Fun&facts:Intahe ya Nikita🥹🫂/Hosy na Dacia bagiye kumuramutsa iwe/ivyamushikiye ico vyamwigishije

  Рет қаралды 34,489

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

10 ай бұрын

#sirenvibestv #funandfacts

Пікірлер: 156
@Mireillelrakoze-lk2kf
@Mireillelrakoze-lk2kf 10 ай бұрын
Niki Imana yaratabaye baho igufitiye vyinshi 😍😍Hosy nakunze ukuntu Wari wambany 🤗😘🤗
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 10 ай бұрын
Ndasubiye kwihanganisha Dada wacu nongera ndabamenyesha ko ndabakunda caaaane bitagira uko bivugwa. Mwama muriko murigisha kandi mukabikora mubugwaneza. Muranduhura. Mukomere kw'ibanga rero Imana nayo igume ihezagira imirimo yanyu❤❤❤❤❤
@elsayvanna3
@elsayvanna3 10 ай бұрын
Ntibamparirize😂😂nub c ton sourire k je vois😍😂mwakoze kuj kurab nikitaaa elle est courageuse mur beuzaa canee😍😍😘
@user-bn9uv7ho1r
@user-bn9uv7ho1r 10 ай бұрын
Saaa!!ngo bisa abandi ww ntakirimwo!!Yesu weeee!Imana Ihindure abaganga nkabo
@aldandayikeje6035
@aldandayikeje6035 10 ай бұрын
Yoooooooooooh pole xn Imana ibandanya igukomeza cn hm ndakund cn ibiganiro vyanyu birafasha cn
@Thestrongone58
@Thestrongone58 10 ай бұрын
Stay strong Niki💞naje vyarambayeko pour moi c’était different kubera je l’ai vécu seule,nyene inda yarayanse ngo ntari ready kurera umwan bic bintera kwumva ntashak kubibwir umunt numwe,après X temps j’ai fait une fausse couche,c’était une période très difficile pour moi parce que j’avais personne à mes côtés pour me consoler
@mireille2452
@mireille2452 10 ай бұрын
Oooh pole sana birababaje cane mugenzi
@aimeegracekamikazi4728
@aimeegracekamikazi4728 10 ай бұрын
Mpore mpore nawe.peut être kuba mumahanga niho nabonye utaronka nuwo uganyira
@aimeegracekamikazi4728
@aimeegracekamikazi4728 10 ай бұрын
Mpore nikita wacu
@yasmineali2967
@yasmineali2967 10 ай бұрын
Yoo pole shaaa
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 9 ай бұрын
Mporeee❤! Ibikomere ni vyinshi muri iyi sha!
@user-vc6ej1do5h
@user-vc6ej1do5h 10 ай бұрын
Courage à toi j'admire la force ufise yogushobora kuvuga ivyo bintu Imana ikwongere inkomeziii
@user-wr9xc7bf7l
@user-wr9xc7bf7l 10 ай бұрын
Mwakoze cyane bakobwa beza gusura ugore udasazwe kandi komera cyane
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 10 ай бұрын
Yoooo Niki wangu mpore mukunzi,Vuba bigiy gusubira kugenda neza Sourire yawe yonyene ni Solution mu vyawe.courage,Dacia and Hosy God Bless u ba sister banje.ndaba❤mwese.
@brendacorineingabire3134
@brendacorineingabire3134 10 ай бұрын
Imana iguhe inkomezii ntivyoroshe ndabizii ikiganiro kinyibukij moment nabayemwo itoroshe
@kanamugirekeza
@kanamugirekeza 10 ай бұрын
mpore Nikita🫂🫂🤍🤍🤍 Imana izoguhoze kenshi canee…. mwakoze kumugendera🥰🥰
@gygygyslaine4712
@gygygyslaine4712 10 ай бұрын
Yambiiii ma Chérie Nikita ❤Imana yarahabaye nubwo wasigaye mugahinda Imana izakugushumbusha🙏🙏
@irakozenasra3924
@irakozenasra3924 10 ай бұрын
be strong Nıkıta wetu.... twari tugukumbuye. Hama merci a toute l'equipe turabakunda grave🥰🥰🥰🥰
@owanaishimwe
@owanaishimwe 10 ай бұрын
Mumpe like ku bantu bari bakumbuye bagigi🥰🥰❤️
@kikidecor7406
@kikidecor7406 10 ай бұрын
Nukuri ako kantuwavuze niko kweli abantu barakwiye kumenya amajambo bavuga babgira umuntu surtout iyumuntu arimubih bitorosh franchm umuntu mbanumv yopfuma ahora merci kuriy mpanuro mutanze yarikenewe👌
@kmp8979
@kmp8979 10 ай бұрын
Imana yarahabay nibishimirwe.hanyuma ndangira Aho hantu baconesera ibirato.
@iradukundawivine9094
@iradukundawivine9094 10 ай бұрын
Yiooo pole sha Linda nkri Imana ibahoze....pole pole knd cne
@user-ui9vo2ij6l
@user-ui9vo2ij6l 10 ай бұрын
Yooo mpole Nikita sh.Iman igutabare sh uronke undi mwana 55:22
@FideliteNiyubuntu-bk4bl
@FideliteNiyubuntu-bk4bl 10 ай бұрын
Pole sana mugenzi.Imana ikomeze kukuba hafi igukomeze
@krc0607
@krc0607 10 ай бұрын
Arakoze kandi arakomeye cane kubona ashoboye kuvuga ivyamushikiye. Turamuhojeje, abandanye aronka inguvu.
@zaharahussain5734
@zaharahussain5734 10 ай бұрын
Imana ntirenganya izogushumbusha muvyeyi ihangane natwe twarahaciye biravuna birababaje ariko.bisaba kwihangan
@jeaninehan
@jeaninehan 10 ай бұрын
Yoo! Mpore Nikita, Ivyakubayeko birababaje sana. Ariko urukundo rw' abakubaye hafi n' ingen wavyitwayemo Meza biranezereje
@user-fn2jr1pb1q
@user-fn2jr1pb1q 10 ай бұрын
Murakoze kuvuga Dada nanj nahor nibaza iyo ari
@dondeliciagateka7962
@dondeliciagateka7962 10 ай бұрын
Yambiiiiiiiiiiii cane chérie NIKITA🙌❤❤ikunzigamire I MANA yanje🙏
@soniakayonga4873
@soniakayonga4873 10 ай бұрын
Sending my 🫂🫂 to you niki pole sana vyambayeko nanje ariko sindakira kandi hashize igihe gusa komera ❤❤
@itangishakabelyse4928
@itangishakabelyse4928 10 ай бұрын
Muratesa vrmaaa 🥰🥰much love❤pol Nikita
@angekaneza9785
@angekaneza9785 10 ай бұрын
Yiioooo Nikita pole sana jeeeuuwe mpore mpore kibondo Imana izogushumbusha
@philippehumuza5457
@philippehumuza5457 10 ай бұрын
Yoooo mwaragize neza kuja kumuraba no kutwereka ko aka moral Ari kosi muhezagigwe je vous aime bcp ladies,kandi naramwadikiye et yarantishuye❤❤❤ Nikita Imana ikuzigame et encore une fois courage Firipo
@naomitatiana7659
@naomitatiana7659 10 ай бұрын
Mwe mwari murushe mutarashika Ako gatambo 🤣🤣 On a different note: Pole Bagigi. Imana igukomeze iguhe gutahura twebwe abantu tutoguha🫶🏾
@mariejesus1427
@mariejesus1427 10 ай бұрын
Pole sha Nikita,munyigishij kuzokwiga kuvuga kuko ndemeza ko kugiribanga ibintu vyyoose bikubabaza ngonikwufuka agahuzu, bitera depression
@lifepuculi
@lifepuculi 10 ай бұрын
Yooooo cherie wanjeee mpore mpore Imana irikumwe nawe ❤
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 10 ай бұрын
Yoooooo pore sana nukuri lmana ikomezz ikwongere inkomez ntivyorosh kwakira nukuri 🙏🙏🙏🙏
@ndayizeyeviolette8634
@ndayizeyeviolette8634 10 ай бұрын
Mpore sha Nikita Imana Igukomeze
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 10 ай бұрын
Nikita I love you so much ❤❤❤❤❤❤❤❤❤Yezu ni muzima yarahabaye knd nibindi azobikora....pleins de bzu❤❤❤❤
@Joewilliams-n2l
@Joewilliams-n2l 9 ай бұрын
Nukuri Nikita we pole. Imana yo itanga ibampere umugisha itanga. Ihari kugira ihoze abayo.
@niwemugeni
@niwemugeni 10 ай бұрын
Kuvuga mpore birahagije... Mpore mwiza❤
@habonimanaines3579
@habonimanaines3579 10 ай бұрын
Yambiiiii cane Niki,kdi Mpore n'ukuri Imana ibandanye igukomeza
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 9 ай бұрын
Sire vibes! Ndabakunda caaane❤️
@rg4631
@rg4631 10 ай бұрын
Imana ihe inkomezi abo bavyeyi babuze ❤🙏
@beautyclara6233
@beautyclara6233 10 ай бұрын
Nama shimwe ku mana kugusa 🥺🥺 gloire à Dieu et jtm beaucoup Nikita
@jeanmarievianneynikobamye7058
@jeanmarievianneynikobamye7058 10 ай бұрын
Just fun and facts goooood!
@ndayishimiyeflora7527
@ndayishimiyeflora7527 10 ай бұрын
I lov Niki hama hosy mwige kwambura ibirato mwinjiy munzu y umuntu vrmt kuko ntimwavuy mumodoka mwinjir munzu direct mwabanj guhonyoroha hanz hama sikunabi
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 10 ай бұрын
🤔🤔
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 9 ай бұрын
Numuco kwambura ibirato canke?
@bukeyenezadivine724
@bukeyenezadivine724 10 ай бұрын
Je nabimenyeye kuri statut ya Patrick wasso Mpol mwiza nkunda uko utwenga wirekuye❤
@bangtangirl6348
@bangtangirl6348 10 ай бұрын
Uraba wumva ndaje hhh nca nibukankera turutwana nkumbuye Buja Nikita Pole
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 10 ай бұрын
Imana iguhoze amarira igihe nkiki uzobe uriko utera impundu
@esperancenijimbere7227
@esperancenijimbere7227 10 ай бұрын
Mpore sha, Yesu azogushumbusha
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 10 ай бұрын
Yooo pôle saana Nikita chérie ntajambo ryiza riraboneka ryokubwira umuntu arimurivyo bihe arko muvyukuri mukomere canee❤❤❤
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 10 ай бұрын
olalala Nikita wanj dis mpol nimisuhuko myishiiii cgane
@amosmani9579
@amosmani9579 10 ай бұрын
Ndakund Dasia ❤❤
@jilu1095
@jilu1095 10 ай бұрын
Yoooo kita mpor maz😢😢😢😂 arik usaneza sha
@Hi5392
@Hi5392 10 ай бұрын
Aweee… I’m sooo happy to see you again. Imana ikomeze Nikita🙏🙏
@nshimirimananoella7264
@nshimirimananoella7264 10 ай бұрын
Mpore Nicki wacu.❤️❤️
@nadinenathan8257
@nadinenathan8257 10 ай бұрын
Na Dada turamukumbuye
@annickakimana477
@annickakimana477 10 ай бұрын
Nikita yambiii ndbakunda cane mwabakobwa mwe mumpa morale a chaque fois ndababonye ❤❤ mugume muterimbere
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 10 ай бұрын
Yooo mpore Nikita we. Kumbe vyageze hiyo hose. Yezu ni muzima ibihe vyose
@parfaitendayikengurukiye7306
@parfaitendayikengurukiye7306 10 ай бұрын
Imana ishimwe yagukomeje
@dianeizere4887
@dianeizere4887 10 ай бұрын
Mpore cane Niki Umukama murikumwe aguhoze
@cynthiaakimana5366
@cynthiaakimana5366 10 ай бұрын
Yooo ndashaka épisode y'a mbere yivyashikiye Nikita kuko sindiko ndatahura ivyo muriko muravuga.pliiiz muyibwire muzob mukoze
@alinekwizera9819
@alinekwizera9819 10 ай бұрын
Impole Chrie Nikita wacu❤
@bijoux20
@bijoux20 10 ай бұрын
Murakoze
@EddyDusonerimana-es1pb
@EddyDusonerimana-es1pb 10 ай бұрын
Ndagaruka hanyuma 😂😂😂
@grettamukezamfura408
@grettamukezamfura408 10 ай бұрын
Impore cane sha Nikita Imana iguhe ihumure.
@kanezaornella
@kanezaornella 10 ай бұрын
Yesu Yarahaba chuchu❤❤ bisous I love you❤❤
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 10 ай бұрын
Ko wamenye ntumeneke sha Niki haracariho ivyizigiro❤ jew nabuze abana kabiri mais inyuma yaho Imana yampaye amahasa..Donc ko ukiriho muvyeyi uzobona ivyiza vyinshi
@JoelNgabo-jf3pn
@JoelNgabo-jf3pn 10 ай бұрын
Nikitta pole Sana, & wishes you a quick recovery dear sister
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 9 ай бұрын
You are strong Niky! Sinari ndakuzi ariko nukuri muri intwari!
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 10 ай бұрын
Yoooo Imana n'Imana na nyuma ya zéro irakora
@mairymairy1851
@mairymairy1851 10 ай бұрын
Yooo disiii nikita
@shumaattt5140
@shumaattt5140 10 ай бұрын
Naje vyarashikiye ivyo 😢😢😢pole sana birababaza Kandi biragoye kwakira kuko nibintu bidahera bicamwo ukibuka pole sana ndakugumbiye mpore
@mmqf1654
@mmqf1654 10 ай бұрын
Mwakoze kumwerek umutima wurukundo
@user-fn2jr1pb1q
@user-fn2jr1pb1q 10 ай бұрын
Nikita ndamukunda kuva kera ijwi ryiwe sasa❤❤
@gahimbarediane65
@gahimbarediane65 10 ай бұрын
Mpore nikita ibihe nkivyo ntivyoroshe Imana niyo yonyene gisubizo irakubona kandi iragukunda
@mamanrisa6059
@mamanrisa6059 10 ай бұрын
Mpore mwiza
@ChachaChany
@ChachaChany 10 ай бұрын
Nikita wanje disi Imana iguhe kwihangan kd irakubona mamy Dacia na Hozy mwakoze kuja kumurab muhezagirwe
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 9 ай бұрын
Komera mukobwa mwiza
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 10 ай бұрын
Yoo mpole sha nikita imana izokongera 😢😢😢😢😢wihangane turagukunda
@annydouceakiteka3762
@annydouceakiteka3762 10 ай бұрын
Mpore Nikita wanje❤
@Irak19958
@Irak19958 10 ай бұрын
Kita❤❤❤
@giamaryse8898
@giamaryse8898 10 ай бұрын
We love you bagigi d’amour 🫂❤️
@deborahirankunda6522
@deborahirankunda6522 10 ай бұрын
Ba irankunda sha 🫶❤️turitiranwa cœur sur toi bigigi
@maeli6300
@maeli6300 10 ай бұрын
Mpore mpore Nikita Imana yarakoze kukurokora ibishimirwe cane🙏🙏🙏
@davidgakunzi
@davidgakunzi 10 ай бұрын
Kubura umwana birababaje caane ndabizi jewe mperuka kubura pee shaaa ntagikomere naribwaronke kingana nico mfise nubu nama narize nukuri nikita jewe mvuze nuwuva ushaka kurira urarira kuko ntamuntu azoguhoza atari Imana yonyene
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 10 ай бұрын
Pole sana Nikita Imana igukomereze kwihangana disi🤦‍♀️
@user-ur2rj5bd7y
@user-ur2rj5bd7y 10 ай бұрын
Mpole maman Nikita lmana iguhoze amarira kubura biravuna
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 10 ай бұрын
Mpore sha Nikita nukuri Imana igumbire umutima wawe iguhe kwihangana
@duraduura3726
@duraduura3726 10 ай бұрын
Yooooo mpol❤❤❤❤
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 10 ай бұрын
Pole Nikita
@claudiatuyisenge5603
@claudiatuyisenge5603 10 ай бұрын
Mpore Niklin wanj❤
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 10 ай бұрын
Pole bagigi umukama agukomeze mwibi bih bitoroshe
@user-dj5yh3hq5r
@user-dj5yh3hq5r 10 ай бұрын
Mpore sha Niki ndakunda ijwi ryaw gushika
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 10 ай бұрын
Nikita wanje disi😪😪😪😭😭😭Niki Yesu arikumw nawe mwiza kandi arikumwe na Famille yawe❤❤Usome Zaburi 20:1-10 Izokuremesha mwiza na Famille❤❤❤Kandi mpore mpore❤❤
@iradukundalamia3752
@iradukundalamia3752 10 ай бұрын
Nikita pole sana wihangane ❤
@shumaattt5140
@shumaattt5140 10 ай бұрын
Yambi Nikita gusa Darlene yarabuze uti yambi iyari hose
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 10 ай бұрын
Mbaye uwambere ndabakunda
@uwimana8584
@uwimana8584 10 ай бұрын
Abarundikazi nibeza shahu
@florienneflobi
@florienneflobi 10 ай бұрын
Beaucoup de courage à Nikita ,umu tantine wanje vyaramubayeko biba ari ibihe bigoye kubamwo surtout iyo uhuye n'abatamenye uko vyagenze! C'est comme perdre une mère au bas âge !😢
@alinehavyarimana6363
@alinehavyarimana6363 10 ай бұрын
Bavuga abagendana ubumuga
@Kajimange
@Kajimange 10 ай бұрын
Courage Nikita wacu
@ndayishimiyemediatrice661
@ndayishimiyemediatrice661 10 ай бұрын
Nezerew gusubir kukubona Nikita de moi mukiganiro ❤
@nirenganira8433
@nirenganira8433 10 ай бұрын
Hewe ninde aguhaye uburenganzira bwokwiha intebe bataranagutura😂😂😂
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 10 ай бұрын
Bagigi we ihangane sha
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 10 МЛН
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 74 МЛН
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 58 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Apôtre Ferdinand Bright N. - Mubwiza Bwawe(Compilation)
8:04
Apostle Ferdinand Bright N.
Рет қаралды 6 М.
🔥 #BeYourOwnBoss: Intahe ya Mireille Nijembazi, yatanguje #BetaGas
1:00:08
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 10 МЛН