Dufise Imana by Appel
2:18
Жыл бұрын
Пікірлер
@MireilleNahimana
@MireilleNahimana 12 сағат бұрын
Amen Imana ni nziza ibihe vyose nihabwe icubahiro imyaka yose.Ndabanezererewe
@ndabasegetsenadine9579
@ndabasegetsenadine9579 5 күн бұрын
Warahezagiwe.
@DesireNtakarutimana-ro5zh
@DesireNtakarutimana-ro5zh 19 күн бұрын
Murakoze kumpanuro muhaye batoyi banyu
@DesireNtakarutimana-ro5zh
@DesireNtakarutimana-ro5zh 19 күн бұрын
Abigeme murakwiye kwitonda mukareka kujana nyabahururu ubwenge n'ubu mukabushira Ku gihe mukwumva impanuro z'ababakurira kuko nk'ubu ndazi ura regretta mugihe woba utarubaka ariko wihangane YESU aragukunda
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 19 күн бұрын
@@DesireNtakarutimana-ro5zh Iyo umuntu ari muri Kristo Yesu aba abaye icaremwe gishasha vyose biba bibaye bishasha rero umviriza igice cakabiri ingene Yesu yahinduye ubuzima bwiwe n'umumama yubatse akijijwe
@lucmpangaje8727
@lucmpangaje8727 Ай бұрын
First time spending 2 hours lessening to a testimony.
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx Ай бұрын
Amen amen amen
@user-nz9dp1he4f
@user-nz9dp1he4f 2 ай бұрын
gy gy nari ndagukunbuye saana ndaguheruka twigana nukuri uramfashije muntahe yawe Yesu akwiteho
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 2 ай бұрын
Imana ishimwe nawe ikwiteho
@ntakarutimanajacqueline8504
@ntakarutimanajacqueline8504 2 ай бұрын
😂😂😂 wahatse guta ibitabo vy'Imana ndafashijwe vrt 🙏
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 2 ай бұрын
Urukundo rufise inkomezi nyinshi yew
@DelphinNdikumana-eq6rv
@DelphinNdikumana-eq6rv 2 ай бұрын
imana yakugiriy nez
@bellaniyubahwe811
@bellaniyubahwe811 3 ай бұрын
Chadouuu uy mû papa n'umugisha araryoshe kwumviriza azi gutanga intahe neza urakaramba
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 3 ай бұрын
Cane rwose Bella afise intahe ziryoshe cane ukomeze guhezagirwa unasangize abandi
@lyselisettendangindanga7189
@lyselisettendangindanga7189 4 ай бұрын
Amen amen ndafashijwe cane
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 ай бұрын
waouh...Kristo yabanye nawe kweri kabisa
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 4 ай бұрын
Uwizeye Kristo ntiyigera amaramara
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 ай бұрын
@@stv-schadoutv4088 Cane gose. Naryohewe no kumenya kandi ko ari Maman wawe. Yari surprise! Uzomutugarukanire aze kwigisha inkumi n'abagore kuvyerekeye inyambaro ya gikristo. Ingene yambaye akikwiza yiyubashe, n'icitegererezo kuri benshi muri ibi bihe vyanyuma, aho abakobwa, abagore ndetse n'aba mamy basigaye bagenda bari hafi kwambara ubusa!
@user-cm9gc8ce9m
@user-cm9gc8ce9m 5 ай бұрын
Ngukunda cane Jessica ❤
@KimanaSanta
@KimanaSanta 5 ай бұрын
Merci bcp Gigi mwatwigishij cane
@OlivierNkengurutse-pn3fy
@OlivierNkengurutse-pn3fy 5 ай бұрын
Nagomba nishure kurico kibazo cabajijwe; ni vyiza gutura ko iyerekwa n'impamvu yo kubaho Imana itereka mu mutima w'umuntu; iyo uriko uragendera mw'iyerekwa urumva amahoro n'umunezero ; iyo wamenye ko urari mw'iyerekwa ico wokora n'iki? 1. Ntiwoca ushoka uhagarika 2. Wosenga ukabaza Imana igufashe gutahura igituma utanezerewe ;kuko birashobora Kuba biva ku kindi kintu 3. Wasenga Imana iraguha uburongozi bw'ukuntu wosoha murako Kazi hama ukaje mu kandi ataco wononye mu butunzi bwawe
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 5 ай бұрын
Inyishu nziza cane kubera iyo Imana ikugaruye munzira yukuri irakwereka inzira nziza yogusohoka muvyo urimwo kdi ugasubira munzira wategerezwa
@olgaGATORE-ym9gw
@olgaGATORE-ym9gw 5 ай бұрын
Ikibazo mfise ,Aho mwavuze ko ushobora kuba wokwunguka muvyo ukora mais indani ugasanga nta joie,kuko wataye iyerekwa. None comment sortir murako kazi et investir muriyo nzira Mpwemu agushakamwo? Kandi ata chute mu buryo ibaye ?
@olgaGATORE-ym9gw
@olgaGATORE-ym9gw 5 ай бұрын
Ndashimiye caneee Pasteur Olivier,nabateguye ikiganiro. La vision uko mwabisiguye vyukuri ndabishigikiye,kandi nize vyinshi
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 5 ай бұрын
Merci @olgaGatore biratera intege cane kwumva hari uwafashijwe nikiganiro
@user-vf4ji8nt5z
@user-vf4ji8nt5z 6 ай бұрын
Imana ikumpere umugisha jessica❤
@deliceirakoze4968
@deliceirakoze4968 6 ай бұрын
I love you apostle
@yvonneayinkamiye2192
@yvonneayinkamiye2192 7 ай бұрын
Madamu imana iguhezagire cane nkunze ukuntu u reconaissa ivyiza wahaw nuyo murya wakurez ,ikindi nukuntu wemera amakosa yaw,uhezagirw
@user-sy4jw2lk5g
@user-sy4jw2lk5g 8 ай бұрын
Icubiba nic uzokwimbur muntu we
@alidairuhiriyensanze3133
@alidairuhiriyensanze3133 8 ай бұрын
Narakunze iki kiganiro kimbera gushasha❤ vrt Uhezagirwe mwiza waramfashije caaanee
@user-mn9bj3wb8r
@user-mn9bj3wb8r 8 ай бұрын
Imana Iratangaje Imana Ibahezagire nuwo mukoziw'Imana intahe ziwe zirafasha
@rene_tresor
@rene_tresor 8 ай бұрын
ohh Rodrigue Imana ninziza kweli, abo bazungu ndabibuka neza cane, bari 4 ubwambere
@user-mn9bj3wb8r
@user-mn9bj3wb8r 9 ай бұрын
Murakoze cane
@user-lb4bh7hh3h
@user-lb4bh7hh3h 9 ай бұрын
❤❤
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds 9 ай бұрын
Imana ninziza Gigi❤
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 10 ай бұрын
Yezu nanje ungirire neza nkuko wagiriye uwo mumama....yezu ni muzima...amen
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 10 ай бұрын
Amen amen Yesu agira neza kdi agirira neza bose nawe ko wizeye azokugirira neza Pascal
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 10 ай бұрын
Urimana nyamana....urihejuru yibibazo vyose ..kk hejuru yavyôse harimana ....nanj mana uzunteturure.....
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 10 ай бұрын
Imana iratabara kandi ni nteturuye....nanj mana uzumpezagize ikibondo
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 10 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro.,..nanj mana uzumpezagize ikibondo...
@bellaniyubahwe811
@bellaniyubahwe811 10 ай бұрын
Chadou ndamanyutse aratesaaa Imana imuhe umugisha intahe yiwe iranyubatse
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 2 ай бұрын
Hahahaha intahe ya François irubaka cane
@gloriahakizimana6764
@gloriahakizimana6764 11 ай бұрын
Yoo Nivine. Amakuru?
@edenn.6168
@edenn.6168 11 ай бұрын
C'était un beau témoignage mais l'interviewer devrait arrêter de couper la parole à son invitée.
@IrankundaFabiola-un3ci
@IrankundaFabiola-un3ci 11 ай бұрын
1:49
@ingridnyahoza779
@ingridnyahoza779 Жыл бұрын
Ndagushimiye bivuye i bwina mu mutima ku ntahe yawe. Urabohoye abataribake. Hama nawe wumve ko Yesu yaguhariye burundu kuko uriko uranayishingira intahe. Muri umugisha mwebwe mwaduhaye ikiganiro n'abakidushikirije
@nadinegakuyano7108
@nadinegakuyano7108 Жыл бұрын
Nivine sh ndiho yakugiriy neza uzobabarire Abo bantu ncut
@alexandrenigirubuntu-my4om
@alexandrenigirubuntu-my4om Жыл бұрын
Mugume muduha intahee
@NiyokwizigiraMediatrice
@NiyokwizigiraMediatrice Жыл бұрын
Nice one
@dmpseasons1467
@dmpseasons1467 Жыл бұрын
Amen
@kampimbareghislaine632
@kampimbareghislaine632 Жыл бұрын
Waouh!!!!!ndafashijwe kweri mbega umuvyeyi!!!nukuri uwo mugabo Yesu ndamwemera murahiriwe disi kugira maman nkuyo
@gb6668
@gb6668 Жыл бұрын
Interviewer: gerageza gufata umwanya muto, kudaca mu ijambo umutumirwa, no kubaza ibibazo biri open. Unarebe kuri fashion & posture ufata uvuga. Umutumirwa: thank you for the testimony and for the way you are cool, authentic, helpful.
@aimablendereyimana48
@aimablendereyimana48 Жыл бұрын
Basha, turubatswe, turongewe intege kabisa,
@vivianendikuriyo4623
@vivianendikuriyo4623 Жыл бұрын
Imana ntitetereza ntawayikoreye yikoreye amaboko, Francois wari tribulant vraiment ndakwibuka wiga kuri stella matutina
@eddyrosekaza7922
@eddyrosekaza7922 Жыл бұрын
Intahe nziza cane kandi yubaka Imitima yabenshi 🙏
@YonazariNkundabantu-ui9ze
@YonazariNkundabantu-ui9ze Жыл бұрын
Imana ishimwe yabikoze ubishoboye umpe number yuwomu maman
@user-ur2rj5bd7y
@user-ur2rj5bd7y Жыл бұрын
Imana ishimwe
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Urakoze Data🙏🙏🙏
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Yesu arashoboye iyontahe Insubijemwo ivyizigiro🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@fleurymugisha5066
@fleurymugisha5066 Жыл бұрын
Imana ni nziza ibihe vyoseeee,,ndafashijwe caneee,, murakoze Canee