Helloooo les Dames ❤ ikiganiro kiryoshe mwakoze gutumira Deborat nukuri elle est telma gentille kuburyo nigihe yacamubibazo twaramubona église ariko elle était tjrs belle kuburyo utamenya icabitse dans son ❤ bravo à toute les les femmes forte.nanje narabuze bb nagize trauma kumajambo avugwa after. Un jour nzobana namwe❤ Merci
Waooooow, temoignage ninziza cane,merci beaucoup ❤
@gacutimariefreddyne64193 ай бұрын
Fun and Fact nikiganiro co kwigishanya mugutwenga no kwigishanya so muraberewe mwese muratesa sana Nikita wisoze akantu gasa neza cane kumunwa Hosy wisize neza vub urashobora gukora mak up vrm😂😂muratesa sana kbx mukora ibintu bitesa saaaana muratesa cane ndabakunda❤❤❤
Ico avuze kuma traumas Nico parfois ingorane dufise zatanguye imbere nuko tuvuka, birakwiye ko umwe wese amenya ivyabaye mu muryango imbere yuko avuka amenye ivyashikiye ba Nyokuru na ba Sokuru 😊
@chefBlackbeauty033 ай бұрын
Bonjour,abakobwa bose baziko bafise ikibazo co kutaja mu ma règle régulièrement nukuri vyoba vyiza ko baja kwa muganga kuko beshi basanga barwaye ibivyimba.benshi bibazo biza iyo bageze mu rugo
@anickuwimana33603 ай бұрын
sinahora commenta ariko uyu munsi musa neza caane, Nikita uratesaaa❤❤❤
@yvettenininahazwe-lv7kq3 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@annedeborah59263 ай бұрын
I haven't watched the whole video yet, but I just stopped to comment on how you all look very elegant and gorgeous😍. Hosy, narimpejeje kuraba your other makeup tuto Kuri channel yawe😂, there 's definitely massive improvements🥵🤩...Ako ka blush niko!!!
@Ekn-203 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️Merci Deborah!
@akimanarachelalice30093 ай бұрын
Muhezagigwe cane ❤
@fabiorukundo20233 ай бұрын
Très inspirant❤
@laureyvonnebararengana86293 ай бұрын
Merci cane kutuzanira Déborah,je twarigeze kwicarana arampa impanuro il y'a 7 ans nari mfis nanj ikibazo.Mumpe numéro yiwe
@ndayiragijegloria91773 ай бұрын
Hosy jolie....Nikita encore plus kurako ka rose aux lèvres 😊
Kazohera Micheline, nta kitagira iherezo kandi bizogenda neza cane. Twizera ko ikiganiro cagufashije
@nduwimanajeannette52433 ай бұрын
Muratovye mazeu ❤
@belinenahayo64643 ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe Can. Iyo nzira ntiyoroha nahayo . Iyo bigenze neza ari ibikomere bitarakira des fois turisanga twabishize kubana. Nanje unomusi umwana wanje arafise trouble du comportement yavuye kuma fausses couches nagize avant elle.
@evelynekaneza3 ай бұрын
Ikiganiro cunomusi ❤️🔥❤️🔥
@zenandayishimiye22333 ай бұрын
Uyo madame arakoze cane.ivyo nanje vyarambayeko ninyuma yo kuronka abana nagumanye trauma kandi kirazira no kuvuga urumva biragoye
@huguettearakaza63813 ай бұрын
Muribeza❤
@alainirakoze58883 ай бұрын
Nikita vrt kel jolie lèvres antouka vrt nafurahii sanaaa
@blessingblessing44023 ай бұрын
Basha ndabakuda cane mwese baratu muri ibi chérie muraryoshe gusa uwo nutumire numuyuwayii caane ntakirundi azi ko numva na English yiwe atari ikirenga
@sarahfeni18663 ай бұрын
Ese ako kantu k 'UBUYUWAYI kari ngombwa 🙄
@munezeroadeline84343 ай бұрын
Uko bimeze kose ntiwize neza vraiment😂😂😂😂😂😂😂😂
@nadegendayizeye-kv7oh3 ай бұрын
Uraberewe cane Hosy.usanzwe uri keza
@MUNEZEROKevin-tk3py3 ай бұрын
muribeza mwese team fun and facts❤❤❤❤turabakunda
@user-if5uw7pd3r3 ай бұрын
Ikiganiro niciza cononywe nivyongereza gusa
@user-yw2sm7cr1n3 ай бұрын
Oooh deborah numuntu wumutima ukomeye
@user-jq7yo3ly4f3 ай бұрын
❤❤
@user-bp9zq8vd7u3 ай бұрын
Yama asa neza pe
@user-fx4ol3ii5x3 ай бұрын
😢😢mugabo jew namukunda😔😔😔
@clarissabellaterimbere60733 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂ukugen nabony mur 2 ubuheruka sinanaravy😂😂ub srieux udufatiy rosatta ni sawa
@benithaitangiteka21063 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@ffhcgggcjc-ix7fs3 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉Hosy ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@SainteCarlaIneza3 ай бұрын
Mesdames muratesa❤❤
@nellykwizera19893 ай бұрын
Nikita sha❤
@bsninja38893 ай бұрын
Murakoze kukoganiro. 😊 Hama kuberiki icongereza cinshi? Ni umu arrivage? Murakoze PS: metformine c'est un médicament contre le cholestérol.
@blessingblessing44023 ай бұрын
Ni arrivage nyene hahaha ngira arakizi caane gusumba ikirundi
@alicendayishimiye53693 ай бұрын
Yep yep from Gitega( kure) to Buja😂😂😂😂
@deborahndayishimiye513 ай бұрын
Media nkunda . Muri abantu bez caneeeeeeee muvuga ivy' akamaro vrt sinkama media yandi ntaz umengo sinzi
@IshimweBrigitte-zn1vr3 ай бұрын
Hosy ndamukunda can
@munezeroingrid3 ай бұрын
Ama church aragaginga sana
@clementinebutore72823 ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe,plz wampa numéro yiwe tukayaga harivyo nkeneye ko twoganira