuma vya you tube ntimukiyaduha neza😢
@celestinsabokwishimira5198
@celestinsabokwishimira5198 Күн бұрын
Notre RTNB vraiment !!!none suivie ntikorwa!
@asoumanindayisenga7680
@asoumanindayisenga7680 Күн бұрын
Mwiriwe nukuri abira kuri KZfaq mundufashe ntitukibona amakuru neza
@usengumuremyijeanchrisosto6974
@usengumuremyijeanchrisosto6974 2 күн бұрын
It is too cheap
@SheikhIkhlaq-z1d
@SheikhIkhlaq-z1d 2 күн бұрын
Nashitse kuri air port y'uburundi nje kubwoguteza imbere ibi nabiriya ariko nciye mugisata ca OBR harya kuri Air port amparurire uko ndiha ,basha n'abarindiriye baheze kwiterera inkuru mubiro ,kandi nje kuriha ariko mbwigwa n'umuntu ari hanze yibiro yuko nshaka ko banyarukirize mbanze ntange agafaranga kugira banyarukiriza kandi ba mparurire neza, aeroport ico gisata naco mugikurikirane neza, kuko ruswa ira kaka caane harya
@user-si8lf3bl4c
@user-si8lf3bl4c 2 күн бұрын
Erreur irabaho basha nimubareke
@usengumuremyijeanchrisosto6974
@usengumuremyijeanchrisosto6974 2 күн бұрын
Ko bisigaye biba buri munsi se?
@user-si8lf3bl4c
@user-si8lf3bl4c 2 күн бұрын
@@usengumuremyijeanchrisosto6974 none erega NTA innovation kuko ntamahera bafise ntibanahembwa neza.nayo baca Kuma publi reportage acaja gutegura amatora ntacoroshe
@sese667
@sese667 Күн бұрын
​​@@user-si8lf3bl4cIyo si erreur nagato kuko muri ki kinjana tugezemwo muri 2024, ivyo ntivyari bikwiye kubaho kandi nahovyobayeho, vyoshika gake cane ... RTNB barakwiye kuyiha aba jeunes kugira bazane "innovation” kuko ivyuma bigezweho biriho ariko abakozi ntibazi kubikoresha kandi amasanamu ameze nabi cane muga waja kurizi TV zigenga, amasanamu ameze neza cane gusumba aya Télévision y'igihugu, kandi ayo ma Télévisions y'igenga afise uburyo buri hasi y'ubwa RTNB ...
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 2 күн бұрын
The big responsibility is for the editors of the news.
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 2 күн бұрын
Do you really have supervisors?
@eehh2195
@eehh2195 2 күн бұрын
Umushikiranganji abajejwe yaragahevye, yaba amasanamu, montage, reportage wapi!!! Nibaza ko atawosubira kuvuga ngo ni ivya Leta kandi bahembwa ayavuye mucuya c abenegihugu taxes et impots ivyo gufyina mubireke nukuri.........
@ndayakiland
@ndayakiland 2 күн бұрын
The level of unprofessionalism is too much😢.
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 2 күн бұрын
What happened? It a big shame for our national television. Please try to perform your own work.
@Choralestaugustinmunyinya2023
@Choralestaugustinmunyinya2023 2 күн бұрын
Abantu mukora kuri RTNB murakwiye kwisubirako
@elyseenitereka8798
@elyseenitereka8798 2 күн бұрын
Musigaye makina comedy 🤣 😂 umvirize 30sec itangura
@sese667
@sese667 Күн бұрын
Technique : Twatanguye rero ... Journaliste : Eeeh wasavye ? 😂 😂 😂 😂
@MAGAGI_Burundi
@MAGAGI_Burundi 3 күн бұрын
Bamenyeshamakuru bacu cane cane abokubuhinga bwivyuma amakuru yokuri le 21 na 22/08/2024 murazosubira inyumamwumvirize namwe ndaziko muzoca musaba imbabazi abakurikirana RTNB y'igihugu cacu dukunda.
@user-ep7tt4ti5i
@user-ep7tt4ti5i 3 күн бұрын
Hera aha 1:17
@gastonmodestkaziri2566
@gastonmodestkaziri2566 3 күн бұрын
The Intamba Murugamba chief Coach seems to be a Rwandese coaching Burundi National Team! This is very significant and tells us how it is impossible to separate same people! Politicians such as H.E President Paul Kagame inclined to the "Tutsinization" agenda will have no place in the Burundi-Rwanda politics not more than a decade to come! Hutus of Rwanda are the same as Hutus of Burundi as Tutsis of Rwanda are the same as Tutsis of Burundi. In Rwanda Tutsis want all Hutus disappeared while in Burundi, Hutus and Tutsis live side by side and have since two decades ago buried their differences! The only problem is the Rwandese Tutsis who deliberately preach hate and cheat some few disgruntled Tutsis in Burundi to hate their fellow Burundians of Hutu origins! This will be impossible because many Burundian Tutsis understand well the benefit of living in peace! They participate in all government affairs without discrimination which is not the same case in Rwanda for Hutus! The Vice President of Burundi Hon. Prosper Bazombaza is of Tutsi origin! However, you can't hear him talking negative things about his Boss, H.E President Maj. Gen. Evariste Ndayishimiye who is a Hutu. The Vice President loves his country and his people both Tutsis and Hutus! Believe me if you follow his meetings within the country he enjoys massive support and ululation from all Burundians! Even when he speaks outside Burundi, he represents the country as a Statesman not as a Tutsi as Rwandese would like him to do! Rwandese Tutsi leadership must change, they must be inclusive not to hunt Hutus like a He-goat in the desert! And this explains the Rwandese backed Red-TABARA trying to sabotage peace and security in Burundi to no avail! Similarly the M-23 backed by Rwanda fighting in DRC! Both groups majority of them are made up of Tutsis who have day dreams of Tutsi rule across the East African region! Rubbish thinking indeed!
@DondivinNishimwe-s9t
@DondivinNishimwe-s9t 3 күн бұрын
Nukuri muriko muratumaramaza
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 3 күн бұрын
Kumashusho muratibesha muduha namakuru adakwiye
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 4 күн бұрын
Dusavye RTNB bazadikire bamusabe Léonce NDIKUMANA kuzakora films ( en français et en anglais ) yigitabo ciwe. Bizodufasha twe abanyafrika bose et les générations avenir. Murakoze.
@DondivinNishimwe-s9t
@DondivinNishimwe-s9t 4 күн бұрын
RTNB yakenye ivyuma canke ntabwo mufise abahinga😢😢😢
@DondivinNishimwe-s9t
@DondivinNishimwe-s9t 4 күн бұрын
RTNB yakenye ivyuma canke ntabwo mufise abahinga
@philippendikumana8073
@philippendikumana8073 4 күн бұрын
Izi posts z'amakuru mwopfuma muzireka nukuri. Biramaramaje.
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 4 күн бұрын
Dusavye RTNB bazadikire bamusabe Léonce NDIKUMANA kuzakora films ( en français et en anglais ) yigitabo ciwe. Bizodufasha twe abanyafrika bose et les générations avenir. Murakoze.
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 4 күн бұрын
Nibatangure bimbe ubwo Butare Imana yaduaye tuve mubukene
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 4 күн бұрын
KO muduha amasanamu atameze neza biva kuki?
@philippendikumana8073
@philippendikumana8073 5 күн бұрын
C'est vraiment honteux 🤔
@ndayakiland
@ndayakiland 5 күн бұрын
Abahinga ba RTNB barakwiye gukarishizwa ubwenge. Cane cane abajejwe amasanamu.
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 5 күн бұрын
Murateye isoni kumakuru adatumbereye mudushikiriza nimba mudafita aba auditors bayungurura bakongera bagatondekesha amakuru neza nimuhebe gushira amakuru kuri KZfaq
@estherchou2899
@estherchou2899 5 күн бұрын
Rtnb, vous nous faites honte! Abenegihugu tuba hanze aha niho dukura amakuru yizewe muraraba mwikebuke mubuhinga ntakigenda kuko nikenshi vyanka kabisa
@anicetnsabiyunva8235
@anicetnsabiyunva8235 5 күн бұрын
Muratumaramaje pe
@NiyimubonaJmarie
@NiyimubonaJmarie 5 күн бұрын
Kweri Uno munsi vyanse
@EliezerNiyonkuru
@EliezerNiyonkuru 5 күн бұрын
Mwiriwe neza, iyi video yagize ikibazo muma foto kukwirabwa n'abantu benshi boshirako iyiteguye neza
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 5 күн бұрын
Wapi siyi video gusa niko bama ahubwo birateye ubwoba
@relaxationwithmoise943
@relaxationwithmoise943 6 күн бұрын
160?
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza 6 күн бұрын
Mukomere cane
@SergesNYANDWI
@SergesNYANDWI 6 күн бұрын
c'est goutable de poser la signature sur ses accords mais l'execution et ou l'orientation des priorités...
@OgGBhgkk
@OgGBhgkk 7 күн бұрын
Komera titane kotwotera imberbe kiki Samuel ari séries kbs
@isaacvtv547
@isaacvtv547 7 күн бұрын
Babimenye neza ko abarundi bafise incuti nyinshi muri Tanzania. Rero hamwe bobihinyanyura vyoba vyiza.
@consolatewagner8681
@consolatewagner8681 8 күн бұрын
Wow! Imana ihezagire Uburundi! Ndabumva, ndabumva!
@papiennekataye8049
@papiennekataye8049 8 күн бұрын
President Diaspora, tukuri inyuma.
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 8 күн бұрын
😊❤ 🎩
@TheChampion53
@TheChampion53 8 күн бұрын
Nibarwize ama bin mugisagara vyofash mwisuk kk abant bafise ah bata ibintu sinibaz k bobisanzaz ah babony
@TheChampion53
@TheChampion53 8 күн бұрын
Ndabon mwarahinduy ivyum kwel ub nisawa
@kevinnizigiyimanamajeste8733
@kevinnizigiyimanamajeste8733 9 күн бұрын
Uwo munyamakuru ntamwuga azi mbona yotanga imihoho... Il est vraiment incompetent.... Kamdi har abandi baba babishoboye . mbona bomusimbuza uwundi mubiganiro nkibi....
@user-di3uz4gh5j
@user-di3uz4gh5j 9 күн бұрын
Imana ikomeze gucira inzira Uburundi & Africa kwa ujumla.