Abasirikare bahora mu gihugu ca Centrafrique bagarukiye ku bagwariye Hôpital Militaire vya Kamenge.

  Рет қаралды 8,770

Mashariki TV

Mashariki TV

26 күн бұрын

#Burundi: Imfashanyo y'amafaranga arenga gato imiliyoni 15 niyo yatanzwe n'ingabo zahora kugarukana amahoro mu gihugu ca #Centrafrique bo muri bataillon y'umunani ikaba yaronkojwe abafise amikoro make bagwiriye mubitaro vy'abasirikare Hôpital Militaire vyo mu Kamenge. #HMK

Пікірлер: 16
@dworld250
@dworld250 22 күн бұрын
Courage Barundi bavandimwe, I'm watching from Rwanda 🇷🇼
@alphonsehabonimana6564
@alphonsehabonimana6564 24 күн бұрын
Turabakeje Atakubesha Murabagabo banushitse muvyukuri Imana izibibibukire namwe nabanyu
@user-lp2ll5dl9t
@user-lp2ll5dl9t 22 күн бұрын
Murakoze ca ne Mwirambir 🤲🤲👏👏👏👏
@user-nj7ib8rm7p
@user-nj7ib8rm7p 22 күн бұрын
Imana ibahezagire cane
@WiliamKimRgzm
@WiliamKimRgzm 24 күн бұрын
❤❤❤🎉 igisirikare cacu cubahwe lmana ikije imbere
@kubwayondihoalex6764
@kubwayondihoalex6764 22 күн бұрын
Murakaramba
@user-nx1zq8ik7r
@user-nx1zq8ik7r 24 күн бұрын
Vyukuli mukwiye gushiraho Service ibitaro arivyanyu mukavurwa kubuntu vrmt birababaje witwa kuringabo ariko ukabura nukufungura urwaye.. .. rero Muzokosore ingabo zacu Zibeho zishimye canee
@user-hu2qv4uz2l
@user-hu2qv4uz2l 24 күн бұрын
Turabakeje
@user-ql2yz5rv1k
@user-ql2yz5rv1k 24 күн бұрын
Igikogwa ciza cane. Imana ibandanye ibahezagira. Ico kintu kirakora k'umutima w'Imana cane. Muhezagigwe cane
@nkunzimanaalexis420
@nkunzimanaalexis420 24 күн бұрын
Murakoze cane mwafashike
@KennoKanse
@KennoKanse 24 күн бұрын
Imana ibashime ibakomeze kabisa , ikomeze kugarurira akanezero Abo satani yanyaze.
@Sonny111
@Sonny111 24 күн бұрын
Uze guhekenya ikijumba
@youngfamousburundi5726
@youngfamousburundi5726 24 күн бұрын
Bakoze igikorwa ciza
@jeanbigirimana9365
@jeanbigirimana9365 24 күн бұрын
Mukoze igikorwa c’intangarugero
@Iranzifabrice24
@Iranzifabrice24 24 күн бұрын
Muragahorana umutima nkuyo
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 20.06.2024
30:34
RwandaTV
Рет қаралды 10 М.
3 wheeler new bike fitting
00:19
Ruhul Shorts
Рет қаралды 44 МЛН
Универ. 13 лет спустя - ВСЕ СЕРИИ ПОДРЯД
9:07:11
Комедии 2023
Рет қаралды 5 МЛН
IS THIS REAL FOOD OR NOT?🤔 PIKACHU AND SONIC CONFUSE THE CAT! 😺🍫
00:41
Bruce Irakoze yagandaguwe n’abagenzi biwe (P. Nkurikiye)
8:45
Tele Renaissance
Рет қаралды 45 М.
Iyakirwa rya Prezida PAUL KAGAME✈ i BURUNDI |EAC Presidents|👀
22:02
3 wheeler new bike fitting
00:19
Ruhul Shorts
Рет қаралды 44 МЛН