Mur'abambere kweli mwubahwe. ❤ Au fait ingo nyishi zisambugwa no gutamenya la valeur du partenaire. Cane manque de communication no kutamenya kutitaho son partenaire nivyo vyish'ingo. Hama surtout les hommes ntibigishanya ngo bayage entre eux ; umwe ws aguma mumafuti yiwe ngo nibwo bugabo.
@SallmaXg2 ай бұрын
Benny na Gael Imana irababona😂😂😂Benny imisi myinsi wari wakumbuw😂😂
@passynz2952 ай бұрын
Emission nziza mu mwanya muto harimwo l'essentiel 👍
@ngendakumanajosette64702 ай бұрын
Uri umwigisha mwiza Béni,turagukunda cn ufasha benshi!
Harih ahand wosom umugore atar kwitam hhhhh ew Gaël sh uranyish
@cizanininahazwejeanthierry94512 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane meerci,
@krc060715 күн бұрын
Gaël hahahahaaaaaaaa, ngo harah'ahandi bosoma atari kw'itama???? 🤣🤣🤣🤣oyaaa numvise ngo tu viens de te marier, nizere ko madame wawe utamusoma kw'itama gusa😂😂
Ntibabahuvye ngo ndora, mpuza , ndanga gistina….rapport sexuel anti stress, de plaisir etc….daaaamn guys icara mwige neza muzotahura plz
@cybillakiteka33582 ай бұрын
😂😂😂😂😂🤣
@signolinenikiza37102 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@jacquelinesimbandushe77532 ай бұрын
Reka kutwita boys and girls vuguti ladies and gentlemen mama nambarivyongereza basi ushaka kuvuga, umu sexologist ntarabwa nabo uriko urita bahungu nabakobwa pas du tous, either say men and women or ladies and gentlemen please try kwaruguhanura gusa