BIG FIZZO singiye Kuba kandi i Burundi || Nimwankenera muzontumako

  Рет қаралды 15,756

Isaac Tv

Isaac Tv

2 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 34
@JoahnMaombi
@JoahnMaombi 2 ай бұрын
Ndabaramukije,abarundimwesee.ndabifhuriza,amahoroyimanaa.abane.natwese,nimaombi.muhima.jackon.proo👍💥💥💥💯nanderoo.hatakidogoo.ba
@EmelanceNduwayezu
@EmelanceNduwayezu 2 ай бұрын
Your the best forever
@lucieharerimana4705
@lucieharerimana4705 2 ай бұрын
Ababona kombaye uwamber andemere twatundi likes twimanukire Fizo nukuri ndagukunda trop kuva kera ariko rero uratugarukanira ya rythme yumuziki umwe wakera nakurya kuntu waturirimbira kko nubu ziracafise akanovera irya rythme uzoyigarukane kabisa indirimbo zawe zakera zaratesa kko zarimmwo ubutumwa bunini cane zararuhurira umutima..😂❤
@amolam97
@amolam97 2 ай бұрын
Uyumugabo ndamwubaha biteye ubwoba numwami kabisa wumuziki kuri generation zose benshi muzobibona atakiriho uyumugabo twaramuhezagijwe walahi
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 2 ай бұрын
Icokintu fizzo avuze cerekeye programme guhindura nico
@user-bf9oq6hk1d
@user-bf9oq6hk1d 2 ай бұрын
Ntababeshe ngo azotangure bazoca bitahira ahejeje fizzo
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 2 ай бұрын
Fizzo urakumbuwe in USA
@JoahnMaombi
@JoahnMaombi 2 ай бұрын
Eeee!???nabasanibenshi.nagiyemantura.mugihuguu.ikibazo,nibumva.proo.🎉🎉🎉nimaombi❤2008,,2016..jacksonduburundi.🔥🔥💥🤛
@Elemento-dn8wj
@Elemento-dn8wj 2 ай бұрын
Ikintu kinini nemera kuri Big Fizzo n'ukuntu avuga ikintu uko aciyumvira atavyo kuraba ngo naka amubone neza. Il s'en fout
@NiyomwungereChristella
@NiyomwungereChristella 2 ай бұрын
Mwihangane ndabivuge!ikosa nabonye ku Barundi turakunda cn abaririmvyi bo hanze gusumba abacu,hari igihugu nabonye"ntibashobora kuvuza indirimbo z'abanyamahanga même no ku ma tv yabo"!n'umuririmvyi ufise indirimbo imwe bakora ibishoboka vyose kugira bamuduze!muze dukunde abaririmvyi b'iwacu ndabinginze! surtout ama radio,tv,mubibafashamwo turabinginze!
@NiyonambazaEliya
@NiyonambazaEliya 2 ай бұрын
Cyakoze uriyemera sana
@DivineNiyogu
@DivineNiyogu 2 ай бұрын
😂😂😂😂 uburundi sigihugu cokubamwp nukuri niwigire ufise iyo uja birashisha ivy iburundi
@user-zi9mp5kk9j
@user-zi9mp5kk9j 2 ай бұрын
Thé badder than thé mm imvugakuru
@lilpblackofficial9950
@lilpblackofficial9950 2 ай бұрын
Abumva bumv
@hermesmpawenayo9221
@hermesmpawenayo9221 2 ай бұрын
@user-uo8od4cw7t
@user-uo8od4cw7t 2 ай бұрын
Mwitagatire bg fiz ubikora neza cne
@TTt-vi2ks
@TTt-vi2ks 2 ай бұрын
Tuse arakunda fizzo cane gose
@amolam97
@amolam97 2 ай бұрын
Uwo dukuye ivyubufana ahubwo akwiye kwerekwa urukundo ahubwo rudasanzw ntawuhari nka fizzo peee
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 2 ай бұрын
Icogihe haba hageze guteribiti muri Canada bikageza ukokwezi avuze nyene genda ubitere muhuu 😂😂😂
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@valeriemanirakiza3244
@valeriemanirakiza3244 2 ай бұрын
Mbega ari muri canada na familien, eheee duhe umuco
@user-bi9pn1pm8z
@user-bi9pn1pm8z 2 ай бұрын
Nimba atimutse umugore wiwe ari Italy
@boboboxtv
@boboboxtv 2 ай бұрын
❤❤ maneko drizzy
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 2 ай бұрын
Ndakwunva 💪
@niyibitangasamson4156
@niyibitangasamson4156 2 ай бұрын
Legend fizzo
@yvessamuel-qg4gn
@yvessamuel-qg4gn 2 ай бұрын
jamani warundi miwe munafanya interview za kishahili ndo watu wote wa wasikiye
@DavidHakizimana-ri8gs
@DavidHakizimana-ri8gs 2 ай бұрын
fizzo
@mussasebatiano4787
@mussasebatiano4787 2 ай бұрын
ila kaka fanya Colabo nawasanii wainje inje ili uoneshe uwezowako na jitahidi kua unatumia rugha zakigeni ili kuhakiki nyimbo zako zinasikika inchi mbari mbari
@Inzaghi809
@Inzaghi809 2 ай бұрын
Uyu ntakazoza agifise asaziye mumuziki ntaco yishikanyeho.nokuja europe yahajanywe nabagore.amahera yose yaronse nimubagore nama drogues ahereramwo naje gusazira Italie nubuteramo bwomutubare bwa Canada buba bwuzuyemwo imborerwa nuturaya twabarundikazi twananiwe gukora muri Canada butunzwe na aide sociale
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
Inzigo yawe Ntaco ihindura kubuzima bwiwe
@user-bi9pn1pm8z
@user-bi9pn1pm8z 2 ай бұрын
Ubivuganye izingo
@mungamauridi491
@mungamauridi491 2 ай бұрын
T'es impolie
Mkombozi Lucifer - FAT'IMISARABA ft Waidi Yoyada (Visualizer)
5:59
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 486 М.
Iron Chin ✅ Isaih made this look too easy
00:13
Power Slap
Рет қаралды 30 МЛН
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,2 МЛН
50 YouTubers Fight For $1,000,000
41:27
MrBeast
Рет қаралды 189 МЛН
Iron Chin ✅ Isaih made this look too easy
00:13
Power Slap
Рет қаралды 30 МЛН