No video

Abanyagihugu barabivuze

  Рет қаралды 4,796

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Abanyagihugu ubunaho biyamirje #Reverien nyuma yo kuja mwisengero yambaye Ibiheko imana ikamumaramaza imbereye apadiri na musenyeri.
#amakuru_atarikwivumbi #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 13
@urugendonews
@urugendonews Ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/pdqSfZaBus67oWQ.htmlsi=m-YBJBc6EjlsZNzg
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Ай бұрын
Oninihaguruke abarundibari haze bahaguruke
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq Ай бұрын
Barabeicobokora
@inababirigaga3645
@inababirigaga3645 Ай бұрын
Mugisha merci. Rero jewe mbona atamatora akenewe ubu. Dukwiye kuja hamwe tukabona kumwe ko igihugu dutegerezwa kugikura mwishayiro ubu vuba bwango à travers une révolution populaire/balai citoyen. Hama hakajaho un gouvernement de transition ngarikiragihugu yomara nka 5 ans igizwe n’abahinga binryamunyu babishoboye hatisunzwe ubwoko canke imigambwe hakarabwa vyukuri ushobozi bwa muntu kandi bariho. Ivyo vy’amatora vyoza munyuma igihugu casubiye gufata umurongo casubiye kugira izina n’agateka mu makungu. Mukabona ico ciyumviro ari co nzobasangiza amazina mbona vyukuri y’ibicocoro vyogira ico bikora mukuzamura ico gihugu kiri mwishayiro. Ndi umurundi yigenga ababajwe n’ukuntu uburundi buzingamitswe n’akarwi k’abantu batagira vision. Murakoze
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Ай бұрын
Ukonukur turiukumwe❤
@alinemiami9135
@alinemiami9135 Ай бұрын
Nabanyakuzimu babantu .
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Abantu baguma bicwa n'inzara kirya kibwebwe madebari arakwiye guturirwa
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
Navuge cane
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg Ай бұрын
ngobilagoye kubakula kungoma izombwa zaba dd zizovahotu kuneza nokunabi kwanza bikwiye kwabenegihugu atanumwe yoja mwayo matola siyo nagato ntamatola yogukumilana
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
😳😳😳😳😳Turagowe mana
@user-ty9xi9ti1r
@user-ty9xi9ti1r Ай бұрын
Biragoye kubakura kungoma
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
None mwari muzi ngo hariho amatora tudatoreye kumbuga nkoranya mbaga ntakirimwo
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Dd iri mumbono ya 2040 na 2060 kkk
Putin's speech on the end of the war / AFU attacks on Belarus
13:15
Kids' Guide to Fire Safety: Essential Lessons #shorts
00:34
Fabiosa Animated
Рет қаралды 16 МЛН
Fortunately, Ultraman protects me  #shorts #ultraman #ultramantiga #liveaction
00:10
Underwater Challenge 😱
00:37
Topper Guild
Рет қаралды 22 МЛН
Before VS during the CONCERT 🔥 "Aliby" | Andra Gogan
00:13
Andra Gogan
Рет қаралды 9 МЛН
INTAHE IKOMEYE YA PASTEUR RUZOVIYO FABIEN
54:10
MEIRRA Tv
Рет қаралды 8 М.
Kids' Guide to Fire Safety: Essential Lessons #shorts
00:34
Fabiosa Animated
Рет қаралды 16 МЛН