Пікірлер
@IgorFlorentHIF
@IgorFlorentHIF 15 сағат бұрын
I like the way Vania is humble kndi ni umuririmvyi kazi yikwiza bose bari bakwiye kumugira icitegererezo
@ChanellaNDEREYIMANA-zk6bt
@ChanellaNDEREYIMANA-zk6bt 17 сағат бұрын
Hosy uricitegererezo canje😭🙌uranyubaka💪donc sinumva ngne nobisobanura
@beatricenduwimana5567
@beatricenduwimana5567 18 сағат бұрын
Kumb Nelly Nat avuga vyo, inkuru ziw aba arizo.kkkk ivyo yamuvuzeko vyos nivyo
@tresorntwari-jo3th
@tresorntwari-jo3th 18 сағат бұрын
Umu jeune ashoboye kandi créatif 😊
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 21 сағат бұрын
Hosy wangu Komera kwi jambo kbs uragerageza kutuzanira abantu bagezweho,Anny uraciye bugufi kwel hejuru cane,Hosy nawe ur mwiza cane usaneza
@user-ic9wv3ud5r
@user-ic9wv3ud5r Күн бұрын
Rasko avuga l essentiel nk incabwenge
@raskobuja3150
@raskobuja3150 Күн бұрын
merci
@MariyamMariyam101
@MariyamMariyam101 Күн бұрын
Nice girl dear ❤❤❤❤ Mama buntu yarivyaye kweli 🙏♥️😅😅
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv Күн бұрын
Anny wacuuu🎉🎉🎉 my❤️🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@josianendihokubwayo-wo7bf
@josianendihokubwayo-wo7bf Күн бұрын
Yoooo!!! Murandyoheye kuko nsanze muri nabavuga butumwa vraiment Hama Yesu Abanezereze
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m Күн бұрын
Ikiganir mbonyemw rasko ntegerezw guc ndakirab ubw nyn ndamukund cn vrt
@raskobuja3150
@raskobuja3150 Күн бұрын
merci bcp 🙏
@JeandeDieuBarutwanayo
@JeandeDieuBarutwanayo Күн бұрын
mukobwa mwiza w'urupfasoni nutagate waratoranijwe arko urakwie kumenya imigani kk ntubuze ahowobivoma papa waw yarazi myinshi na maman waw araheyaheya
@nshimirimanajimmy3994
@nshimirimanajimmy3994 Күн бұрын
Tiktok live zirahemba bien🎉🎉🎉❤
@lionelnimubona1004
@lionelnimubona1004 Күн бұрын
Uwi Mwaro iwacuu❤
@lionelnimubona1004
@lionelnimubona1004 Күн бұрын
Uwi Mwaro iwacuu❤
@Innocentciza
@Innocentciza Күн бұрын
😍😍
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Күн бұрын
Sha naho papa yambujije abanyamwaro ndabona nzohava mbatizwaa kbxaa ::murondera cash kubi ...muri créative ..ntakeka ndazi twovyara akamana ❤
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Күн бұрын
Maman siren vibes ❤❤❤❤❤❤❤❤
@christella5092
@christella5092 Күн бұрын
Ikikiganiro kibaye gito ndumva harivyinshi vyari bihari vyokuvuga kuriyi sujet kbx muze mugaruke Rosie ati mumyaka 50ans munyitege icontambaye muri 30ans nzocambara muri 50ans umva nabaho niryoryambere numvise umuntu avuga irijambo kbx kuko ababtu benshi ubabonye muri 30ans hanyuma mugahura muri 50ans uribaza ati habayiki???merc beaucoup Rosie e ft Gretha
@christella5092
@christella5092 Күн бұрын
Rosie unyuguruye amaso kukantu uvuze ati harabaryoherwa muri 20ans 30ans wagera muri 50ans ugatangura gusaba akokantu karanyuguruye kbx ndi muri Saoudia ndumvako umbwiriyemwo kbx nukuraba ikintu nkora kuburyo mumyaka 50ans ntazoba nicuza oportunite noba nararonse muriyimyaka 30ans yanje kbx harabantu benshi babsyeho mubuzima bubi kubera mumyaka yabo yokurondera bifashe nabi bibagirako hariho imyaka bazoba bakeneye kwishuza ivyo babitse 😢 ivyo ndabivuga mbikuye kumuryango wanje bavukiyemwo aho umuntu ashobora gupfa akabura nisandugu imuhamba kandi yarahoze afise amatongo nibindi N.B haraho bishika kubera uburwayi kumbure warabimaze wivuza bibaho ariko nimba hatabaye uburwayi ntakindi kintu cotuma mumyaka 50 ubaho usaba uba warasamayeho gato vraimment
@honorinenibigira
@honorinenibigira Күн бұрын
Anny ndagukunda ntiwiyemera
@honorinenibigira
@honorinenibigira Күн бұрын
Anny ruguru niheza cane ndunva urahemera cane kandi nivyiza
@honorinenibigira
@honorinenibigira Күн бұрын
Anny ruguru niheza cane ndunva urahemera cane kandi nivyiza
@honorinenibigira
@honorinenibigira Күн бұрын
Anny nkunda ukuntu uvugisha ukuri
@EstelleIrakoze
@EstelleIrakoze Күн бұрын
Rasko ❤hosy wanje naw❤
@bulezebuleze3239
@bulezebuleze3239 Күн бұрын
Ndatahij Rasko mon voisin. Merci Siren Vibe tv ku biganiro vyiza muturomsa.
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Күн бұрын
Mbaye uwamber weeee❤❤❤Ndakunda Rasko tellement vrm avuga man ibintu bikenewe saaaana gus❤❤❤
@raskobuja3150
@raskobuja3150 Күн бұрын
merciii😊
@euphremensabamahoro4503
@euphremensabamahoro4503 Күн бұрын
💥
@alicenishimwe2790
@alicenishimwe2790 Күн бұрын
Annie vrt araciye ubwenge ibintu ntari nibaza.Umukama abandanye akwagura mwana numva uri na humble
@OdetteNITUNGA-qy3vk
@OdetteNITUNGA-qy3vk Күн бұрын
Imwaro hejuru ❤❤❤❤ cne
@ascensionmg-xi6us
@ascensionmg-xi6us Күн бұрын
Vuga kowitwa Anita apana Anny 😂😂
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v Күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@christella5092
@christella5092 Күн бұрын
Ubu Rosie namumenyereye ndumva ivyo avuga kare nkimukurikira kubera ukuntu avuga amira idome ikiganiro cahera ntumvise ivyo yashatse kuvuga😂😂😂 ubu ndavyumva avuga nka GITI womu Rwanda
@sirenvibestv
@sirenvibestv Күн бұрын
🙈🙈🙈🙈
@Iriho
@Iriho Күн бұрын
Narinziko ARI umunyarwanda kumbe numurundikazi???
@vanilladushime2272
@vanilladushime2272 Күн бұрын
Amazina ari kuri ID nayahe none???uretse ayo yokuri rezo sociaux
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 Күн бұрын
Hosy mrc bcp kumpanuro
@richardsabiteka3314
@richardsabiteka3314 Күн бұрын
Inkukii c la beauté
@Olivier4493
@Olivier4493 Күн бұрын
Abanya Mwaro tumenyane. Anny wiwacu courage inoti tuzirondere na mpaka
@DianeGahimbare-h7e
@DianeGahimbare-h7e Күн бұрын
Any turagukunda mwaro hejuru ❤❤❤
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c Күн бұрын
Wumve wumve wewe mufana. Sinshaka Like, oya nshaka mukore abonnement kwa Anny Ingabire hamwe na Siren vibes tv kuma chaînes yabo ya youtube.
@parfaitendayikengurukiye7306
@parfaitendayikengurukiye7306 Күн бұрын
❤❤❤
@user-fh5rv9tt5r
@user-fh5rv9tt5r Күн бұрын
❤❤❤ozi ndagukund san mwubah n'Anny
@ChanellaIradukunda-dr8ek
@ChanellaIradukunda-dr8ek Күн бұрын
Courage sh Anny mwaro iwacu hubahwe✌️✌️
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck Күн бұрын
Mpole Anny kuko kuba utabanye nabavyeyi bose birababaza kandi nigikomere, courage rero ejo hawe niheza cane.hamwe nogusenga Imana izoguha umuhoza.
@davideduardosantos5705
@davideduardosantos5705 Күн бұрын
Bamureka kwonona amazina y'abantu, ngo Fablice!!!! ni FABRICE
@dola-k6277
@dola-k6277 Күн бұрын
Ana irarenze
@Kenzog-yk4fo
@Kenzog-yk4fo Күн бұрын
Hosy uraducanga😂😂kubisanzwe uva he ww?ukoranye ikiganiro n’abany gitega uwo munsi uba uva i gitega nawe.ubu ivy’i mwaro bije gute se kandi?
@user-eg7jw1wp2d
@user-eg7jw1wp2d Күн бұрын
Nanj narimaz kuvyumv k av igitega
@careneirakoze4956
@careneirakoze4956 Күн бұрын
Gitega:Aho yavukiye Mwaro:iyo papa hosy avuka Cibitoke:Aho yakuriye
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Күн бұрын
@@careneirakoze4956 oooh👍
@FrancoiseDusabe
@FrancoiseDusabe Күн бұрын
Créatif😛😀😀
@emmanuelndayegamiye3857
@emmanuelndayegamiye3857 Күн бұрын
Imigambi nkiyi yo guhindura ishusho y,igihugu cacu ikwiye gushigikirwaaaa😊
@Graddiskaneza-ln8kj
@Graddiskaneza-ln8kj Күн бұрын
Anny sh 😍
@irankundajimmy5512
@irankundajimmy5512 Күн бұрын
None Anny kuciye uvuga ubutumwa bwiza
@evelynenduwimana129
@evelynenduwimana129 Күн бұрын
❤❤❤❤❤