No video

Igice.5 𝘂𝗯𝘂𝗻𝘆𝗼𝗻𝘆𝗲𝘇𝗶 𝗺𝘂𝗯𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗷𝗶 𝗯𝘄'𝗮𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗻'𝗮𝗸𝗮𝘇𝗶

  Рет қаралды 2,142

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Umugenduzi mukuru,GACUTI Nadine yandikiwe ikete ryo kwisigura,"demande d'explication."
Nk'uko twabibabwiye,mur'ino misi mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi ntivyifashe neza na gato.Abategetsi bo mur'ubwo bushikiranganji barabana ay'ingwe kuva aho hatanguriye kugaragara amanyanga y'inyuruzwa ry'amafranga menshi.Hari akarwi k'abategetsi kadashaka ko ayo manyanga ashirwa ahabona,hakaba n'abandi bariko bagerageza kurwanya no guhagarika ubwo busuma bumaze igihe kinini,nk'uko tuzobishikiriza mu nkuru izokurikira turiko tubategurira.
Kubera ico cuka kibi hagati y'abo bategetsi,vyatumye umushikiranganji Venuste MUYABAGA yandikira umugenduzi mukuru GACUTI Nadine ikete ryo kwisigura amusaba "kwisigura ku nyifato yiwe mbi amaze imisi agaragaza aho yakoresheje inama ku wa 04/06/2024 ariko akankira abagize umurwi uheruka gushirwaho kugira ukurikirane ibijanye n'ibitigiri vy'abakozi bahembwa badakora kuja mur'ico gikorwa."Ibigaragaza ko GACUTI ariko ararwanya utwigoro tw'umushikiranganji arimwo two guhagarika amanyanga abera muri @MFPTE_bdi
Umushikiranganji kandi asaba GACUTI Nadine kwisigura ku nyifato yo kumwifatira mu gahanga ku rubuga rwa Watsapp,aho amwagiriza ko ari we ariko amwararaza ku mbuga ngurukanabumenyi kubijanye n'amanyanga yakoze yo kubandanya ahembwa umushahara waho yavuye,harimwo inyuruzwa ry'amafranga ya indemnité kilométrique mu gihe yarafise imodoka ya leta.
CUTI Nadine yagenwe n'umukuru w'igihugu kw'igenekerezo rya 30/09/2021 mu mabanga yo kuba "umugenduzi mukuru ajejwe gukurikirana ivy'imishahara,harimwo gukurikirana hafi ibitigiri vy'abakozi bahembwa badakora"mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi.Ariko amaze kuhashika ivyo yakoze ni amayobera.
Igihe yagenwa,GACUTI Nadine yaravuye mu bushikiranganji bw'amagara y'abantu.Uwo mutegetsi ntiyigeze ahagarika ivyo guhembwa aho yaravuye.Yagumye ahembwa umushahara wo mu bushikiranganji bw'amagara y'abantu atacamira,yongera yironkera uturusho tw'akazi tw'aho yavuye.
Ivyo vyagiye kumenyekana hageze ko baraba ibijanye n'umushahara wiwe mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi.Baca basanga yaramaze guhembwa amafranga y'amarundi 3.825.198 Aho rero hatariko uburusho bw'akazi yari yagumye yironkera.
Amanyanga ya kabiri ahambaye yakozwe na GACUTI Nadine ni ubusuma yakoze muvyo bita "Indemnité kilométrique" mu gihe yarafise imodoka ya leta.
Nadine yari yarahawe imodoka ya leta agenderamwo,ifise imparati #B239AIT ariko yagumye ahabwa Indemnité kilométrique atacamira.
Kubatazi "indemnité kilométrique",ni amahera ahabwa umukozi wa leta afise imodoka yiwe bwite akoresha muvy'akazi.Umutegetsi amaze kuba afise imodoka ya leta,nta I.K aronka kuko inwa ibitoro vya leta,ipfuye igakoreshwa na leta.
Vyinshi tubisanga mu cegeranyo ca cour de compte twashoboye kuronka mw'ibanga.
Gushika ubu,ntawuzi ko GACUTI Nadine azohanirwa ayo makosa yose yakoze mu gihe ari umutegetsi yari yazanwe mur'ubwo bushikiranganji kugira akurikirane ubusuma n'amanyanga ahakorerewa,ariko akaba uwa mbere mugukora ubusuma.Eka ntan'uwuzi ko azotegekwa gusubiza ayo mafranga.Mu rukwirikirane rw'abategetsi/abakozi bo mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi bagiye barakora amanyanga yo gusahura canke kunyuruza amafranga menshi,uno musi turabira hamwe GACUTI Nadine.
GACUTI Nadine yagenwe n'umukuru w'igihugu kw'igenekerezo rya 30/09/2021 mu mabanga yo kuba "umugenduzi mukuru ajejwe gukurikirana ivy'imishahara,harimwo gukurikirana hafi ibitigiri vy'abakozi bahembwa badakora"mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi.Ariko amaze kuhashika ivyo yakoze ni amayobera.
Igihe yagenwa,GACUTI Nadine yaravuye mu bushikiranganji bw'amagara y'abantu.Uwo mutegetsi ntiyigeze ahagarika ivyo guhembwa aho yaravuye.Yagumye ahembwa umushahara wo mu bushikiranganji bw'amagara y'abantu atacamira,yongera yironkera uturusho tw'akazi tw'aho yavuye.
Ivyo vyagiye kumenyekana hageze ko baraba ibijanye n'umushahara wiwe mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi.Baca basanga yaramaze guhembwa amafranga y'amarundi 3.825.198 Aho rero hatariko uburusho bw'akazi yari yagumye yironkera.
Amanyanga ya kabiri ahambaye yakozwe na GACUTI Nadine ni ubusuma yakoze muvyo bita "Indemnité kilométrique" mu gihe yarafise imodoka ya leta.
Nadine yari yarahawe imodoka ya leta agenderamwo,ifise imparati #B239AIT ariko yagumye ahabwa Indemnité kilométrique atacamira.
Kubatazi "indemnité kilométrique",ni amahera ahabwa umukozi wa leta afise imodoka yiwe bwite akoresha muvy'akazi.Umutegetsi amaze kuba afise imodoka ya leta,nta I.K aronka kuko inwa ibitoro vya leta,ipfuye igakoreshwa na leta.
Vyinshi tubisanga mu cegeranyo ca cour de compte twashoboye kuronka mw'ibanga.
Gushika ubu,ntawuzi ko GACUTI Nadine azohanirwa ayo makosa yose yakoze mu gihe ari umutegetsi yari yazanwe mur'ubwo bushikiranganji kugira akurikirane ubusuma n'a
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbu

Пікірлер: 2
@jeandedieunsabimana3348
@jeandedieunsabimana3348 Ай бұрын
Reka kubambwira
@user-qp3uy8cy7u
@user-qp3uy8cy7u Ай бұрын
Mbega yemwe none nyakubahwa umukuru wigihugu azokwizera nde ko bose ari ibi bandits gusa,ugeze muri domaines zose havugwa ubu bandits gusa gusa, none mu Burundi tuzokizwa niki?
Série - Yewende  - EPISODE 25- Saison 2
28:44
HOODERE PULAAGU MEDIA
Рет қаралды 6 М.
ROLLING DOWN
00:20
Natan por Aí
Рет қаралды 11 МЛН
SPILLED CHOCKY MILK PRANK ON BROTHER 😂 #shorts
00:12
Savage Vlogs
Рет қаралды 49 МЛН
If Barbie came to life! 💝
00:37
Meow-some! Reacts
Рет қаралды 74 МЛН
7 Days Stranded In A Cave
17:59
MrBeast
Рет қаралды 92 МЛН
NGOY FALL MAGAL 2024 SA NDIOGOU CONFIRME YOROUL DARA
14:38
Solution TV
Рет қаралды 11 М.
Imvugo Prezida Ndayishimiye akoresha ngo zerekana ko ata nyishu afitiye ibibazo bihanze abarundi
9:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 12 М.
ROLLING DOWN
00:20
Natan por Aí
Рет қаралды 11 МЛН