DJ d Trending song
16:57
28 күн бұрын
Agathon Rwasa azokwitoza2025_2027
1:32
Umusimukuru wabakenyezi
2:51
5 ай бұрын
Ibiswi vy''Inkona
0:33
6 ай бұрын
impano idasanzwe
5:42
11 ай бұрын
Happy birthday day🎂 🥳
0:31
11 ай бұрын
Umugore yakoze amahano mwisoko
3:04
Ibiciro vyo kwiyunguruza bujumbura
8:22
wamwana afisimpano
3:34
11 ай бұрын
wamwana afisimpano
2:52
11 ай бұрын
Пікірлер
@NkunzimanaEgide-f9l
@NkunzimanaEgide-f9l 7 күн бұрын
Mujijima yarahemutse twihangane bagenzi bacu
@KiruutaPeter
@KiruutaPeter 7 күн бұрын
Imana ibabarire uburundi
@AfandeMunezero
@AfandeMunezero 8 күн бұрын
Hhhhhhhhhhhh. I Ntwari batazopfa bibagiye
@user-ut7sm7cs9k
@user-ut7sm7cs9k 8 күн бұрын
Icatumye tugifata kandi mutwita ibijuju Nico kizotuma mutakidukurako ,umwe yaratwibiye akambo ng ntagukangw nagahengw ng ucane inkinzo muri yamajambo yibijuju nkuko mbivuga harah tuvga k tur yeux murarab nez ntimuzopf kurwako harah mwosanuka nabwabwok bwa yuda butakiri kumubumbe
@user-bf9xj3nf1o
@user-bf9xj3nf1o 19 күн бұрын
Ubu twarose kirogorogo ariwe neva bizotugora sindakubesha umenga dutwagwa nimbonerakure
@JimmyNzisabira
@JimmyNzisabira 21 күн бұрын
Muyiririmvye neza gusa umenga ntimwayimaze!
@user-hw1il8pz4z
@user-hw1il8pz4z Ай бұрын
Ayo macakubiri ntaho azogeza abayafise. Urwo rwanko mubiba bireke si vyiza n'a gato
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Ай бұрын
Mutama Agathon Rwasa nindabidadanure abantu Bose duhagurukire rimwe tumuhundamajwi
@ganad8521
@ganad8521 Ай бұрын
❤❤❤
@theontaki8062
@theontaki8062 Ай бұрын
Abishe Intwari ya Démocratie Imana izobahe kubona ivyiza Imana ikorera Uburundi bwacu bwiza n'Abarundi ntawobipfuriza kubona amabi nk'ayo Iyo NCUNGU nziza ya Démocratie yabonye twoba tubipfurije inabi Mana harira abantu Bose bazanye indyane mu Gihugu cacu ciza c'Uburundi
@FelixIrankunda
@FelixIrankunda Ай бұрын
Eg nivy
@rumaragishyikalambert2837
@rumaragishyikalambert2837 Ай бұрын
Wowuuuu, l love this song kbx, iyaba ubutumwa burimo iyabaga abantu bugenewe babwumva kandi neza. Iyi ni message y'lsi yose peeeee,....love from RWANDA 🇷🇼.
@AlfredMukerandanga
@AlfredMukerandanga Ай бұрын
Iryo jwi si irya Buyoya mureke kumurenganya.Ico ni ibigoryi c'umutama yashaje nabi.Ariko avuga ubusa Ubuntungane bozomufate abayo avuga azobiryozwe.
@user-gq7rg2fm6f
@user-gq7rg2fm6f Ай бұрын
Uwo si Buyoya ni bwejeri umuhima wamacakubiri
@NgendabankaManasse
@NgendabankaManasse Ай бұрын
Urapfuye nabi wa siha we uragapfa utabaye umw'isiraeri nta n'umututs ahari avuga uburofa nkubwo.
@nicitegetseetienne6921
@nicitegetseetienne6921 Ай бұрын
Ijambo riremeye rituz ntituroyibagira ingoma twavugiz batubwiyeko dutahanye incinji aho umurundi ahari hose yaravugiz ingoma mubihugu barimwo batekera utwabo ngobatahe intahaga barakandukorey ahotugez😭😭😭😭😭😭😭😭
@JohnNzabamwita-jm9sb
@JohnNzabamwita-jm9sb Ай бұрын
Uwo atukana atyo si Mwubahwa Buyoya
@lilianebahati7290
@lilianebahati7290 Ай бұрын
Ishavu ni ribi
@DerrickBakunduwukize
@DerrickBakunduwukize Ай бұрын
Wambwa we rekakuza amacakubiri muburundi wa maziranokiwe
@user-qp2iw7sd2k
@user-qp2iw7sd2k Ай бұрын
Ububeshi butambay😅😅
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Ivyo nivyaryari mugisha?
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Nibirambire
@user-dv5ls2rp9e
@user-dv5ls2rp9e Ай бұрын
Mbega ivyiyumviro vyiza,iyi ndayituye neva wacu.
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Iyaba babikurikiza vyari vyiza
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Ubuho tuzoba turibeshi kurusha ❤
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Muri 2025tuzowukubite ugwe mwigori iya2025iramose 💃💃💃💃💪💪
@DjAMI-KeyAMI-KEY
@DjAMI-KeyAMI-KEY Ай бұрын
Ntibakorako🤪🤪😋🤗🤫
@DjAMI-KeyAMI-KEY
@DjAMI-KeyAMI-KEY Ай бұрын
Turakomeye cane ntakizodukorako🎉
@EgideNkeshimana-xl2of
@EgideNkeshimana-xl2of Ай бұрын
Warumugabo wijunja nijambo pe! Imana nivyo yogutabara Uburundi, 😭😭😭
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Kbx ntawundi ❤❤
@NDAYIKENGURUTSEZacharie
@NDAYIKENGURUTSEZacharie Ай бұрын
Junwo umututsi n'imana
@NDAYIKENGURUTSEZacharie
@NDAYIKENGURUTSEZacharie Ай бұрын
Aho uhayudebwa urumurofa kwl
@NDAYIKENGURUTSEZacharie
@NDAYIKENGURUTSEZacharie Ай бұрын
Nurekuze urutwe
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 Ай бұрын
Komera ahurihoosr
@ndayizigapatrice3700
@ndayizigapatrice3700 Ай бұрын
Jambo ryiza Kandi uburundi bwarabuze!
@albertmusafi2551
@albertmusafi2551 Ай бұрын
Rest In Eternal Peace Your Excellency
@user-ln2ml8se1e
@user-ln2ml8se1e Ай бұрын
Uyu mugabo ko mbona yari mwiza anavuga neza❤❤
@user-ls1uh8hm5r
@user-ls1uh8hm5r Ай бұрын
@@user-ln2ml8se1e Yari intwari yari mwiza we na Nkurunziza Peter Bari abarongizi babushitse, ariko hari inyangabirama nyinshi ziba zishaka kubona ibihugu bitembagaye mu mwonga bagaca bica indongozi babonye ko ari ingirakamaro😭😭😭😭😭😭😭
@richndihano6476
@richndihano6476 Ай бұрын
Umuvyeyi muhutukazi yubahwe cane
@Benedir
@Benedir Ай бұрын
Uyu mugabo nibaza ko urupfu yararubonaga ariko agasanga ntakundi!!mugereranya na MLK junior (nawe yabonaga urupfu kugezaho avuga I v seen the promised land but I may not get there with u) Abatutsi twiganaga wabonaga ko bafite impungenge!! Abahutu bagahisha amaranga mutima!!uretse umwe gusa wavugaga(turibungenze tuzovyara muri juin) Buyoya yarihuse cyane!!iyo byibura anavuga ko nawe arumuhutu!! Uretse ko ntibyarikubuza abaturage gutora ndadaye
@MFATAMUGENZI-mg5fj
@MFATAMUGENZI-mg5fj Ай бұрын
Ubwo uzunguka iki kuvuga ibyamoko
@user-ll4fz3jm5c
@user-ll4fz3jm5c Ай бұрын
𝒷𝒶𝓏ℴ𝒷ℴ𝓃𝒶 𝒾𝒷𝒶𝓇𝒶 𝓅ℯ
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu Ай бұрын
ariko aba extremist tutsi ntibagira isoni peee iyo babonye ko tuziko bishe HE Ndadaye bamuhora ko ari umuhutu ibyo gusa eh barangiza kandi ngo barashaka gutegeka uburundi kandi😜😜😕😛😛😛abarundi babonye undi Ndadaye HE NDayishimiye songa mbere CNDD-FDD songa mbere ndabibutsa ko mubishe President ndadaye harimo GEN MAJOR Paul kagame ubu ni president aracyariho abandi bafatanyije barapfuye ba Major buyoya na col bikomagu hariho kandi Gen kazura jean bosco aba mungabo za kagame nawe yagize uruhare runini mwiyicwa rya Ndadaye.
@FurahaElie
@FurahaElie 2 ай бұрын
Igendere warintwari
@umurundi
@umurundi 2 ай бұрын
Indirimbo irimwamajambo meza,ariko ibikorwa nivyo biyatesha agaciro,ikacibihira abayumva.
@FounderTz-
@FounderTz- 2 ай бұрын
❤😅turagusengera❤❤❤😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@FounderTz-
@FounderTz- 2 ай бұрын
You iman ibatuzigamire muterimbere kumuzinga mukudusohorera Burundi turirimbo
@irambonageorges5280
@irambonageorges5280 2 ай бұрын
Ahaaaa
@sandrine6272
@sandrine6272 2 ай бұрын
Murakoze cane❤
@sandrine6272
@sandrine6272 2 ай бұрын
👏👏👏👏👏💯💯💯💪💪💪
@sandrine6272
@sandrine6272 2 ай бұрын
🙏🙏🙏👌👌🌹🌹❤️❤️💃💃