No video

Igice.4 aremanze kwari Imbonerakure /gutuka aba Diaspora || kuki mutwita

  Рет қаралды 5,656

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 35
@cassiennibaruta3707
@cassiennibaruta3707 Ай бұрын
Ndashigikiye uyo muntu avuze ko hoba révolution sociale ❤❤❤❤
@user-be9yz8jh2d
@user-be9yz8jh2d Ай бұрын
Le Burundi a besoin l,homme de bon sens qui est doué en matière de discerner le bien du mal .
@BIRANGUZAEvariste
@BIRANGUZAEvariste 25 күн бұрын
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 Ай бұрын
Igihugu first, that's real talk for real 🙏
@freddyntibasame9332
@freddyntibasame9332 Ай бұрын
Narababwiye ko ata buntu bafise. N'inyamaswa. Merci Reynolds, Merci Queen n'abandi bariko barashira hasi mukibanza akwiye. N'injiji zitwara igihugu basuzugura kiremwa muntu. Rien ne va au pays d'Eden. Ntaco basonera.
@user-td1li1qj9c
@user-td1li1qj9c Ай бұрын
Iyombwa yimbonerakure irikudawa iki Nyakudawa ico
@handsome737
@handsome737 Ай бұрын
Reynolds ❤
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 Ай бұрын
Rimwime ntajambo akwiriye reka kumutako umwanya
@MbeleciMukandama
@MbeleciMukandama Ай бұрын
Uyo bono atagiye kwishure
@freddyntibasame9332
@freddyntibasame9332 Ай бұрын
Muri Eden ni désordre organisé par le système dd.
@cassiennibaruta3707
@cassiennibaruta3707 Ай бұрын
Je propose ko hoba mouvement sans violence pour tout le monde, Exemple, kudasubira kugura inzoga za Brarudi Kugenda n'amaguru kuko twarabitanguye, ......nibindi Kurya ba Martin Rtuther King babikoze aux États-Unis
@Manufafaranga
@Manufafaranga Ай бұрын
Barundi bavandimwe mbifurije kubana neza mukareka guta igihugu murwobo! Nimurwanirekuzamura ubumwe bw,abarundi miyibagize ikibatandukanya
@DesireNdikumana-r5q
@DesireNdikumana-r5q Ай бұрын
Ntuvyemera gute kandi vyanditse mwibwirizwa shingiro amoko arandits mwibwirizwa shingiro
@juvenalkatihabwa2601
@juvenalkatihabwa2601 Ай бұрын
Hello Jewe maze imisi numva Bono biganiro nkeneye kumwnya uko noparticipa Merci
@user-be9yz8jh2d
@user-be9yz8jh2d Ай бұрын
Ikigugu NK,Ico muragitumira ??
@cassiennibaruta3707
@cassiennibaruta3707 Ай бұрын
Uyo muntu ariko aravuga ku munita wa 38 Mubaze ko imbonerakure ou gouvernement du Burundi yamaze la population ibica,ibapfunga,ibiba,ko twobita ba Mujeri????
@handsome737
@handsome737 Ай бұрын
Abategetsi nibaza kuri Space, mwibaza ko harico bazohindura??
@NzayisengaPlacide
@NzayisengaPlacide Ай бұрын
Murikimwe 👹ninerahamwe 😢😂kuvuga go igihugu cyarafpuye murinjiji😢 😵👹
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh Ай бұрын
Mwaramutse. En fait un journaliste ne donne pas son point de vue mais il fait susciter les réponses ou des interventions non teintées d'émotions .
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh Ай бұрын
Mr le journaliste abantu bentervenant de plusieurs manières et selon leur personnalité. Reynolds, shira abantu kumurongo vos intervenant sans que tu les offense sur leurs interventions. Merci
@alinengendankazi4632
@alinengendankazi4632 Ай бұрын
Nta gihugu kikiriho.......
@ibrahimvyumvuhore2321
@ibrahimvyumvuhore2321 Ай бұрын
Uwo mugabo nuwo mugore ariko aravuga ateye ubwoba anyibutsa akagaye nagasunzuguro kintwaro zahitiye
@dieudonneendekezi4283
@dieudonneendekezi4283 Ай бұрын
Zuratwira amakuru ,yincabwenge
@user-wb4jx4jb7f
@user-wb4jx4jb7f Ай бұрын
Mwiriwe neza mugisha ndatereye iciyumviro none iki gihugu mubona kizova mukibazo ryari igihe leta irekurira umunyagihugu kuri mugenziwe akamugandagura ntihagiricivuga muricogihe izoronka abayikurikira benshi kuko bazoba arababandi ico gihe nubu birabonek Ubu umengo umu poiisi ntiyubahwa umusoda co kimwe ijambo muriki gihugu rigide umuntu yitwa imbonerakure tubage tujah? Gusa dusengimana murakoze mpishira aka nomero ko batubariyeko igitor cabuze kubera ibibihano vya 3 Manda non nubu turacayirimwo? Ko mbona uwayigize yitabarukiy murakoz
@user-jd5xd6vo3t
@user-jd5xd6vo3t Ай бұрын
Iyo mbones ntabwenge ifise
@MelchiadeNsengiyumva-od9hq
@MelchiadeNsengiyumva-od9hq Ай бұрын
Mugabo nawawe
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 Ай бұрын
Uyu arabesha nahore abo bita bamujeri bamuruta Kure inyuma n'imbere ntancuti ntimwatsinze mwaragihawe mutatsinze nta na metero1 mwafashe hora
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p Ай бұрын
kubwubaka uburundi nindoto yabarundi bose ! none ; ubwo burundi murabufise! ugomba kwubaka inzu ubanza kugira ikibanza , tubanze turonke uburundi ubwambere , nayo amajambo ya teorie twayavuze kenshi , twiyemera abashishwe boose namba batari kurushi baze turwane , ikiri mumenyo yimbwa ugikuzaho ubuhiri ! gira amahoro. mukazopfa mubonye abo bantu batereye hasi atangwano ibaye , ndabarahiye . muzokwama mumwidogo gushika nayezu agaruke , nkuko bavyivugiye . ngo " ntitubaha , caratuvunye". barababwiye nuko tutunva . ayo majambo mubaha ntaco ababwiye ahubwo mubakangura kwunva ico mugona . ubu rondera iyindi mikenyuro , nayo ayo majambo mubashikiriza, ntacababwiye ,
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 Ай бұрын
Imbonerakure empty brain
@JeanClaudeNAYISENGA
@JeanClaudeNAYISENGA Ай бұрын
Haaaaaaaa
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg Ай бұрын
ayomangati nahomwovugagute izombwa ntizizophazunvise kuko baliyibihuliko bose abo ntibunva kandi ntibabona balalozwe
@Jasonjames_882
@Jasonjames_882 Ай бұрын
Mwompa izina rya chaine
@urugendonews
@urugendonews Ай бұрын
URUGENDO NEWS😂
@user-td1li1qj9c
@user-td1li1qj9c Ай бұрын
​@@urugendonews😂😂😂🎉🎉hhhh
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Ай бұрын
Iyo mbonerakure nireke kudarwa kubantu toka abahugutse mwabagiriyibiki nareke kubamenamatwi mushezi 😮😮
Prank vs Prank #shorts
00:28
Mr DegrEE
Рет қаралды 9 МЛН
Running With Bigger And Bigger Feastables
00:17
MrBeast
Рет қаралды 153 МЛН
🩷🩵VS👿
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 25 МЛН