AMAKURU KURI BETV KU WA 16/7/2024
16:54
5 сағат бұрын
LE JOURNAL SUR BETV LE 15/7/2024
13:58
2 сағат бұрын
AMAKURU KURI BETV KU WA 15/7/2024
17:42
2 сағат бұрын
MARAHABA ART CENTER
3:00
4 сағат бұрын
LE JOURNAL SUR BETV LE 12/7/2024
13:46
9 сағат бұрын
AMAKURU KURI BETV KU WA 12/7/2024
14:54
9 сағат бұрын
LE JOURNAL SUR BETV LE 11/7/2024
17:14
12 сағат бұрын
AMAKURU KURI BETV KU WA 11/7/2024
16:05
12 сағат бұрын
Пікірлер
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 сағат бұрын
Urarabako atari umurundi ariko aratugiriranabi tumusubize kumurongo kuko nawe ntacazira atarikurondera bwamucanze kbx
@habarugirawilyson-r9z
@habarugirawilyson-r9z 11 сағат бұрын
Nibyo kbs
@bemerikibaptister37
@bemerikibaptister37 23 сағат бұрын
Urabesha urakasamutwee😂😂
@leminsengiyumva5961
@leminsengiyumva5961 Күн бұрын
Uyu mumenyesha makuru avuga amakuru nabi gose.
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Күн бұрын
Kbx mutama❤🎉
@demarcinMakira-fs8hk
@demarcinMakira-fs8hk Күн бұрын
Rafaël et mademoiselle mwabikoze neza mwamubajije une grande partie de sa vie Nivyo nakunze knd vyinshi bijanye na passion yiwe "la musique". Hama nanje ndi umu compositeur mgb Atari connu mais ndafise indirimbo plus de 5 nashaka ko mwoduhuza na kadie kugira ankosore knd amfashe no kuduza talent yanje kuko j en suis capable et passionné. Merci d'avance
@demarcinMakira-fs8hk
@demarcinMakira-fs8hk Күн бұрын
Rafaël et mademoiselle mwabikoze neza mwamubajije une grande partie de sa vie Nivyo nakunze knd vyinshi bijanye na passion yiwe "la musique". Hama nanje ndi umu compositeur mgb Atari connu mais ndafise indirimbo plus de 5 nashaka ko mwoduhuza na kadie kugira ankosore knd amfashe no kuduza talent yanje kuko j en suis capable et passionné. Merci d'avance
@HappyNtamoye-d2s
@HappyNtamoye-d2s 2 күн бұрын
kzfaq.info/get/bejne/n5ypq6tyspa8loE.htmlsi=1PyTEk6u1PZuNFoM
@juspinbytros3594
@juspinbytros3594 3 күн бұрын
Bonne initiative
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 4 күн бұрын
Dukeneye bubake ibimara igihe kinini apana ivyo vyimisi ibiri gusa
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 4 күн бұрын
Mubabwire bayakomeze ntifukeneye usage unique. Kandi ubu ntarwitwazo ruhari imiduga nimike mumabarabara ntagitolo zifise😢😢
@LameckNgabo
@LameckNgabo 5 күн бұрын
None sivyo twari dukeneye baba barindiriye dusarare 😂😂😂😂 turaryohewe rero mugabo babandanye
@juspinbytros3594
@juspinbytros3594 5 күн бұрын
Thanks for this vidéo
@lilpaff93
@lilpaff93 5 күн бұрын
Ntamahoro munzara.azareka kuduhenda,
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 6 күн бұрын
🇧🇮
@jimmyromani1339
@jimmyromani1339 6 күн бұрын
Bazina ndakwemera dushigikire abakobwa bacu
@felicitensabimana
@felicitensabimana 7 күн бұрын
Bravo!
@felicitensabimana
@felicitensabimana 7 күн бұрын
Bravo!
@felicitensabimana
@felicitensabimana 7 күн бұрын
Jewe maze imisi mike ndagukurikirana ingene inkino mwakoze zagenze birampimbara cane.Bravo!
@felicitensabimana
@felicitensabimana 7 күн бұрын
Jewe maze imisi mike ndagukurikirana ingene inkino mwakoze zagenze birampimbara cane.Bravo!
@felicitensabimana
@felicitensabimana 7 күн бұрын
Bonsoir.Imana ishishikare kubashoboza mu athlete nkunda
@fortuneirashoboye5347
@fortuneirashoboye5347 7 күн бұрын
@officialdramat ♥️
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 7 күн бұрын
✋🏽✋🏽
@user-uy9if8rm5y
@user-uy9if8rm5y 7 күн бұрын
Mwiriw. Nez
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 8 күн бұрын
None nko kubura amazi encore igihugu cose ikintu kidasaba ama devises nki gitoro mushaka ga Leta na regideso, tubatahure ngo harikibazo nyabaki cotuma, mugisagara ca Buja gushika nohagati mu gihugu. Exemple: province rutana, Rutana Centre, Gihofi, ....amazi barabaza?!!! Nimba mwayaronkeye isoko mumakungu data🤷🤷
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 8 күн бұрын
Ahumbwo none ineza yabenegihu wew uriko werekana niyahe igitoro chabuze isukari ikaba ariforonde ageri niforonde non karasize igani ibintu vyose muburundi ni foronde iryotrrambere naryo niryahe nikubura igitoro nisukari niryoterambere😅
@user-ek6ju2fg7i
@user-ek6ju2fg7i 8 күн бұрын
❤❤❤
@MENYAVYINSHIDOC
@MENYAVYINSHIDOC 8 күн бұрын
Biteye isoni!
@pitietv257
@pitietv257 8 күн бұрын
Nn nibabarek muze muraja kuyavoma iyo ari mwifashishije amakinga n'amamoto nubwo birukwo ahantu hatagera n'amamoto muraruha cane ubuzima burazimvye cn mwihangane Can
@user-bj3df8dk3b
@user-bj3df8dk3b 10 күн бұрын
FK1 🔥🔥🔥🎸🎸
@Karadiridimba
@Karadiridimba 10 күн бұрын
Murakoze cane kurayo mateka yumuganwa Rwagasore 😢😢😢😢
@JimmyIrakoze-xn7yd
@JimmyIrakoze-xn7yd 10 күн бұрын
Yarintwari
@fredericntihabose
@fredericntihabose 11 күн бұрын
ABO TURIKUMWE MURANO MAKURU , NDABATUMIRE GUKANDA KURINO FOTO YANJE DUKOMEZE KUMENYA VYINSHI
@EmmanuelMPAWENIMANA-kg7iv
@EmmanuelMPAWENIMANA-kg7iv 12 күн бұрын
Mahoro mahoro betv ndakunda amakuru mudushikiriza.ariko mwari kutubariza uwo muyobozi wa c.m.c ko umuporisi akubise umumenyesha makuru yomwitwarira dukeneye kwumva ico avyishurako.muzoba murakoze
@pitietv257
@pitietv257 12 күн бұрын
Amamoto narekurwe nama bajaj vyodufasha cane iryangingo yaradusubije INYUMA mwiterambere murek gukomantaza umutoma
@fredericntihabose
@fredericntihabose 12 күн бұрын
NIWAHEZA GUKURIKIRA INO NKURU UCUKANDA KURINO FOTO YANJE TUBONE NIBINDI
@OlivierMugisha-c5k
@OlivierMugisha-c5k 12 күн бұрын
Warumugabo wabagabo Ilana ikizigamir mubwami bwayo
@eliasntirenganya496
@eliasntirenganya496 12 күн бұрын
🇧🇮🤝
@mucyomartin6692
@mucyomartin6692 12 күн бұрын
Love from Rwanda❤, the best documentary 😢
@nirenganira8433
@nirenganira8433 13 күн бұрын
Ubundi ko mwarimwarase kuhakubura mwumva mutegereje yesu akaba ariwe azahabakorera?
@KevinIgirubuntu
@KevinIgirubuntu 14 күн бұрын
Ubahwa
@ngendakumanaalphonse9994
@ngendakumanaalphonse9994 14 күн бұрын
Amahoro vyokundako muduha numero za longin bizimana harivyodushaka kumubaza
@fredericntihabose
@fredericntihabose 14 күн бұрын
NTUTANGWE NOKUMENYA IBIGEZEHO KANDA KUINO FOTO YANJE UMENYE VYINSHI
@EsterNiyokwizigigwa
@EsterNiyokwizigigwa 14 күн бұрын
Murakoze cane
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 14 күн бұрын
Wamubeshiwe abasumagusa ubutari inzahabu bijahe kwarimumiryangoyanyugusa
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 14 күн бұрын
Urakoze bitumye menyavyishi nacanecane urukundo ndukwiye kubadufise
@Athmandeo-kn7ri
@Athmandeo-kn7ri 14 күн бұрын
Mukundu wewe kuberiki mutaja mundembe zuzuye mubitaro bubakize izo ndwara
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 14 күн бұрын
Ibichiro binduza reta ntibinduza abadadaza kobabacha diwane umuregera bocha badadazagut
@kefran62
@kefran62 14 күн бұрын
Good work 🙏
@alcinetuyishime5386
@alcinetuyishime5386 14 күн бұрын
🎉🎉🎉