No video

HON.LEONCE NGENDAKUMANA ARABIVUZE||ABIPFUZA KO YIFATANYA HON. RWASA YOKWIFATANYA NA FRODEBU/INYISHU

  Рет қаралды 18,191

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Ай бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 27
@PrimeHAVUGIYAREMYE
@PrimeHAVUGIYAREMYE Ай бұрын
Reka turindir isango sentar yatanze.mbe nibatanze isangoya le 16/07/2024
@BURUCENTRE
@BURUCENTRE Ай бұрын
Coalition irakenewe cane kugira twirukane imfyisi muntama, isiha mubigega
@NdayambajeMoise-ep3bz
@NdayambajeMoise-ep3bz Ай бұрын
RWASA umutabazi wabarundi oyeeeeeeeeeeeeeeee
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n Ай бұрын
Ieonce ndabakunda ❤❤❤❤
@BagonaKadhafi
@BagonaKadhafi Ай бұрын
Honorable nagerageze nyene yiyunge na frodebu tuzomutora
@FeliciteNibogora
@FeliciteNibogora Ай бұрын
Nubundi turindi ico nyakubahwa azovumera avuze ATI kwaforodebu twese
@EustacheManiragaba-cx9cm
@EustacheManiragaba-cx9cm Ай бұрын
Nibifantanye na Frodebu ni swa ntuzomutora 100%
@MpajiSolomon-lt9we
@MpajiSolomon-lt9we Ай бұрын
Abo bantu muhindura amajwi mubaha amajwi abishe kumviriza kabisa
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Rwasa n,itara rimurikira abarundi Aho azoja hos baza mutora nibac urubanza uko bashats Imana niyo nkuru.
@IrakozeJackson-ib1tl
@IrakozeJackson-ib1tl Ай бұрын
Ivyo sigisabo nibamuhe umugambwe we. Kuko abarundi turarushe pe.
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@nelsonzebedayo8281
@nelsonzebedayo8281 28 күн бұрын
Eego komera mtama!Turavyemeye ,H agt niyifatanye na leonce rurikumwe
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona Ай бұрын
Najew nkumukunzi wa rwasa❤ icociyumviro ndagishigikiye cane❤
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 Ай бұрын
Rwasa afadikanije na forodebu ndabarahiye vyososa
@SamuelMpawenimana
@SamuelMpawenimana Ай бұрын
Wpi,flodebu yoca ifutwa man
@isaietwagirayezu8838
@isaietwagirayezu8838 Ай бұрын
Si mpaka hamwe yokwemera kuja muri Frodebu yokwemera kugabura nawe ibibanza hanyuma ikamugira umucandidat ku mwanya wa président!
@user-vf6qf1tb8w
@user-vf6qf1tb8w Ай бұрын
Komera mutama mugisha
@ndayikengurutseernest7880
@ndayikengurutseernest7880 Ай бұрын
Kizigenza wacu tumuri nyuma Mugisha invura irwa izuba ryaka biguma vyoroha turinyuma ya nyakwubahwa Hon Agaton Rwasa
@user-un8jl9fx7u
@user-un8jl9fx7u Ай бұрын
Amatora nayacu twese
@kapera257
@kapera257 Ай бұрын
Léonce nawe ndamukunda kabisa😂😂😂
@theontaki8062
@theontaki8062 Ай бұрын
FRODEBU yakomotse muri PALIPE HUTU
@AccruVertu
@AccruVertu Ай бұрын
Muvandimwe komeza wigishe abarundi kibana neza abahutu nabatutsi bakundane muhebe ibyo kwicana yaba umututsi yaba umuhutu mwese muri abarundi murangwe numutima wurukundo ahubwo mufatanye kurwanya ibifyoti byasenye igihugu
@JemmyJastin
@JemmyJastin Ай бұрын
Tuzomutora kuk niwe twiteze kwaduhindurira ibiny
@BertrandHagabimana
@BertrandHagabimana Ай бұрын
Aaaa ubucamaz iburund turarindiy p
@JeanboscoBosco-iy5hr
@JeanboscoBosco-iy5hr Ай бұрын
Kubwanje vyarivyo kwifatanya na frodebu ariko mutam gwasa wacu bace bamugira umukandinda abe président ataruko bihagarare ikindi naco nokubwira naje ntacizere mfise ko bazomusubiza umugambwe kuko har impamv bawumwatse banka ko yokwitoza gwasa kuko bafise ubwoba budasanzwe🤷🤷🤷
@AthanasNibizi
@AthanasNibizi Ай бұрын
Mbega urubanza bararuriye,barindiriye iki kuruca?madebari nawe aridoga ngobamuhaye abazohagararira amatora ngobake ngokandi umugambwe wiwe arigihangange.
@DesireWilaya
@DesireWilaya Ай бұрын
nihataripe jembonako abarundihagezeha kwiyunviranezaicokogwakugirango irganemuburundizihere izozirikozitumwanimigabwemyishidufitimuburundi kuvahonanatimbereye nagihugundabonagifite imigambwe nkiyodufitemuburundi ninacogituma mobona abantubaguma banyuruzwa kuko ntituribamwe ubu murabonakourakagwikagwi non?abarundi mwobwirakotworekagucanamwo?mwibazenamwe!!?????
A teacher captured the cutest moment at the nursery #shorts
00:33
Fabiosa Stories
Рет қаралды 60 МЛН
A little girl was shy at her first ballet lesson #shorts
00:35
Fabiosa Animated
Рет қаралды 20 МЛН
👨‍🔧📐
00:43
Kan Andrey
Рет қаралды 7 МЛН
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
A teacher captured the cutest moment at the nursery #shorts
00:33
Fabiosa Stories
Рет қаралды 60 МЛН