Ncuti yanje uratubesheye cane gose a moins que ushaka ko tutavuga carrément ce qui n’est pas possible kubera nitwe ba host b’ikiganiro!
@ThereseNahimana-vc8pnАй бұрын
@@AllaboutHosyfaut pas le prendre mal,c'est juste un critique,knd parfois nivyo il faut leur laisser plus de temps pr s'exprimer !!ariko turakunda Ivy mukora
@sirenvibestvАй бұрын
On l’a pas pris mal on l’a juste répondu que ce n’est pas possible qu’on ne parle pas! Parce que c’est nous qui oriente l’émission
@hangiroetincelle8167Ай бұрын
C'est nous qui orientons l' emission
@nahimanafiston6518Ай бұрын
@@hangiroetincelle8167 oriente l emission c pas prandre bcp du temps en parlant s juste pose une petit question pour retourne au subject
@user-qg8lo4su4cАй бұрын
Delicia ndagukunze il faut que twiga kuba uko turi kandi( être soi-même)bizotuma tubaho neza kurusha. Bavyita kubumbwa nivyo ufise. Hosy et Gretta merci kumutumire afise ivyiyumviro vyiza cane. Muhezagirwe.
@Umuhoza199Ай бұрын
Abarundikazi nibeza Mana yanjye!!!!!🥰🥰 ndabakunda 💋❣️nkunda ukuntu muganira 💞💋 mbe I love all of you💋 arko sha ku memoriza amazina yanyu birangora rwose kdi mugira amazina meza menshi ni ama Francophone
@gloriosenininahazwe1678Ай бұрын
Murakoze
@alaingael306Ай бұрын
Nshaka kugirira clein d'oeil kuri bashiki bacu Avant de se marier mes chères kugira valeur canke gutera iteka abavyeyi banza ukore ikintu kizoguhereza valeur pourtant umushingantahe wawe wo muri kazoza azokwubahe kandi aguhe agateka kawe I mean valeur zawe nkumukenyezi Don't be dumb by ivyuyumviro vyabavyeyi canke abari kuruhande rwawe kugira ube muri marriage utari ready canke ufise ihangiro ushaka gushika ko Naho umugabo mwotandukana udataha muhira canke ubure ico w'imarira bivanye nico wari washitse ko. "Husbands respect wise women and give back'em values" Narengana🤭🤭🤭🤭
@sirenvibestvАй бұрын
Thank youuu 🙏🏽🙏🏽
@bukeyenezakellyannyella138014 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@jean-claudeminani6156Ай бұрын
Bana bacu! Jewe ndabakunda ariko harimvugo mukwiye gukosora. URUGO URUGO ni INSTITUTE ENDERTAKEN by GOD himself. Hari amajambo muvuga kurugo atanezera IMANA . Urugo rwiza nigwo gwareze ibibondo kamwe. Niho igihugu kiva niho abantu bazima bagira icobamarira abandi bareregwa. Musengere impwemumbi ibosha ngo nzibaruka gusa ntamugabo nshaka kandi ubawibarutse kumugabo nyene kandi atanahari mukurera ivyo bibondo ngobizovemwo abantu bazima bazogira icobamarira igihugu n'isi. God in his plan instituted a family to be happy. We the people misused the gift of GOD and made it hell. Twikebuke nkuko mwabivuze.
@MpayinkandayisngaАй бұрын
merci bcp nari natiny kubivuga
@alaingael306Ай бұрын
Yooooo abo kuri Mungala ni muzee😍😍😍😍😍😍 Umuntu duheruka kera 🤓🤓🤓😂😂😂😂
@kezalarose-ga5ckАй бұрын
Wow Berirembo Delicia Uwotwita DD😂 yambiiii cane ❤urintore mwana wiwacuu,ufise urufasoni kuva ukiri muto cane.Gretta et Hosy namwbw ndaba❤
Dedeeeeee yambiiiiii...urampimbara igihe coooose..bzuuuu I love you so much❤❤❤❤
@boriscubahiroАй бұрын
Deli n, umuntu muzzim atanze umpanuro nziza ikiganiro bakirab kirimwo impanuro nyishi❤❤❤
@DuradeMpunduyeraАй бұрын
Waooh ndagukunz caan vrmt uko ibintu ubibon abantu dushak bambone tub twebw Tury dufis duk tudukoresh uko tur.
@dianeinamwizaАй бұрын
Igituma bakubwira iyo uri hanze kwirinda kuba ahantu hari abarundi nuko batwara ingeso bakuye mu bdi zi gusakuza,gushaka gushirako pression abantu ingene bategerezwa kubaho,gucungana,hors uba uzi ko wabihunze,uje kuba libre de faire ta vie ata wushaka kumubeira comment mener ta vie,usanga physiquement uri hanze mais psychologiquement uracari mu bdi ntaco wahunze mu matiku.Jewe mfise umugenzi ubu ari presque muri depression kubera abarundi,ubu yarabavuyemwo pe,ariko aramers neza,bashobora no kugutera depression,ni hatari
@boriscubahiroАй бұрын
Iki kiganiro cari très intéressant pour moi je vs remercie
@rukundovalens4375Ай бұрын
Hello our sisters I love your team, mainly siren vibes tv.
Merci mwiza.. mugihe woba uri mu 🇧🇮 wogenda kuri salon yitwa Gaga hair .. niho nja iyo ndabishoboye et comme ça tu verras ingene bagira traitement et comment bakwoza imishatsi. Sinon ariw uvyigirira fait un traitement de bain d’huile avant de laver tes cheveux (huile d’olive ou huile de coco ou un mélange des deux) après lavage usige amavuta j’essaie toujours d’utiliser des produits organiques comme par examples beurre de karité. Ibindi ni kugerageza kugumiza umushatsi muri protective hairstyle ou au moins avant de dormir, dormir sur un tissue en satin ou mettre un bonnet en satin. Aussi kuraba ukagerageza kudakoresha ibintu biturira umushatsi cane.. si tu veux kuyikwegesha ukabigira gake to prevent heat damage. Dernière chose is to trim the ends. Je coupe nka 2-3 fois l’année .
Akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze☺️I liked the way you say things as they are.Ico ni co nous les burundais dukeneye,juste accepter nos faiblesses et chercher à savoir comment les autres s’y comportent
@user-mr1jq8ml4kАй бұрын
Nibi chch vyanj shaaaa ❤❤❤
@LydieKouyate26 күн бұрын
Kbr iki ntaronka abagenzi nkaba ga Mana. Nukuri ndabasavye mu mbooster kugira ndabe ko nomera nka mwebwe vrt. Imana iguhezagire cne Delicia ❤❤
@lysekanyamuneza6273Ай бұрын
Go ahead Delicia!
@halchoo5183Ай бұрын
Yooo muru tubajou mwese bsha😊muraryosh uknt musa vrt😅
Salut... Merci kutuzanira umutumire atwungura ubwenge, atuyagira sur sa propre expérience. Ariko nkuko yabuvuze (ati ndakunda kuba diplomate ngahera kuri critiques positives), nashaka kugira na critiques négatives (j m dis k birekuwe): - ndakunda gukurukirana iyi émission, intro zayo ni ndende cane, parfois on sent que l'invité est perdu, surtout iyo ari uwutamenyereye kuba devant les caméras. Ndamaze kuganira n'uwo mwigeze arambarira k umwanya wa intro atiriwe yabonye uraheze kuko yari yabuze uko yifata - hari uwagize comment ko les hosts bavuga cane. Naho manifestement iyo comment itakiriwe neza, je trouve que arivyo. Womenga l'invitée ahari kugira y'introduisE un sujet, avuge son point de vue, hama namwe muronke akaryo ko gutanga la vôtre (avec toute la frustration qu'on peut remarquer iyo muriko muravuga par rapport à votre vécu). Il n'y a rien de méchant nukuri kuvyo mvuze, c'est juste kugira ntitugire impression ko ari mwbw mwatanze votre opinion boku plus que votre invitée n'en a donné. Umugani wiwe (l'invitée), ntimuvyegereze umutima. Merciii☺️ et bon courage 💪
@FB-df6bpАй бұрын
Très intelligente💯
@user-yx3uj1br9qАй бұрын
Merci pour l'émission,
@ndabakundamweseАй бұрын
Nsigaye ndaba suiva cane sinzi igituma. Ariko big up vraiment. None Boyfriend nayo bite?? Hahaa
@flowermoniqueniyonyishu2875Ай бұрын
Nari nacereweeeeee
@irakozenasra3924Ай бұрын
Gretta ako kantu ko kwi soumetta muri turquie siko bimeze, bameze nka ba européen ,polygamie ntaho ndayibona , avuze possessif yashatse kuvuga ko bari toxique genre umu turque ntashaka kukuboba uri kumwe nuwundi mu type naho iba ari umugenzi asanzwe kuko bapfuha kubi abonye numu type akuravye aca agusoma en publique pour lui montrer k ari rwiwe , hama les turques sont musulmans kwizina pas muri life yabo... nabantu bari free , bambara ubusa , ama boîte na ma bar aruzuye, genre urino c'est comme si uri Europe mubuzima kuko les pratiquants ni bake. I felt gu participa muriyo émission pour parler vyinshi kuko nanje nabanje gushikira ahantu muri village nar nibereye muri depression🤣🤣🤣🤣
Ils sont pareil avec les arabes musulmans, ils n'ont rien avoir avec les européens
@munyemanainnocent4070Ай бұрын
Keshi introduction mugira ninde de saana irarambira muraraba muzoze mucagagura kuko ijambo introduction ryifitiye meaning ryikwiye so courage kubiganiro vyiza turaba❤ gusa mugabanye ce genre de 'introduction inutile
@enockndayishimiye-ru5nqАй бұрын
Nicuki Kbxaa
@nellyniyonsaba3463Ай бұрын
Umutumire,tu es extrêmement belle
@carrelmazameza2962Ай бұрын
Uyomukobwa afise imishatsi myiza cane
@BimenyimanaChadrack-ml7blАй бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@kabirorigynette4341Ай бұрын
Coucou à DD❤❤❤
@regismfuranzima6312Ай бұрын
Iyi TV online irafise ibintu vy abakenyezi cane
@ndabakundamweseАй бұрын
Hariho ivyo mwaciye tutumvise
@EdenJoyHiddenNITONDE17 күн бұрын
Au fait en général ni nk la plupart des pays Asiatiques coe La Corée du Sud, Chine, Japon, Inde, Thaïlande,.....
@nahimanafiston6518Ай бұрын
Haaaa Dede
@user-nr5rx5ow5iАй бұрын
Délice iyo mishatsi mbwira uko Nikita cheveux nzturels
@cariniemasumbuko2463Ай бұрын
Umugore atagira contribution mu rugo ABA très malheureuse. Bambwirire barondera amahera
@fabiorukundo2023Ай бұрын
❤❤❤❤
@dismasniyo5641Ай бұрын
Hewe muko muri America umukobwa ntibamukorako uko ushstse kuko sexual harassment ni icaha gikomeye,kandi ntivyoroha kuvugisha umuntu atazi. Kukazi ho hagize uwukwagiriza ko wamubwiye n’ijambo ry ibiterasoni baca bakwirukana.
@user-vh5yd7li3lАй бұрын
mushiki wacu ayaga neza, bref elle a l'esprit éveillé , mais akantu wavuze ko les turques en général boba bari attirés bcp plus par les filles africaines ngo par ignorance. Mwoka rectifiant gato canke mushobora kuba vs aussi par exprès ou par ignorance mwabifashe ukutariko . Ce n'est pas de l'amour ,c'est plutôt l'irrespect, ils ont tendance à prendre nos filles africaines comme des objets. icokwereka ko ukwo ndabibona gushobora nakwo kuba arikwo, nuko kubahungu bobo bahabwa impanuro zo kwirinda kurwana no guchwana alors que bobo (vos frères africains ) sont souvent agressés ,provoqués, etc. Bref ivyo vyose rero biba kuba étranger en général et surtout kuba nyafrica, ce sont des signes du racisme naho numvise nacone ucirengagiza.surtout que la Turquie est un pays majoritairement musulman(83%) ,mais c'est un État laïque contrairement aux autres pays à majorité musulmane.
@kaneza99Ай бұрын
Bakuremerera ubusa ntihararengerana pee
@nemrod_nemhАй бұрын
Interview ya bien gusa za muraha umwanya umutumire
@user-hs9kt7fw6sАй бұрын
❤❤❤
@JoannyirakozeАй бұрын
I’ m from France ndakunda ibiganiro vyanyu nzoza kubayagira ivyino navyo😂😂😂😂ico kiganiro kiraryosh
@fleurinekeza7278Ай бұрын
Uragenda uduserukire sha
@AllaboutHosyАй бұрын
Karibuuu🥰🥰
@Umuhoza199Ай бұрын
Delicia uri mwiza 🥰wambaye amabara nkunda🌺 wirabura neza uko nkunda💋mbe urisine ❣️
Iki kiganiro kimara 1h irenga et intro yamaze moins de 6min kandi ivyo twavuze vyari bikenewe ! A moins que udashaka ko tuvuga carrément. Intro ifasha umutumire kwisanga
@boriscubahiroАй бұрын
Gretta yajanishije ku nkofero, rouge à lèvres ni pantalon
@user-wr8fn4hq7bАй бұрын
Ariko jewe mwarase kunyakira
@MireneIrakoze-sm7vlАй бұрын
Muraberewe Hosy na Gretta narindagukumbuye bzuuu nu mutumire wanyu Ni mwiza,Hosy ndakunda ukuntu ukomeza kutuzanira abatumire batandukanye tukabigirako vyishi,Hama Siren vibes yu bahwe
@sirenvibestvАй бұрын
Yambiiii Mirene🫂🫂 merciii ku rukundo utwereka😍
@MireneIrakoze-sm7vlАй бұрын
@@sirenvibestv Yambiiii!!
@wisemanfromzerotohero970Ай бұрын
Hozy ureke kuza uraduhenera pumbafu
@sirenvibestvАй бұрын
🤣🤣😂😂mpore basi
@appolineniyonkuru9157Ай бұрын
Ufise umwana hakiri kare nibon,sinon usaza bakiri bato ,waravyay ntaco
@joselynejose2951Ай бұрын
Girls friends I love you so much 🫶🫶🫶🫶🫶umutumire wuno musi ararren ze💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐
@josetteihuwizeye8966Ай бұрын
Vyoba vyiza muhay akanya umutumire..😂😂😂 avuga akanya gato par rapport yamwee😅😅😅 sorry
Mwiza muri Savonor hariho des produits alimentaires nka margarine, huile de palme , mayonnaise nibindi.. 😊
@KuwakuMalumba6895Ай бұрын
I know the girl 👧 for Instagram 😊 she so beautiful ❤ and beautiful 😍 she friends of Makosi😊 I see now she went back home to Burundi 🇧🇮 Bujumbura 😊 very good 👍🏿 I don't know if she still single 😅 GOD bless Burundi 🇧🇮
@uwimanamarie8106Ай бұрын
Yachiye amateka yokuba single
@IVOMO_TVАй бұрын
Tubwire chaîne yiwe ya KZfaq
@nirenganira8433Ай бұрын
Hosy waheneye sorry kubikubwira 😂😂😂😂😅😅😅
@vyuguruzumwangumwerekaАй бұрын
Yicaye nabi cane.
@AllaboutHosyАй бұрын
Wabonye iki😂
@bwengejeanbosco2610Ай бұрын
Barundikazi ,barundi,mushiremwo inguvu muteramire amahoro n'urukundo ibifi binini bireke kubagira ibikoresho vyo kwicana. Nigute umuntu yohererwa inyigisho z'ubwicanyi mu Rwanda mukabahishira mu Burundi. Biravurwa ko hari abanyarwandakazi barimwo barategura ubwicanyi aho mu Burundi.
@dushimeblaine5618Ай бұрын
Mmmh rek kudusamaz utubikamwo ubwoba , on s'en fou de tes bêtises