B Face mwari muzi ko atwenza uku kwose😂|Esther Nish aranryohera|umviriza Challenge Hosy yamuhaye 😂

  Рет қаралды 21,246

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

2 жыл бұрын

#bface

Пікірлер: 139
@inkurutv8668
@inkurutv8668 2 жыл бұрын
B face namumenye 2017 kubera umuhungu wanje. Twagiye kuba hanze dushitseyo nkamubaza abaririmvyi akunda kugira ndamushiriremwo indirimbo zabo KZfaq. Agaca ambwira ngo Bfs nkomurondera nkabura namutoye ndushe ko ari B Face🤣🤣🤣🤣🤣
@nadinnmugisha5168
@nadinnmugisha5168 2 жыл бұрын
Pol kweli ndunva wararushe
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
Umwana wawe yubahwe kuko b face ni goog singer
@EstherNishOfficial
@EstherNishOfficial 2 жыл бұрын
Hhhhhh B Face ndiko ndakwumva burya hhhhhhh,ikiganiro gikaze vrt Big up
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Nawe uraruenze tura❤
@user-xd3kt2bs1r
@user-xd3kt2bs1r 2 жыл бұрын
Esta ndagukunda kandi ndifuza kukubona ariko ndacar saudia
@munezeroangetris5452
@munezeroangetris5452 2 жыл бұрын
B face ari simple ntiyifata nkumu star kndi avugisha Bose mwibarabara arakuramutsa vraiment ntaze ahinduke ni top@turakunda nibikorwa vyiwe sana #Tris
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
B face yaciye umugani mukirundi ati: "usurana inzigo ukanya mw ibutura" respect my favorite raper 💕
@flavafleury
@flavafleury 2 жыл бұрын
B face 😁😁🤣🤣🤣 wewe interview yaw sinoreka kuyiraba
@smartmoviesplanettv8197
@smartmoviesplanettv8197 2 жыл бұрын
Ikiganiro ca B-face nubwo comara umusi wose ntikirambira kabisa kumwanya kumwanya umenga niho kigitangura
@fabricenizeyimana7914
@fabricenizeyimana7914 2 жыл бұрын
rap youda, rap golliathe musaza turakwemera sana kuko indirimbo zaw zirimwo message zidasanzwe ndafise numugenzi aba USA yambwiye ko indirimbo zawe nizo yumviriza gose nubwo aba no kukazi kuber message utanga big up sana muzeeeee urashoboye walaiiii
@aminabintisaid9113
@aminabintisaid9113 2 жыл бұрын
Hosy harihahez igih kinin mudakoran twar tubakumbuye ndabakund cane🌹🌹🌹❤💋🔥💯
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Muradutunga ibigora bigora abagabo 😂
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
@@sirenvibestv ubu bigora abagore harikera vyagora abagabo
@fannynduwimana3145
@fannynduwimana3145 2 жыл бұрын
Uwambere nijewe nkunda ikiganiro ca B face ♥️🇧🇮🇸🇦👌
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Nukur b face ww Imana izoguhezagira kk irafis umutima wurukundo ham Imana itanga ukwishatse ☝️🤲🙏🙏🙏
@MR-PT257
@MR-PT257 2 жыл бұрын
Hah respect kabs kuo nanj naraguhaye imigisha B face ni bn nawe ko uyitanga! Ham big up nintango gusa ras you never know how ejo hasa keep up and pray for this younge children livin on the streets of buja nara bibonye 2 one day we have 2 change that. Blessed and big up. PT
@theemeelyone469
@theemeelyone469 2 жыл бұрын
Ndamukunda b face vrmt yambaye nez vrmt Imana imundindire vrmt 🥰🥰
@user-ss1km1yl6v
@user-ss1km1yl6v 2 жыл бұрын
B- face ndamukund san mwes courage ❤️❤️❤️❤️🇸🇦🇸🇦
@Serges2024
@Serges2024 2 жыл бұрын
b face on the flow washa fire
@ornellaniyomwungere9474
@ornellaniyomwungere9474 7 ай бұрын
Kabisa nanje ndakunda cane B-face big up sana kane naw Hosy merci sana kumuzana
@elvisrwamugambabrave9891
@elvisrwamugambabrave9891 2 жыл бұрын
Murandyohera sana courage Hosy gusa harabo tutiganye izina rya S/V rigora🤣🤣🤣🤣
@nsazabahizirehema7897
@nsazabahizirehema7897 2 жыл бұрын
😂😂😂😂Ndabafana peee B_face ndagukunda sana 😘😘😘😘
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 жыл бұрын
Sinabizeko Bfce uri got yanje nukuri nanje ntabeshe najew ndankumuntu undenganya wotuma umpana najabigisha nkabo umenga ntakindi bajejwe atarukurenganya abanyeshure narabahakanira kumfatanabi pe.😂💞💞💞u💯
@GBDO98
@GBDO98 2 жыл бұрын
Osy je pense k mbae uwambereee ama like meshiii reo👊👊👊👊
@Innocentciza
@Innocentciza 2 жыл бұрын
Rap best nice work
@fidesinimahye7445
@fidesinimahye7445 2 жыл бұрын
Brother nikundira cane ngobambika akayoyo😂😂😂😂😂❤❤❤
@julesnduwimana8968
@julesnduwimana8968 2 жыл бұрын
iki kiganiro kiri pretty good!! hama ubu nagatasi kabisa
@fannynduwimana3145
@fannynduwimana3145 2 жыл бұрын
B Face 🤣🤣🤣🤣wwe ni noma sana😆😆♥️🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦👌
@billnemess9369
@billnemess9369 2 жыл бұрын
Hosy uraberewe kabisa hama nukuri ndakunda ukuntu utwenga wifata kumutima! Hama B Face ivyo uvuze twavyumvise kandi turagukunda cane man! Hama nanje umurundi adakunda ivyiwacu arambabaza cane! Hama urakora ntaco udakora Big up Kora nihatari kabisa! Hama narababaye kuba ngarutse USA 🇺🇸 le 23 ntabonye Hosy amaso muyandi kandi ntabonye B Face kabisa narababaye kabisa ! 😭😭😭😭🙏
@habiyamberenadege8957
@habiyamberenadege8957 2 жыл бұрын
Uzomutimeko erga flight ya USA ntizimvye😂😂
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 жыл бұрын
Waooooo!Hosia wakozecane Bfce nari ndamurindiriye kuri tv yawe muraduhimbara cane wakoze kunzanira iyo Goût yanje petite soeur
@ericmuheto8111
@ericmuheto8111 2 жыл бұрын
Agatasi gatangura inyuma y igihungurabayi- igihungurabayi n imvura yambere igwa mu mpera z ici. Bakayita gutyo kubera amabayi menshi ahunguruka avuye ku mashami y amashurwe y ishamba(plantes sausages).Rero imvura itasura guhera mu kwa Nyakanga. Impeshi n irima ryo mu kwezi kwa 2 gushitsa muri rusama… abandi bankosore ni haba hari ivyo ntasiguye neza. Hanyuma mwese mufise akazi keza …
@sma-bbhofficial1750
@sma-bbhofficial1750 2 жыл бұрын
B face uzoz ndaguhe agashimwe urazi gutwenza kweri Ngo kwanini ulinyonga🤣🤣🤣🤣
@Serges2024
@Serges2024 2 жыл бұрын
hosy we love you so much
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
💞💞❤️❤️💞💞❤️Ndabakunda b face uransekeje 🤣🤣🤣ngo kunyonga ewana nukur urarenze mani
@richardma-brown5714
@richardma-brown5714 2 жыл бұрын
Saren vibes, you kill me with you Vibe.💓💓
@nadinnmugisha5168
@nadinnmugisha5168 2 жыл бұрын
B face and Hosy nawapenda sana
@dalycloseigiraneza2995
@dalycloseigiraneza2995 2 жыл бұрын
Azoz arikumw na esther nish
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 2 жыл бұрын
Muranyishe😀😀😀
@dieudonneNd
@dieudonneNd 2 жыл бұрын
Great interview 🛸
@thomasndayisaba9959
@thomasndayisaba9959 2 жыл бұрын
Bface on the fló wubahweee
@ladouceirankunda661
@ladouceirankunda661 Жыл бұрын
B face favority 🥰😍 Hosy keep it
@stephanntwari5088
@stephanntwari5088 2 жыл бұрын
Mon rappeur prefere
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Nkunda B-Face cane kuburyo mutovyumva❤urumunyabwenge cane kand ukora interview zigisha🔥
@nishimwemedon1696
@nishimwemedon1696 2 жыл бұрын
Ntunsumvy ndake kbx.
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
@@nishimwemedon1696 reka kumbwira😀😀
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
B face respect
@_-wt8ns
@_-wt8ns 26 күн бұрын
Bifese ndamukunda ukuntatangibiganiro arabiryocha sna❤❤
@sma-bbhofficial1750
@sma-bbhofficial1750 2 жыл бұрын
B face naho yokor émission ya 24h00 /24h00 je ntikincika gusa Ndamukeney ikintu Kimw nzomubaza tu Kandi one day Master
@irutingaboaudry2219
@irutingaboaudry2219 2 жыл бұрын
Imana uzoba uyibajije neza cane nukuri
@sma-bbhofficial1750
@sma-bbhofficial1750 2 жыл бұрын
Sha waranyishe ngo uri mugatungur sha🤣🤣🤣
@ndikumanabosco3652
@ndikumanabosco3652 2 жыл бұрын
Nice kubiganir vyanyu
@user-xd3kt2bs1r
@user-xd3kt2bs1r 2 жыл бұрын
B fc kuvugako esta nish umukunda nanj nciy nongereteza kugukunda kandi muzokora indirimbo
@anithaniyogushimwa2094
@anithaniyogushimwa2094 2 жыл бұрын
💥💥💥💥💥Ndabemera
@loicshi1403
@loicshi1403 2 жыл бұрын
L'image est de bonne qualité
@kazoboy2982
@kazoboy2982 2 жыл бұрын
#kazoboy from #kenya tunawa penda sana
@user-uj8cz5ok2k
@user-uj8cz5ok2k 2 жыл бұрын
Murakuzwe nanje❤️‍🔥❤️‍🔥
@claireclara8458
@claireclara8458 2 жыл бұрын
B face Ng nyerek ndabe ijish ntirigir umupaka wawaa
@user-xd3kt2bs1r
@user-xd3kt2bs1r 2 жыл бұрын
Ndamukunda b fc kandi ndifuza kumuona amaso miyandi
@user-ig5bz2wu6c
@user-ig5bz2wu6c 2 жыл бұрын
Dubaï nahantuheza muga b face twa ramubajije ahari ntiyatubwiye tumusangeho tumuramutse ntiyatubwiye b face impuzu iyariyoyose iramubera kabisa
@n.j.b_promoter5259
@n.j.b_promoter5259 2 жыл бұрын
None b~face ayomaz kwayanw bukebuk ubwo ntarimur ba kandamaz 😅😂😂
@zulekhahamisi8411
@zulekhahamisi8411 2 жыл бұрын
Ntivyarikuhera ukonyene ntatwenz😂😂😂
@user-gc9kh9jj1k
@user-gc9kh9jj1k 2 жыл бұрын
B fece mwubahwe ✌️✌️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mairymairy1851
@mairymairy1851 2 жыл бұрын
Nic kbs muraberewee knd ndbkund
@frandayboy3579
@frandayboy3579 2 жыл бұрын
Hossy very creation umunt yafash iy video yayifash nez can vyokwam uk vyob vyiz can ukunt agend aratwar ama image
@dynanikiza7558
@dynanikiza7558 2 жыл бұрын
Nanj ndamukund ester
@prospernduwayo6099
@prospernduwayo6099 2 жыл бұрын
Agatasi nimvura igwa iy'ici riheze abarimyi ni nkokuva mukwicenda gushika mukwacumi na kabiri,Hama mukwambere haza umukubezi ariko karyakazuba Kaka kugira ibiharage vyume ariko haragwa nakavura bakaguma barima ivyimpeshi arivyo kenshi batera mukwakabiri bikera mugihe ici naryo Rica ritangura nko mukwagatandatu,mukwindwi hakinda kugwa iyo bita intsindagira bigega iyi igwa abarimyi barahejeje kwimbura cane cane ibiharage.aho niho ngeza gutahura abandi muranfasha.
@luckyonek5336
@luckyonek5336 2 жыл бұрын
Ndabikundira di
@akimanajoselyine8319
@akimanajoselyine8319 2 жыл бұрын
Turi mugatasi osy na rap yuda womukayanza .ndabakunda kabisa osy twaguheruka muri débat ejo uzane urusasu tuhatwike muri debat twimanukire ariko wewe tuzohava tuduga kuko wamanutse kera.kora b face nindirimbo nziza vrma narayikunze caane
@jeanmarievianneynikobamye7058
@jeanmarievianneynikobamye7058 2 ай бұрын
Amahwe! Vyiza pe!
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 4 ай бұрын
Hhhhhhhh,ico kiganiro ndakiravye ndatwenga basha Bi wotwenza umuntu yabuze nyina hhhhhhhh urumva ndatwenze nokurira ndarize,hama ndabakunda Bi na Hosy iyo muhuye umenga murubakanye murumvikana murafyina kbs muranryohera
@zulekhahamisi8411
@zulekhahamisi8411 2 жыл бұрын
Sinorengana ntakiravye ikiganiro arimwo ndamwikundira💚
@ol8228
@ol8228 2 жыл бұрын
Bface nukur ndakund indirimb zaw
@NIYONSENGA_Levis
@NIYONSENGA_Levis 2 жыл бұрын
B face 👊👊👊
@menyavyosetv2257
@menyavyosetv2257 2 жыл бұрын
Hosy big up
@Joewilliams-n2l
@Joewilliams-n2l 2 жыл бұрын
Ndakunda B-face ukuntu yifata kandi yambara neza caaane
@chadiashaka2152
@chadiashaka2152 2 жыл бұрын
Siren vibes❤
@chadiashaka2152
@chadiashaka2152 2 жыл бұрын
B face❤
@winniegloriambarushimana4722
@winniegloriambarushimana4722 2 жыл бұрын
👌👌👌
@aliaalia1414
@aliaalia1414 2 жыл бұрын
B face uburundi burasenga b face ico no kubwira abagera muri Afrima canke AMMAS , America music award baba bazwi ntiwibaze nubwo uba wakoze neza arigufa kuronda bifise abo biba bigenewe nubu hariho ihiganwa rwa Grammy award izoba mukambere 2022 ariko abarundi ntimwegera nagato ntimuzwi kweli ariko nimwe muvyitera
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 2 жыл бұрын
🍹🍹🍹
@gloriosentakirutimana7499
@gloriosentakirutimana7499 2 жыл бұрын
Mana weee,abantu biba indirimbo z'abandi nibihane babihebe nukuri baraterana inzigo:Imana ni Niniya cane,iragutse kuburyo atawobura ico ayipfuzako,nimuyisabe izobaha kubera ingabirano y'umuntu imutunge....
@yvesnostressndz8010
@yvesnostressndz8010 2 жыл бұрын
impression yambere
@phidodidododo8805
@phidodidododo8805 2 жыл бұрын
B face arakunda rouge
@fique9386
@fique9386 2 жыл бұрын
Wa 4
@ghfhhhhnj4028
@ghfhhhhnj4028 2 жыл бұрын
merci sanaq
@lionelopromoter3343
@lionelopromoter3343 2 жыл бұрын
💥🔥💥🔥🙏🏾
@eliasmunezero3385
@eliasmunezero3385 2 жыл бұрын
Kwambwikwa numuntu ni "figure de style" ntibisigura k arumuntu aza akakwambika impuzu🤣🤣🤣🤣🤣
@mbonimpayealoys1588
@mbonimpayealoys1588 2 жыл бұрын
hosy na b face muraberew vrt
@faustinntamatungiro5145
@faustinntamatungiro5145 2 жыл бұрын
Nn no utashizeko link ya KORA ??
@user-yr9bj3po6h
@user-yr9bj3po6h 2 жыл бұрын
Nukuri uburundi ntibuzwi kbsa
@reverierndikuriyo5230
@reverierndikuriyo5230 2 жыл бұрын
Dubai turakurikirana Ibiganiro vyanyu. Vyizacane
@pacifiquenkurunziza6792
@pacifiquenkurunziza6792 2 жыл бұрын
Jew uwa 1
@setaseeta9779
@setaseeta9779 2 жыл бұрын
B face uvuzukuri
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi 2 жыл бұрын
B Face Wubahwe...
@patrickbazompora796
@patrickbazompora796 2 жыл бұрын
ma rapper
@ornellanamugisha7780
@ornellanamugisha7780 2 жыл бұрын
Nn iyo T-Shirt ya Osie biteeeee??oyaaaa oyaaa assez assez,B Face araberewe mga raba ukntu yamutobeye🤷 asha les goûts sont partagés.ntazosubire kuza yambaye igipira cagutse uko mwizosi,bihagarare ndsavye.sinon ikiganiro car👌
@prospernduwayo6099
@prospernduwayo6099 2 жыл бұрын
....iy'ici riheze abarimyi niho basohora isuka bagatangura kurimira ivyagatasi Ninko kuva mukwicenda....
@christophesalumu3962
@christophesalumu3962 2 жыл бұрын
Bonifasi ntiyihenda
@Agachrin
@Agachrin 2 жыл бұрын
The image has improved greatly, congs
@imuhiratv2577
@imuhiratv2577 2 жыл бұрын
#bface ng iyusohotse mu nzu ninde akwambika????
@alexismanirakizaofficialam1042
@alexismanirakizaofficialam1042 2 жыл бұрын
Imigani#imyibutsa
@philosofficial7256
@philosofficial7256 2 жыл бұрын
Umva Rosie ubu turi mugatasi mumpeshi nguhera mukwakabiri kuduga kugera muci hm agatasi nimurushana nyenye ok
@ornellaniyomwungere9474
@ornellaniyomwungere9474 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@phidodidododo8805
@phidodidododo8805 2 жыл бұрын
Kwituma niki nyarwanda
@nishimwemedon1696
@nishimwemedon1696 2 жыл бұрын
B fece ndagukund San kbx.
@abeljonathanirakoze1404
@abeljonathanirakoze1404 2 жыл бұрын
Yitwa sirene vayibi
@Innocentciza
@Innocentciza 2 жыл бұрын
Hosy bisigura iki kwambara ihereni imwe
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
B face ndamukunda je ndifpuza konokubana amaso muyandi? Hosy ndakeney inyishu uzomubaz kwabafana biwe dushaka kumubona kumubona twes
Best Toilet Gadgets and #Hacks you must try!!💩💩
00:49
Poly Holy Yow
Рет қаралды 22 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma #memes
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 7 МЛН
Can A Seed Grow In Your Nose? 🤔
00:33
Zack D. Films
Рет қаралды 30 МЛН
B-FACE: Ubutumwa kuri 19th/  Ibiri ku murima 5 n' insiguro yavyo
28:52
B-Face Official
Рет қаралды 34 М.