Yoooo rosata we ndagukeje kubukozi bwikibi BWAWE Ariko birangiye uhaye amahirwe uwahoze Ari papa Danny uwungutse n'uwahoze areze UMWANA imana Yari yabahezagije Papa Danny URUGO RURAHIRE Kuko uvyitwayemwo NEZA cane vraiment
Sha Sammy ukina nabi cane bigatuma films zawe zidatera imbere. Ukiri ruguru wari très sérieux mais ushitse mu gisagara ubaye idebe pour dire ko ari wowe nyene uvyonone na bamwe batanga ubushimwe ntibakwiyumvire.
@mrsammyofficiel9246 Жыл бұрын
Ubushimwe uvug nubwahe jew ndafise silver muhungu kandi agashimwekambere nikub ivyonkina bikurikiranwa nkawew nanisoni mubantu ibihumb cumi niwew gus wama ubona amakosa ham turikumwena rosata naraba sérieux mugab imbere ya boss nigira ikijuju ahubw wew gutahur kwaw niko kugoy mugabo ndagukund kuk nta film nimw utarab ziwacu courage my friend kub udukurikiran gusa ndagukunda cane hama wihangan narahezagiw