KZ
faq
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZfaq
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Жазылу
URUGENDO NEWS
This channel is Analyse Poliques Only !
any Question Contact us on our WhatsApp number +358465831314
This site is not blasphemous. If you see that we have used your content , please let us know and we will remove it before you file a complaint with the youtube authority thx.
Ncuti mukunzi wa Daniel Mugisha na Urugendo News mboneyeho akaryo ko kukugezako iki ciyumviro, Wewe nkumwe mubakunda ibiganiro vyacu "AMAKURU ATARIKWIVUMBI'' nagira ngusabe mudushigikire "MUKUDUTERERA ku "URUGENDO NEWS" kuko dufise Umugambi wo kwagura ibikorwa ,kuburyo amatora ya 2025-2027 azogera Ibiganiro vyacu bishikira abenegihgu bose nabadakorera Téléphone Android,hari uburyo twipfuza ko vyobashikira mwo. ibi navyo kugira tubishikeko dukeneye gushigikirwa (guterera) kugira twongereze ibikoresho dufise Umuntu wese Ushobora kwitanga uko ushoboye. kubari mu Burundi Lumucash 66140061 Abari hanze mubonye mutokoresha ubu buryo ,mwoduhamagara tukabiyaga bishobotse mwokoresha Western Union Murakoze Daniel Mugisha
13:17
Ibiciro vy'ivyankenerwa vyaduze mu Bushikiranganji bw'Ubutungane.hari n'ivyaduze ijana kw'ijana...
10 сағат бұрын
13:37
Umumenyeshamakuru NTAKARUTIMANA Pantaléon yarapfunzwe na musitanteri Diane NIYIBITANGA 𝗕𝘄𝗲𝗿𝘂/𝗥𝘂𝘆𝗶𝗴𝗶
11 сағат бұрын
16:36
Kirindo Uwuzofatanwa inzoga #SAPOR azofungwa || nyuma y'Imyidogo ya Evariste Ndayishimiye
12 сағат бұрын
1:21:12
Abanyagihugu barabivuze#Reverien yambariye #kubiheko,Imana yamumaramarij imbere ya #Musenyeri&Padiri
15 сағат бұрын
1:06:13
Pacifique avuze kubiganiro na Cndd_Fdd no gutaha mu Burundi / ikibazo cabasoda FDNB Congo kurwan m23
18 сағат бұрын
1:20:46
Igice.2 Pacifique Nininahazwe nta ry'umumunwa,abamwagiriza imigumuko 2015
2 сағат бұрын
19:25
Tabara: #Reverien ivyakoze mw'isengero imbere ya #Musenyeri na #Padiri biketse ko yaturubuye mumutwe
2 сағат бұрын
28:26
Umunyagihugu n'ishavu asezeye #NEVA,ntawuzogutora kuko ntacumariye abarundi/Ubukene,ubwicanyi,Comedy
2 сағат бұрын
22:07
Lt-Col Éric Ndikumagenge na Major Barthélémy #NEVA yabajije kugerageza Coup d'état canke Umubusuma?
2 сағат бұрын
1:20:36
Pacifique Nininahazwe bwambere ashize hanze ayamajambo yagizibanga||vyanteyisoni gupostinga#NEVA
4 сағат бұрын
49:31
Igice.3 Diaspora ati: aba Cndd-Fdd ntibadusumvyubwenge
4 сағат бұрын
30:05
#igifyoti_madebari Cndd-Fdd yamuhindutse canke ni kwiigirisha || Hon.Rwasa asubizwe Umugambwe wiwe
4 сағат бұрын
19:10
Inkurumbi kuri Prezida #Donard_Trump nyuma yo kurashwa amasasu 4 uyumusi 14.07.2024
4 сағат бұрын
1:23:47
Igice.4 aremanze kwari Imbonerakure /gutuka aba Diaspora || kuki mutwita #Mujeri #ifuyimijira?
4 сағат бұрын
58:48
Igice.2 Diaspora :Fabrice ivyiwe ❎ kubaka amazu mumadeni,nahevyakazi USA ntaha BDI nyuma ndigaya
7 сағат бұрын
33:03
Karabaye,Ubuhanuzi bwanyuma kuri #NEVA&Leta yiwe batahavuye kuneza,abarundi ntibazohambwa gusanguka💀
7 сағат бұрын
17:59
Igice.5 𝘂𝗯𝘂𝗻𝘆𝗼𝗻𝘆𝗲𝘇𝗶 𝗺𝘂𝗯𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗷𝗶 𝗯𝘄'𝗮𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗻'𝗮𝗸𝗮𝘇𝗶#GACUTI_Nadine yagirzwa 3.825.198fbu#B239AIT
7 сағат бұрын
21:26
#Imbonerakure zasize #Amazirantoke ingoro y'umugambwe #SAHWANYA FRODEBU #Bubanza #Mitakataka
7 сағат бұрын
1:14:22
Diaspora:Abarundi USA&EU bidogera leta ya #NEVA || uzanye umugambi BDI wemera kuba Umuja wa Cndd-Fdd
7 сағат бұрын
3:28
Bavuga ko yapfuye akiri Umwana muto none yazutse ar'Umugore,kandi nawe aravyemeza
9 сағат бұрын
12:48
𝗣𝗮𝘁𝗶𝗿𝗶 𝗮𝗽𝗳𝘂𝗻𝗴𝗶𝘄𝗲 𝗺𝘄'𝗶𝗯𝗼𝗵𝗲𝗿𝗼 𝗿𝗶𝗸𝘂𝗿𝘂 𝗿𝘆'𝗶𝗻𝘁𝗮𝗿𝗮#𝗥𝘂𝘁𝗮𝗻𝗮 nyuma yogushurashuza Umukobwa w"Umuyaya"
9 сағат бұрын
11:27
Imbonenerakure,n'ibiswi vy'inkona zone,musenyi zagendeye zone Bugenyuzi Rugazi 22,6,2024
9 сағат бұрын
20:14
Congo yitabaje Amakungu nyuma y'amakuru avuga ko Urwanda rwarungitseyo abasirikare 4000 gufasha m23
9 сағат бұрын
17:20
HON.LEONCE NGENDAKUMANA ARABIVUZE||ABIPFUZA KO YIFATANYA HON. RWASA YOKWIFATANYA NA FRODEBU/INYISHU
9 сағат бұрын
10:17
Musitanteri HATUNGIMANA wa komine Mabanda yongeye gukora amahano 12/07/2024
9 сағат бұрын
1:09:36
Abanyagihugu babeshuje ijambo rya Président Evariste,bati ryuzuye ibinyoma.....
9 сағат бұрын
8:07
Igice.4 Ubunyonyezi mubushikiranganji bw'abakozi nakazi, David NZEYE yaheruka gutanga imihoho
12 сағат бұрын
35:53
#CENI yashizeho abazorongora Amatora 2025-2027 muri #CEPI ntamunywanyi wa CNL arimwo /biganjemwo DD
12 сағат бұрын
27:45
Uwundi murundi ahaye Ubutumwa #NEVA ntiwihende ngo winjire mumatora atarimwo Hon.#agathon_rwasa
12 сағат бұрын
Пікірлер