No video

#CENI

  Рет қаралды 10,036

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 34
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda Ай бұрын
Nivyiza gukoma induru, kandi mubandanye👍👍👍👍👍
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Ivyovyose nibisuma gusa
@fredericntihabose
@fredericntihabose Ай бұрын
Mugisha wew ndakwemera mugucukumbura, ndagusabe nimba bishoboka uzuturonderere uwara rongoye CNI 1993 ifotoyiw tumubone kuko yaranditse amateka icogihe atemey guta igihugu mukaga, nubwo vyabay amatora yaraheze, abantu nkabo barakwiye kuba intibagirwa
@leonidaskamwenubusa1745
@leonidaskamwenubusa1745 Ай бұрын
Mugisha reka guta umwanya dukwiye kwiyumvira icokorwa ntakindi ayo majambo nuguta umwanya
@intahetv
@intahetv Ай бұрын
Imana irababona izobakubita inkoni y icuma Kandi barabe neza
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Ай бұрын
Ibisuma gusa Aba DD
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Atari urusoro ruvuze ntagishoboka igisigaye nugupiga urusasu uwupfa apfe uwukira akire urya mupfumu yarakoreyeko abanyagihugu baraduhaye ibihuriko erega nintwaza ngabo zuburundi zarariye ibihuriko kuko ntivyunvikana ukuntu nabone ataco bavuga kandi nabo aribo botugiriye imbere😩😩
@Japhetofficial-kg8hl
@Japhetofficial-kg8hl Ай бұрын
Urarupiga ugorusor nawe urumusazi ugikeneye intambar
@KhadijaA-kk3dg
@KhadijaA-kk3dg Ай бұрын
Ukobimezekose harimana niyorugiravyose😢
@NsengiyumvaEmmanuel-by4nf
@NsengiyumvaEmmanuel-by4nf Ай бұрын
Nagira abotanguye kuvyanka nabagarariye imirwambwe gt umunyagihugu muto agumuka nanyene kwitoza bataravuga tera isema na agatho Rwasa cnk nabandi ko bataco bavuga mugihe barenganwa barorera noe ntibova hasi abo
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Ntubona kobaraba nkabajura karuhariw? Reka bikweger ikara mugashambara rizobaturira.
@RichardNzeyimana-yh4nr
@RichardNzeyimana-yh4nr Ай бұрын
Ntakundi vyogend kabis hatavuz urusas
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Basha nukonyene aho barahejeje kugipanga rero ntaco tukirokora abobose nimbunuza gusa baragashirira rimwe
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Ай бұрын
Abobonose btotowe bgiyenkwicira amafaranga ab DD babemereye amatoro yaraheze barayibye vyaraheze niyo CNI nibisuma gusa
@user-gc4zy1gs8z
@user-gc4zy1gs8z Ай бұрын
Uraza uve mubuhungiro uje imbere mukuvyiyamiriza uhamagare umuryango wawe muramenyereye guta urwaruka mumanga
@Dieudone-dc9jb
@Dieudone-dc9jb Ай бұрын
Ivyo nibisuma gusa
@felickabura6328
@felickabura6328 Ай бұрын
Baragirivyobagomba ingorane zizodushikira twese nayo abanywanyi ba gwasa baracakwiye
@josephntacobakimvuna4836
@josephntacobakimvuna4836 Ай бұрын
muraripfanye bagwasa mwee ntanicomuzovamwo nibamuzeyurukiza kwagwasa ngofrodebu na uprona ngobazobaha igihugu muracapfuye rubi
@MpajiSolomon-lt9we
@MpajiSolomon-lt9we Ай бұрын
None tuzotangura gute kumenge abanyagihugu bafise ubwoba kuja mwibarabara?
@user-hc6pp5hi2f
@user-hc6pp5hi2f Ай бұрын
Uwagombq intambara iherere iwenye
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba Ай бұрын
Amatora yaraheze
@user-mh4xu7nm9o
@user-mh4xu7nm9o Ай бұрын
ijambo Nirgakizigenza Navuge uko tuzotora Abo bagesera ntibasubire kututwara
@nathanaelnimbona8348
@nathanaelnimbona8348 Ай бұрын
NGOZI CEPI IRONGOWE NA MINANI DESIRE MUBE MUVUGA IVYO MWATOHOJE
@TemboMuhindo
@TemboMuhindo Ай бұрын
Nta Mupfumu yaroze abarundi, ntan'ibihuriko ingabo zacu zariye. Aka gacerere kava ku bantu bamaze gucokera aho badashobora kwisokora. Burya agatima k'amaronko niwo mupfumu yabaroze, ninavyo bihuriko bariye. None abasigay tutariye kubwo burozi dukore iki? Ni muze twifatanye tube umwe, dusengere hamwe , dukorere hamwe, hama Imana yikorere ico iribwikorere, burya ntawosya bwose ! ntakabuza vyose bizotora umurongo. mwoye guterana amajambo kko burya twese bidushikako. Mukomere kandi mukomezanye, Imana imbere
@yvetteAbayo
@yvetteAbayo Ай бұрын
Ububeshi gusa
@JohnPaul-yt9sk
@JohnPaul-yt9sk Ай бұрын
mugisha ivyuvuga ntacobimaze kuko atarubuga gurwurwuruye ntacobimaze reka rero turabe iyobiroherera ntakundi
@ishararamazani1
@ishararamazani1 Ай бұрын
Iyo hageze ivyamoko njo sipendake kuko ntamuntu ndumva avuga igitutsi ao igihutu
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 Ай бұрын
Bene data nimuze tube twibuka KO turi abantu gutyo tugendere Ubuntu .burya twankanira ubusa kuko umwe wese arafise uko imana yamuteguriye kuzobaho aha kw'isi nigihe azogamara .rero kugomba kubaho uko itaguteguriye ntivyokunda .ico bikoze nimuze dusenge dutegure iherezo ryacu dusengere nabatwara Aho bitameze neza bihinduke Aho bimeze neza dushime . imana ibahezagire mwese
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
*Murondere amasasu akwiye gusa yo kurwanya Bikomagu musha!*
@BolingoTheodomir
@BolingoTheodomir Ай бұрын
Bikomagu yagutwaye iki?
@nathanaelnimbona8348
@nathanaelnimbona8348 Ай бұрын
MBEGA amasasu azofashi iki ? 8:44
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg Ай бұрын
ntabutwale buhali mubulundi wewe uvugango urusolo luzohelele iwe ntangolane nukwichana gusa nukunyuluzanya ntakintu nakimwe nubwomuvyanka abashigikiye ubwobutegesti mwese muzoshikigwa tu
@user-qg5gl6ok6f
@user-qg5gl6ok6f Ай бұрын
😂😂😂
CITIZEN NIPASHE - AUGUST 26, 2024
17:59
Citizen TV Kenya
Рет қаралды 10 М.
UNO!
00:18
БРУНО
Рет қаралды 5 МЛН
wow so cute 🥰
00:20
dednahype
Рет қаралды 28 МЛН
ROLLING DOWN
00:20
Natan por Aí
Рет қаралды 11 МЛН
Denise NKURUNZIZA yarijije abantu kumajambo yavuze.
12:54
BLACK Media
Рет қаралды 90 М.
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 52 М.