Igice.4 Ubunyonyezi mubushikiranganji bw'abakozi nakazi, David NZEYE yaheruka gutanga imihoho

  Рет қаралды 1,976

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

𝗨𝘄𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗺𝘂𝗸𝗼𝘇𝗶 𝘄𝗼 𝗺𝘂 𝗯𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗷𝗶 𝗯𝘄'𝗮𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗻'𝗮𝗸𝗮𝘇𝗶 𝗮𝗵𝗲𝗷𝗲𝗷𝗲 𝗴𝘂𝗳𝗮𝘁𝘄𝗮 𝗻'𝗶𝗽𝗲𝗿𝗲𝗿𝗲𝘇𝗮.
Uwo mukozi ahejeje gufatwa,ni umuhinga David NZEYE yaheruka gutanga imihoho mu gisata ca CTI nk'uko twaheruka kubishikiriza hano:www.facebook.c...
Igihe c'isaha indwi (13h00),ni ho abakozi b'iperereza bafata uwo muhinga David NZEYE bamusanze ku kazi.Baciye bagenda bamutwaye.Gushika ubu apfungiwe ku cicaro gikuru c'iperereza i Bujumbura aho asanze BIGIRIMANA Jean Claude yahoze amurongoye mu gisata ca CTI.Bose bakaba bagiye kubazwa ku manyanga canke ubusuma bw'amafranga menshi yanyurujwe mur'ubwo bushikiranganji.
Amakuru twatohoje n'uko mugufatwa,David NZEYE yari yasabwe gushika ku kazi kugira atange umuco kw'ikete yaheruka kwandika aho yavuga ko atanze imihoho kubera iterabwoba yaramaze igihe aterwa,kugira ace atanga n'ibikoresho vy'akazi.Abamukurira bari bamubwiye bati:"𝗨𝗿𝗶𝗴𝗼𝗿𝗮 𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗲 𝗸𝘂 𝗸𝗮𝘇𝗶 𝘂𝘁𝘂𝗯𝘄𝗶𝗿𝗲 𝗶𝘃𝘆'𝗶𝗿𝘆𝗼 𝘁𝗲𝗿𝗮𝗯𝘄𝗼𝗯𝗮 𝗸𝘂𝗸𝗼 𝗶𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗻𝘁𝗶𝗰𝗼𝗿𝗲𝗸𝗮 𝗸𝘂𝗸𝘂𝗯𝗮 𝗵𝗮𝗳𝗶 𝗸𝗮𝗻𝗱𝗶 𝘂𝗯𝗮𝗻𝗴𝗮𝗺𝗶𝘄𝗲."Akihashika,David ntamwanya munini yamaze,abakozi b'iperereza baciye bahashika baramufata,baca bagenda bamutwaye.
Inkuru tuzoguma tubashikiriza.
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 2
@urugendonews
@urugendonews Ай бұрын
Igice.1 kzfaq.info/get/bejne/b9Fnp7KFnprOeqc.html Igice .2 kzfaq.info/get/bejne/aJmDptB5ldbehIE.html Igice.3 kzfaq.info/get/bejne/pZmDraWSspiReIE.htmlsi=xGMW1CTRnnRSuZBb igice.4 kzfaq.info/get/bejne/i5mZbMhjmJqdhmg.htmlsi=TyPRzHAhmKU5Hz_v
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 Ай бұрын
Adrororo akokantu nikokabi
7 Days Stranded In A Cave
17:59
MrBeast
Рет қаралды 92 МЛН
Meet the one boy from the Ronaldo edit in India
00:30
Younes Zarou
Рет қаралды 18 МЛН
The Giant sleep in the town 👹🛏️🏡
00:24
Construction Site
Рет қаралды 20 МЛН
黑天使遇到什么了?#short #angel #clown
00:34
Super Beauty team
Рет қаралды 46 МЛН
😰Я Добавил ЭПИЧЕСКИЕ СРАЖЕНИЯ в Майнкрафт...
36:04
FixPlay - Майнкрафт
Рет қаралды 217 М.