Рет қаралды 487
Kw'igenekerezo rya 16 Ntwarante ibanki CRDB yaratunganije ihwaniro shure hagati y'abapfasoni n'abigeme basanzwe bakorana n'ibanki CRDB mugukoresha ikonti #Malkia (Umwamikazi) hamwe n'abakozi ba CRDB Bank aho umupfasoni Claudette NGENDANDUMWE yasabikanije n'abandi bapfasoni intahe yiwe mu kuziganya.