DIVORCE SEXUELLE ikibazo gisambura INGO nyinshi//Agahinda ku bagore//Umubabaro w'abagabo/umuti wavyo

  Рет қаралды 26,248

UMUKUBITO

UMUKUBITO

11 ай бұрын

DIVORCE SEXUELLE ikibazo gisambura INGO nyinshi//Agahinda ku bagore//Umubabaro w'abagabo/umuti wavyo
#benysexologue #diaspora #urukundo

Пікірлер: 59
@bigirimanayvette2251
@bigirimanayvette2251 10 ай бұрын
Amen amen muvukanyi mwiza en conclusion yibibazo vyose ingo zifise nukwambaza Imana yo yaturemye yongera iduha abo twubakanye niyo yonyene ishobora kuturoraniriza ingo zacu. Utwigishije neza cane Imana ibahe umugisha
@gertuldemukashema5664
@gertuldemukashema5664 10 ай бұрын
Ibyo uvuga byose ni ukuri pe gusa muransekeje pe ikindi harimo amasomo pe merci vraiment
@aliceuwimana918
@aliceuwimana918 11 ай бұрын
Ikiganiro ciza caneee nukuza urategur ama conferance yaba marie wofasha benshi caneee surtout hariho benshi batazi ingene bavyitwaramwo bikenew ko bigishwa
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 11 ай бұрын
Jewe ndumva mûri jewe konzogira urugo rwiza kubwinyigisho zawe numva Béni kndi merci
@migaboniyayorodrigue
@migaboniyayorodrigue 11 ай бұрын
👍👍👍Il a diagnostiqué mais il n’a pas donné le traitement.Autre émission pour le traitement
@Hdg996
@Hdg996 11 ай бұрын
Le traitement n'a jamais été gratuit mon frère. Faut le consulter pour plus d'infos
@gustaveguigui3312
@gustaveguigui3312 11 ай бұрын
Vyongey. Yagarutseko chaque cas est un cas a part. Umuti wumw, siwo muti wuwundi
@honorine150
@honorine150 10 ай бұрын
Ibyo uvuze nibyo peuh. Ariko wibagiwe ho gatooo.... hariho divorce spirituel cad imyuka imphwemu mbiiii zituruka hirya no hino. Thx bro
@SAILOSoldierBoy
@SAILOSoldierBoy 11 ай бұрын
Much respect my Big brother in Somalie mogadisho tugukurikirana 5/5
@AnethUwamahoro-hb9zb
@AnethUwamahoro-hb9zb 10 ай бұрын
Kuvuga ko mbakunda numva bitampagije ❤, ariko nsanze aribyo nshoboye no kubifuriza amahoro. Murakarama.
@sereine-marienkuyehasi3009
@sereine-marienkuyehasi3009 11 ай бұрын
Bien dit! Un bon message
@nimbonadivine5812
@nimbonadivine5812 10 ай бұрын
Ugira urabeshe emwe vyos wavuze nukonyen mungo Ingo zirarushe
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 10 ай бұрын
Gaël Imana igukomez mumwuga waw kuko ugir ibiganiro vyubaka imitima ya benshi.Uyumu papa ntasanzwe❣️
@tesirechristina6153
@tesirechristina6153 10 ай бұрын
Nibatega amatwi impanuro zanyu muzubaka ingo nyinshi kuko ubu zirabarirwa kuntoki.Thx very much.
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
Ndaba kuriki Rana 💯💯👍🥰🌹🇸🇦🇧🇮
@FrancineNizeyimana-dh7gg
@FrancineNizeyimana-dh7gg 10 ай бұрын
Grand merci Beny
@user-vo2rr3oe6i
@user-vo2rr3oe6i 10 ай бұрын
Grand merci pour ce message
@bellanahimana7281
@bellanahimana7281 11 ай бұрын
Gaël thx kumutumire mwiza watumiye
@arlenemugisha9495
@arlenemugisha9495 11 ай бұрын
Urugo nurw'Imana👌
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Waooo barabure ningorane ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪🤛🤛🤛✌✌✌
@sssrddf8053
@sssrddf8053 11 ай бұрын
Murakoze kumpanuro mutanze
@kwizeraarsene5995
@kwizeraarsene5995 10 ай бұрын
cakoze uhejeje neza kbisaa.!God eerst
@lydi791
@lydi791 10 ай бұрын
Naciye ndabitahura cne igituma Ama divorce nimeshi cnee kuko ivyo vyose avuze muri ikigihe tugezemo abakobw Cnk abahungu kuvyihanganir n Imana Yonyene igufasha
@lydi791
@lydi791 10 ай бұрын
Béni big up Sana ndakunda ibiganiro vyiwe kbs kuko naco adakora kutubwira wukuri
@augustenzeyimana7999
@augustenzeyimana7999 10 ай бұрын
Tu es vraiment intelligent
@Chrian670
@Chrian670 10 ай бұрын
❤ merci
@user-iz8wh3bz6p
@user-iz8wh3bz6p 11 ай бұрын
Amen
@FB-df6bp
@FB-df6bp 11 ай бұрын
💯💯💯
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
Ew musore ntiwishi nge witabir uzubishi ra❤ .uwumu papa kwiri ndamwi kundira 😊
@niyomukizafernand2204
@niyomukizafernand2204 11 ай бұрын
💯
@micomeshack7024
@micomeshack7024 11 ай бұрын
Gael uyu mutype ndamukunda cane uzuramuzana kenshi!!
@teddyciza9995
@teddyciza9995 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@graceiradukunda4620
@graceiradukunda4620 10 ай бұрын
Gaël turagusavye uzodusabire Beny ategure conférence yabubatse ,yofasha ingo zinshi Kuko nivyinshi bokwigiraho
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Uyu mu papa ndamwemera pe
@uwamaliyaphilomene4251
@uwamaliyaphilomene4251 10 ай бұрын
Abagore sibo bima abagabo gusa nabagabo bima abagore , kdi nibyo bisenya Cyane kurusha ko abagore bima abagabo
@felixshikiro7065
@felixshikiro7065 10 ай бұрын
Ivyo uvuze byose nukuri Kandi ingo ninshi nuko bimeze
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 11 ай бұрын
😂😂😂😂tubuca tuganduka murukundo😅😅😅😅
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 10 ай бұрын
Beni murakoze ndize
@nduwimanadonatien4436
@nduwimanadonatien4436 10 ай бұрын
Hariho abagabo bavuga ngumugabo adateramira mwi Bar ngo ni Kanyange hahaaaah😂😂😂😂
@clemenceNtisinzira-ox4yi
@clemenceNtisinzira-ox4yi 10 ай бұрын
Gael nategure inyigisho zabubatse basi arihishe ndazi azokwitabwa mug ndumv afis vyinsh yofasha aabubats
@clemenceNtisinzira-ox4yi
@clemenceNtisinzira-ox4yi 10 ай бұрын
Mutubarize ko afis cabinet ,, bureau koi ahant umunt yomutora cnk numero si c est possibl
@SweetBloody-y2y
@SweetBloody-y2y 11 ай бұрын
Hi
@user-gw6qd5ke6r
@user-gw6qd5ke6r 9 ай бұрын
Ndakunda ibiganiro vyaw benit ukur kwuzuy
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 11 ай бұрын
Kimono 4 😂😂😂😂😂
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
Gwati rurita bimama 😂😂😂😂😂
@krc0607
@krc0607 10 ай бұрын
Ego atanze conseils nziza, kiretse kuri jewe ngo consulta Imana ikubwire ico ukora?? oyaaa... wapi vraiment haha...😅
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 11 ай бұрын
Niyo mpamvu mfise ubwoba bwokuzorongorwa kuko sinipfuza divorse 🤦‍♀️🤦‍♀️
@annabellaakimanamurengeran9927
@annabellaakimanamurengeran9927 11 ай бұрын
Nukuri biragoye
@esperancemujawiyera7986
@esperancemujawiyera7986 10 ай бұрын
Ugirango se hari ubyifuza ko wisanga byagushyikiye
@lydi791
@lydi791 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@FlorenceNisubire-es2kq
@FlorenceNisubire-es2kq 10 ай бұрын
😂 , Imana iguhezagire wavuga umenga urerekwa. Vrmt wubahwe 🎉
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 10 ай бұрын
😂😂😂ka munyankire
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
@user-hk4oj5dw2h
@user-hk4oj5dw2h 11 ай бұрын
Kumafaranga twokwubaka 2
@duraduura3726
@duraduura3726 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂❤🎉🎉🎉🎉
@banderenbakojeanbaptiste5974
@banderenbakojeanbaptiste5974 10 ай бұрын
Benie inyigisho utanga zirubaka. Twari twifuza ko mwotugirir ikiganire mutubwira cas par cas zibera mubutungane imburano zituma ingo zisambuka kugir nabztasambura bamenye ivyasambuye izindi Mugirako mutwigira ivyotuma izindi zirinyuma zitosambuk mugihe birinze
@josianenyirabera
@josianenyirabera 10 ай бұрын
Bazaduhereze numero ziwe za tel cge email yiwe
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 10 ай бұрын
Beni murakoze ndize
Iyi ntahe ivuga ivya DIVORCE yumvirize.Ndabizi urafashwa
47:29
Holy Canaan TV
Рет қаралды 19 М.
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 166 МЛН
My daughter always appears at the most critical moments
0:35
昕昕一家人
Рет қаралды 27 МЛН
Нажимай выше ☝️☝️☝️ #а4 #глент #риви #viral
0:25
Как меняются люди
Рет қаралды 4,2 МЛН
ToRung short film: 🙏baby protects puppy🐶
0:37
ToRung
Рет қаралды 84 МЛН
Spot The Fake Animal For $10,000
0:40
MrBeast
Рет қаралды 112 МЛН
Спит с ОТКРЫТЫМИ ГЛАЗАМИ! 😱😴
0:25
Взрывная История
Рет қаралды 5 МЛН
Пранк над Махачевым🥶
0:19
FERMACHI
Рет қаралды 7 МЛН