FULL MOVIE FAKE DECISION/ AMAHITAMO MABI/ FILM ITEY AGAHINDA IVYO SAMY AKOREY BELLA ,BURUNDI RWANDA

  Рет қаралды 69,742

Mr Sammy officiel

Mr Sammy officiel

Жыл бұрын

FULL MOVIE FAKE DESICION/ AMAHITAMO MABI/ FILM ITEY AGAHINDA IVYO SAMY AKOREY BELLA ,BURUNDI RWANDA TANZANIA UFISE ICUBAZ CANK UTERER TWANDIKIRE +25768289238

Пікірлер: 335
@angenelly109
@angenelly109 Жыл бұрын
Mr Sammy and Bella courage ndabakunda cneeee👊💝💝💝
@nbfaofficial4672
@nbfaofficial4672 3 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/n7upjbmWvs2YooE.htmlsi=sqCA5v5MPzEI8i7K
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
Mr sammy mr pompompo courage musaza ubirimwoneza wubahwe ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯✅✅✅✅🤝✍🙏
@nbfaofficial4672
@nbfaofficial4672 3 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/n7upjbmWvs2YooE.htmlsi=sqCA5v5MPzEI8i7K
@rrrreii6229
@rrrreii6229 Жыл бұрын
Courage Mr samy and bella ❤️❤️nukur ino film niyamber wallah fèlicitation imber 👉nihez 🔥🔥💖💖💖
@esperanceburundi1718
@esperanceburundi1718 Жыл бұрын
Courage sammy nukuri uwomwana uzumukinishe cane abikora neza anzabe icamamare
@niyonkuruniyonkuru9615
@niyonkuruniyonkuru9615 Жыл бұрын
Azotora mama wiwe(kanyana)
@nbfaofficial4672
@nbfaofficial4672 3 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/n7upjbmWvs2YooE.htmlsi=sqCA5v5MPzEI8i7K
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Жыл бұрын
Big up sammy uratwika mukwandika film wubahwe imana ishishikare iguh inkomezi uzuraduteramika
@kirezirosette8139
@kirezirosette8139 Жыл бұрын
Waaaaooooooo respect vrt murarenze vrt gusa umwan akire turab uko bizogendaaaa
@odetteniyokwizera3634
@odetteniyokwizera3634 Жыл бұрын
Courage MWese murashoboyepe Bella warukumbuwe caaaane twarakubuze mur bukeyeneza
@alinekamikazi-pi7wb
@alinekamikazi-pi7wb Жыл бұрын
Sammy nah wosanga umwana atarirwawe ntiwoca umwica.courage arik.film nziza yigisha.ndab ❤️❤️
@nimpagaritsenadine7486
@nimpagaritsenadine7486 Жыл бұрын
Ndakunda bella ingene akina kandavyumve❤❤❤
@nbfaofficial4672
@nbfaofficial4672 3 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/n7upjbmWvs2YooE.htmlsi=sqCA5v5MPzEI8i7K
@danielnelson3847
@danielnelson3847 Жыл бұрын
Courage kweri. Harimwo inyigisho ikomeye ku bubatse. Intambamyi zituma ingo zisambuka ninyinshi ugasanga biterwa nukutamenya uko bavyitwaramwo.Hama kweri bayitubandanirize.
@joselynempawenimana6019
@joselynempawenimana6019 Жыл бұрын
Sammy barayamaz ngo ntugafate ingingo ubabaye cnke ushavuye kko igihe cose uzosang wakoze ikosa wicuza munyuma😢😢😢😢😢
@joselyneniyindamutsa4525
@joselyneniyindamutsa4525 Жыл бұрын
Naringukumbuy bella mur film mbega imyambarire mwiza ya bella ❤❤gs hejuru cne
@nadegevumiliya9580
@nadegevumiliya9580 Жыл бұрын
Best actor mr sammy umwandits mwiza ndagukunda jew na chr wanje
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith Жыл бұрын
Jew nd Umufana Wawe Sammy 😂
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын
Erega igikuri kirakundana ese ikibazo igezeh ? mais ntagwanko Joachim tura ❤❤❤❤❤
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын
Uyu muhungu wa Kanyana ntazovyorosha wallah 🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️🤝🤝🤝🤝
@nbfaofficial4672
@nbfaofficial4672 3 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/n7upjbmWvs2YooE.htmlsi=sqCA5v5MPzEI8i7K
@gscthxe2246
@gscthxe2246 Жыл бұрын
Yoooooo Samy nukuri urambabaje cane gose bitumye ndakwanka kandi cane ndakwase pe
@oman4303
@oman4303 Жыл бұрын
Mujeneza.. Kbs👍👍👍👍❤️❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍😍
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Жыл бұрын
Welcome back Bella muri industry ya film ,nari ngukumbuyee
@benigneakeza-qz2ii
@benigneakeza-qz2ii Жыл бұрын
Kabisa namahitamwo mabi Sammy yakoreshejw nishavu birangira yihekuye,abiheze bababaye mumpe twatuntu
@jacksonrukundo-qj3xq
@jacksonrukundo-qj3xq Жыл бұрын
Samy courage mukina neza cane
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 Жыл бұрын
😢😢yoooh mbeg inging mbi weee!nizer ko darci adapfuy nukur knd muduh suit please iy film irigish can
@AmonItangakubuntu
@AmonItangakubuntu 5 күн бұрын
Iyi film iranryohey cn vrt. Courage knd big up my brothers. Bigeme namwe muhakur ivyigwa
@aisha5154
@aisha5154 Жыл бұрын
Bella wahorah🎉🎉❤❤
@philbertniyonkuru7878
@philbertniyonkuru7878 3 ай бұрын
Irateje ikigongwe 🔥🔥
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Ati birizana uranyishe ❤❤
@anithabahimana-hp8en
@anithabahimana-hp8en Жыл бұрын
Kuraje san narimbakumbuy cane gose❤
@sosopro9859
@sosopro9859 Жыл бұрын
Umwana wa jaja ndabona aje Neza muri film kabisa courage ufatubu sérieux kibondo
@laurentniyukuri1921
@laurentniyukuri1921 10 ай бұрын
Mr Sammy ndagukunda MWe n'a Bella ❤❤❤❤
@nitungamireille316
@nitungamireille316 Жыл бұрын
Camer wap kwrr 😢😢hama congratulations mubirimwo neza
@Ntawuyankir-bw6mc
@Ntawuyankir-bw6mc Жыл бұрын
Courage turabakubd bella narindamukumbuy
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 Жыл бұрын
Please continue 😢😢😢😢😢 kizire gufata ingingo utabanj kwiyumvira😢😢😢😢😢
@nadiairakoze5314
@nadiairakoze5314 Жыл бұрын
Umwandits mwiza umukiny mwiza nkunda sammy big up
@inesnibigira4343
@inesnibigira4343 Жыл бұрын
Samy ndereye abandi wihangne isi Niko imeze😄
@nsengumuremyisylvester4950
@nsengumuremyisylvester4950 Жыл бұрын
abanya buterere kinama na makamba tumenyene🤣🤣🤣🤣🤸🤸🤸🤸🤸🤸ndabakeje p,courage p iyi film nayibonyemwo inyigisho ikomeye cane kububatse natwe tukiri murukundo!!!sammy ni gute wafata ingingo nkiyo nukuri?vyonezera hamwe nosanga uriko urarota nukuri
@ntawumenyiryayojeanclaude79
@ntawumenyiryayojeanclaude79 Жыл бұрын
Please 🙏🙏 dukeneye igice cya kabiri kbs
@fifi8701
@fifi8701 Жыл бұрын
Ndabakund cn nimwirambir iman nibatez imber 🤲🤲🙏♥️🥰
@mamanlandrygtan6144
@mamanlandrygtan6144 Жыл бұрын
Nimuyitundanirize kweli iraryoshe cane
@alicenibigira
@alicenibigira Жыл бұрын
Yariryosh cn,arik abantu twigireh sibint vyose tubwirw abarukur bisab gutohoz ukameny nez ivyo ubwiw 🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰
@nadegemerveilleiteriteka6837
@nadegemerveilleiteriteka6837 Жыл бұрын
Good jobs Mr Sammy 🙏🙏🙏
@aminaofficial2022
@aminaofficial2022 Жыл бұрын
Ndibaze ko hari iyindi part 2 plz. Sammy nawe warahubutse kwihekura nyene 😮😮
@patrickmunezero8941
@patrickmunezero8941 Жыл бұрын
AKO KANTU MUHEREJEKO NIKO KABI NAYAHANDI FILM YARI 🔥 VRAIMENT Hama BAC'''UMUGANI MUKIRUNDI BATI UWUSAMBURA UGWIWE BAMUTIZA UMUHORO Kandi ngo UGENDA UTABAZA UGASAZA UTAMENYE
@leonardkibi9228
@leonardkibi9228 Жыл бұрын
Bella kl arakina nez birenz sammy courage
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Жыл бұрын
Sammy iyihuse yavyaye ibihumye raba urihekuye😢😢😢
@odetteniyokwizera3634
@odetteniyokwizera3634 Жыл бұрын
Danny Darcy courage urashoboye caaaane nka mama wawe kanyana
@alinekanyamuneza99
@alinekanyamuneza99 Жыл бұрын
Courage Sammy end Bella ndabkunda cn gs mwubahwe kunyigisho muduha🥰🥰🥰🥰
@nitungamireille316
@nitungamireille316 Жыл бұрын
Bella ndagukunda cane ❤
@user-wf4jf2bt4c
@user-wf4jf2bt4c 8 ай бұрын
Neza cane gusa ndashaka kubona ikindi gice mukitwerek ahasigay tura❤❤❤
@salhaaa4996
@salhaaa4996 Жыл бұрын
Ndabakunda cane mukina neza
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Жыл бұрын
Fire 🔥🔥🔥Bella warukumbuwe
@nbfaofficial4672
@nbfaofficial4672 3 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/n7upjbmWvs2YooE.htmlsi=sqCA5v5MPzEI8i7K
@richaddelafuente7535
@richaddelafuente7535 Жыл бұрын
Bella ndakunda ukuntu wambara neza Muri film
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Жыл бұрын
Félicitations team 🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰
@matildahmwiinde-kw4to
@matildahmwiinde-kw4to Жыл бұрын
Courage mon grand urashoboue👌👌👌
@IrankundaThadee
@IrankundaThadee 11 ай бұрын
Courage
@Belyse-gs4wd
@Belyse-gs4wd Жыл бұрын
Nakuru iraryosh cane kand irigish ikonger ikater aka hind mutuh ikibd gich vrt I lovely one Mur Mr Sammy 🔥🔥🔥💯👌💃💃
@ElianeTuyizere-uu3pf
@ElianeTuyizere-uu3pf 3 ай бұрын
Mr samy and bella turabakund caneeee! Mukin nez!❤❤❤❤
@jeanineirakoze6804
@jeanineirakoze6804 Жыл бұрын
nizere kwizobandanya!!
@aishalovesidibeaisha9156
@aishalovesidibeaisha9156 Жыл бұрын
Mwalimu aragakoze kbs arabateranyije😳😳😂🇧🇮🇦🇪🇦🇪🇦🇪
@laurentniyukuri1921
@laurentniyukuri1921 10 ай бұрын
Jedidiah ndagukunda❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉
@user-wc1uj7rs9y
@user-wc1uj7rs9y 9 ай бұрын
Kaa ufikile kabla ya kuamua,Yobaye ataruwawe ho umwana suwu burindi,kutibwiye ko ejo yoba ikintu ciza akakubera umugisha! Sammy uratubabaje kare wakina
@odreillesaburishurwa
@odreillesaburishurwa Жыл бұрын
Samy hejuru Can✨
@joselyneniyikigongwe276
@joselyneniyikigongwe276 Жыл бұрын
Ariko Sammy yooooooh ndababaye cyane
@aishalovesidibeaisha9156
@aishalovesidibeaisha9156 Жыл бұрын
Bella Kiya ngara ndakwikundira cane❤❤
@user-ln2zd8dl4k
@user-ln2zd8dl4k 7 ай бұрын
Turikumwe namwe turabakunda murutana🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@irakundarosette6867
@irakundarosette6867 Жыл бұрын
Courage bantu banje mubikora neza
@user-sx2im8gh5k
@user-sx2im8gh5k 6 ай бұрын
Ndabakunda uko ukina Samy iyaba ariko wabikorera umugore waw mubuzima busazwe yoba arimwijuru rito
@maiakoakimana6168
@maiakoakimana6168 Жыл бұрын
Felicitation
@omanmobiel8135
@omanmobiel8135 Жыл бұрын
Eeee kumbe uwomwana uwakanyana kwer nisas rivakucuma kwer hama anith nawe uranyishe ngwadyankakagurube kaker😂😂😂😂 urantwengej kwer Bella courage kwer
@annabellaakimanamurengeran9927
@annabellaakimanamurengeran9927 Жыл бұрын
Les genoux et les pieds yabitwerets Nabi . Gusa courage Mysore.wa kanyana
@kram6499
@kram6499 Жыл бұрын
Courage Mr Sammy and bella❤❤❤❤
@mmnn3579
@mmnn3579 Жыл бұрын
Iy films ikurikir muze murab muyiduh nukuri turab aho vyaherey knd courage belle ❤
@AsumaniBabalao
@AsumaniBabalao 7 ай бұрын
❤ndakwemera Mr Sammy wowe na djedje iyo murikumwe
@iteritekaaudrick697
@iteritekaaudrick697 Жыл бұрын
Mbaye uwambere💖💖💖
@mrsammyofficiel9246
@mrsammyofficiel9246 Жыл бұрын
Yeah
@mubonetv8443
@mubonetv8443 Жыл бұрын
Love from mubone tv
@mariyaafrica6011
@mariyaafrica6011 Жыл бұрын
Murakoze kutwigisha turabakunda cne uburyo mubikora biratunezer cne
@alinekamikazi-pi7wb
@alinekamikazi-pi7wb Жыл бұрын
Bella ndagukunda ❤️❤️.narinkumbuy kukubona
@user-hi3gc7tv1p
@user-hi3gc7tv1p 8 ай бұрын
Booom🎉🎉🎉🎉
@user-bg8qi9cx9w
@user-bg8qi9cx9w 3 ай бұрын
Sammy uzumutware kubindibitaro umwana wawe kubera uryamuganga yarakunze chr wawe
@josueciza4117
@josueciza4117 Жыл бұрын
👍👍 Murashoboye
@user-pn8lz7bi6s
@user-pn8lz7bi6s 9 ай бұрын
😢😢😢😢😢 Sammy ndkwanse ukugen wakinye muri yi film kuberik wumviye umuganga ntiwarikuja kuwundi muganga hma Bella❤❤❤ wihangane caane
@dghhdghh4903
@dghhdghh4903 Жыл бұрын
Mashala irigisha pee
@annetybizimana571
@annetybizimana571 Жыл бұрын
Samy nawe umwana ukamwiyiyicira 😳😳😳🤭
@talentwisemedia3330
@talentwisemedia3330 Жыл бұрын
Love From Talent Wise Media &Don Claudio
@komlaakomlaa7465
@komlaakomlaa7465 Жыл бұрын
Uyu mwana wa kanyana ndamukunda sana kandi arazi gukina sana
@arletteiruhiriye6380
@arletteiruhiriye6380 Жыл бұрын
🙉🙉Birigisha arik birateye agahinda!courage arko😻😻
@solange8563
@solange8563 Жыл бұрын
Sammy iyo ubibwir madame wawe hakiri kare.ntiwar gukor ivyo
@libertntunzwenimana8300
@libertntunzwenimana8300 Жыл бұрын
Gusa courage
@Mwalimuaugustin
@Mwalimuaugustin Жыл бұрын
Love sana
@melissainmirhe8969
@melissainmirhe8969 Жыл бұрын
Gn 🔥🔥🔥 wow 💯💯💯💯💯
@user-lw8ru6xw4n
@user-lw8ru6xw4n 4 ай бұрын
Mrs sammy et Bella courage ndabakund cane
@sylvanendayikeza879
@sylvanendayikeza879 Жыл бұрын
Anita araberwa Atari umugome
@user-sg8sr3uk3u
@user-sg8sr3uk3u Жыл бұрын
Courag ❤
@nisabwedivine9822
@nisabwedivine9822 Жыл бұрын
Much love my team 🙏
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Courage bantu banje ark nacerew bella warukumbuwe vrt
@sodrt6009
@sodrt6009 Жыл бұрын
Ndabakunda
@dathivenyiransabimana179
@dathivenyiransabimana179 Жыл бұрын
Good movie
@fafafaby1884
@fafafaby1884 Жыл бұрын
Courag mr sammy nkund ukuntu utatunyoteza urarindik kwimpanuro
@fanfan9656
@fanfan9656 Жыл бұрын
Wauuu ndabakunda igice gikurikira turagikeneye
@user-vh1yq7im2m
@user-vh1yq7im2m Жыл бұрын
Ajeyabayemwizagose
@bellaayinkamiye2854
@bellaayinkamiye2854 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣 mafoza wanje disiii
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын
Ndakumbuy fon ya ma touche wallah 🤣🤣🤣 Anitha ngabira iyo fon 😂😂😂😂
@feliciteniyongere9083
@feliciteniyongere9083 Жыл бұрын
Muganawe ushatse kwiyemera😂
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын
@@feliciteniyongere9083 sukwiyemera ntuntahure nabi bivana nigih cnk ikibanza gus ndasavy pardon namb navuz nabi
@sosopro9859
@sosopro9859 Жыл бұрын
Siwewe wwnyene nkajew ngirubukuyikoresha vyongora PE kiretse kwiraba nogerageza ahubwonzoyirondera nzendayikoresha jeux
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын
@@sosopro9859 umuntu yoyigura nyen mukuba arayikinisha pe 🤣🤣
@joselynejose2951
@joselynejose2951 Жыл бұрын
Courage Mr sammy❤❤❤❤❤❤❤
@aishalovesidibeaisha9156
@aishalovesidibeaisha9156 Жыл бұрын
Dogitori arabqteranyije Bella numugabo kubera urukundo😳😳😳
WHO LAUGHS LAST LAUGHS BEST 😎 #comedy
00:18
HaHaWhat
Рет қаралды 19 МЛН
Incredible magic 🤯✨
00:53
America's Got Talent
Рет қаралды 71 МЛН
路飞被小孩吓到了#海贼王#路飞
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 68 МЛН
MURUKUNDO  HAJEMO UWO YITA NYAMWERU  BITEZA INTAMBARA🤔@Ganzafilms
57:57
KWICUZA PART 1 BURUNDIAN FULL FILM
31:41
ISEKE FILMS
Рет қаралды 43 М.
WHO LAUGHS LAST LAUGHS BEST 😎 #comedy
00:18
HaHaWhat
Рет қаралды 19 МЛН