Пікірлер
@fadjost-james9008
@fadjost-james9008 3 сағат бұрын
Un roi faible oui
@Dgc1472
@Dgc1472 4 сағат бұрын
Le Burundi n'est pas stable et mal organisé
@ghostagee5232
@ghostagee5232 8 сағат бұрын
Decryptage. I have "zero" power here. 🤫I'm part of this mafia but let's pretend my hands are tied.
@rretro2042
@rretro2042 9 сағат бұрын
Uburundi buzotezwa imbere n' abarundi, kandi no kubusubiza inyuma n' abarundi nyene
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 11 сағат бұрын
Ayyaaa ...sinari nababwiye? Human Resources!
@NyadwiEzekiyeri
@NyadwiEzekiyeri 12 сағат бұрын
Ndabikunze bakureho abobobanyenda
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 13 сағат бұрын
Uwo mwanda uvuga nimwe mwawusizeho, reka tuwukureho, mubandanye muvuga ayamuhe,; kandi ntaho muzoshika. Mutuvyonga duhezagirwa, muducira icobo Imana iducira icanzu, ... mushaka mwohinduka nukuri kwImana! Kuba kera namye numva bavuga ko atamuryango ubura icanke, ntibabeshe! Namwe mundabire kuzana imvi kubera inzigo yinzikira😂😂😂, ndagutwenze! Le président, ne se trompe pas!
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 12 сағат бұрын
Comment yawe iransekeje. Ngo ngwiki? Ngo yazanye invi kubera inzigo🤣🤣🤣🤣!
@jadouhuru
@jadouhuru 16 сағат бұрын
Yoooo muragowe pee musabe imbabazi mutahe 😂😂😂😂
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 16 сағат бұрын
Inzara irabica mwa bagabo mwe
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 16 сағат бұрын
Umuvuguzi atazi kuvuga. Abo barundi ingo ubaje imbere
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 16 сағат бұрын
Abatutsi mwaravangiwe . Ku ntwaro z' abatutsi mwakoze iki?
@desireirambona2319
@desireirambona2319 11 сағат бұрын
Aho muri ivyo vy'imicafu, bijanye nahe nivy'abatutsi? wewe wanditse ngo abatutsi bakoze iki? Uzoze uriyumvira neza imbere yokwandika ibisunitswe n'impwemu. Canke nwe bwaradegeye
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 16 сағат бұрын
Urugo rufise umwanda vyerekana KO urwo Rugombo rutunze. Urazi urugo rutunze inka n' impene ingene ruba rusa? Urugo rufise ibitoke vyinshi, bagana imisi yose Urugo rufise imyumbati batonora imisi yose, urugo rufise ikawa nyinshi, botonorera i muhira, ibigarage vyinshi.... Urugo rufise umwanda ruba rutunze rufise n' indya. i muhira
@user-rz6yt7zy1b
@user-rz6yt7zy1b 16 сағат бұрын
Geza aho twakwumvise,natwe duciye ubwenge
@user-yn4un8tq5t
@user-yn4un8tq5t 16 сағат бұрын
Nkawe nawe waba perezida.ni mudafata Abatutsi na bahutu na batwa Bose mugafatanya mukitwa abarundi.muzahora murwanda.
@user-yn4un8tq5t
@user-yn4un8tq5t 16 сағат бұрын
Uburundi,mufite umwanda kubera amacakubiri yanyu,Ari mumitima yanyu.
@user-yn4un8tq5t
@user-yn4un8tq5t 17 сағат бұрын
Umwanda unjyanya nimiyoborere mibi.
@LightMedia-sr5gw
@LightMedia-sr5gw 17 сағат бұрын
Ubu nkawe kweli! ubu rero urashaka ko abanyagihugu bahaguruka bakavanaho umukuru wigihugu, abantu nkawe ntajambo bafite muriki kinyejana. uramutse uri nkiwacu shahu nibwo wamenya ubwo burozi bwawe ngo nikiganiro ingaruka zabwo.Rata NEVA fata umweyo ukubure umujyi nta gisebo kirimo utange urugero rwiza nkumukuru maze abato bagurikize ureke abo baba bashaka kwambarira inkweto hejuru yuburimiro. kandi muri 2040 muzaba mumaze gutera imbere ureke abavuga amagambo adafite ijya nino. Gusa wamugabo we urambabaje Uko nugushyanuka mujye mwubaha umukuru wigihugu. Gusa ndababaye ubona kweri umwanda ukwiye kuba mubant? uzaze iwacu sha urebe kigali yacu uko isa. nibwo uzamenya icyo NEVA ashaka.
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 12 сағат бұрын
Urakoze cane mugenzi.
@SamuelNkurunziza-ql4xv
@SamuelNkurunziza-ql4xv 17 сағат бұрын
Ikindi gitangaje ni gute urubwa nkuru rugira aba subscribe 111k ni muzikureko mwihe ubugabo
@DesireWilaya
@DesireWilaya 18 сағат бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 murigito
@DesireNsengiyumva-f7r
@DesireNsengiyumva-f7r 18 сағат бұрын
Urumusazi vyarabananiye gucashawo abarundi muze kibwa zimisega acozimaze
@irakozeabdoullah81
@irakozeabdoullah81 18 сағат бұрын
😂😂😂😂😂
@SamuelNkurunziza-ql4xv
@SamuelNkurunziza-ql4xv 17 сағат бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂 warasaze wewe sinahora ntukana gusa wewe wamugabo we ururubwa nkewase none nkubu Nivyo bintu uvuga ubikurahe burya we wàravyaye mbabajwe nabana bawe bavyawe n'urubwa
@DesireYamuremye-he5yy
@DesireYamuremye-he5yy Күн бұрын
hahigwa abapfa bapfira mu mwami ngo baruhuke ubutame bwabo kk ibikogwa vyabo vyiza bijana nabo bibaherekeje
@CONGOINTHEPICTURE
@CONGOINTHEPICTURE Күн бұрын
Vous aussi Burundais en quoi cela vous regarde ?
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 Күн бұрын
What? What language he is speaking? It's not English
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 Күн бұрын
RW is so rich in taste.🔥
@benderuta7725
@benderuta7725 2 күн бұрын
Ubwo se sha ko ko numva mwese mwicanye ubwo muzahurira he? Ndavuga hutu &tutsi mu Burundi.
@emmanuelrealestate
@emmanuelrealestate 2 күн бұрын
Turanga Inzu Ibibanza bigurishwa Kigali Rwanda 🇷🇼 0785807911
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 2 күн бұрын
Be strong enough
@olivenyirarukundo
@olivenyirarukundo 3 күн бұрын
Merci beaucoup Maître et bon courage,😢
@benitagasore6531
@benitagasore6531 3 күн бұрын
Merci beaucoup Monsieur et soyez beni.
@JohnsoniByamukama
@JohnsoniByamukama 3 күн бұрын
Mbega ukuri kuzomenyekanira hehe kugira umunyagihugu ajijuke avibuzimu ajibunu aravuze nkumushingantahe ataho yegamiye IMANA itabaz uburundi imvugakuri.nkuyo >na NEVA yaravuze atarindyane zamoko .
@JohnsoniByamukama
@JohnsoniByamukama 3 күн бұрын
Umunyagihugu nawe niyihweze ingene isi yuburundi isigaye yimbuka bivugango yarahumanye.bivuze ngo ntamaraso amera sumwavu mais ninde ababara numunyepolitike! ?<>
@JohnsoniByamukama
@JohnsoniByamukama 3 күн бұрын
Nosaba Félix Niyonkuru uko hifadhi nimba atihoye ko.yokomezivyo vyiyumviro nuwo.muti.urama uvuramatati dukore nka Élisa 2ABAMI 6:21-24
@JohnsoniByamukama
@JohnsoniByamukama 3 күн бұрын
Mbega( ABISHE )_( ABIHOYE ) ntibapfuye.?!ukiriho Mutima arakomey? Namba Hari nuwo wosanga yarasaze Bantu kundi MANA yukuri atarikigigwamana.<>
@JohnsoniByamukama
@JohnsoniByamukama 3 күн бұрын
Intahe ya felix ndamumwumvirije nkamuraba ukuri kurimwo ariko numubabaro wenyewe yatoye umuti wamahoro sinigeze numva ko afisimigambi yo.kwihora .
@tulizomusafiri310
@tulizomusafiri310 3 күн бұрын
muzemushira zatelephon
@NewkeyKeynew
@NewkeyKeynew 4 күн бұрын
Uzorekuraryari
@LaFirenzeOFFICIEL
@LaFirenzeOFFICIEL 5 күн бұрын
Nangaa vous êtes très courageux, mais l’heure n’est pas au brassage. L’heure de consolider. Il est mieux de nous dire ce que Félix a signé. Que nous mettons Félix au sol, que nous organisons protégeons le pays au congolais et enfin que nous pouvons accueillir d’autres origines. Nous n’avons pas de carte d’identité, pas de structure et depuis 1960 les gouvernements sont à la solde de la traîtrise. CPM Congo Performance et Monde
@mariesinadatuma9641
@mariesinadatuma9641 5 күн бұрын
Pourquoi le pays ne reçoit plus d'aide extérieure? La vie est ainsi faite! 😱😏
@NtuyenaboJoshua
@NtuyenaboJoshua 6 күн бұрын
Nokubumviriza numvaruguta numwanya kuko murasesemye😏😏😡
@ndezwenayodeo8439
@ndezwenayodeo8439 6 күн бұрын
Arikwega mukuvuga birarusha
@kg7285
@kg7285 6 күн бұрын
Nuko avuga ubusa
@somethinginteresting8151
@somethinginteresting8151 6 күн бұрын
Menteur... 18million d congolais mort.
@chriss-jen
@chriss-jen 6 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@deogratiasbav
@deogratiasbav 7 күн бұрын
Harimwo Ica Nyoko?
@Radioinganji
@Radioinganji 7 күн бұрын
Buyoya igihugu yaragitanze bamurushije ubwenge
@Radioinganji
@Radioinganji 7 күн бұрын
Abahutu n’abatutsi bose barapfuye. Agahinda k’amoko karangana. Ahubwo njye nashimira CNDD-FDD ko itigize victim ngo yuzuze igihugu memorial sites z’abahutu benewabo nkaho abatutsi bo batapfuye.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 8 күн бұрын
Hanyuma muzodusigurire igituma mutaza kwishuza amahera y' amazi n' umuyagankuba. Mukarindira umwaka ko uhera. Mbere mukarindira ko umuntu arinda kubagemurira amahera yanyu,mbere ayatwaye mukayanka ngo nta mwanya mufise.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 8 күн бұрын
Izo ni zo nsiguro zikenewe. Hakenewe ko mutegura umuntu agenda atanga amakuru cane Ku maradiyo y' ingorane ziba zabaye. Amakuru y' ukuri, atarimwo ibinyoma vya politike.
@NdayikezaSoleil-kt5dl
@NdayikezaSoleil-kt5dl 8 күн бұрын
Rwas wac niw dufis wokudukur mwayamagogw Tur inyum yaw
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo 8 күн бұрын
Jalousie nayo