Gygy, intahe yawe numva umengo yarikwiye gukwiragizwa mu biteramo, ku ma Télévision kubera ko y'igisha mu ma angles yose y'ubuzima no kumigwi yose y'abantu. Vraiment you're a heroine woman💪💪💪
@christineinamuco36512 жыл бұрын
Mama keke ,ndagukunda ukuntu uvugisha ukuri intahe yawe twizera ko izofasha beshi cane surtout urwaruka. be blessed
@alinegakuru55632 жыл бұрын
Thank you Gylaine kuntahe nziza, ariko Schadou azoze ararindira twumve intahe yose ama question ayabaze après.merci
@stv-schadoutv40882 жыл бұрын
Merci Aline c'est noté
@kanezalaurette49632 жыл бұрын
@@stv-schadoutv4088 C'est le commentaire que je voulais faire,il serait bien de laisser votre invité(e) s'exprimer et ne pas lui couper la parole..Ca devient inintéressant pour ceux qui écoutent alors que le contenu était riche! Merci
@aimarmanumuhizi25332 жыл бұрын
Merci femme belle et intelligente kuriyo ntahe. Izofasha n abantu benshi les parents les enfants reka n impfuvyi. C est vraiment trop riche. Ugume uhezagirwa cane
@johnmpunda19272 жыл бұрын
Tu es une belle et intelligente femme jamais vu dans ma vie. You speak the truth. You deserve your honour and respect ✊ keep it up to teach the people to know how to follow a right way and get it a good life and also have the best future is in our hands. We must be a careful especially the teenagers.
@laetitiakabirori02012 жыл бұрын
iyi ntahe iramfashije cane. Ayo majambo ku Mana nari ndayakeneye cane muri iki gihe. Murakoze
Ndagushimiye bivuye i bwina mu mutima ku ntahe yawe. Urabohoye abataribake. Hama nawe wumve ko Yesu yaguhariye burundu kuko uriko uranayishingira intahe. Muri umugisha mwebwe mwaduhaye ikiganiro n'abakidushikirije
@gb6668 Жыл бұрын
Interviewer: gerageza gufata umwanya muto, kudaca mu ijambo umutumirwa, no kubaza ibibazo biri open. Unarebe kuri fashion & posture ufata uvuga. Umutumirwa: thank you for the testimony and for the way you are cool, authentic, helpful.
Que Dieu te bénisse!!!! Ton témoignage aidera les jeunes!!! Ils comprendront l' importance de bien écouter les conseils de parents ; l' importance de s' humilier et demander pardon à Dieu !!! Dieu est vraiment bon!!!
Journaliste Merci kukiganiro Ariko hamwe natwe twese biratugora kumenya ngena dukoresha ama entretiens surtout ko nk'abo tuzigiran1 kuri TV tuba twabanje kuganira tugaca twisanga muri des questions fermées canke ntiturekere umwanya nos interlocuteurs ngo bavuge. Est ce possible de nous recycler via Utube comment bien faire un entretien? Comment faire une écoute active? Utuntu nkutwo mbona umengo nitwo twotuma tuba des professionnels. On an other side congrat vraiment ibiganiro nk'ivyo birubaka bigatuma isi iba nsha.
@stv-schadoutv40882 жыл бұрын
Merci Jody pr votre commentaire et c'est noté
@patiencebukuru31662 жыл бұрын
Nta wuvuka rimwe ngo yuzure ingovyi.
@benignekazobinka25102 жыл бұрын
'''
@ngendlio2 жыл бұрын
Très bon témoignage. I love the content , Good job. Je pense aussi que la personne qui conduit l’interview ne devrait pas interrompre la personne en interview. Ça crée une distraction et la suite logique du témoignage se perd temporairement.
C'était un beau témoignage mais l'interviewer devrait arrêter de couper la parole à son invitée.
@IrankundaFabiola-un3ci11 ай бұрын
1:49
@hakizamuganwa5990 Жыл бұрын
Amahoro. Amahoro. Bite
@hakizamuganwa5990 Жыл бұрын
Urakozekuntahe. Yaweutanze
@omalpeace71432 жыл бұрын
😁😁
@User12358__2 жыл бұрын
Si Yesu. N'Imana yakubaye hafi. Yezu si Imana, yari intumwa y'Imana... Murakoze cane kuri témoignage yanyu, quelle dame intelligente, belle et courageuse❤️! Que Dieu vous préserve.
@stv-schadoutv40882 жыл бұрын
Kuba wizera ko Yesu atari Imana n'uburenganzira bwawe icambere tugushimye imvugo nziza y'urupfasoni uvuganye arik nagira nkwibutse k uru ari urubuga twizera ko Yesu ari Imana
@gerardrivuzimana97762 жыл бұрын
Iyo n'intahe nawe uduhaye ko Yesu atari IMANA, urasubira usome neza Ijambo ry'Imana kandi wigishwe n'abigisha bazima
@User12358__2 жыл бұрын
@@gerardrivuzimana9776 Imana ntipfa.
@alidairuhiriyensanze31338 ай бұрын
Narakunze iki kiganiro kimbera gushasha❤ vrt Uhezagirwe mwiza waramfashije caaanee