Jewe ivcipfuzo nuko bobirengera ba gasubira ku duha bishasha barikumwe Ribert ni umuntu wumugisha kuri Lavine 🎉🎉🎉
@christabeb75039 ай бұрын
Ego pe Libaty Bari baberany😢
@user-qx4rw7ei8t9 ай бұрын
Nnj ndagushigikiy
@user-qx4rw7ei8t9 ай бұрын
Vyiz bobivug Bos barkumw
@MukayireCecile2 ай бұрын
Libert ur'intwari cyane courrage
@SalimaDusabimana-su8qf9 ай бұрын
Nukuri Fanny ndababayebcane sintahura KO uw ar libert yabikoze ham pol san kd urakoze gutanga umuco kk abafana twahora twibaza vyinshi bikadusiga ham ababona k Fanny yakoz amakosa kubivuga nibamutahure kk iy ahora bovuze vyinshi birenze Fanny pol san ndaku♥️
Moore yiki? Kuvana na Abel kuvana na Liberty nsoro wobiha insiguro iyih in one year? Nolask ni yirire umudodo ntasye bwos kuk ndamuhay umwaka umwe azob yamaz kumenya lavine uwariwe
Mpore di Fanny wanje.sinarinzi uko vyagenze.none uravyivugiye.so siniyumvisha ivyabaye kuko nyn sinabitahura.gusa hozy naw thank you kumutuzanira kuko twari murujijo.kwisi niko bimeze ikidahinduka n'IMANA.Wihangane Fanny.Mungu yu pamoja na ww
@user-dv1br9tr9e9 ай бұрын
Mm lao iconogusaba gumakumavi kk abansi nibeshi cn murubwo ubuzima urimwo Kandi atabansi mubuzima ntiburyoha Kandi courage ❤️❤️🙏🙏🙏💪💪💪imbere niheza
@Chazontime9 ай бұрын
❤from Karol Ontime Fanny Lavine urakeneye gusenga cane kuko ntivyoroshe! Raba urutonde rw'abantu mumaze gutandukana bikwigishe,ufise uwo murwana kandi ntivyoroshe,pray hardly! Ikindi kintangaza muri Burundian industry sikindi,umva, igize n'abakizwa gusa but haguma indyane,izo ndyane za misi yose zirava he mubantu b'Imana? Murabe mukizwe neza pe,asante❤❤you sana
@kingprovidence9 ай бұрын
praise God faithful in the name of Jesus uko na problems utaratahura
@ClarisseMunezero-zo7we9 ай бұрын
Uvuzukuri
@ezechielnkurunziza89209 ай бұрын
Arakwiye guhinduka p
@measme47219 ай бұрын
Wubahwe
@manimfasheansaansa75489 ай бұрын
Non ntiyobivamw agum atoragur akundan mubuk knd ar umukinzwa ivyamber ntivyamwigishij narr barya ban2 ntibakwiy ubukinzw bw.ik gih😊😊😊
@user-bg4jk7mg8k9 ай бұрын
Faxine mwiza ngukunda kanini kand courage bcp parceque avec Dieu l'impossible devient possible❤❤❤
Norasque arivugiye nivurugu yambere tuzinanye kuva kera nduru petite rwiwe akunda😂ariko ikintu ndamuziko cane arazi guca bugufi cane nico ndamukundira kandi akunda abantu atarize kuraba uriya nawuriya numunyamahoro menshi cane gose Norasque nama ndamusabira kugira azombone ivyiza mumaso kandi azogume uwo mutima ndamuziko kuva niga 4ème primaire je t'aime beaucoup Grand-frère uzokwame urumuhanuzi wanje ndi Vanilla mu Bwiza ucumenya kivuruga
@lydi7919 ай бұрын
Fanny uranyemej❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Imana ibigukorereko
@itekapictures66599 ай бұрын
Fanny Never Give Up kwl komeza kuk ur umuhizikazi abaguca intege ntibazobura reo ukwizera izer Imana yawe kd igukomeze mumpano zawe kd uzokwame uyisenga hakurira abantu abariyo uririra
@michouchalome74829 ай бұрын
Mwese ndabakunda cane❤❤❤
@angenelly1099 ай бұрын
Yooooooh🤭🤭🤭🤭fanny pol San Imana izokwishurra
@user-xt9dp3uf2s9 ай бұрын
Fanny pôle Sana sha Imana niyo vyose ibizi
@chadiaManirakiza9 ай бұрын
Nono ndagukunda cane ❤
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx9 ай бұрын
Nkunda ukunt Hosy azi kubaz nez vmt❤❤❤
@belysensabimana81399 ай бұрын
Yoooo fany pole sana.libert numuntu mubi cane cane gose kwikeka ivyo bintu ko uroga
@carmellanishimwe5589 ай бұрын
Courage fanny i love you❤️❤️❤️
@niyogushimwalatifa-wu9sy8 ай бұрын
fany ndagukunda,ariko nibutseko,uwariwewese, mudahuz mul filme niwareba nabi uzoz kwikebuka usang flm yawe yaramaze gusubirinyuma ufisingesombi yo kudahuza nabandi
@AssiaClaudineMukaremera-30669 ай бұрын
Reka ndagatore agasongabugari ndacumvirize neza😘
@faithjoel92739 ай бұрын
Pole sana fanny.ariko abantu burya sibeza .amajambo yose ntavurwa. Niwihorere imana izokurwanirira.
Hosy merci sana ibiganiro vyaw biradufasha biraduteramisha IMANA yarakoz kugushir mu nzira zacu nkusabiy amagara meza n amahoro bzu uzigamw hamw n abawe